INZAMBA Y'UMWAMI YESU IMAZE KUVUGA||Chorale 1 Eglise de Pentecôte de Bujumura-Nyakabiga
Вставка
- Опубліковано 23 чер 2021
- MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Imana yomwijuru ibahe umugisha
Mwishi cyane bakozi
B,lmana mukomeze mukore
Umurimo w,lmana lzabahemba
Musome abakorinto 2.
Amen 🙏💖
Imana ibakomeze chorale nkunda cane!!!
Amen 🙏💖
Wonderful song,,,,, indirimbo yivyizigiro
Thank you and God bless you abundantly for your watching and comment 🙏💖
Amen Amen Imana ibahezagire
Amen 🙏💖
Imana ibakomereze kuyikorera muri uyu murimo
Amen 🙏💖
My best choir ! Vous êtes une bénédiction en pr l'église Pentecôte Nyakabiga et du monde des chrétiens en gnl.
Amen🙏💓
Imana Ibahezagire kd Imana Izoduhe kwumva inzamba y'akabanga
Amen 🙏💖
Amazing song and instrumentals, lots of love from India,
Amen! God bless you 🙏💓
Imana ibakomeze
Amen 🙏💖
Mwamiyesu abahezagire turabakunda cane muraturemesha turi mubihe vyoroshe nibigoye ni Alexis amen amen
Amen. Yesu Kristo ashishikare kubahezagira🙏💖
Ndaryohewe cane.
Mwumve umugisha mwinshi w'IMANA.
Amen👏💖
Nukuri muranyubaka can
Amen 🙏💖
BONJOUR. 💚💞DE L'OCÉANIE
Bonjour. Que Dieu vous bénisse notre sœur en Christ de l'Océanie !💓😍
Imana ibongere imigisha
Amen!🙏💓
AMEN MUNGU awabaliki sana tena sana
Amina🙏 Mungu akubariki pia ndugu mpendwa Eric💓
Tuhan memberkati mu saudaraku salam dari indonesia
🙏💓
Amen 🙏
Amen 🙏💖
I love the song 🙏 translation please
God bless you abundantly 🙏💖
God bless you today and forever 🙌🙏!
Amen🙏💓
Amen twame tugavye bene data
Amen!Ego cane🙏
Muhezagigwe
Amen
Be blessed
Amen. Be blessed too🙏💓
Pasteur laurent
👏💓
Alléluia!
Amen 🙏💖
AMEN😘😘😘😘
Amen🙏😍😍😍
I’ll like to know where this church is located at
Hi! This church is located in Bujumbura City, the Capital of Burundi🇧🇮😍
😂
🙏💓
😂
🙏💓