- 393
- 1 083 566
RADIO TV INKINZO
Canada
Приєднався 22 лис 2021
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 917 695 3622
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 917 695 3622
CNDD-FDD ABO YITA INTWARI NTIVUGA AMAZINA KUKO ARI INTWARI ZA CNDFFD,INTWARI MUBURUNDI NI RWAGASORE
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 (929) 923-0462
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 (929) 923-0462
Переглядів: 1 194
Відео
🚨🚨🚨IMBEBA NTISAZIRA MU KIGEGA
Переглядів 83418 годин тому
IKI KIGANIRO CITWA : MWAMBUTSA - BONNE GOUVERNANCE . MUGITEGURIRWA MUKAGISHIKIRIZWA N'UMUSHINGANTAHE CHARLES MUKASI Whatsapp : 1 (825) 859-1152
🚨🇧🇮BURUNDI IHONYABWOKO RIRI K'URUGI ATAGIKOZWE.KUKI UBWICANYI BUDAHERA MUKARERE K'IBIYAGA BININI?
Переглядів 1,6 тис.2 години тому
🚨🇧🇮NIGUTE UBURUNDI,U RWANDA N'UBUSERUKO BWA CONGO HONEKA AMAHORO ARAMA?KUKI UBWICANYI BUDAHERA?inyishu ni muri kino kiganiro.UMUNTU WESE WO MUBIYAGA BIGALI AVYUMVE.🚨🇧🇮 🇧🇮Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
🚨🚨 ABAFISE UMUTIMA BIKEBUKE!!!!🚨🚨
Переглядів 6532 години тому
IKI KIGANIRO CITWA : MWAMBUTSA - BONNE GOUVERNANCE . MUGITEGURIRWA MUKAGISHIKIRIZWA N'UMUSHINGANTAHE CHARLES MUKASI Whatsapp : 1 (825) 859-1152
🚨🇧🇮BASHOBORA KUGUMUKA:AMARIRA NI MENSHI MU BURUNDI KUBERA KUBURA IGITORO.STATION ZISHOBORA GUTURIRWA
Переглядів 3,2 тис.4 години тому
🇧🇮Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
🚨 UPRONA YARATSINZE MU 1961
Переглядів 3634 години тому
IKI KIGANIRO CITWA : MWAMBUTSA - BONNE GOUVERNANCE . MUGITEGURIRWA MUKAGISHIKIRIZWA N'UMUSHINGANTAHE CHARLES MUKASI Whatsapp : 1 (825) 859-1152
🚨🇧🇮ISUKARE IRISHE UMUNTU,ABANA,ABAGWAYI NTIBITEGE ISUKARE,SOSUMO IRAGURISHIJWE NEVA KWISONGA.EWE BUR
Переглядів 1,5 тис.7 годин тому
🇧🇮Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
🚨🚨IGISIRIKARE C'UBWOKO BUMWE N'INTARA IMWE 🚨🚨
Переглядів 2 тис.7 годин тому
IKI KIGANIRO CITWA : MWAMBUTSA - BONNE GOUVERNANCE . MUGITEGURIRWA MUKAGISHIKIRIZWA N'UMUSHINGANTAHE CHARLES MUKASI Whatsapp : 1 (825) 859-1152
EP 006:🇧🇮NINDE YATEGETSE ABA FRODEBU KWICA ABATUSI1993?NINDE AZOBAZWA ABARUNDI BISHWE URUPFU RUBI ?
Переглядів 3,5 тис.9 годин тому
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone Ibiganiro vya kahise kibihugu vyibiyaga binini hamwe n'amakuru y'akarere k'ibiyaga binini no kwisi yose hirya no hino . Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
CVR IVYO YASHIKIRIJE INAMA NSHINGAMATEKA NA NKENGUZAMATEKA BITANDUKANYE NIBIRI MURI RAPPORT YASOHOYE
Переглядів 1,6 тис.9 годин тому
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
EP 005:🇧🇮 ABISHE NDADAYE BARI BARABITEGUYE? KUKI IGISODA KITATABAYE ABATUTSI IGIHE BICWA NA FRODEBU?
Переглядів 3,7 тис.12 годин тому
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
NEWS🇧🇮 AKAMARAMAZA IKIBUGA CINDEGE MU BURUNDI NTAMATARA GIFISE,CNNDDFDD YISHE IGIHUGU N'ABANYAGIHUGU
Переглядів 3,4 тис.14 годин тому
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
🚨🚨DEMOCRATIE MU MAYIRA ABIRI.....
Переглядів 35714 годин тому
IKI KIGANIRO CITWA : MWAMBUTSA - BONNE GOUVERNANCE . MUGITEGURIRWA MUKAGISHIKIRIZWA N'UMUSHINGANTAHE CHARLES MUKASI Whatsapp : 1 (825) 859-1152
AHARI AMAHORO UMUHORO URAMWA
Переглядів 42616 годин тому
IKI KIGANIRO CITWA : MWAMBUTSA - BONNE GOUVERNANCE . MUGITEGURIRWA MUKAGISHIKIRIZWA N'UMUSHINGANTAHE CHARLES MUKASI Whatsapp : 1 (825) 859-1152
🇧🇮TABARA GASENYI/RANGO PATIRI AKOZE AMARORERWA.ESHENGERO RYA ROMA BURUNDI RISHOBORA KWIFUTA:Daniel 7
Переглядів 6 тис.16 годин тому
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze . MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP 1 (929) 923-0462
EP 004:🇧🇮 INTUMWA BERENARUDO,RUKINDIKIZA BATANZE UMUCO KO ATABATUTSI BATRISHE NDADAYE NABOBIBAZWA
Переглядів 3,5 тис.19 годин тому
EP 004:🇧🇮 INTUMWA BERENARUDO,RUKINDIKIZA BATANZE UMUCO KO ATABATUTSI BATRISHE NDADAYE NABOBIBAZWA
EP 003:🇧🇮 Gen RUGIGANA HAMWE N'ABANDI BATATU NIBO BABAZWA URUPFU RWA NDADAYE.UBUTUNGANE BURI HEHE?🇧🇮
Переглядів 3,9 тис.21 годину тому
EP 003:🇧🇮 Gen RUGIGANA HAMWE N'ABANDI BATATU NIBO BABAZWA URUPFU RWA NDADAYE.UBUTUNGANE BURI HEHE?🇧🇮
🇧🇮MUJERI IRASHOBORA GUSENYURA UBUTEGETSI BWA CNDD FDD.HARIHO ITANDUKANIRO RYA MUJERI TUTSI NA HUTU?
Переглядів 6 тис.День тому
🇧🇮MUJERI IRASHOBORA GUSENYURA UBUTEGETSI BWA CNDD FDD.HARIHO ITANDUKANIRO RYA MUJERI TUTSI NA HUTU?
EP 002:🇧🇮 Gen RUGIGANA NIWE ABAZWA URUPFU RWA NDADAYE.ARIYEMERA KO YAMUTANZE KUBICANYI🇧🇮
Переглядів 6 тис.День тому
EP 002:🇧🇮 Gen RUGIGANA NIWE ABAZWA URUPFU RWA NDADAYE.ARIYEMERA KO YAMUTANZE KUBICANYI🇧🇮
EP 001:🇧🇮 Kuki Gen RUGIGANA yajanye President Ndadaye mu maboko yabashaka kumwica?Ntavyo yarazi?🇧🇮
Переглядів 4,9 тис.День тому
EP 001:🇧🇮 Kuki Gen RUGIGANA yajanye President Ndadaye mu maboko yabashaka kumwica?Ntavyo yarazi?🇧🇮
IGITORO KIRASHOBORA GUSENYURA UBUTEGETSI BWA CNDD FDD.BUNYONI ABASODA BASIGAYE BADADAZA UMUDIRINGI
Переглядів 23 тис.День тому
IGITORO KIRASHOBORA GUSENYURA UBUTEGETSI BWA CNDD FDD.BUNYONI ABASODA BASIGAYE BADADAZA UMUDIRINGI
🇧🇮🔥🇷🇼UBURUNDI BWOBA BUGIYE GUTERA URWANDA?NEVA NA TSHISEKEDI BAZOTERA IMPANDE ZITATU Z'URWANDA😭🔥
Переглядів 3,6 тис.14 днів тому
🇧🇮🔥🇷🇼UBURUNDI BWOBA BUGIYE GUTERA URWANDA?NEVA NA TSHISEKEDI BAZOTERA IMPANDE ZITATU Z'URWANDA😭🔥
🚨🚨DUHAGAZE HEHE MU KUGWANYA IHONYABWOKO ???
Переглядів 76114 днів тому
🚨🚨DUHAGAZE HEHE MU KUGWANYA IHONYABWOKO ???
🇧🇮VITAL NSHIMIRIMANA AMAZE GUSOMA IGITABU CA RUGIGANA YASANZE ATAVUGA ABISHE NDADAYE KANDI YARAHARI
Переглядів 5 тис.14 днів тому
🇧🇮VITAL NSHIMIRIMANA AMAZE GUSOMA IGITABU CA RUGIGANA YASANZE ATAVUGA ABISHE NDADAYE KANDI YARAHARI
🇧🇮JOHN NGOMIRAKIRA ASHIKIRIJE IBINTU BIKOMEYE AMAZE KWUMVA RUGIGANA AHO YAMURIKA IGITABU BELGIQUE
Переглядів 3,1 тис.14 днів тому
🇧🇮JOHN NGOMIRAKIRA ASHIKIRIJE IBINTU BIKOMEYE AMAZE KWUMVA RUGIGANA AHO YAMURIKA IGITABU BELGIQUE
🚨🚨INKUBA ⚡⚡ NA SENTARE WOTORA IKI ? ⚖️
Переглядів 1,7 тис.14 днів тому
🚨🚨INKUBA ⚡⚡ NA SENTARE WOTORA IKI ? ⚖️
🇧🇮🔥HUNGA:CVR YATANZE RAPPORT ITARIYO ABAKOREWE IHONYABWOKO NGO NIBO BARIKOZE.🔥HARANIRA UKURI GUKIZA
Переглядів 4,8 тис.14 днів тому
🇧🇮🔥HUNGA:CVR YATANZE RAPPORT ITARIYO ABAKOREWE IHONYABWOKO NGO NIBO BARIKOZE.🔥HARANIRA UKURI GUKIZA
🇧🇮 UBUTEGETSI BWA NEVA BUSHOBORA GUKURWA,POLICE BIVYE MOTO ABASODA BARABAFATA BAKIZWA NINKOHO🇧🇮
Переглядів 14 тис.14 днів тому
🇧🇮 UBUTEGETSI BWA NEVA BUSHOBORA GUKURWA,POLICE BIVYE MOTO ABASODA BARABAFATA BAKIZWA NINKOHO🇧🇮
Abadashika ibwami tubeshwa vyinshi 🤔
Apôtre uze urek kuvuga en général ico ca Hutu Power nukuri yuko abahutu twese twumv ivy uvuga vy Hutu Power, wew ubuzim bubi abarundi barimwo ubu urabuzi kwanza?tum uvuga akarwi kabahutu kamushize kubutegetsi kiyitirir .....si non babwirwa barundi nuk batumv impanuro bagakomantaza imitima ,nubukunzi bwinda, nukwishira hejuru, vyabataye kuwamazi, le pays est à sec,en faillite dukeneye des idées nkiza Deng Xiaoping
Ikibazo nuko abari kubutegetsi bubatse amoko kugwego rutigeze rubaho.Kubona ubutegetsi bushira amoko mw'ibwirizwa nshingiro ntakundi nakimwe twokora.Imvunja mukuyikura uhera aho yinjiriye.
None ubwo butungane uvuga buzoboneka ryari ,bwira abarundi iyo bazoza bava.
Amarira y abatama n abatamakazi bahora ari abigisha bakuwe mukarenganyo kenshi none bariko barapfa!
Amahoro asagarare ukomere kw'ijambo kuko uvuga ivyaye uko biri.erega ni vyinshi abantu batazi ,muradutohoreza ivyabaye i Murehe muri 1973 Ntawe ndumva abivugako sinzi KO mwoba mwarabivuze ndi mushasha ku muhora kandi nari muto ntavyo nomenya neza ariko ndazi KO hari ivyabaye .
Muradutohoreza kwaba barundi baguma bapfa bagiye gupagasa Tanzanie ngo barabashahura ,bakabakuramwo amafyigo,n'umutima tumaze kubura 8mugace kiwacu
@@alaintresorirabaruta6715 twandikire kuri whatsapp
Bandany'uduga kw'ijambo MUTINGINWA KARORI
Gira amahoro Bwana Mukasi.We wuubahuka kwita ibintu uko biri.Bitebe bitebuke,ukuri kuzotsinda.Ihonyabwoko n'abarigakana bahanwe Uburundi buve mu buja bw' amacakubiri n'ikinyoma.ugira neza ndashima ibiganiro mukora.Uburundi bugwize ab Abashingantahe b'ijambo nkamwe
Ivyo nukuri kuzuye bazoziturira kuko barabarenganya abantu
Bonjour Burundi
Yacu besha ndakuzi bikwiye no mu Gakere iwanyu ndakuzi kumafuti yawe menshi
Mbega uyu muntu ubeshya ngo Ntega-Marangara yatewe na Fpr ameze ate ? Hari abigira abahinga mu binyoma ! Uyu muntu ni injinji canke ni mubi bikabije ! Mu Burundi, ubwicanyi bwa Ntega-marangara bwabaye 1988 ! Fpr ntiyariho. Abatutsi bo muri Ntega-Marangara bishwe n'abaturanyi babo b'abahutu kandi arabizi. Habyarimana na Palipehutu nibo bateguye Ntega-Marangara, mbere bari babwiye abahutu ngo nibamara kwica abatutsi bace bahungira mu Rwanda. Ndetse izo mpunzi z'abahutu zashigikiye interahamwe zikora jenoside mu Rwanda karahava ! Ahaaa, iyo myunvire izabageza he ?kubaho nta yindi projet politique atari kwicaaa abatutsi ! Aba Cndd na Fdrl-Cdr bibaza ko bazabaho nk'imisozi ?! Wapi ! Barica bagapfa ! Nkurunziza se ntiyakurikiye abo yishe ?! Kandi agapfana icyaha gikomeye cyo kwica abanyagihugu batamurwanya aho kurwana n'abasoda !
Mwagize neza gushaka ayo makuru kuri jenoside yakorewe abatutsi mu Burundi ikozwe na Frodebu. Mbere iyo jenoside yarakomeje igihe Cndd yari mw'ishamba yarishe abatutsi bari bahungiye mu nkambi,no mu mashure yarishe !
Igitero ca Ntega Marangara catewe na FPR gusaba ibiganiro na leta ya Havyarimana. Havyarima nkuko yamye akoresha ubutegetsi bw'uburundi kuremenkanya. Havyarimana yahamagaje ama tentes yazanywe na Sabena imbere y'uko ubwicanyi buba muri Ntega Marangara
Mbega uri injinji canke uri mubi bigeze aho ! Mu Burundi, ubwicanyi bwa Ntega-marangara bwabaye 1988 ! Fpr ntiyariho. Abatutsi bo muri Ntega-Marangara bishwe n'abaturanyi babo b'abahutu kandi urabizi. Habyarimana na Palipehutu nibo bateguye Ntaga-Marangara, mbere bari babwiye abahutu ngo nibamara kwica abatutsi bace bahungira mu Rwanda. Ndetse izo mpunzi z'abahutu zashigikiye interahamwe zikora jenoside mu Rwanda karahava ! Ahaaa, iyo myunvire izabageza he ?kubaho nta yindi projet politique atari kwicaaa abatutsi ! Aba Cndd na Fdrl-Cdr bibaza ko bazabaho nk'imisozi ?! Wapi ! Barica bagapfa ! Nkurunziza se ntiyakurikiye abo yishe ?! Kandi agapfana icyaha gikomeye cyo kwica abanyagihugu batamurwanya aho kurwana n'abasoda !
Merci apôtre
Nabavyeyi bavyaye ntibakironka agasururu nihatari.
Ayo ma sociétés yose za Cotenu za Verrundi za Port etc... Ntigurishwa nibo bacanganya abantu bakazigira izabo mugabo zikabahombana zigahomberana. Niyo Sosumo yugajwe kuko ivyayo vyose vyahawe iyindi ya Neva itanguye gukora umwaka uza
Burundi turi busy nokubaka igihugu cacu nta manta dufise kurizi newszanyu😅
Herega baravuga ngo bacemwo ntibabona;aho uzosanga batoye abo nyene
Urakoze cane kwijambo ushikirije
Ubwo rimwe na rimwe ntimukora ibiganiro kugira murondere ama views gusa!!!
Muri bande ko turibashasha tubamenye according to your narrative
Ariko nimba hatazoboneka leta itohoze abishe abatutsi ngo bishe Ndadaye batanazi!!! Uburundi buracagowe Nimba hataje leta ngo itohoze abahutu bagandaguwe n,abasoda babita abaroberi!!! Nimba hataje leta ngo ihane cndd FDD mu bwicanyi bise: - kwakwanya - safisha - kumesa - kamwe kamwe!! Igihugu ntaho kiraja
Apotre iyo uvuga ndanezerwa kuko harivyo uvuga nkumva umengo n, ukuri ariko ikibabaje nawe ntaco womarira uburundi kuko wumvikana uhagarariye ubwoko bw, abatutsi Abatutsi barishwe bahowe ko Ndadaye yishwe birababaje! Abahutu barakorewe Genocide muri 1972 Abatutsi barahonejwe na Cndd FDD ikiri mw,ishamba Be udufasha uvuge ukuri
Uvuze ukuri !
reka kubesha twe turabarundi muri kahise ntamwiza yarimwo nta bwoko mubarundi mwabizehemwe n'a ba colonie namwe murayoboka twese twavuye kumuntu wambere Adam et Eva
Murarondera umu temoin Capitaine Bucumi avuge uko vyabaye tumenye ukuri
Tutamurondeye agomba kurondera radio-inkinzo akavuga uko avyumva.
Ni Minani wahagaze murwanda ababwira ngo babagarare bwuma,kandi no muri meeting baravyigisha
Biratangaje kubona bene kuvugwa mu kiganiro BAKIRI BAZIMA ata n'umwe agira ico avuga co kubeshuza canke co kwemanga ibishikirijwe kur'iyi nsamirizi-Mboneshakure. GUTSIND'UBWOBA BIRAREMURURA KANDI BIRAREMESHA !!! UKURI GUCA MU ZIKO NTIGUSHA ...... KUBER'IKI umupfasoni KINIGI Silivia n'umushingantahe MINANI Yohani batova mu gacerere ngo UKURI KUMENYEKANE KU NYUNGU ZA TWESE ABARUNDIKAZI/ABARUNDI TUNYOTEWE AMAHORO MU RUKUNDO HAGATI Y'ABONSE RIMWE ?????
ntakuri muzomenya kuko abarundi baragoye bamwe baracariho abandi barapfuye rero ivy,uburundi nakayobera bahinga nahimana
Uzopfa nkumugabo kandi hageze ntutinyi abo bavuga ubusa ntaco bashoboye abo Bose bagutera ubwoba nico conyene bashoboye gukuga kurya kwimbwa zimisega
Nivyo kabisa
Murakoze caneee Apotre
Reka twicare tukumve.
Murakoze kuduha ibihishwe mutama zenon .
murambabaje cane
"apôtre "soit disant vous êtes d'une basse ireze
Merci apôtre
Imana niyo nkuru twese tuzopfa
😢😢😢
Komera mutama
Komera mutama uvuga ukuri
Analyse yawe kuri iki kiganiro niyo kweli. Aho ndakwemeye
Ntacoroshe kabisa
Uburundi busigaye kw'izina gusa
Ubundi bwariho??? Ku bwa Buyoya na Bagaza u Burundi bwari paradizo??
Ewe ntivyoroshe kabisa, nimba ata generator ihari
Ekleziya Catholique ni nyeranda yagenewe bose kuyisambura ntibikunda. Uwo mupatiri nawe , yahawe vyinshi nawe azobazwa vyinshi .
@@odilebiza5950 Izokwisambura ntawoyisambura
Apostle ndabashimiye. Kubuvugizi. Mukoreye ABA teshejwe izabo bomwirango site gasenyi. Nahandi hose mugihugu cuburundi.
Monseigneur Ruhuna yagiye akagirire ntanuwavuze ngo ubutungane bukorwe, kandi ntamugayo abamuhitanye nibo bokamutunganirije, gusa Imana niyo mucamanza .
Eeh , kumbe nico gituma pontien karibwami yiciwe rimwe n'a ndadaye . Muze rero mutware turabe KO imyidogo yohera mu barundi ,
Ndakunda abarundi kuko turakunda kwumva no kuvuga ijambo "Kumarana." Tuzohindura ryari, tuzohinduka ryari?
Lt Col Ntakije yandikiye GIKORYO ahungire muri ambassade soit France, USA ou RFA