Isanganiro: Amakuru yo ku wa 15 Ntwarante 2024

Поділитися
Вставка

КОМЕНТАРІ • 29

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 3 місяці тому +6

    Kuberiki CND fDD bafise ubwoba bwinshi kuri mutama Rwasa mwanka mwemera azoruhira gutwara uburundi ahubwo mushatse mwoza muritonda

  • @DesireHenk-pr8qp
    @DesireHenk-pr8qp 3 місяці тому +6

    Nivyiza cane mutama Agathon niwe nyene cnl arabirekurewe gutumako inama nkuru y'umugambwe natwebwe turarindiye inama kaminuza niryo koraniro rwemewe inama yabo ntiyari yemewe

  • @Lamecknimbona
    @Lamecknimbona 3 місяці тому

    👏👏👏👏👏👏👏👏👏🙏🙏🙏🙏🙏wabahwecane'turinyumayawe'''

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy 3 місяці тому +2

    Munyamakuru rek kuru Sha umusaza umubaz ibibazo kd nawe ubibon k giteretse ari umugome aryanisha abarundi amenye k Aho bunyoni ari nawe hamurindiriye

  • @WilliamsBIRIKURE
    @WilliamsBIRIKURE 3 місяці тому

    Yubahwe kbsaaaaaaa

  • @joshbotha986
    @joshbotha986 3 місяці тому +1

    Urabona ingene mumuciriye ijambo ryiwe ataraheza nukuvuga nyakubahwa mutama Rwasa wa future kuburundii abarundi isinzi tukurinyuma tuzogtora

  • @user-qf4st6uj2y
    @user-qf4st6uj2y 3 місяці тому +2

    Ahubwoo ntibazii yuko bidya bagizee karii nka coup d'etat bakwiyee gushigwaa Imbere yintahe

  • @nkurunzizaachel1357
    @nkurunzizaachel1357 3 місяці тому

    Komera Omer 🎉

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy 3 місяці тому +4

    Ahubwo jw nabonye Nestor ari wamukinyi wanidi cnk baravukana nabonye basa

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p 3 місяці тому

    Dufite ibijuju byinshi mugihugu bazatuvire namunu.akibakenera muzatahuke nanakimwe muzi.myaka 20 nisoko yabananiye kubaka none mutegerejiki muduge ruguru kurima aho mwavuye

  • @HomereNibogora-lw9xu
    @HomereNibogora-lw9xu 3 місяці тому

    Nukuri ibintu birazinvye cne

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z 3 місяці тому

    Mukomeze kutwihera amakuru

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 3 місяці тому

    Intarabona isera ihaha igirango n, inyama mutama nibamuh umugambw.

  • @user-qv3ge4mw6p
    @user-qv3ge4mw6p 3 місяці тому

    Rwasa aratoba igihugu bawumwatse hageze

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 3 місяці тому

    Baribesha nyimba bazotubesha kotwabatoye ivyabo abenegihugu twarahimvye !!!niki bamariye igihugu kuva 2015-2020, niki ndayishimiye yamariye igihugu kuvashitse kubutegetsi? Kuduza ibiciro ,kubura igitoro nibindi😢😢😢

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy 3 місяці тому

    Nonex hari uwundi yorongor CNL atari Rwasa knd turiteguy kwitabira ikoranir azoduhamagarir

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 3 місяці тому

    ❤❤❤❤

  • @user-zs6wv7lk6z
    @user-zs6wv7lk6z 3 місяці тому

    Isanganiro muracahahahutse huuuu rabingene muciye mukata aho yagire ademontrer ivyibiciro vyaduze ningene abategetsi vyabananiye muciye mubikata huuuuu uburundi expression de droit iracarikure!!

  • @Oman-ju7xd
    @Oman-ju7xd 3 місяці тому

    🎉❤

  • @habonimamartin2417
    @habonimamartin2417 3 місяці тому

    IMANA gusa

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 3 місяці тому

    Rwasa ngira arabona ko nawe yihenze kwanga abatutsi abahora ubusa.
    None abahutu waharanira babaye abamenja nkuko nawe wabikoze wica abanyamurenge mu Gatumba n'abatutsi mu Ngagara ,ku Musaga nahandi henshi

  • @israeljaden
    @israeljaden 3 місяці тому +1

    Rwasa Agathon niwe ashoboye kugarukira igihugu , kuko niyo ariko arasigura, arashoboye kuvuga uwushaka amahoro agaca ashima Imana yamuremye. Ahubwo yarakwiye kuba umukozi w,Imana pe!

  • @DesireHenk-pr8qp
    @DesireHenk-pr8qp 3 місяці тому +2

    Murakwakwanije nimereke aheze kuvuga

  • @user-tw7bu7xn3k
    @user-tw7bu7xn3k 3 місяці тому

    Uy mugabo araciye akenge terimbre mutama niw twipfuza pe

  • @ndihokubwayoaudace6352
    @ndihokubwayoaudace6352 3 місяці тому

    Nyakubahwa mutama wacu agathon rwase tekana nubwo tugutora bagacurika ariko abarund isinz tukurinyum tahura ko igiti civoka camye kandi kiryoshe kandi Ceze arico abana batera amabuye ninjugujugu

  • @user-jl6wi5im5e
    @user-jl6wi5im5e 3 місяці тому

    Nihatari kwl

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 3 місяці тому +1

    Ibintu bizimba gute kandi ama $ 5 = 100 fbu ?
    Umunyagihugu wa nyuma akoresha 7.000.000 !

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana 3 місяці тому

      Ivyo bizoba tutagitwarwa Naba DD 😂😂😂

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 3 місяці тому +1

    Nukuzotubesha gusa kotwabatoye ivyobo vyarameneyekanye !!! Niki bamariye igihugu irutse kuduza ibiciro vyivyankenerwa ,kubura igitoro ,isukari ,isima nibindi !!! Nabavyeyi gito nkumwe wingozi kuko baba baratanze imihoho