Inkurunziza ku Burundi nu Rwanda,nyuma y'umubonano w'abashikiranganji,gahunda yo kugurura imbibe..

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Ігри

КОМЕНТАРІ • 114

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse 3 місяці тому +9

    Imana ibandanye ihezagire Abanyarwanda n abarundi,abafise ivyo bzpfa nabo birinde guteranya abihuriza

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 2 місяці тому

    Nibareke imipaka igume yugaye . umuntu wese narye iwe.burya MWe murakurikirana umunyarwanda uko agaya umurundi ?wabana neza gute numuntu akugaya ??? Ndashimiye cane uwugaye imipaka .ahubwo niyo mukirere ni yugarwe .

  • @RafaelSaludos-c1w
    @RafaelSaludos-c1w 3 місяці тому

    Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegosenugusenga.cane.imanidutabare.bavukanyi.dusengetwingingimana.ntivyoroshe.ariko.bizogendanezacane.kuberimana

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn 3 місяці тому +5

    Mbega abakoze genocide mu Rwanda azobatanga konzi ko mubategezi ko barimwo

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 3 місяці тому +5

    Ariko ko politique ihora ihinduka nkubu Neva bamubogoje agahungira mu Rwanda yokwifuza ko bamuringikira uburundi ?
    Reba Bunyoni yahora yifuriza u Rwanda ikibi none raba ingene amerewe.
    Muje mureka ingwano ntakamaro

  • @bernardineniyonzima3350
    @bernardineniyonzima3350 3 місяці тому +4

    Erega ndetse n'Urwanda ne RDC bari mu ngwano ikomeye hagati yavyo, ivyo bihugu bibiri imipaka yavyo iruguruye! Hariho uruja n'uruza iminsi yose hagati y'ivyo bihugu bibiri. Kuko vyompi birakenerana ku banyagihugu bavyo.

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 3 місяці тому +3

    Nibatunyarukirize bugurure kbx kuko ntaco twebwe abanyagihugu tupfa nabanyagihugu bugwanda vyoba vyiza hama nawe mugisha komeza imana ikomeze kukuzigama 👏👏

  • @NtakirutimanaDeborah
    @NtakirutimanaDeborah 3 місяці тому +3

    evariste narorere nakomeze yiyugurane mu Rwanda tubaye iki barabahenze

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 3 місяці тому +4

    Yamara naho bagerageza, cndd fdd na Never wayo nta muti, ni ukwina uhwera. Nzoba mbona

  • @RafaelSaludos-c1w
    @RafaelSaludos-c1w 3 місяці тому +1

    Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegose

  • @NtakirutimanaDeborah
    @NtakirutimanaDeborah 3 місяці тому +3

    prezida wu Rwanda muramutuka Muramushobora azi ubwenge basha barabahenze

    • @SamanthaIradukunda
      @SamanthaIradukunda 3 місяці тому

      iryo nishari baba bamufitiye kubera babona ariko ateza imbere urwanda

    • @niyorukizaelias8142
      @niyorukizaelias8142 3 місяці тому

      Urwanda gwarateye imbere rero😂😂😂?

    • @SamanthaIradukunda
      @SamanthaIradukunda 3 місяці тому

      @@niyorukizaelias8142 neza cane rwarateye imbere kuk jew mperukayo muguhe bataruga imipaka kuk kigali umengi niburaya hara mabarabara meza umenga niburaya kandi ama stade yogukiniramwo

    • @SamanthaIradukunda
      @SamanthaIradukunda 3 місяці тому

      @@niyorukizaelias8142 wavyanka wavyemera cank wareka urwanda rwaradusize mwiterambere

    • @desirehakizimana835
      @desirehakizimana835 2 місяці тому

      ​@@SamanthaIradukundaMwararenganye mukurikira USA mukubaho neza,,,amajigo aragutwenga arayawe

  • @niyibonadevote8577
    @niyibonadevote8577 2 місяці тому

    Oya nibayugurure nukuri birakenewe❤❤❤❤

  • @NepomsceneNikwibitanga
    @NepomsceneNikwibitanga 2 місяці тому

    Uwo mugambi woba uteye amakenga bivanye no kwumva ko hari umutegetsi ashobora kwinjira tanzaniya akabuza ko igitoro kiza,ntawuzi ivyuburundi na tanzaniya aho bigereye, nfise impungenge ko imigenderanire yuburundi na tanzaniya ushobora gutosekara bakaba barondera amirukiro.

  • @NinaZouzou-p4d
    @NinaZouzou-p4d 3 місяці тому +3

    Imana imbere bugurure imbibe nivyo twipfuza vrnt

  • @FlorenceIrambona-hl7bt
    @FlorenceIrambona-hl7bt 3 місяці тому +1

    Imana ivyivangemwo

  • @EtienneNduwayo-h1e
    @EtienneNduwayo-h1e 3 місяці тому +2

    Ni vyiza cane kwuguru imipaka kuko turakeneraniye

  • @MunguyikoJoseph
    @MunguyikoJoseph 3 місяці тому +1

    Twe turabakunda

  • @gatarevalery4598
    @gatarevalery4598 3 місяці тому +2

    erega ibyo abayobozi muburundi basaba bagakwiye kuba aribo batanze urugero rwiza kubera ko urwanda nirwo rwabanje gusaba indongozi ziburundi gutanga abagirizwa genocide murwanda arko banze kubatanga kuko harimo nabayobozi muri reta yagitega bakoze genocide

  • @HavyarimanaDesire-nv9ie
    @HavyarimanaDesire-nv9ie 3 місяці тому +4

    Abayobozi biburundi ntandero bafise bazoca batuka urwanda

    • @bernardsinzobatohana1671
      @bernardsinzobatohana1671 3 місяці тому

      Ntukavugengo abarundi vuga uwuzi kuko ahiharigihe wosanga urenzakarimbi

    • @kingnduwimana9154
      @kingnduwimana9154 2 місяці тому

      Abanyarwanda nibo bafise indero? Yaco urenga akarimbi( urubibi)Kuko wewe ntuzi ivya politique.

  • @ndihorashid
    @ndihorashid 3 місяці тому +2

    ariko harumu civile atembagazubutegetsi?abo birirwa banyuruza bica,bafungirubusa bo ntibohanwa?cndd nive mubintu vyokurangazabantu ija kurisha ihera kurugo.bariya bantu naba hcr urwanda ntirufise uburenganzira bwo kubaaubiza kumacuniro.

  • @gisubizoeddy3199
    @gisubizoeddy3199 3 місяці тому +3

    Erega mugabo twebwe abanyagihugu tubirenganiramo kandi turabavandimwe gufunga imipaka baba baduhohoteye.

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 3 місяці тому +2

    None ko Congo yabimye igitoro bahora bigamba ko bayifasha ikaba yabimye igitoro

  • @nkunzimanavianney7352
    @nkunzimanavianney7352 3 місяці тому

    Ndayishimiye kisekedi yaramubeshe. Afunge imipaka ahita. Ayiyifunga atabitekerejeho ndayishimiye weeee! Cyubwenge Turiri mwisi. Yimibare

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 3 місяці тому +1

    Abategetsi b'uburundi barziko iyo umuntu ahunze akaja muntoke za HCR igihugu yahungiyemwo ntaburenganzira kiba kimufiseko 100% niyo mpamvu abahungiye mu Rwanda n'uko biri Neva yabirenzeko abizi agirira nabi abanyagihugu bikorera utwabo

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 місяці тому

    Amatora arageze bashatse bisukeko tubiri kugira abanyagihugu babagirire icizere kumatora yimirije ariko uwutabona ivyo bagiririye umunyagihugu mutomuto niwe yobashirako icizere

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 місяці тому

    Urwanda rumenye ko abarundi bama bafata abanya rwanda babo bakuzuza amabohero urwanda ntirwemere ivyabarundi

  • @UmusazaAbdou
    @UmusazaAbdou 3 місяці тому +2

    Abarundi murantangaza ntimufungure imipaka mufunge burundu igitoro cyabuze cyidahera vuba nigihari mwaje murwanda

    • @JackieloveKingbuja
      @JackieloveKingbuja 2 місяці тому

      Kanyemwo wamwandawe

    • @mpawenayonesta6332
      @mpawenayonesta6332 2 місяці тому

      Imipaka ntiyugururwe reka abo batutsi bo murwanda bagume iwabo.baradukeneye ariko twebwe ntitubakeneye

    • @JackieloveKingbuja
      @JackieloveKingbuja 2 місяці тому

      @@mpawenayonesta6332 twarabahaze kweri ntakavuyo dukeneye

  • @NdagijeJames-t2o
    @NdagijeJames-t2o 3 місяці тому +2

    Ni bugurure imipaka kuko twebwe batobato tuzira ubusa!

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 3 місяці тому

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8e 3 місяці тому +3

    Eee vyoba vyiza cane ahubwo nibarabe kweri

  • @freddyntibasame9332
    @freddyntibasame9332 3 місяці тому +1

    Bwana Daniel, abo bagabo batwara Eden n'abajanja ntakintu kizima tubazeyeko. Ivyitwazo bashir imbere ntashingiro bifise nabo nyene barabizi. Mandat ya gatatu abahiritse ubutegetsi ni dd. Urubanza gwaraciwe ariko baguma bijihisha. Ntikiri ikibazo. Noneho abahunze bari mu minwe ya HCR. Red Tabara barazi neza ko iri i Congo (RDC)..Baragiye kubatera iyo bari. Ntacitwazo nakimwe bafise gifashe atari inzigo no kubura Ubuntu. Niyombare ntiyigeze aja muri Red Tabara barabizi ariko kubera ububegito bwabo barahuruduka mu gufata ingingo. Honyene ni manque de civilité, de diplomatie kubona bafatiwe décision yo kwugara imipaka atagwandiko barungikiye Urwanda biratey'isoni. Reka turindire ariko ntajambo rya dd.

  • @AliceNzomwita
    @AliceNzomwita 3 місяці тому

    Imana ishimwe caneee 🙏🙏🙏

  • @nijimberecelestin2099
    @nijimberecelestin2099 3 місяці тому

    ❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 3 місяці тому +1

    Abanyagihugu bo bashaka kwibanira neza kuko niho bagira akunguko ariko politique y'Uburundi bigishaga amacakuburi bakifuriza U Rwanda gukuraho Paul Kagame kandi uretse n'uburundi n'abazungu byarabashobeye
    Naho gusubizwa abashatse gutembegaza ubutegetsi numva ntamakosa bafise kuko iyo Leta ntiyari yemewe kandi Neva yabyungukiyemo kuko ubu arimo gutobanga uburundi.
    Gusa ntimuzaze gusaba ibitoro

  • @PélagieNzeyimana-w1f
    @PélagieNzeyimana-w1f 3 місяці тому

    Umukeke natwe ntawo tukironka
    Kiretse basukuye le long du lac Tanganyika agasenyi kakagaruka kunkombe imikeke ikaronka aho itamagi

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 3 місяці тому

    hello ngufashegato umuvugizi wareta yatangajeko abashatse guhirika ubutegetsi bwankurunziza babikoze ataraheza ikiringo ciwecemewe namategeko so 🤔?

  • @CizaBerechimans
    @CizaBerechimans 3 місяці тому

    Ok imana ishimwe

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 місяці тому

    Wumushikiranganji wuburundi nikigugu akakanya aribagiye ivyo yavuga none urwanda abo bantu rwabatanze
    Reka ubujuju ? Uburundi ntavyabo imbibe zugaye bande

  • @nkunzimanapierreclaver4935
    @nkunzimanapierreclaver4935 3 місяці тому

    Iyi ni politique kugirango twibagire amabi dutewe n'ukubura igitoro .

  • @MupendaJaphet
    @MupendaJaphet 3 місяці тому +1

    Erega abategetsi bacu btibiyumvira p ,kugarumupaka sikokurindumutekano ,kandi sicogihano bohurwanda ,kuko kuvabugaye ,ihera rryacu ryatayagaciro igitoro kirabura

  • @uwamahorohussein3923
    @uwamahorohussein3923 3 місяці тому

    Iyo utewe nishavu imbere yo gufata ingingo uzobanz urek rihere hama ubone gufata ingingo mukirundi ngo:,; usurana ishavu ukanya mumpuzu

  • @rosaliebiniga5543
    @rosaliebiniga5543 3 місяці тому

    Nubwo haba ingorane abanyagihugu se baziriki ?neva yujuje stock et les pauvres babeshwaho no kudandaza, mbega interahamwe zuzuye i burundi babivugaho iki ipuu

  • @PélagieNzeyimana-w1f
    @PélagieNzeyimana-w1f 3 місяці тому

    Bahiritse zNdayishimiye ou Nkurunziza
    Mwaramahasa
    Bunyoni ko wamufunze
    Ibidafashe reka kuvyamiza mukanwa

  • @MuhireBonheur-qf6qi
    @MuhireBonheur-qf6qi 3 місяці тому

    Nivyuguruke pe

  • @christella5092
    @christella5092 3 місяці тому +1

    Uko ubisoma ko utabishizekongo tuvyisomerw??ejo itangazo rya Congo ko warishizeko??tukarisoma

  • @augustinmunyaneza5461
    @augustinmunyaneza5461 3 місяці тому +2

    Kubana nabi kwibihugu byombi bigaragara nabi, Abarundi n'Abanyarwanda bakabanye neza 100% hatabayeho izindi nzitwazo zishingiye kuri Politic zishaje

  • @habyarimanafrancois985
    @habyarimanafrancois985 3 місяці тому

    Yewe ibya CNDD FDD ntibimara kabiri u Burundi kobuvugako batabahaye Impunzi zahunze zarizigiye guhirika ubutegetsi bwu Burundi Kobo batoherereje u Rwanda Abarundi bakoze Jenocide yakorewe Abatutsi nimwe mubabaye kurusha u Rwanda icyogikangisho cyimipaka mufungecyane Tchiseked nabyanga ntibizakunda Abayobozi bu Rwanda bekwirirwa bapfusha Amafaranga yi Igihugu ngobagiye kuganira n'a CNDD FDD mwitwangiriza Amafaranga muganira nabakigewugewu

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA 3 місяці тому

    Uyumusi uvuze neza ntiwunva dushaka abantu bavuga amakuru atari ububeshi uzogimuko igihugu kizoronka umutekano apana kugumura nukubesha abanyagihugu uyumusi ndakwemeye muvyo ushikirije abagukwirikirana

  • @NindoreraJacqueline
    @NindoreraJacqueline 3 місяці тому

    Ububeshi bwawe twara kumenye

  • @DesireIrakoze-hw8ok
    @DesireIrakoze-hw8ok 2 місяці тому

    Ewan vyob vyz

  • @FredericNgendanzi
    @FredericNgendanzi 3 місяці тому

    Gusa niba biyumviriye nivyiza nubundi ntamvozukugarimbibe zarizihari kuberi congo itugaye?.nibiyumvire bavuganena gwasa bamurenganure kugirabisu bizeko agateka vyobavyzai

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 місяці тому

    Iyo mikeke yanyu irihe yigumye turabe ko abanya rwanda bapfa mwabirofa mwe ?
    Nta reta mvyeyi ni reta bigugu reta birofa reta biwerewere

  • @NindoreraJacqueline
    @NindoreraJacqueline 3 місяці тому

    Kand uzoz urasokoz uwomushats ahumeg uz uvuye kumw urumogi bugir indero

  • @TulisimeMartins
    @TulisimeMartins 3 місяці тому

    nukuri nibugurure

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 місяці тому +1

    😂😂😂😂reta yacu irimwo ibigugu kweri.harya batubesha ngo n'uko Niyombare nabo barikumwe sivyo birya vyarivyo bavuga gusa.ikibazo catumye batumvika yari reta y'uburundi yagiye kwica abanyecongo kubera uko basa.rero ubu babonye congo kuvugana na M23 banse gusigara mukangaratete bonyene.😂😂😂

  • @JulienNTEMAKO
    @JulienNTEMAKO 3 місяці тому

    Komera

  • @JdedieuSindayigaya
    @JdedieuSindayigaya 3 місяці тому

    Ntibikunda bemeye gutanga baryababingwa banyegeje bashatse guhirika ubutegetsi?

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 місяці тому

    Ukwo nugusukaninkore kumaso birame mbone

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 3 місяці тому

    Nubugugu bwabategetsi Bu Burundi rwanda na congo ko batayugay Kandi hatari ukwumvikana kwabo?

    • @desirehakizimana835
      @desirehakizimana835 2 місяці тому

      Harabakubise coup d'état muri Congo bahungiye iRwanda Aho bayugara?? Ahubwo nsanze nawubwenge atarikirenge

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 3 місяці тому

    Izo ndatwa ntaco ziza gukora muburundi ni zigume iwabo murwanda.

  • @BalthazarNdayisenga
    @BalthazarNdayisenga 3 місяці тому

    Abarundi ni abavandimwe bacu turabakunda ntanicyo dupfa rwose ahubwo ubuyobozi bwanyu nibwo butuma dutana! Nawe se Red Tabara iratera u Burundi iturutse muri Congo barangiza bati dufunge umupaka w'U Rwanda? Aho bafunze uw'aho bateye baturuka? Abarundi rwose turi abavandimwe dukwiye gukuraho ibidutanya!

  • @NepomsceneNikwibitanga
    @NepomsceneNikwibitanga 2 місяці тому

    Eka nibaje inama ningingo ntawobigaya

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 3 місяці тому

    Iyaba abarundi bafise n'ubwo kurahura ,nta migenderanire bogomvye kukorana n'urwanda hatabanje kuba enquête internationale impartiale ku rupfu rwa ntaryamira.

  • @RafaelSaludos-c1w
    @RafaelSaludos-c1w 3 місяці тому

    Ndi.umurundi.nkundakunviriza.ibiganiro.bicahano.nukuri.imanibikore.bugururevyoduhimbara.cane

  • @christella5092
    @christella5092 3 місяці тому

    Nagirango ni igitoro cabonetse nivyo dukeneye mbere yibindi barikubanza kuduha igitiro ivyonavyo bikaza nyuma

  • @EricNdayambaje-bx8jt
    @EricNdayambaje-bx8jt 2 місяці тому

    Jew mvuze mukibanza cabantu 1000 nukuri turasavy imbambazi naho atakosa dufis nibadufash bugurur imbib ibijany numutekano twes turakunda umutekano tuzofashashanya mugucunga imbib ariko imipaka nifungugw kuko ntampamvu

  • @theresedusabe6056
    @theresedusabe6056 3 місяці тому

    Urwanda ntaco ruhomba nimubandanye mwugare

  • @uwiragiyeclementine6746
    @uwiragiyeclementine6746 3 місяці тому +1

    Emwe nibarebe neza bugurure kweli kko iyo imipaka bayifunze twebwe rubanda rutoyi nitwe tubihomberamwo
    Nibatunyarukirize twishakire amahera dore gufunga siyo nyishu

  • @uwiragiyeclementine6746
    @uwiragiyeclementine6746 3 місяці тому

    Hama mufunguye imipaka abo bantu bakwambuka????

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze 3 місяці тому

    Oya ni bugurure gucya tz ningirane

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 3 місяці тому

    Abo bahutu bama biharanguye nta n'ubwenge bafise mu mitwe. Umututsi abarusha akenge.

  • @mpawenayonesta6332
    @mpawenayonesta6332 2 місяці тому

    Ariko urikirofa tu

  • @christella5092
    @christella5092 3 місяці тому

    Ubu ni leta ya GITEGA???nagira ni Leta ya Bujumbura

  • @MunguyikoJoseph
    @MunguyikoJoseph 3 місяці тому

    Imipaka yanyu niyo yugaye mubwi nyakubahwa wanyu abugururire

  • @gatarevalery4598
    @gatarevalery4598 3 місяці тому

    gusa nibarebe ukuntu habaho fairplay

  • @NtakirutimanaDeborah
    @NtakirutimanaDeborah 3 місяці тому

    ntimwugurure gwose mugira inzigo mana

  • @cimpayeonesphore1781
    @cimpayeonesphore1781 3 місяці тому

    Mbega yemwe shetani ntiyova hati yibi bihugu vyacu. Mana yomwijuru ugaba ijuru nisi, dufashe uhumekeremwo impwemu zawe muraba batwara ibibihugu vyacu Urwanda n'Uburundi bahuze mubiganiro vyabo.

  • @cimpayeonesphore1781
    @cimpayeonesphore1781 3 місяці тому

    Bite muta. Babonaniye hehe.

  • @XasanAduunyo-sp1wk
    @XasanAduunyo-sp1wk 3 місяці тому

    Ivyo uratubesha

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 3 місяці тому

    Evaritse ndayishimiye ntiyemera kugurura 😀😀😀

    • @christella5092
      @christella5092 3 місяці тому

      Kuberiki none kubana neza sivyovyiza gusumba kubana nabi??

    • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
      @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 3 місяці тому

      Ubundise harimo nyunguki gutandukanya abavandimwe

    • @MikeNdayi
      @MikeNdayi 3 місяці тому

      Nibashaka bareke kwugurura bitwayiki ahhhhhj

    • @christella5092
      @christella5092 3 місяці тому

      @@MikeNdayi amanyama aterwa nagashambara sha ugira usumvya ubuzima uwomushikiranganji wIkigali???niwe afise ikibazo kugusumvya???rubanda tugira ubwenge bukeeeeee kubana neza nivyo vyiza gusumba kandi harimwo inyungu nyinshi cane hagati yabantu babanye neza wewe rero uriko uvuga ivyo sinzi ahubikura

  • @umuhozasolange7550
    @umuhozasolange7550 2 місяці тому

    May dear abanyarwanda rwoooose iyo micyecye ntayo bazi peeeee! Abantu bake nibo bayizi numva nibariyo mikeke bafunguriye imipaka bagume bayifunge ,Neva yavuzeko ngoko arakigoro bari bagize ngo abanyarwanda babone imikeke n'indagara ,ako kigoro rero nibakihorere nta munyarwanda umusabye kuwufungura .Bavuzeko bazafungura se aruko babahaye ababarwanya ubu bababahaye ?Ahubwo byabayobeye barashaka kuza gutwara igitoro ,isukari n'ibindi ,ahahahahhhh Aba DD barasetsa.

  • @RafaelSaludos-c1w
    @RafaelSaludos-c1w 3 місяці тому

    Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegosenugusenga.cane.imanidutabare.bavukanyi.dusengetwingingimana.ntivyoroshe.ariko.bizogendanezacane.kuberimana

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere 3 місяці тому

    Vuga yawe sha ukeneye kwuzuza uwomuda

  • @RafaelSaludos-c1w
    @RafaelSaludos-c1w 3 місяці тому

    Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegosenugusenga.cane.imanidutabare.bavukanyi.dusengetwingingimana.ntivyoroshe.ariko.bizogendanezacane.kuberimana