Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
ewe Fabrice wacu, Imana yakuduhaye Ikudutungire cane!!abagukunda ndazi turi benshi!!!!
I like how he thinks, attitude and trust are key to success. Good luck bro, and thank you for representing us the diasporas.
Love you rwose abarundi. Abarundi murashoboye, ni umu 🇷🇼 aise from 🇬🇧.
Urakoze cane mukunzi wacu nanje nyene nkunda badushigikira❤❤❤❤❤
Turagukunze nawe mu Rwandaise. Karibu mu Burundi
Barundi mukomeze mutere imbere turi abavandimwe
Fabrice, vraiment ndamukunda cane, c'est un homme très sérieux muvyo akora vyose !
Mukunzi wuburundi raba ukuntu wokwubaka etaje impande yico kibuga intwari etaj ndende Kandi turipfuza kowo kwubaka ikibuga cumupira ciwawe uce urondera ni Tim yiwawe biragukwiriye❤❤❤❤❤❤❤bikore
❤❤❤ndabikunze ivyoyuvir ushikirij
Bwana Fabrice urumugabo,ubutore simyaka pee!Hama hariciyumviro mfise,ahohepfo yibarabara niyo ubuyobozi bwibisagara bwahaguha,,vyoba vyiza ukoze ikiraro gica gejuru yibarabara,kuburyo abazoba bavuye muricokirwati bazoca hejuru bamanukira plage atantambamyi zokujabuka ibarabara rifise uruja nuruza nka R3
Umukubito kumpwemu idasanzwe,wew uguma uncanga ejo kuva muramvya ubu dushits buja😂😂😂 you're inspiring me mubiganiro vyawe Gaël from Russia 🇷🇺 ndakubona naho nryamy😂😂
Burundi mukomeze mutere imbere natwebwe abanyarwanda turishimye.kubona murimo murihuta gutyo mwiterambere nukuri nibyiza cyaneee murabavandimwe bacu by blood mwabyanga CY mwabyemera
Urakoze
Sagamba sagamba sagamba BURUNDI. Please mugire étude du sol neza mwubake inzu zikomeye maze abarundi nabarundikazi twese hamwe dufatane munda twubake igihugu.Big Up bro ndumva nashima Imana mbonye vidéo nkiyi kugihugu canje
Imanayakuduhaye. Ikudutungire. Nukuri. Manaduchimire. Ababyeyinaluvyaye bakakwigivha. Nimanayatuye. Uburundibwiza❤❤❤❤
Bon courage, o jeune visionnaire ! All the best ! Blessings !
Abarundi ni muryoherwe mwebwe mufise President mwiza cyanee ukunda abaturage be ari twebwe abanyarwanda ntidushobora gushora imara mu Rda kuko dufite president wigisambo niyo ubyubatse arabikwambura watera imigeri aka kwica bityo tuzubaka kera atakiriho yabaye byashoboka twayizira aho i Burundi kuko abarundi nabakongonani turi bamwe
Gayeri ndaryandits mukirund muradutunga🎉
Woooooo 🥳🔥 ivyiza birwire iwacu I Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 go
Fabrice manirakiza wishuye neza your work has become Burundian dreams ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana Mushobora vyose Ibande Ibajimbere mubikorwa murimwo byo gutezimbere Igihugu C'uburundi ndaryohew kuburyo yaho nisanze narize Gira aho muba mwubahwe
Keep doing a great job
Ramba muvandimwe your presinting🎉 Burundi 🇧🇮 ♥️ kbsa
Ndamukunda cane Fabrice! You're very intelligent Mr Fabrice
You have my trust brother fab keep going young african and visionary
,
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🤜🤜🤜,urashoboye bro ,n’ijisho 👁️ ni black 😀😀😀,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Big up Fabrice
Ni umugambi mwiza cane ariko muze mwitwararike gukingira ico kiyaga. Thank you !
Bubai bahanuye ku Burundi birahaye birabonekaaa Imana igukoreshe muhungu mwiza.🇸🇪🇧🇮❤
Intwari yacu Fabrice 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤ thank you my Brother
Ibyo ukora bikuri kumutima nukuri. God Protection Fabu
Imana ikujimbere gose biranguke nkuko uvyifuza kbx.
Imana ikuje imbere kweli uwo mugambi niwo
I love this guy
Umubwire ampe akazi je suis conducteur des travaux niveau A2 experience 3 ans dans les différents chantiers
inde amukubwirira? mwironderere wamugabo we
Rondera numero yiwe 😊
Kabisa huyu Murundi nikitu ambacho Mungu alijaria ichi ya Burundi warundi musifanye kosa kabisa ira mumusayidie naa ichi imusayidiye
I love this guy…
Imana lbahezagire, gusa jewe nsaba akazi ko kwugara izonzu kuko nsazwe ndu mu menuiserie
Big up ubikora neza CN ubahw kbx uy naw niyirambire hobonek aband 5 nkuwo 2035 twobatugez Kure muzobwr akazin kiw ndamwisa bir akaz kikiyede suk NN musaza
Wow karibu iwacu haterembere bari barahibagiye
Fabrice nintwari kbx hejuru cane🙏🙏
Imana ingufashee
We love you guys push and push Msy The Lord protect you.Patrick is among the ones who should have security services from government please
Wow kuri 19:08 to 19:12 ico kintuu bacumveee goseee👏👏👏
Talented guy!
Courage Cyanee Brother Fabrice
Bari baravuze ko uburundi buzubakwa ntitwari tuzi ko buzubakwa n'umugabo umwe😅😅😅😅
🤣🤣🤣 n bandi bazoza
@@fierceharpy4636 nibanyaruke
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ibaze vraima
None mwabonye ko yabikozed😊
Make burundi paradise
Iyo project ni nziza cane kweli ❤
Love you men ❤❤❤❤ keep Burundi clean ❤
Mwompa num ya fabrice??? Merci ndafis idee nkeney k twoganira merci
Ibibintu bije kuMPWEMU idasanzwe vraiment. Gaël komera kuduha amakuru akenewe.
Bravo
Courage Fabrice
Bro turagusavye wubake ikibuga cumupira uruwambere muburundi
Waoo🎉❤
Big Fizzo arakeneye inzu imwe murizo mumwandike hakiri Kare 🙌
Ndi muri tanzania nkora hight qualit design gypsum ngaho nanje ndose akarusho ko gushobora kugaruka muburundi igihugu canje.
Imana yarakoze gushira ivyiyumviro nkivyo mubantu babarundi encore plus umurundi 🤗🙌🙌
Good to hear our brothers from Burundi.are we rwandan allowed to buy?
Of cours
Gaël komereza kuruwo muvuduko ni Sawa
Imana imana ibane namwe
Love sana
Fabrice n'intwari kbsa
Fabric inzozi nziza pe.Mushiremwo namanzu arimwo amafloor yohasi ,Ivuriro rigezweho,isoko rigezweho rishobora kubaririmwo kirakintu,utunyubako twasugumwe kungenzi kuko impande y ikiyaga haha activities nyinshi rero isuku ry inshi ,umutuzo hagite n umutekano,Sitation yokunwesheshako igitoro kuri buribarabara ririkokaburimbo vyibavyiza kuba zubatsweho kuko nikuza muri Congo dukoresheze amato vyokworoha na Postage ya Poster kurungikako ibintu,amakete,nibindi byinshi bitandukanye.
mu Rwanda turabakunda cyaneee
Wouah ❤❤❤
Umusi umwe nakoze ama recherche kunsiguro y'izina Fabrice Ivyo nabonye narumiwe🙆♂️ ihere ijisho Fabrice :homme courageux et combatif bien que mefient.
Duhe contacts SABO bantu Gaël.
Hey bro big up my big bro
Imana izobakomeze
Mushime Imana ko PRESIDENT NDAYISHIYE akunda abaturage be ntavangura ariko twebwe hanze yu Rda hari abantu benshi bafite ubutunzi bwinshi cyaneee ariko bwabugome bwa Presida kagame wakuriye mu muhanda yirirwa abahiga mubihugu bitandukanye abandi akabicirayo bagabo mudusengere Uwiteka amukureho natwe tuzubake u Rda
Ihangane azopfa nibukebuke
Fabrice ndakwemeye urumutama pe nimuze mwubake iwacu ikabonga kumbizi ikibanza kirahari
Nzokugwa inyuma batama
Ni muduhe nr tworonderako fabrice, hariho izo atavuze ayo zigurwa
You are Burundian hero this is good work brother Donald Trump he has done it to America one day Burundian will voting for you
Imageee ni top 👏👏👏👏👏👏👏
Bahungu beza murashoboye
Komera komera nivyigiciro ivyo uriko urakora mugihugu👍🙏
Komera bro
❤❤❤❤❤
Nyakwubahwa ndayishimiye ndamukuriye inkofero
Wawuuu ko biryoshe caneee komera komera Fabrice
Nkur inyuma kbx❤
Ikindi gihe muzokubake Ama sous sol nimwaza muraronka terrain aikomeye nkiyo
Ko ntimwaduhaye inumero tuzobaronderako please give us the numbers
Karibu iwacu Mu Rumonge
Ku Mpwemu nyishi
Umukubito duhe numéro za fabrice
Turamukeje uwo mugwizatunga Fabrice
Nzotaha nguriyanje ngaho
Courage cane
Komera kwibanga fabriceeee
Mukabezi
Binafsi zipo bei chini kwa Kweli $150.000 nyumba kamaizo nihiletu atuna nazo kabisa
Hejuru can 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Munduhe inimero yawasampu
Nivyokwe wizeye imiryango barahemuka
Courage turagushigikiye 100/100 Canada
mufate mu mugongo bwana Nihorimbere Pacifique
Congrats to Fablic but we need tallest buildings towers in Burundiin order to dincrease land uses
Build more tollest house in Burundi but not three frool or tower
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️👍👍👍👍
Nivyiza,wondonsa numéro za fablice?
Saw
Industries should be increased in our country to employ a big number of youth 'icivugo' ihinguriro ku mutumba as had been at excellent Nkurunzi regime ishure ku mutumba successfully made!
Jewe vyobenera wogira umugambi wokubaka étage nka 2 ndende zisgikana nkab15,hagati mugisagara vyohesha agaciro uburundi bwacu
Numéro ntazomwatanze Mr Fabrice
Mushyireho platform BURI WESE Y'INVESTISSE MU MIKORO YE. BYADUFASHA.
ewe Fabrice wacu, Imana yakuduhaye Ikudutungire cane!!abagukunda ndazi turi benshi!!!!
I like how he thinks, attitude and trust are key to success. Good luck bro, and thank you for representing us the diasporas.
Love you rwose abarundi. Abarundi murashoboye, ni umu 🇷🇼 aise from 🇬🇧.
Urakoze cane mukunzi wacu nanje nyene nkunda badushigikira❤❤❤❤❤
Turagukunze nawe mu Rwandaise. Karibu mu Burundi
Barundi mukomeze mutere imbere turi abavandimwe
Fabrice, vraiment ndamukunda cane, c'est un homme très sérieux muvyo akora vyose !
Mukunzi wuburundi raba ukuntu wokwubaka etaje impande yico kibuga intwari etaj ndende Kandi turipfuza kowo kwubaka ikibuga cumupira ciwawe uce urondera ni Tim yiwawe biragukwiriye❤❤❤❤❤❤❤bikore
❤❤❤ndabikunze ivyoyuvir ushikirij
Bwana Fabrice urumugabo,ubutore simyaka pee!
Hama hariciyumviro mfise,ahohepfo yibarabara niyo ubuyobozi bwibisagara bwahaguha,,vyoba vyiza ukoze ikiraro gica gejuru yibarabara,kuburyo abazoba bavuye muricokirwati bazoca hejuru bamanukira plage atantambamyi zokujabuka ibarabara rifise uruja nuruza nka R3
Umukubito kumpwemu idasanzwe,wew uguma uncanga ejo kuva muramvya ubu dushits buja😂😂😂 you're inspiring me mubiganiro vyawe Gaël from Russia 🇷🇺 ndakubona naho nryamy😂😂
Burundi mukomeze mutere imbere natwebwe abanyarwanda turishimye.kubona murimo murihuta gutyo mwiterambere nukuri nibyiza cyaneee murabavandimwe bacu by blood mwabyanga CY mwabyemera
Urakoze
Sagamba sagamba sagamba BURUNDI.
Please mugire étude du sol neza mwubake inzu zikomeye maze abarundi nabarundikazi twese hamwe dufatane munda twubake igihugu.Big Up bro ndumva nashima Imana mbonye vidéo nkiyi kugihugu canje
Imanayakuduhaye. Ikudutungire. Nukuri. Manaduchimire. Ababyeyinaluvyaye bakakwigivha. Nimanayatuye. Uburundibwiza❤❤❤❤
Bon courage, o jeune visionnaire ! All the best ! Blessings !
Abarundi ni muryoherwe mwebwe mufise President mwiza cyanee ukunda abaturage be ari twebwe abanyarwanda ntidushobora gushora imara mu Rda kuko dufite president wigisambo niyo ubyubatse arabikwambura watera imigeri aka kwica bityo tuzubaka kera atakiriho yabaye byashoboka twayizira aho i Burundi kuko abarundi nabakongonani turi bamwe
Gayeri ndaryandits mukirund muradutunga🎉
Woooooo 🥳🔥 ivyiza birwire iwacu I Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 go
Fabrice manirakiza wishuye neza your work has become Burundian dreams ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana Mushobora vyose Ibande Ibajimbere mubikorwa murimwo byo gutezimbere Igihugu C'uburundi ndaryohew kuburyo yaho nisanze narize Gira aho muba mwubahwe
Keep doing a great job
Ramba muvandimwe your presinting🎉 Burundi 🇧🇮 ♥️ kbsa
Ndamukunda cane Fabrice! You're very intelligent Mr Fabrice
You have my trust brother fab keep going young african and visionary
,
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🤜🤜🤜,urashoboye bro ,n’ijisho 👁️ ni black 😀😀😀,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Big up Fabrice
Ni umugambi mwiza cane ariko muze mwitwararike gukingira ico kiyaga. Thank you !
Bubai bahanuye ku Burundi birahaye birabonekaaa Imana igukoreshe muhungu mwiza.🇸🇪🇧🇮❤
Intwari yacu Fabrice 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤ thank you my Brother
Ibyo ukora bikuri kumutima nukuri. God Protection Fabu
Imana ikujimbere gose biranguke nkuko uvyifuza kbx.
Imana ikuje imbere kweli uwo mugambi niwo
I love this guy
Umubwire ampe akazi je suis conducteur des travaux niveau A2 experience 3 ans dans les différents chantiers
inde amukubwirira? mwironderere wamugabo we
Rondera numero yiwe 😊
Kabisa huyu Murundi nikitu ambacho Mungu alijaria ichi ya Burundi warundi musifanye kosa kabisa ira mumusayidie naa ichi imusayidiye
I love this guy…
Imana lbahezagire, gusa jewe nsaba akazi ko kwugara izonzu kuko nsazwe ndu mu menuiserie
Big up ubikora neza CN ubahw kbx uy naw niyirambire hobonek aband 5 nkuwo 2035 twobatugez Kure muzobwr akazin kiw ndamwisa bir akaz kikiyede suk NN musaza
Wow karibu iwacu haterembere bari barahibagiye
Fabrice nintwari kbx hejuru cane🙏🙏
Imana ingufashee
We love you guys push and push Msy The Lord protect you.Patrick is among the ones who should have security services from government please
Wow kuri 19:08 to 19:12 ico kintuu bacumveee goseee👏👏👏
Talented guy!
Courage Cyanee Brother Fabrice
Bari baravuze ko uburundi buzubakwa ntitwari tuzi ko buzubakwa n'umugabo umwe😅😅😅😅
🤣🤣🤣 n bandi bazoza
@@fierceharpy4636 nibanyaruke
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ibaze vraima
None mwabonye ko yabikozed😊
Make burundi paradise
Iyo project ni nziza cane kweli ❤
Love you men ❤❤❤❤ keep Burundi clean ❤
Mwompa num ya fabrice??? Merci ndafis idee nkeney k twoganira merci
Ibibintu bije kuMPWEMU idasanzwe vraiment. Gaël komera kuduha amakuru akenewe.
Bravo
Courage Fabrice
Bro turagusavye wubake ikibuga cumupira uruwambere muburundi
Waoo🎉❤
Big Fizzo arakeneye inzu imwe murizo mumwandike hakiri Kare 🙌
Ndi muri tanzania nkora hight qualit design gypsum ngaho nanje ndose akarusho ko gushobora kugaruka muburundi igihugu canje.
Imana yarakoze gushira ivyiyumviro nkivyo mubantu babarundi encore plus umurundi 🤗🙌🙌
Good to hear our brothers from Burundi.are we rwandan allowed to buy?
Of cours
Gaël komereza kuruwo muvuduko ni Sawa
Imana imana ibane namwe
Love sana
Fabrice n'intwari kbsa
Fabric inzozi nziza pe.
Mushiremwo namanzu arimwo amafloor yohasi ,Ivuriro rigezweho,isoko rigezweho rishobora kubaririmwo kirakintu,utunyubako twasugumwe kungenzi kuko impande y ikiyaga haha activities nyinshi rero isuku ry inshi ,umutuzo hagite n umutekano,Sitation yokunwesheshako igitoro kuri buribarabara ririkokaburimbo vyibavyiza kuba zubatsweho kuko nikuza muri Congo dukoresheze amato vyokworoha na Postage ya Poster kurungikako ibintu,amakete,nibindi byinshi bitandukanye.
mu Rwanda turabakunda cyaneee
Wouah ❤❤❤
Umusi umwe nakoze ama recherche kunsiguro y'izina Fabrice Ivyo nabonye narumiwe🙆♂️ ihere ijisho Fabrice :homme courageux et combatif bien que mefient.
Duhe contacts SABO bantu Gaël.
Hey bro big up my big bro
Imana izobakomeze
Mushime Imana ko PRESIDENT NDAYISHIYE akunda abaturage be ntavangura ariko twebwe hanze yu Rda hari abantu benshi bafite ubutunzi bwinshi cyaneee ariko bwabugome bwa Presida kagame wakuriye mu muhanda yirirwa abahiga mubihugu bitandukanye abandi akabicirayo bagabo mudusengere Uwiteka amukureho natwe tuzubake u Rda
Ihangane azopfa nibukebuke
Fabrice ndakwemeye urumutama pe nimuze mwubake iwacu ikabonga kumbizi ikibanza kirahari
Nzokugwa inyuma batama
Ni muduhe nr tworonderako fabrice, hariho izo atavuze ayo zigurwa
You are Burundian hero this is good work brother Donald Trump he has done it to America one day Burundian will voting for you
Imageee ni top 👏👏👏👏👏👏👏
Bahungu beza murashoboye
Komera komera nivyigiciro ivyo uriko urakora mugihugu👍🙏
Komera bro
❤❤❤❤❤
Nyakwubahwa ndayishimiye ndamukuriye inkofero
Wawuuu ko biryoshe caneee komera komera Fabrice
Nkur inyuma kbx❤
Ikindi gihe muzokubake Ama sous sol nimwaza muraronka terrain aikomeye nkiyo
Ko ntimwaduhaye inumero tuzobaronderako please give us the numbers
Karibu iwacu Mu Rumonge
Ku Mpwemu nyishi
Umukubito duhe numéro za fabrice
Turamukeje uwo mugwizatunga Fabrice
Nzotaha nguriyanje ngaho
Courage cane
Komera kwibanga fabriceeee
Mukabezi
Binafsi zipo bei chini kwa Kweli $150.000 nyumba kamaizo nihiletu atuna nazo kabisa
Hejuru can 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Munduhe inimero yawasampu
Nivyokwe wizeye imiryango barahemuka
Courage turagushigikiye 100/100 Canada
mufate mu mugongo bwana Nihorimbere Pacifique
Congrats to Fablic but we need tallest buildings towers in Burundi
in order to dincrease land uses