Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Igingi araciyubwenge kabisa❤❤❤❤
Imana ibahezagire Cane Mon Pastor Dieudonne. Ndashigikiye ibi be ganiro
Kigingi oyeeee🎉🎉🎉
Kigingi , urumuntu wanj... You make my days
Waaaauuuuu ni bintu biryoshe kabisa, kigingi ndakwikundira tu
Kingingi ni umuhanga ndamukunda kabisa Rwandan born in Burundi (Kirundo)
Toutes mes felicitations Monsieur Dieudonne' pour votre show.
Merci bcp Pasteur Il vient de m’inspire dans mon domaine (Music)
Kigingi je mbaye ndagusaba akazi vrt muri industrie yawe
Kigingi vrtt,urumurwaneza vrttt.
Ubuzima nukwubaka histoire kabsa
Kigingi ufise ubugwaneza muntu wanje😊 Ndagufana cane
Kigingi arabonekako afise personnalité forte,nanone arabonekako afise indero yokuziko,nubwo akina comédie urumvako muri vyose,bifise umurongo wurupfasoni kirundi.narumviseko azogira mariage vuba, lmana izokwihere urugo rwiza caaane,kndi izobikora.
Mwakoze kubatumire
Ego vrt nkubu nari mpejeje kurizwa numuntu mbonye afise ibibazo sinari nzi ko uyu musi hari ikintu nakimwe gisubira kunezereza ariko ndavye comédie nka zitatu za Kigingi natwenze vyanse nuko mpfunga umunwa😂
Interview nziza Cane bravo 👏 👏 👏 👏
Tuzanire abadandaza baduhe ubumenyi
😂
Bama baje niw udakurikirana
@@agacirotvburundi7403 oya ntibaherutse mperuka wamu directeur wa home design gusa
Congratulations #Dieudonné NAHIMANA for your show
Uri umuhanga cyane 🎉
Mercie Dieudonne
Interpellation aux burundaises aussi à mettre en pratique la comedie.niho vyoryoha cne kandi message zose zigatangwa .songa mbere
Kiging uracar nember one
❤❤❤❤
nibaza ko nimba atari vyza gushira photo yawe kuri profile kuko nibaza ko ari ikiganiro ca tv. niko mvyumva
Nubu nyne mbona ari comédie, uti ntiwasomye ubuministre,haaaa.nukuri warihiririweee.
Kigingi nuwambere
Kigingi 💪💪
Comedy ni transmettre un message. Avec quel objectif alors!!! Comment!!! Y meler de l'humour. Que le message passe toute en twenzant
Samandari ntiyabayeho hhhh
Bishasha😁👏
👌👌
Kigingi uranyishe😂😂😂😂
🤣😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nibo. W
kigingi
Nice
Mbembabaze Mikael Mika yagiye hehe ko tutakimubona?
4 Nkenerwa Wokora Mbere Yo Gutangura umugambi canke Business yawe raba hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻ua-cam.com/video/k19sbTBY8nk/v-deo.htmlsub_confirmation=1
Komera
Haaaa,ATI kina rero twumve ivyuja kuvuga,haaaa.
Vrtt,nivyo des barrières zibintu bituma tuguma mubintu vyapfuye ,vyataye igihe genre,ethniques nibindi,nbe se twoja kwamuganga ukabanza kuraba uwukuvura icari,yemwe nukwiruhisha inutilement, nukubiheba.
#ImbonezaTalkShow👌
Sous-titre 🤔
Alooo muranryohera caaanee
💯🇧🇮💯
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndizera ntakekeranya ko comédie zikiza vrt.iyo numva mbihiwe nisi ndaba comédie.aba comédien bacu turabakunda caaaane
Nguku ulo wobona amafaranga muri 2021 raba hano 👇👇👇👇👇ua-cam.com/video/-SoRoc_jK9g/v-deo.html
comedie raba musabe comedie yigenge
Igingi araciyubwenge kabisa❤❤❤❤
Imana ibahezagire Cane Mon Pastor Dieudonne. Ndashigikiye ibi be ganiro
Kigingi oyeeee🎉🎉🎉
Kigingi , urumuntu wanj... You make my days
Waaaauuuuu ni bintu biryoshe kabisa, kigingi ndakwikundira tu
Kingingi ni umuhanga ndamukunda kabisa Rwandan born in Burundi (Kirundo)
Toutes mes felicitations Monsieur Dieudonne' pour votre show.
Merci bcp Pasteur
Il vient de m’inspire dans mon domaine (Music)
Kigingi je mbaye ndagusaba akazi vrt muri industrie yawe
Kigingi vrtt,urumurwaneza vrttt.
Ubuzima nukwubaka histoire kabsa
Kigingi ufise ubugwaneza muntu wanje😊
Ndagufana cane