MKOMBOZI yoba asubiye mu ndirimbo za POLITIQUE?//Kuvuga ko turi muri EDEN//Ubukune n'inzara BIVUGWA
Вставка
- Опубліковано 3 жов 2024
- MKOMBOZI avuze amajambo akomeye kuri PRESIDENT//Kuvuga ko turi muri EDEN//Ubukune n'inzara bivugwa
@MkomboziLucifer
#fataimisalaba
Mu mfashe duhe Mukombozi amashurwe yiwe arabikwiye🌹🌹🌹
Arayakwiyepeee❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹
🎋🎋🎋🎋
Nukuri ntawoyamwima kwer ahbwo mkombozi yubahweee❤❤❤❤
NZEYIMANA Mze Waba Rekonesa Urakaze man.urikumwe na Best UA-camur dufise hano Numero yambere Juste Gael Ndabafana.❤
Imana imbere MUKOBOZI uvuga ukuri ariko twebwe ducatwinzizamwo ibitajany 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Gael uyumutama yubahwe amajamb avuga vyatumye nja mubitabo kuber mkombozi menye vuba ivya cheguevala cantahura na toma sankala bigez ah menya ivya traole rero mkombonzi ngiye kumufana ndetse ndabishire mubikorwa iyi msg imushikire ❤❤❤❤❤
Kaka ndagushimiye kuko uhejeje kunyongereza imisi yo kubaho;big up sana✌️💖🤗🕊️🇧🇮
Iyi interview n'iy'umugabo nyawe azi vyinshi kandi afise impamvu nyayo yo gukora umuziki.Respect Bwana Mkombozi.
I like this guy is true patriot, he must be given more platform to inspire Burundian to love their country
Bro vrma big up kabisa kuko urazi gusigura ijambo kurindi peee IMANA ikomeze kukuzigama nokukogera amajambo akomeza imitima yabenshi!
Igihugu gukeneye incabwenge nyishi nka mkombozi
Yubahw cane godbless you are my Roller mod
Mukomhozi amajambo yiwe Ni umuriro 🔥🔥🔥
Ngo gusengera igihugu ninkogusengera nyoko,wow wow 👌 akira aka kantu kumajambo uvuze yubwenge kandi mubwitonzi❤❤🎉🎉
Waririrmvye indirimbo irimwo ubwenge bwinshi ninaco gituma idatahurwa na Bose. Big up saaaana..... Fatimisalaba hejuru caaane
Intelligent musician burundian
Mkombozi😂
Your songs have powerful message
Be blessed
God protected you!!
Mkombozi Bravo Bravo love from Australia ❤❤❤
Ndapfise ubwoba ko uno mutype mukombozi azohava yicwa muburyo butazosobanuka .m Imana imurinde
Mkombozi, Imana iguhezagire yongere ikuzigame
Mkombozi ndamwemera sana va kwobo baririmba ata sms batanga.indirombo ya mkombozi ntafise niyo ataroririmvye cnk iyo atararirimba.
Mukombozi 👏🏽👏🏽👏🏽 Imana ikuj imber ikuzigame impande zose kl 👏🏽👏🏽👏🏽🥰🥰🥰
Mkumboz warukwiye kuba umukuru wigihugu bivanye nimpanuro utanga
Imana imuhezagire cane uwomuvukanyi wacu umusi umwe azobona UBURUNDI bunezerewe
Fat, imisaraba dusenge 🎉❤muri bwabumwe nurukundo bavukanyi 👍
Wamwa uraciyakenge ndabigutuye uwobutiza ntuzeya twoshika ahantu heza
😂😂😂uvuzukur mzeeh uwobumutiza ntuzey Big up mber 🤜🤛
@@VianneyButoyi-ug5ki nuwobumuha ukwezi kumwe gusa agacabumwaka woraba ibintu bihinduka
😂😂😂😂
😂😂😂@@emmanuelminani9270
Irambire Sha mukombozi❤️❤️❤️❤️👌
Paster
Mkombozi komera Kandi komera
YESU y'ishurira mumigani right u're like him I love u more my preacher
Mukombozi nimvuga kuri🎉🎉
Mukombozi ndakunda ukuntu yishura yishurana ubwenge❤😂😂
Mkomboz ego urayaga neza kandi Imana ikije imbere🎉🎉
Mkombozi ndagukunda kbs
Uraciye umbwenge vrt❤
Mkombozi wubahwe bro iyaba abarundi bose araba patriot nkawe tuba tugeze kure cane abantu benshi bazi ngo Rwanda ni president Kagame yayubaste ariko sivyo yubastwe nabanyarwanda ubwabo kuberako babanje gukunda igihugu cabo baranagwanira niterambere ryaco ariko twebwe abarundi nitwe bambere tuvuga nabi igihugu cacu ariko atanico turiko turagifasha leçon morale nitwige kutisamburirako nkimpene tuzoheza duterimbere twongere tubanze twikunde twebwe ubwacu nibisigaye bizogenda birahinduka pol pol ntidushake guhendwa nabanye politike bariko babironderamwo izindi nyungu,dushire imbere inyungu z'igihugu imbere yibindi vyose vyoza mu gihugu
Mukombozi urumuntu wumugabo , utandukanye nababandi; uri incungu yuburundi🙏🙏
Mkombozi ndakwemera cane❤❤❤❤
Interview nkizi nazo ziba zikebeweeeee@Mkombozi🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏
Mukombo arakaze cane. ❤❤lucifer
Mkombozi Imana iguhezagire knd ikuzigame❤❤❤
Abanya makamba tumuhe amashugwe kabisa❤❤
Ur'IMVUGAKURI pe,Nabaye Munkambi nanje.Courage mon Grand🖤
Uwo niw mu star dufis mu Burundi ahubwo tugukingire nkakurya dukingire ubuzima cank uburundi....abandi n'intambirakije
Umuhamuzi wabarundi muburundi ubarikiwe mkonbozi
Hasta la Victoria nakuballi kaka 👉🎶🎶🎶
Kbx fat ,Imisaraba dusenger Uburundi.
Sindaba ivyo wanyoye numviliza ivyo uvuga.arko wagafashe nkeu😅😅😅😅😂😊😊😮😮😅
Mkombozi aciye ubweng Sana 🙏🙏🙏🙏
Hastar wubahwe cane uravuga ukuri ndagukunda
Mukombozi❤❤❤❤ wubahwe
Uyu musore numunyabwenge kweri❤❤❤
Gaël weee😂😂uwo aratandukanye n'akagakobwa watumira kakaza gusigura k tudakunda uburundi😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 arik vlm
😂😂😂😂 urya nawe siwe
Ndamukunda cane gose khasta la victoria simple
@user. Bavuga HASTA LA VICTORIA SIEMPRE (=Ever onwards to victory).
Mkombozi numu philosopher 😊
Mukombozi avuze amajambo akomeye gose. Iyaba vyakunda yari gufadikanya umuziki na kazi kubu pasteur kuko arafise message nyinshi cane zobohora aburundi nabarundi
Why Gaël utamushiriye Link muri comment!! Respect to this Man👌
Kabisa uravug ijambo ryokwinovora urimburi mugihugu cuburundi
Tena kama kuna Mtu yuko naimani Mkombozi yupo sehem yote Mungu akubariki sana
Uvuze ukuri mukombozi ariko nta edeni dufise kwr nareke kwitwenga
Mkombozi urumuntu wuburundi nivyo bakureke utuvugire
IMANA ntitinya ibiremwa vyayo Nzeyima.Bwabundi uvuga ivyo utazi.Umusara uzowukorere ubushakashatsi utahure insiguro yawo.
"Tubwire ibindi "
Arakwishuye neza Gael uzosubire hahhaah ikintu kimaze gusohoka hanze reka guca muvuga ngo ntibakunda uburundi kubera babivuze nibisanzwe cane kuko biba vyamenyekanye hahhahahah ntiriba rikibaye ibanga hahah
Urinyenyeri kwel wew Imana yahaye uburundi nubwo bamwe batabibona
Courage Mkombozi, ugere kure cane.
Mkombozi avuze ukuri kabisa,gusa arankumbuje imutabila kabisa,umumbwire tuzohurire kukabasazi i mtabila wa mbere
Mkombozi abigisha urakwiriye kubashaba bakigisha urukundo imbere yogutangura icirwa kuko vyose hakenye urukundo
Komera bro imani mbere
Mkombozi arakwiriye kuba umushingamateka.
❤❤ndakunda ukuntu wicisha bugufi
Umusaraba mutama mukombozi nguguhuza nimana wapi mutama iyompwemu uhema izananahe
Buterere wibagiyeko tuba muri mirior kd icumba na salon ibihumbi 200k
Pore sana mkombozi
Patriote Mukombozi ❤❤
Ndakwemera.papa @mkombozi
Mkombozi abaye perezida wuburunda vyabavyiza afise ivyiyumviro byiza!!!
Ndabivuz nibere kerikenya
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦kama kila sehemu natiee comment yangu yote natiee home sweet Home nyumbani kwanz ni sababu ya Mkombozi kama kuna Mtu anapenda Burundi 🇧🇮 ni Mkombozi na Mimi alinifanya ni pende Burundi 🇧🇮 sana na sehemu nipo N'dumurundi
Mkombozi yakoze ikiganiro ari mw'ihoro kabisa.
Gusa BigUp sana!!🤣🤣
mumbarize ko 93 bamwigishije koyahunze buyoya 2015 naho yahunzende
Kaja anafaamu kujibu ❤❤❤
iyaba dufise babiri nka mkombizi eden yacu yobaye paradizo
Mkombozi wubahwe can 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
mukomboz wirambir gusa wangu uburundi nibwiza ariko abigungirako nibobeshi❤😂❤
Mkombozi jew ndamubonamwo umu prophet adasanzwe
ABARUNDI BAKINO GIHE TWARAHEMUKIYE UBURUNDI
Turikumwa mundirimbo umuntu arahavugira bigahindura
Nzeyimana wewe vrtvurimvingagur kbx bakumper amashugwe🎉🎉🎉🎉
Umuntu azi kuvuga amajambo meza yubaka uyumugabo ari mubambere!
Mukombozi nincabwenge can ❤❤
Uraciye ubwenge kbs wubahwe pe ❤
Mkombozi yubahwe
Mkombozi uravuga nturagura shimira Imana iguha uburaro nuburamuko ariko ikirundi uravanga so nikirundi?
Kabisa abarundi Bose twobaye tumeze nkamukonbozi mugukunda igihugu nukuri Burundi buba Ari paradiso kubwivyo jewe ndamuhaye amashugwe yiwe
iMana iguhe kuramba ntwariyigihugu nukuri kubatugufise niteka kubarundi nubundi
Ww barakwish nkeu😅😅 gusa uzikuvuga ukuli uzokuzira ndak
nice vr god mkonboz
Respect Bro
Mkombozi is 1%❤
❤❤❤Mkombozii 😢
MUKOMBOZI nukuri ndamukunda , aravuga amajambo y'inkora mutima , ahanura , yuzuye ukuri gusa abantu turagoye ntidukeneye kwuguruka amatwi..
Gusa : " Ngo ubwiriza uwurya akagira ngo uriko uramusaba."
Waoouuuh 🎉
Mkombozi yarafashe imisaraba inzoga ziraboneka 😂 avuga nez Arik yaborewe
Sinkunda ikiganiro vyabaririmvyi ark ica mukombozi ntakibonye gusa