Intwaro yaba kavamahanga yoba yagize inkurikizi izihe mu gihugu c'Uburundi?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 лют 2025
  • #Burundi: Mu ntumbero yo kunywanisha Abarundi biciye mu kumenya ukuri Inama Nkenguzamateka y'Uburundi yaratunganije icigwa ibicishije ku bashakashatsi kugira ngo Abarundi bamenye inkomoko y'intwaro ya ba kavamahanga mu Burundi n'inkurikizi iyo ntwaro yagize ku Barundi .

КОМЕНТАРІ • 1