Ijambo rya

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 чер 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
  • Ігри

КОМЕНТАРІ • 36

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 6 днів тому +4

    Murumva ko n'ijwi ryagiye, uwo n'umunywi w'itabi n'urumogi, nibaza ko anywa inzoga yinyegeje, yakesheje na Never, aho nimifuke gusa ngaho. Yaje kumwigisha kwica aba opposants, ntanikindi ako Derby yaje kumuterera, ariko aba DD nabo barabizi neza.

  • @ElieTwubahimana-uy1te
    @ElieTwubahimana-uy1te 4 дні тому

    uBurundi bwacu busigaye buteye agahinda arko kwl Uburundi busigaranye igihugi kigenzi kimwe kw'isi nzima😭😭

  • @user-un2ne5nr6t
    @user-un2ne5nr6t 6 днів тому

    Urumusazi niwew ugowe ayikivumvu yury ukwodushatse ngoturagowe ikibuze nigitoro ivyo navyo nivyimyijogonyoro hariho idya ivyo nibisanzwe wew rer uvuga ivyo utazi

  • @emmanueluwamurengeye1049
    @emmanueluwamurengeye1049 6 днів тому +2

    😂😂😂 nonese yagize umushyitsi umwe wenyine ntanabandi bahagarariye ibihugu byabo baje? Congo, Tanzania ntabo?

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 6 днів тому +2

    Ariko bagaza yagiyehe?kariwe utarakundaga imikino nkiyi ya never

  • @UmurundiWumugabo
    @UmurundiWumugabo 6 днів тому +3

    Ikigugu kiri aha

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj 3 дні тому

    Reka mbambwire nutaha icyubahiro ugikwiye ntaho muzagera Kuvuga ngo Neva sibyumva

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 6 днів тому +1

    None kwariko amubwira ikirundi uwomushitsi arumv ikirundi?ewe neva sha nihatari

  • @MarizaDomi-kt2it
    @MarizaDomi-kt2it 6 днів тому +1

    Yego Mana !! Nta na kisekedi?

  • @EddyPeter-ez5kt
    @EddyPeter-ez5kt 6 днів тому +2

    Yewe urakwiye kugira inshuti nka idrisa na tchisekedi koko naŵe ntugasekwe

  • @Manufafaranga
    @Manufafaranga 6 днів тому

    😂😂😂! Ubwenge b,abadukuriye ndabona niveaux y,ubwenge ingana 😂😂😂😂! Ubu se nibihuza ninde uzigisha undi! Bravo ?

  • @irambonageorges5280
    @irambonageorges5280 6 днів тому

    Aravuga ntihagire uwishura ngo turikumwe twese....😢😢

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 2 дні тому

    Ariko ubu harabuze umuhutu w'inyurabwenge ngo abogoze NEVA umenga ngo ntatekereza

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 6 днів тому

    Jewe nukuri iyo hageze kuyumunyagihugu avugijambo(varisito) ndagirubwoba caane ncanguma nayafashe mpaka ahejeje kuko mbamfise ubwoba bwinshi

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Arakubeshe ntagitoro dufise inzara iratwishe kera nkikura uyomunsi wokwikukira wabera ibujumbura yanka ko tumutwenga

  • @rajihijarajihija8371
    @rajihijarajihija8371 6 днів тому

    Kengurukira abanya gitenga kubera aribobarundi uringumwa weew twe twararushe ahumbwo nihatali

  • @user-ww3rp2nz6x
    @user-ww3rp2nz6x 6 днів тому

    Zikonwa ziboroga zikonwa ziboroga zikonwa ziboroga kwatabagenzi rasiburundi murabe icomunona niyikongo mwasomboy mwigize abahanga izoherera kigari

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Imbonera kure nazo ntizishimirwa

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i 6 днів тому

    Nijwi ryaragiye kweli😂itabi ryinshi

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Mbega president Ko adasigurira abantu ngo twunve Kandi aziko igitega ko France ibagora kwunva

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 6 днів тому +2

    Emwe ntaconvuze, mukirye mukirangize Imana izobabaza intama iyomwazishize, aha turimaguye atacamira 😮😮😮

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 6 днів тому +1

    Never yarakibaye kabisa. Uwo niwe mujama yaronse, yiyongera kuri Tshisekedi n'indongozi za CCM aho Tanzaniya, s'umurya mugore,umukuru w'igihugu, n'akagwi ka Kikwete nabandi bapfuye bafashijije DD, n'ubu bagikingira ikinyoma n'amafuti yako kagwi DD, ntayindi soutien Never afise. Uwo mu criminel ngo ni président wa tchad yamuhujijwe na tshisekedi. Nibigaba bi 3 vya présidents ataco bashoboye, kw'isi yose barazwi ko ataco bamariye abanyagihugu, murabaza canke mugire ubushakashatsi, Tchad n'umucafu, igihugu carapfuye kiri inyuma y'uBurundi mw'iterambere. None Tchad yofasha iki uBurundi, uwo n'umu criminel. Iyo ni show ataco ivuze. Never yugaye imbibe n'uRwanda babana, none ngo agiye Tchad, mwumva abo ba presidents atari imburakimazi😊😊😊

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 6 днів тому

      Mbe ni kuki mubona ko uBurundi bukwiye kugira abagenzi babufasha gusa nk Abagore b'IRwanda😢
      Ibaze ibihugu vyose bikize bishaka Abagenzi bafise ico bobifasha gusa!?
      Hari Ibihugu bitogira Umugenzi😊

  • @Kiwait-jo7is
    @Kiwait-jo7is 6 днів тому

    Yabaye. Patiri

  • @Manufafaranga
    @Manufafaranga 6 днів тому

    Ariko nta protocole y’a Mr le président afite? 😂😂😂! Birarenze ko ari nawe uri ku buhanga b,ibyuma!

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 6 днів тому

    Hikukiye weee gusa nabawe,ndayishimiye Sbarundi muri rusangi ntibarikukura kubera ubu umukoloni ni wewe abashize mu bibi gusumba igihe cabakoloni

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 5 днів тому

    Uburundi twurahanzw nta basiguzi bahari? Bose nta ndimi bazi

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 6 днів тому

    Uwo mu senegalais yafashije kugira integration y'inzego z'umutekano, yaragerageje kandi nubu urwo rwego, ntangorane mubarurimwo mu nzira zizwi. Ikibi n'uko Never nabo ba kora baca ba crea imigwi iva muri izo nzego zikaja kwica abanyagihugu. Uwo mu senegalais yamubwiye ikintu gikomeye, yamubwiye ko ategerezwa guteza imbere uBurundi, Never yamaramaye kuri podium. Ya Eden agenda avuga, uwo mu senegalais yasanze uBurundi ari umucafu, nibajije ko igihe yari harya i Burundi, hasa ukwo hasa hatagayitse, none asanze uburundi ari umusakasakasaka.😊😊😊😊

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 6 днів тому

    Ndakeneye kumenya abobagabo ivyobaguma batwenga 😂😂 ubwo ntibariko bancishamwo ijisho

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 6 днів тому +1

    Ikindi naco kubakwirikira ibibera Tchad, uwo Derby nakagwi gakandamije abanyagihugu, abanye Tchad baramwanka rubi, ariko kubera ako gatsiko gatwaza igikenye, abanye Tchad bahagurutse barabica mpaka, ariko harya yarahababutse ni nka Never, bamuhigisha uruhindu. Sico kimwe naho iwacu Never n'ubwo bu DD butembera bwidegemvya, Tchad hari abihevyi.

    • @ThomasBukuru-hj6ly
      @ThomasBukuru-hj6ly 6 днів тому

      Turiko turagusengera kugira iyo shetani yakubivyemwo umutima wurwanko ikuvemwo, kandi niyakuvamwo uzocugiramahoro.
      Biragaragara Yuko iyo shetani ariyo ikubujije amahoro. Reka ivyo urimwo Lero, wijukire igisabisho.

  • @user-hr2gl1ok4v
    @user-hr2gl1ok4v 6 днів тому +1

    Hhhhh ko ababwira ngo bamukomere amashi bakanka kuyakoma hhhhh 😂😂😂, bamuciye amazibkweli, sendagara nikirofa kbasa

  • @Kiwait-jo7is
    @Kiwait-jo7is 6 днів тому

    😂😂😂😂