Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ndabashimiye cnee kk bakinye ibiba mutama yavyumvise nahindure reo
Nukuri mrashoboye.
Bashats kuvuga umuntu ntavuze izina kukijanye n'urubanza.
Nukuri nikobiri manadutabara muburundivyararenze nimanayonyene
❤
❤❤❤❤
Abacamanza nuko baca izangondegonde kumvo yibiturire
Mwubahw sn wallah Kuko muraruenze sn wallah
Barazigoreka ngo nibwo muga bazobiryozwa harigihe bazoshikirwa
Jaman Manager wa IHURIRO TV nauliz mbn mnatukawiza kwa Season ya Mario nn tatizo tujulishen bs
Kabisa
Ihuriro yazimye? VIP
Nimwivugire basha mubikina mutabizi akarenganyo kabacamanza Ubu havuga inoti tuburanye kuva 2016 twarandikiye umushikiranganji wubutungane ntakanyishu turandikira président ntanyishuuu nimwikinire
Big up to Team Mutima
Bonne initiative, nukuri iburundi abakozi ba leta bahembwa nabi cane. Niyogituma barya ibiturire
Nivyo kbx Abantu birirwa baraburana bagatanga igiturire ivyo bintu societies yose ikwiye kubikuraho vyose Kandi vyose n'umukuru wigihugu agatanga itegeko uwufashwe agafungwa.
Team mutima ✌️✌️
Ivyonibik vrm
✔️
Basha nivyo natwe batugiriye kurubanza ryacu babonye ko abacamanza barufise arivugakuri baca bararubaka .ubu abatwiciye baridegevya
.e
😂😂😂😂Alice arabica bigacika🤣