IMANA YAMUTUMYE KUBURIRA ABANTU KU VYAHA 3 BUCA BISIGAZA BENSHI MW'ISI - Pasteur Bénoit NTAWUYANKIRA
Вставка
- Опубліковано 27 лис 2024
- Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane mon Pasteur. Ndakiriye Ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA
Amen 🙏💓
Imana iguhezagire mukozi w'Imana turigufashwa cane
Amen 🙏❤️
Amen, Amen. Uhorah'Imana adufashe kuko ntivyoroshe kumwana wumuntu
Amen 🙏💓
Imana Impe kuguma mumasezerano y'Imana
Amen 🙏💓
Imana ibahe Umugisha .ijambo ry'Imana rifasha ubugingo
Amen 🙏💓
Amen murakoz cn,bwana pasta imana ibandanye kubiyereka
Amen 🙏💓
Imana ibahezagire cane Mukozi w'Imana
Amen 🙏💓
Imana iguhezgire mukozi w'Imana kubwo kuba watugaburiye ijambo ryiza.
Amen 🙏💓
Amen Amena Imana iguzagire mukozi w Imana
Amen 🙏💓
Imana idufashe
Amen 🙏💓
Imana Ishimwe cane
Amen 🙏💓
Imana,iduharire
Amen 🙏💓
Hezagigwa canemugu akubariki ❤❤❤❤❤❤
Amen 🙏💓
Yesu zguhezagire
Amen 🙏💓
IMANA UKUBE HAFI🙏
Amen 🙏💓
Amen Imana idutabare
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓
Turabasaba abaru mubuhinga bwivyuma ibitabo hamwe nimbice bmukaza muvyafisha
😅
Hezagigwa mukoziwimana
Amen 💓🙏
❤❤
🙏💓
Ego
🙏💓
❤❤❤❤❤
💓🙏
Amen
Amen 🙏💓