Kigingi aradutwengeje kugeza naho..😂..||bangize umukobwa ndibura||Gasore na Raoul bariko baraza neza
Вставка
- Опубліковано 9 лют 2025
- Kigingi aradutwengeje turakumbagaye🤣//aratumeneye ibanga abakobwa ba buja//abanyarwanda abahaye pole
#kigingicomedy#sirenvibestv#bestinterview
Mwifuza kuduterera mu buryo ubwaribwo bwose mwotwandikira ku mbuga ngurukana bumenyi dukoresha
facebook: / 9hosy
instagram : ...
Canke mukaturondera kuri 61233934 canke 76711802
Utaravye part1 irabire aho👇🏽👇🏽
ua-cam.com/video/ZPLtIrMFYyo/v-deo.html
Kigingi is the best yoo Rosy muratesa meche y bleu mur aberew sanaaa
Rosy iy shati ni Medina
Rosi oman ntiwatuvuzee kigingiii
Nta emission y kiging yoba ndende
Kigingi is the best 😅😅😅😅🔥🔥🔥walah ararenze
Ik ganiro Cari kiryosh kbx🤣🤣 gusa Kigingi aragukoreyek ku kanyuma😆
Twiika musaza. Ndakwemera USA
Kigingi numu comedian hose nomubiganiro vyiwe...is very talented
Komera kumwuga sha Kigingi.umwuga urakiza.Abarundi hataho batarashika benshi bacana intege.Nabandi nibaze bagukurikire Igihugu cacu giterimbere.komera cane.uraduhimbara.
Aragukoreyeko osi... Ngo amatalle yahehe
Nanj iyo wigize umukobwa birashisha sana
Mutanga sud got talent
Greetings from your brother Mutanga Untied #akatiger
Aba bantu bogira couple nziza!!
murabiryosh San hosy na kigingi👌🔥
Ikiganiro kintwengeje pe!
🤣🤣🤣twahejeje part1&2 zose , kigingi azi kuryosha interview cane
Ndakunda kiging tro
Mbe kigingi yavukiy mumji cank numugamba jaranyobera kukirundi ciw😁😁😁😁😁😁😃😃😃😃😃
Oya sinzimvye niwe utagira amafranga 😀😀😀🤣🤣🤣🤣
Suko😂😂😂😂
Kigingi courage,kandi vraiment tegura ishure ryabana bato kizobarikintu kizima.
Hahahaaaa. Muy bien animado. Ánimo a todos
All the way from Rwanda we love you💗
Hhhh agenda akuvunaguye Imbabu uticunze
Kigingi number one 🔥🔥🔥
From Rwanda
Kikigi uruwambere😍😍😍😍😍😍😍😍😍
The 1st, much love from Africa TV Iwacu
😍😍😍😍
Hosy tks kabisa ejo utuzanir raoul
Sawa vuba
Kigingi, ndakunze ukuntu uvuze ko ibintu vyose mu Burundi babigize taboo, you are right? in Burundi abantu baragoye sana... nibaza ko ari ukuba tutaratera imbere cane mubintu vyerekey what s goin on in this world ...
Turabakurikirana %
Mukomere can
hhahahahahahahahahahah Kigali turabafana
🤣🤣🤣🤣mr. Kigingi
🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😆😆😆😆😆uwudaseka azoba atagir imbavu
Nukuri.kigingi urantwengej.ati.uwakera
Wa mugabo we uratwenza
big up kwa kigingi
Hahaaa kigingi aranyishe
😀😀😀 kigingi araruhura kabisa,
Kingingi we ifuuu kbs..Hhhhhh
Iki ganiro kiranyishe🤣🤣🤣
at ng ndakubonaa 😂😂😂😂
Kigingi munywanyi ndagusuhukije ndagukunda mugabo ndingaha igwanda
🤣🤣🤣🤣 naryohewe pe
Ndikumusego ndatwenga.. kandi selum irimuri jewe
kigingi vmt turagukunda cane
Mbega comédie , yarimwo ukubesha Kugira dutwenge.??
🤣🤣🤣🤣 kigingi kabisa umutiwamenyo
Ngo naza taille yawe🤣🤣🤣
Izahe!!!
Eeeeeeeeeeeeee😅
Tubereza ikibazo cawe
Juste aho hantu hosy yitwaye.... 😂
na Raoul arakwigana kwl uramuhanura abewe
Guys ubundi mwebwe munkorera umuti kbx☺☺☺😀
Turagukurikiye kgl kigingiturakwemera
kigingi cg cyigingi arasetsa kuburyo nawe yiseka
Non, Kigingi kirazira kuvuga umuntu umu pointa du doigt biratey isoni kuko ntuba uzi ivyo yiriwemwo nuko ameze. Kiretse ari umugenzi wawe mubizinanyemwo. Ubikomeje harigihe uzohura nuwashishwe nawe akagira réaction kandi ntuzi uko bizomera. So, twenza abantu utariko uradoma urutoki ku muntu numwe. Harimwo aussi le respect.
Urakungahaye Ku uwacyera
ndapfuye🤣🤣🤣🤣🤣
Waratomboye Sha wasanze wakera akidundega
🤣🤣🤣Kigng onzi wanj ndagukund
Good channel 👌
Kigingi ga mana urarenze😁😁😁😁
Kigingi nukur je ndakeneye link yiwe nukuri🤣🤣🤣🤣🤣pls
Ni Kigingi comedy
Kigingi ndamukunda mugabo jewe ntankunda...
Ariko musaza uranyica😂😂 urikutubeshera ngo 5000 zisigaye zizimvye wang😂😂😂 kimwe uraryohera peeee
Hosy iyoshati watanguye uyivuga noe raba Kigingi ahejeje ikiganiro ayivuze nawene😂😂😂 ikiganiro carikiryoshe caane gose
😭😭😭😂😂😂😂ishati yabaye ishati
Kigingi yubahweeee
Urakwiye abize management bakagufasha ukagurisha isura yawe vyokwinjiriza amahera menshi kurusha
Kubita croisé...hahahaha
Siren my Tv 😀😀
Ariko kuri buj EFM twarakubuze
WE kigingi
Umugore wa Phil Peter naramubonye ngaha ikigali ndamuhamagaye nti we muka Phili ni sawa ?
Yarampakije ngo ndamuhamagaye Mukafiri 🇧🇮🇧🇮
🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uzosubire😅😅😅😅😅
Ikibazo cama taille nticashitse kure😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆
Cabaye blocked 😂😂
Hahaha cabay blok kweri
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😆😆😆😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndabakunda
Je narinzi kumubaza ikibazo compte ya facebook yiw ifis 😅 story ziriko zirashirwako ziri 🔥😂
Kiging turagukund cn
Hosy araba nkuwaborew
Ndukumbuye murugop
Biraryosh
Wakeraa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hosy is the best 🔥🔥🔥
🥰🥰🥰🥰❤❤❤
🤣🤣🤣🤣🤣wakera uracariyo🤣🤣🤣
Ati wakera ha ha
Sister Uyaga Neza kweli Ufise Sound Nziza Kigingi Uzi Gutereta Br
Aba nibo artistes dukeneye muburundi, bishura bicishe bugufi! Apana bamwe ubabaza bakakwishura nakagaye, n'ikindi kibazo!
OSI Ikiganiro carikiryosh uzomugarukan atubwir icatumye ava kur Radio Buja FM,cumuha akaz kuri siren vibes tv
Sawa sawaaa
Woronka ayo uhemba kigingi ga hosy?
🙌
Nshaka kumenya kigingi asaniki na raoul?
Kosho cameramen 🤣🤣🤣🤣🤣
Uyuwe😂😂😂😂😂😂😂😂
Akarato ka feki nkako ngokarazimvye?
😂😂😂👍
😂😂
Hhhhhh🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
hahaha
🇷🇼🇷🇼🇷🇼👌🖐🖐
😂😂😂😂😂😂
ua-cam.com/video/EczRODJCJa0/v-deo.html
Menyaibintu bibiri by'ingenzi bitera Kubura urubyaro ku abagore.
Ese wakora iki igihe wabuze urubyaro. Kurikira Icyiza tv
🤣😀🤣😀🤣🤣😀🤣😀🥰😂🥰😂🥰😂
Y
Host.com
Nivyiza but amazi niyo unywa nki fanta hhhh noma sana
#🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😂😂😂😂😂😂
ua-cam.com/video/EczRODJCJa0/v-deo.html
Menyaibintu bibiri by'ingenzi bitera Kubura urubyaro ku abagore.
Ese wakora iki igihe wabuze urubyaro. Kurikira Icyiza tv
😂😂😂😂😂