INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA - Old Protestant Hymns Lyrics/Pentecôte Bujumbura - Nyakabiga

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 гру 2022
  • Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album 1 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Nyakabiga - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 503

  • @wiyangamoussa3002
    @wiyangamoussa3002 Рік тому +11

    Waoh
    Uwahezagiwe wese nizi ndirimbo ashireko aminaaaa

  • @ezechielndikuryayo684
    @ezechielndikuryayo684 Рік тому +4

    Yesu azobibahere imigisha kubwu butumwa bwiza mwashoboye kudusangiza nabtinjirira ngaho turafashwa caaane Amina

  • @ericitangishaka2780
    @ericitangishaka2780 Рік тому +4

    Yesu abahezagire cane cane

  • @elianemushiranzigo
    @elianemushiranzigo Рік тому +2

    Amen Alleluya. Yesu Umwami wanje niwe aruta incuti zose zo mw'isi. Imana ibahe umugisha ibongere n'amavuta yayo.

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 Рік тому +2

    Izo nizo ndirimbo zo guhimbaza Imana rero apana zimwe z'insaku n'izo guciriran'imanza. Sawa soyez bénis au Nom Puissant de Jésus Christ de Nazareth

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Que Dieu vous bénisse abondamment 🙏💖

  • @user-yw1or5tb8s
    @user-yw1or5tb8s 4 місяці тому +2

    Amen amen.yesu arushirize kubaha amavuta masha

  • @alexiskuwizerwa7543
    @alexiskuwizerwa7543 9 днів тому +1

    Mu Rwanda turabakunda cyaneee,ahubwo mukore indi Album y'izindi ndirimbo ,ziraturyohera cyanee,Murakoze!!

    • @meirratv
      @meirratv  9 днів тому +1

      Yesu abahezagire cane. Album yindi yaramaze guhera, hasigaye ko ija ku mugaragaro. Muyirindire mwihanganye!

  • @kevinuwimana5898
    @kevinuwimana5898 Рік тому +2

    Sha Muduhe nizindi kabisa...ubundi iri niragi ryiza, kandi kubantu tutari Muburundi biradufasha gusengera muri izi ndirimbo

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому +1

      Yesu Kristo abahezagire cane! Album igira kabiri audio yaraheze hasigaye video twizera ko mu misi itari myinshi izosohoka.

  • @munezacharles9116
    @munezacharles9116 5 місяців тому +3

    These are anointed songs. Be blessed all of you stars

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @godalone3487
    @godalone3487 5 місяців тому +1

    Kuva murwanda ndabakunda nshuti mukomere mu Mwami Yesu abahe umugisha.Niwe aruta inshuti zose zose zo mwisi

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Yesu aguhezagirane natwe mwene Data🙏💖

  • @archengineer
    @archengineer Рік тому +2

    Yesu n'abahe umugisha

  • @impuhwechoirofficial1149
    @impuhwechoirofficial1149 Рік тому +2

    Muhezagigwe bakozi b'Imana, Iyi ni Chorale Impuhwe tubifurije kuzagira umwaka mwiza wa 2023

  • @AmielIranzigama
    @AmielIranzigama 7 місяців тому +2

    Amen Amen Amen
    Mukomerezengaho imyambarire yanyu irabaranga nimwebwe mukwiye kuba urumuri itabaza kubandi baririmvyi mukomeze,

    • @meirratv
      @meirratv  7 місяців тому

      Amen Amen Amen. Murakoze cane ku mpanuro nziza mudushikirije🙏💖

  • @gastonbarankiga2746
    @gastonbarankiga2746 5 місяців тому +3

    Soyez bénis de l' Eternel pour avoir produit cette œuvre des cantiques à l, ancienne mode

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖
      Un autre album est proche !

  • @JPierreBIKORIMANA
    @JPierreBIKORIMANA 25 днів тому +2

    Imana ibahezagire muruwo murimo wa Data

  • @rutayisirejeanclaude7403
    @rutayisirejeanclaude7403 8 місяців тому +2

    Aleluya Yesu ntazansinga nkimfubyi no mu mwijima yaka nkinyenyeri iteka ngo ntayoba.Asifiwe Bwana Yesu Kristo.Muhezagigwe cyane iteka❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  8 місяців тому

      Amen Amen Amen 🙏💖

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 Рік тому +2

    Again, Imana Ibahezagire kugikorwa Ciza. Turarindiriye nizindi.

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. N'izindi ziriko zirategurwa!

  • @MbabaziLucky-tx7en
    @MbabaziLucky-tx7en Місяць тому +2

    Mbonye mukunzi mwiza Koko nibyo ryose I have liked the song very much God continue to give me favour and power, protection in whatever I do God give me courage to move on not to down in Jesus name Amen 🙏

  • @remegiebimenyimana8376
    @remegiebimenyimana8376 6 місяців тому +1

    Muhezagirwe bakundwa izindirimbo ziradufasha gose mushishikar muzishireko zose,nyakabiga yubahwe.amen

    • @meirratv
      @meirratv  6 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @yvetteininahazwe7244
    @yvetteininahazwe7244 5 місяців тому +1

    Amen amen. Mufashije umutima wanje nukuri. Komera mukorera umwami mu gihe canyu❤

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 Рік тому +2

    Ndabasabiye imigisha myinshi, mbega indirimbo nziza.

  • @user-sj3xk8fr4g
    @user-sj3xk8fr4g 3 місяці тому +2

    Ameeen ndafashijwe can Imana ibahezagire can 🙏

  • @damascenengirinshuti2211
    @damascenengirinshuti2211 7 місяців тому +3

    Yesu abahezagire mwese amen 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @ernestndayiziga642
    @ernestndayiziga642 Рік тому +2

    Âme amen,yesu abahezagire cane.

  • @YvesBukeyeneza
    @YvesBukeyeneza 6 місяців тому +1

    Imana yo mw'ijuru ibibaharureko nko kugororoka!!!

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @JosueNIJIMBERE
    @JosueNIJIMBERE 2 місяці тому +1

    Amen Yesu ashimwe ko yatanze ubwenge n'ubuhinga bwo kumuririmbira 🎻🎤🎸🪕

  • @Gloria26799
    @Gloria26799 Рік тому +3

    Congratulations kundirimbo nziza mwaduhaye mwese muhezagirwe.nakunze nuwo muma avuza ingoma ❤❤

  • @pascalngendakumana9338
    @pascalngendakumana9338 Рік тому +2

    IMANA Ibakomeze mubikorwa muyikorera.

  • @laurentnsabiyishura2863
    @laurentnsabiyishura2863 Рік тому +1

    Yesu abahezagire izi ndirimbo zubaka imitima myinshi

  • @jeremiensengiyumva3004
    @jeremiensengiyumva3004 Рік тому +1

    Imana ihezagire ibikorwa vyanyu,ndabakurikira kandi muraruhura umutima wanje. Hallelujah

  • @dariyakarigirwa5934
    @dariyakarigirwa5934 Рік тому +2

    Imana Ibahe imigisha kandi izina rya Yesu ryamamare 🙏🙏

  • @joselinefaida
    @joselinefaida 9 місяців тому +2

    Imana ibongere imigisha Muririmba neza cane 🙏🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  9 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @umuhiresandrine3741
    @umuhiresandrine3741 Рік тому +1

    Muhezagigwe bwoko bw’Imana
    😭😭😭Ndafashijwe Mu mutima. Muri beza
    Muruho ubwiza bw’Imana🙏🏻🙏🏻🙏🏻

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen Amen Amen 🙏🙏🙏💖💖💖

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 Рік тому +2

    Amen amen amen sifa kwa Mungu🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @uwayesuchristian3829
    @uwayesuchristian3829 Рік тому +1

    Hallelluyahhh, ama cantiques meza cyaneeeee. YESU abahe umugisha mwinshi chorale pantecote Nyakabiga. Sending love & Prayers from Rwanda🇷🇼

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen Amen! Yesu abahezagire namwe🙏💖

  • @EgideNdagijimana-nt7hu
    @EgideNdagijimana-nt7hu Рік тому +2

    Amen yesu nabahezagire kbx

  • @solivanmelodocanto2053
    @solivanmelodocanto2053 Рік тому +1

    Lindo... lindo demais... Achei um bom amigo... Jesus o salvador!...🙏

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      God bless you abundantly 🙏💖

  • @ericndayishimiye7623
    @ericndayishimiye7623 Рік тому +2

    UWITEKA IMANA YOMWIJURU IBAHE UMUGISHA UTAGABANIJE. NKABIPFURIZA NIHEREZO RYIZA ❤️

  • @elieirafasha4629
    @elieirafasha4629 Рік тому +1

    Yesu abahe umugisha mwinshi, indirimbo zirimw'amavuta.

  • @user-zl2vb3tj6e
    @user-zl2vb3tj6e Рік тому +2

    Amen !Ndapfurij guhor mugakiz

  • @elientakirutimana9810
    @elientakirutimana9810 Рік тому +2

    Ndabakunda cyane Imana ikomeze ibakoreshe Umurimo wayo!!!!!

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen 🙏💖

    • @elientakirutimana9810
      @elientakirutimana9810 Рік тому

      Mwaretse nkabaha numero yanjye nkoresha kurinwhatsapp mukazazimpa ari audio nkajya ngenda nzumva mu modokali?? Byakunda?

    • @bizimanakosiriya9138
      @bizimanakosiriya9138 Рік тому

      ​@@elientakirutimana9810 n 3½

  • @nzeyimanaodette6077
    @nzeyimanaodette6077 Рік тому +1

    Bazoduhe nizindi Imana ibahe umugisha mwishi cane kurizindirimbo

  • @valeriemozzi5460
    @valeriemozzi5460 Рік тому +2

    I LOVE YOU JÉSUS CHRIST 💙💙💙🙏🏽🙏🏽💕

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      God bless you abundantly 🙏💖

  • @yvonnegahimbare
    @yvonnegahimbare 9 місяців тому +2

    Amen ndabakunda nkunda ningenemuririmba

    • @meirratv
      @meirratv  9 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @privatniyokwizera4792
    @privatniyokwizera4792 Рік тому +1

    Muririmbe munezerewe kristo arakunda abanyavyaha Amen muhezagirwe

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Namwe muhezagirwe 🙏💖

  • @niyungekodarius6541
    @niyungekodarius6541 Рік тому +2

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah
    Amen amen

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏💖💖💖💖💖

  • @rehemakatana7029
    @rehemakatana7029 8 місяців тому +2

    I didn't understand by the wemons wear respectively and praise God this is how we are supposed to look God bless you

    • @meirratv
      @meirratv  8 місяців тому +1

      Amen 🙏💖

  • @alexiskuwizerwa7543
    @alexiskuwizerwa7543 11 місяців тому +1

    Amen,muririmbe n'izindi ,zaraturyoheye cyaneee,Imana ibahe Umugisha

    • @meirratv
      @meirratv  11 місяців тому +1

      Amen. N'izindi ziriko zirategurwa vuba cane tuzozibashikiriza. Mushishikare guhezagirirwa!

  • @user-iz8ew1ku1j
    @user-iz8ew1ku1j 7 місяців тому +1

    woooow, ndabakunze cane rwose basangirangengo b'i Burundi. Uwiteka aduhane umugisha. munkumbuje igihugu cyo mu ijuru aho tuzahurira duturutse mu amahanga atandukanye y'isi. mbasabiye ngo twese tuzahurireyo. Ndi umu adventiste du septieme jour ariko twese turi umwe muri kristo Yesu ndabakunda.

    • @meirratv
      @meirratv  7 місяців тому +1

      Amen Amen. Kristo Yesu aguhezagirane natwe muvandimwe mukundwa 🙏💖

    • @uwamahoroclaudine6891
      @uwamahoroclaudine6891 7 місяців тому

      Amen 🙏

  • @janenshimiyimana2924
    @janenshimiyimana2924 Рік тому +2

    Nice song I love it

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      God bless you abundantly 🙏💖

  • @sabimanaadolphe6023
    @sabimanaadolphe6023 Рік тому +1

    Yesu abandanye abahezagira noël nziza mwese

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Noël nziza kuri twese🙏💖

  • @nicolemushimiyimana5358
    @nicolemushimiyimana5358 Рік тому +1

    Murarirmba neza cyane uwiteka abampere imigisha 🙏❤

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Namwe Yesu Kristo abahezagire 🙏💖

  • @yvonnegahimbare
    @yvonnegahimbare 3 місяці тому +1

    Amen tuzomubona Yesu

  • @GerardNiyungeko-ec4os
    @GerardNiyungeko-ec4os 3 місяці тому +1

    Yesu,abakomeza kkomukijije imitima yarushe

  • @NiyontezeEraste-kf1yp
    @NiyontezeEraste-kf1yp Рік тому +1

    Indirimbo zanyu zitwongerera inkomezi. Turabakunda cyane. Murantera inkumbu nyinshi yo kuzosubira gusengera muri église yacu nabayemo imyaka myinshi gushika 1994. Ndizera ko un jour ou l'autre nzobishikako. Imana ikomeze ibatuzigamire.

  • @MbabaziLucky-tx7en
    @MbabaziLucky-tx7en Місяць тому +1

    Lord I need that river of blessings Amen 🙏

    • @meirratv
      @meirratv  Місяць тому

      Amen. May the Lord grant you what you prayed for 🙏❤️

  • @user-jc5pb9il8e
    @user-jc5pb9il8e 7 місяців тому +1

    Soit bénis dans le précieux nom du Seigneur Jésus Christ pour ces cantiques.

  • @hakizimanaaline196
    @hakizimanaaline196 Рік тому +3

    Amen🙌

  • @solivanmelodocanto2053
    @solivanmelodocanto2053 Рік тому +2

    Esse louvor pra mim é vida!...🙏⭐⭐⭐⭐⭐

  • @LeonardMusengimana-nr8qq
    @LeonardMusengimana-nr8qq 11 місяців тому +2

    Imana ibahe umugisha bwoko bwimana mwe

  • @dinosTz
    @dinosTz Рік тому +2

    Bagenzi muramfasha gose nama nabumviriza naha dar es salaam muranduhura muhezagigwe

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen 🙏💖
      Ushishikare guhezagirirwa.

  • @yvetteniyomwungere7024
    @yvetteniyomwungere7024 Рік тому +1

    Allia Yesu!! Amena! Imana ibampezagirire

  • @godalone3487
    @godalone3487 5 місяців тому +1

    Tuzabana n'Imana data ahatazaba imbibi zimipaka

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @nzabandorathomas9428
    @nzabandorathomas9428 Рік тому +1

    Munyibitsa iminsi ya kera ubwotwakiraga Yesu nkumukiza wacu.

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Yesu abahezagire cane🙏💖

  • @terencebanter967
    @terencebanter967 Рік тому +1

    Imana ibahezagire. Bishobotse mwoturirimbira indirimbo zo guhimbaza Imana zose kugira tuez twame dufise amajwi nyakuri y’uko ziririmbwa. Murakoze kandi Yesu abampere umugisha. M’étira TV mamwe mukomere cane ku gikorwa mubandanya mu kutugezako ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo.

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Murakoze cane kur'ico ciyumviro ciza. N'izindi ndirimbo zitari nke turamaze kuzitegura mu misi iri imbere tuzozibashikiriza. Mushishikare guhezagirwa 🙏💖

  • @user-uj1lf7pk2k
    @user-uj1lf7pk2k 6 місяців тому +2

    Praise be to the lord

    • @meirratv
      @meirratv  6 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @user-hv4px1dh4l
    @user-hv4px1dh4l 3 місяці тому +1

    Imana ibahezagire caane❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @great683
    @great683 7 місяців тому +2

    YESU abahezagire Cane

  • @sifadianeirankunda9000
    @sifadianeirankunda9000 Рік тому +2

    Amen amen Yesu arampisha.

  • @renilidakubwimana7716
    @renilidakubwimana7716 Рік тому +2

    Amen muhezagigwe🌹

  • @adielmukozi5983
    @adielmukozi5983 Рік тому +2

    Best song ever

  • @godalone3487
    @godalone3487 5 місяців тому +5

    Nifuza ko abanyarwanda n'abarundi babana neza kuko turi abavandimwe
    Ibaze nkubu zino ndirimbo ndazumva ntakeneye umusobanuzi yewe numurundi usoma iyi commenteur ntakenera umusobanuzi.Ikinganza cya Yesu kibe muwacu.ndabakunda
    Mbyutse ndirimba nyuzura.

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому +1

      Amen Amen Amen! Yesu Kristo aguhezagire cane, ashitse n'icipfuzo cawe c'uko Abarundi n'Abanyarwanda tuba bamwe, na kare turi bamwe mu Mwami wacu. Ndanezerewe n'iyi commentaire yawe🙏💖

    • @user-zd9ck8km5i
      @user-zd9ck8km5i 4 місяці тому +1

      Merci bandimwe muri Kristo. Imana idukangurira kubana mumahoro kandi koko abanyarwanda n'abarundi turi abavandimwe, naho ibindi biducanishamo ni imigambi ya Satani n'abakozi bayo tubyime amatwi
      Imana ibahe umugisha

    • @Bapfunya
      @Bapfunya 4 місяці тому +1

      Imana izobikora turibamwe

    • @godalone3487
      @godalone3487 4 місяці тому +1

      Ndabakunda cane nubu nicaye muri bureau numva

    • @maishacenter-eastafricatv3976
      @maishacenter-eastafricatv3976 3 місяці тому

      Umuzungu yaraduhenze sha, urwanda ntirubaho, uburundi ntibubaho ni igihugu kimwe​@@godalone3487

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin6629 Рік тому +1

    Imana ishimwe. Noneho dusome Yudita ibice icumi Umurongo wambere, kujyeza kuri kane Yudita amaze gutakambira Imana yabisiraheli, 2 arahaguruka ahamagara wamujawe, amanuka mucyumba yakundaga kujyamo ku isabato no kuminsi mikuru. 3 nuko yiyambura imyambaro yakababaro niyubupfakazi, ariyuhajyira yisiga amavuta meza ahumura, asokoza umusatsi we maze awufatisha agatambaro. Yambara imyambaro myiza cyane yakundaga kwambara mu minsi yumunezero ijyihe umugabo we manase yari acyiriho. Hareruya iri ni ijambo Ryi Imana. Ariko najyirango nkwibutse ko niba ujyifite abahirwe yo kubona mujyenzi wawe nezerwa kuko harijyihe, bihinduka. Nyamara ugasanga ntacyo wakoze, kandi ntanicyo uribukore. Ngaho kara bijyishoboka ko ukora Imana ishimwe.

  • @marcelmandela7149
    @marcelmandela7149 Рік тому +1

    Murakoze kurizi ndirimbo. Ziranyubaka

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Mushishikare guhezagirwa 🙏💖

  • @user-db3pn3db1b
    @user-db3pn3db1b Рік тому +2

    amen n'umukunzi mwiza

  • @hacimanaetienne-wj1gp
    @hacimanaetienne-wj1gp Рік тому +2

    Hallelujah

  • @mwenentare2930
    @mwenentare2930 4 місяці тому +2

    Amen!

  • @marienyi579
    @marienyi579 Рік тому +2

    Imana ibaha umugisha wuzuye pe

  • @donatienntirutwa6328
    @donatienntirutwa6328 Рік тому +1

    Egooo cane tuzobonana. Yesu abahezagire cane

  • @jeaninecampwata2906
    @jeaninecampwata2906 7 місяців тому +2

    Amen yesu nashimwe

    • @meirratv
      @meirratv  7 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @Sethbenoit7
    @Sethbenoit7 Рік тому +1

    Ndabakunda,ndabakumbuye,indirimbo nkizi zinkunbuza mu Nyakabiga aho nkunda cane. Yesu abahe umugisha ko mukomeza guzigama orginalité y'izi ndirimbo dufise mu igitabo kuko hari benshi bagenda baraziririmba ukutariko bikambabaza.
    Ndakumbuye kuririmbana namwe ninza bizonduhura umutima!

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen! Yesu Kristo aguhezagirane natwe Mwene Data Seth-Benoît 🙏💖
      Karibu cane mu Nyakabiga.

  • @valeriemozzi5460
    @valeriemozzi5460 Рік тому +1

    MERVEILLEUX JÉSUS CHRIST 💙💙🙏🏽🙏🏽👍

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Que le Seigneur vous bénisse abondamment 🙏💖

  • @nigaruraodette9738
    @nigaruraodette9738 Рік тому +1

    Iman ibahe umugisha niherezo ryiza nukuri muzoje mwijuru

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen Amen🙏💖
      Tuzorijanemwo!

  • @moisecishahayo
    @moisecishahayo Рік тому +3

    Amen amen 🙏🙏

  • @damascenengirinshuti2211
    @damascenengirinshuti2211 Рік тому +1

    Umwami Yesu abahezagire mwese

  • @niyungekodarius6541
    @niyungekodarius6541 Рік тому +2

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen Amen Amen 🙏💖

  • @user-rj1vr7jl6d
    @user-rj1vr7jl6d 5 місяців тому

    Mu ijuru nta mwera nta mwirabura tuzareshya.Amen

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @user-cs5sy4zi5k
    @user-cs5sy4zi5k 4 місяці тому

    Amen, Imana ibahezagire

  • @user-bu3yg5ex4s
    @user-bu3yg5ex4s Рік тому +1

    Imana ibongere amavuta ikindi ndifuza gusengera ahahantu

  • @user-bx6ys1ph8v
    @user-bx6ys1ph8v 6 місяців тому +1

    Merci Seigneur

    • @meirratv
      @meirratv  6 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @mayamonabeatrice6823
    @mayamonabeatrice6823 Рік тому +1

    Amen and amen muhezagirwe cane

  • @SalvatorNduwimana-wj6vp
    @SalvatorNduwimana-wj6vp Рік тому +2

    Je suis fière de ces chansons

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Demeure fier et béni 🙏💖

  • @ashimwebrave784
    @ashimwebrave784 Рік тому

    Imana Izamfashe nzasengere Murusengero rwanyu Imana izahangeze. Ntuye Mu Rwanda

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Karibu cane Yesu aguhezagire🙏💖

  • @edisonmunyanshongore6606
    @edisonmunyanshongore6606 Рік тому +1

    Thanks for songs. Be blessed abundantly dear brethren.

  • @antoineteniyo599
    @antoineteniyo599 Рік тому +1

    Amen 🙏 mbarikiwe

  • @oliviermugisha1371
    @oliviermugisha1371 Рік тому +1

    Angaburira manu yo mw'ijuru.. Aruta inshuti zose zo mw'isi.

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 2 місяці тому +1

    Courage! Vuba muduhe izindi shasha kugeza izirimugitabo zose tuzimenye kuzihibongoza

    • @meirratv
      @meirratv  2 місяці тому

      Murakoze cane kudutera intege. Turizera ko Album igira 2 igiye gusohoka vuba kuko yarahejeje gutegurwa hasigaye uburenganzira bwo kuyishira ahabona.

    • @lovepeace5460
      @lovepeace5460 2 місяці тому

      @@meirratv Glory to the Lord!

  • @protogeneiyakaremye7963
    @protogeneiyakaremye7963 Рік тому +2

    mufite imano nziza kandi muririmba neza ka kera ADPR itaravangirwa .

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 Рік тому +2

    Amen Amen Amen !!!

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen Amen Amen 🙏💖

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 4 місяці тому +1

    Hallelujah hallelujah 🎉🥳🥳😀🥰🥀🌺🌺