IRI JORO GEN. GODEFROID NIYOMBARE BWA MBERE AVUYE MU GACERERE AVUZE KU RUPFU RWA PEREZIDA NKURUNZIZA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 24 вер 2024
  • #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
    CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
    Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
    Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
    Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
    Ishami TV Website: ishami.co.rw/
    And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
    #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

КОМЕНТАРІ • 22

  • @niragirabenjamin8719
    @niragirabenjamin8719 3 місяці тому +10

    Abateka mutwe
    Bararwiriye

  • @pacicorubyogo9712
    @pacicorubyogo9712 3 місяці тому +3

    Uruva wa munyamakuru nugashake amakuru yogushaka aba kuva shira ijwi ra niyombare ura kabwa kaka Menyesha makuru yibinyoma

  • @DesireMuvunyi-js5zf
    @DesireMuvunyi-js5zf 3 місяці тому +1

    Colonel Ndundi muriko muvuga burya muramuzi koko mudashatse kumwambika ibara?iconzico nuko muricogihe Umudamu wiwe yari yibarutse kandi bigoranye cane,vyatuma colonel amuba hafi.

  • @bibonimanaepithas3805
    @bibonimanaepithas3805 3 місяці тому +3

    ikinyoma nkico warabuze ubwenge.Niyombare ari rwanda nkimbohe itidengemvya.mushire mumajwi tumwumve❤

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 3 місяці тому

    Général kanyepoli

  • @AudaceNdayiragije-q8v
    @AudaceNdayiragije-q8v 2 місяці тому

    Jewe ivyomuvuga sondavyemera nimuzane ijwirya niyombare turyumve ntahubihera kuko uroko urabesha

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 3 місяці тому

    That's water under the bridge!

  • @jumuiaeac9771
    @jumuiaeac9771 3 місяці тому

    Umuzakendo cyangwa FDLR?

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 3 місяці тому

    Ntavyuzi...urabesha..

  • @DonchretienMrsiko
    @DonchretienMrsiko 3 місяці тому

    Mwe turabazi ntakindi mwovuga, mbe komutavuga ivyurupfu rwa Juvenal havyarimana mukavuga ivyankurunziza? Ubuho muravuga kuri nkurunziza. Muri bagateranya gusa,

  • @PhiliLuckson
    @PhiliLuckson 2 місяці тому

    Be muvuga ibibega mwoye kubesha ibyo mutazi

  • @AbrahamBizoza
    @AbrahamBizoza 3 місяці тому

    Ariko uri umubeshi Niyombare ariho kweli? Uri umusazi wewe muvugishe wamubeshe we.

  • @JeanneNiyonkuru-o8p
    @JeanneNiyonkuru-o8p 3 місяці тому

    Kuki mutaza amajwi ya yeneyo Tukumva ko ariwe avyivugira Mukareka ayo majombo yanyu atagira umutwe namaguru

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 3 місяці тому

    Urwo rupfu niba aruzi arufisemwo ukuboko

  • @DesireMuvunyi-js5zf
    @DesireMuvunyi-js5zf 3 місяці тому

    Niyivugure Niyombare niba koko akibaho

  • @Bapfunya
    @Bapfunya 3 місяці тому

    Kuberiki mumuvugira wewe yapfuye kera nimva yiwe yarameze ivyatsi

  • @DainessNtiranyibagira
    @DainessNtiranyibagira 3 місяці тому

    Icakora uragerageza kwigana ikirundi munyarwa!

  • @TuyagaJean
    @TuyagaJean 3 місяці тому

    Mwarasaze muzokwiyicir'akazi

  • @ComeNDAYIZEYE-tc1np
    @ComeNDAYIZEYE-tc1np 3 місяці тому +1

    Duhe ijwi ry'uwo mupfumu!!!

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 3 місяці тому +1

    Abanyagwanda baratwenza! Kuko batavuga ivyabo, batinya kp baherera i maheregere, ntibakura uburundi mu kanywa! Rondera akazi mwe na ba Bob Rugurika mureke gutungwa n' amatiku!

  • @EtienneSabiyumva-h5w
    @EtienneSabiyumva-h5w Місяць тому

    Xxx