#Burundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • #Burundi Ba bantu 20 bishwe mu Gatumba mu gitero cakozwe n'abitwaje ibirwanisho mw’ijoro ryo ku wa 22 Kigarama bashinguranywe iteka. Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu n’umutekano akaba yamenyesheje ko Reta y'Uburundi izokora ibishoboka vyose kugira ngo abakoze ubwo bwicanyi n'abo bafadikanije bafatwe bongere bashengezwe imbere y'Ubutungane

КОМЕНТАРІ • 22

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 9 місяців тому +1

    😭😭😭😭 birababaje nukuri, nibapfume basubizaho Imbonerakure zirara zirakizura😫🥹😭 Imana idufashe abobantu bakozibara bamenyekane

  • @TerryTerence-p1b
    @TerryTerence-p1b 9 місяців тому

    Ko bavuga ngo mu Gatumba haterwa n'amazi y'imbizi; ko aho ku ntatemwa atayaciye yiburuka? Na badukorere idigi turwanye amazi ya Rusizi kuko nayo yama adurera. S' amazi y'imbizi cable ngo aya Tanganyika.

  • @SadunBazotunga
    @SadunBazotunga 9 місяців тому +1

    Kwica abanyagihugu hama ukiyita umuhari urwanya leta ntaho uba utandukaniye ni bandi,terrorists umwansi wigihuhu. Kuberiki bataja kurwana na basirikare cangwa police.

    • @brownndayiragje2431
      @brownndayiragje2431 9 місяців тому

      Ushaka hapfe police 🚓?

    • @SadunBazotunga
      @SadunBazotunga 9 місяців тому

      @@brownndayiragje2431 ndibaza ntiwategereye neza ico nashatse kuvuga. Genda ukurikirane ijambo president wacu yashikirije urahita untegera. Ufise ikibazo na leta cangwa utumva kimwe nubutegetsi butwara urwanya leta, aho nuguhanga na Basirikare na policy aho kuja kwica abana na bakecuru. Vyoba vyiza ubanje gutegera iciyumviro cumuntu uta ragira ico uvuga. Jewe sinipfuza yuko aba policy cangwa abasirikare bacu bapfa. Ndafisemwo abagenzi, nabo duturuka mumuryango umwe .Ariko kwisi hose abiyita aba gwanyi batera igisirikare cangwa policy nti birara mubanyagihugu kuko ntivyemewe na mategeko agenga intambara.

  • @SeukPiri
    @SeukPiri 9 місяців тому +1

    Killing machine mukazi kose😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @jameswisdom4155
    @jameswisdom4155 8 місяців тому

    Rip

  • @NdayisengaMarietta-qz3vf
    @NdayisengaMarietta-qz3vf 9 місяців тому

    Nukwihangana

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 9 місяців тому

    💔💔💔💔💔

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 9 місяців тому

    😢😢😢😢

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 9 місяців тому

    💔💔💔

  • @panacool978
    @panacool978 9 місяців тому

    Peuples des grands lacs bafatanye kwi kiza killing machine

  • @FrancineJollyofficial
    @FrancineJollyofficial 9 місяців тому

    Mana yanje tangagakiza mugihugu cacu niwemurengeziwacu

  • @turabumukizatheogene426
    @turabumukizatheogene426 9 місяців тому

    Mukomere iyi mihari ya hobyo yagiye irwana na basirikare

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 9 місяців тому

    Imana ifashe u Burundi na Burundi mana 🙏🙏🙏❤️❤️

  • @userdigidigi
    @userdigidigi 9 місяців тому

    Rest in peace

  • @AbdouMupenzi
    @AbdouMupenzi 9 місяців тому

    Ababuze ababo mwihangane

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 9 місяців тому

    Ababuze ababo bihangane cane.

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 9 місяців тому

    Ababuze ababo bihangane cane.

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 9 місяців тому

    Ababuze ababo bihangane cane.

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 9 місяців тому

    Ababuze ababo bihangane cane.

  • @Arima-y6j
    @Arima-y6j 9 місяців тому

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢