IMANGA SERIES EPISODE 25 😭😭Norasque Arahuje Kandi Urugo Rwa Abel Hamwe Na Aline
Вставка
- Опубліковано 26 лют 2024
- Abel nduwayo officiel ni youtube channel ibagezako filime nziza cane zisukuye,na comedie nziza cane zisukuye.ufise icubaza canke icuterera,icaricocose,canke ukeneyeko tukugirira poublicite zibikogwa vyawe ,wotwandikira kuri whatsapp yacu +25779410298, 75410298 ,61410298.murakoze
- Фільми й анімація
Kumunt yabony lemy uknt yanyoy juis agongeko hano👊🏻👊🏻👊🏻 ndabakund cane
Courage ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Karabaye umukobwa yabahaye ideni numuhabara wa bosco norasque azohava akundana numuhabara wa sewiwe❤❤❤
Ornella WE ndagukunda can kk uvyitwaramwo neza courage ma chérie
Mbese kompise ngize amaziko. Yokumenya uko Nors ukwo avyitwaramwo❤🔥🇧🇮🇸🇦
Ukobir kwos nofatirw arik nkahashik ndab❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Rémy 😂😂😂😂😂😂 ngumugabo wa Aline yavyivye nkigitumbura cahimye revile🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💛💛💛💛🔥🔥🎬
Imanga❤😂🎉😢😮😅😊
iraryoshe numugire vuba muyiduhe ❤
Ababonye ko Bosco ahomba asangire umugore numuhungu wiwe Norasque 😂😂😂😂 Tumenyane 😂😂😂
arine agirasubire kumugabo wiwe nihatari kweri😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kābâye kl😢😢 mbega Bosco weeeh,Aline ariko yaraguye mu manga izomugora kwikuramo kl.:kuryamana n'ymuhungu we😢😢😢???Boscoo hamwe nomushigikira maze😊 ariko ndaba❤❤❤❤ Imanga series🎬🎬
Ereg sumwna wiwe.hhhhh numwana wa bosco
Ewe mukama karabaye😂😂😂
Abel thé craziness (ubusazi igeze hehe??)
Yoooo bosco ugira usubire gukomeretsa Nora kwel Hama courage naw niwasanga muzosangira umugore Nelly naho
ATI igitega gitegura ibindi ew Remy sh😂😂😂
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉❤❤hejuru cne
ngo nigitega gitezura mubindi😆😆😆😆 urutumbura rwahivye levure🤣🤣🤣🤣 Rémy urantwengeje 🙏🙏🙏
Ek nimang nyen 😳Bosco ubwoburakar ufise burafise impanv agat mugomb musangir umugor numwan ww 😢🔥💪🥰
norasque ngarenzeko ayagafanta murahore😂😂😂😂😂😂
ati igitega gitezura ibindi😂😂😂😂😂😂😂😂😂 remmy ararenze
Remy😃😃😃asha akina nk'uwubirimwo nyene😬😬
Yooo abavyeyi ba Nora batanguye gushwana
Waaoooo narinacerewe
Nah mb uw myum ntac mb nafatiriw 😂😂courage bantu bakina imanga mubirimw neza.Danny n Nella vyahay kwl,nt mugbo anva munzu atasezey murugoo.Danny rek gukikiriza ng nuko Nella anvugan n 'Abel wp nuk ufis umuhabaraa😮😮😮
Courage sana mubirimwo neza mbega mercredi hazogera ryar ngo turabe uko bosco yifashe imbere yanorasque? Abarindiriyeko mercredi hoger musigire utu link
😮😮😮😮😮🤣🤣karabay danny agarukany ivyahz nora ongra upamban
Courage mwubahwe
Courage 💪 ndabakunda kandi cane 🥰🥰🥰🤗🤗
telephone ya abel irakije umuriro,norasque na aline na danny muzoze mundabira ibizokurikira ngaha hazova umwe yomoke😂😂😂😂😂😂
Courage ❤🔥🔥
The crassinnes mwarayihevye
Ewe Remy sha nukuri uranyica wewe😂
Nanj nkaba ndahageze from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yoooo nari natanzwe
❤❤❤mwirambire
Ingoma igiye kiryoha pe
Ewe bosco sha ahuriko wigenz kubidafashe kugira urabuko winjiza umuhabara?niwemey komugum mubana ubizi kwafise iyonda 😂😂😂
Courage team Abel yose🌹🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️
Courage vrt muriko mubikora neza cane
😅😅😅😅 igitega gitegurabindi 😅😅😅
Rémy ga mana😂😂😂
Ndab❤❤❤❤
Mugire.umugicha.mwubawecane.dabakunda.
Ewe Remy urakajegeza😅😅❤ gusa akanyuma niko kabii ndankakubona Aline ababaye 😢😢😢😢😢😢😢😢😢 mukunda kubiiiii❤❤❤❤ ababay mbabara kumusuvyya😢😢😢😢
Ndabakunda can ❤❤
Uwubona ko norasque yakunze umuhabara wa se aduz ukuboko😂
Ni igitega gitegura ibindi😂😂😂😂
Nukuri ndabona biragoye kworoha😊
Bosco ufise impanvu urik urakar nkuk uzohinyuk naw kufise umuhabara aha nshaka nokurega kwa Aline kufise ihabara😂
Harahiye kwer
Yoyooo Nora agafanta kose urakunkumuye😂😂asha.kuri Mariage ntuzogakunkumure kos😂😂
Nbr one, ndabakunda cyane from Canada 🇨🇦
Wow nice❤❤❤❤❤
Hagezaho ishaaaa rero
Courage hagiye gusha kweli❤❤❤
Ako ga scene ka mwisho kari fire 🔥🔥🔥, love from GOLD AFRICA TV
Naracereww Ariko nkaba ndahageze imanga❤❤❤❤
😅😅😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣Akokanyuma nikokabi🤦🤦🤦
Imanga hejuru ndabeko nora agomba asangire umugore na se arik Bosco naw ukarira Aline ariw urik uresha néné mbe Nora azobahuza gte? Mfit amatsiko❤❤
Mbega Bosco yohora Aline ngo nuko yavuganye na Abel ? Jewe iyo mitima y,ubunyamaswa ndayigwanya. Kuko umuntu mwavyaranye sinumva icoza kibuza ko muvugana kw,iterefone. Basi muvugane ivy,umwana mwavyaranye.
Abavyaye hanze mumfashe guhanura Bosco na Aline: Erega abana nabo banezegwa no kubona abavyeyi bompi bayaga uko biba kwos. Narirya kuri karangamuntu y,umwana handitseko abo bavyeyi bompim: mbega umwana akubajije ngo nyereka papa canke mama, woca umubwira gute ? Abantu rero duhindure ingendo,...
Ubuho dany niwe yirukaniye umuhungu dany intibagira ntibana kandi nawe ntiwera nuko Aline atarabimeny
Rémy Nice bien joué 💐💐💐🌹🌹🌹🌷🌷🤸🤸
Bosko kwel ubwoburakare bwawe bufite aho buva kwel aline pol sana waragize imanga ndende kbs kubona uryamana na norasque niyompanvu Bosko aguta uko ashatse 😅❤❤❤
Courageee
Bosco yifitiye umuhabara😢😢 Aline Nico gituma arimwo arazana za mama wararaye, courage ❤❤
Courage mubirimo neza turabakunda Bosco urafuha Can gos naw uba urimubandi bagore hhhh umubano wabo😢😢😢
Reka ndabe ndagira icomvuz ihez
Bosco vraiment afuha nabi Ariko nawe akirengagiza ko Ari we mugehesi mu bandi bagore ,,haha umubano wabo na Aline ugeze habi cane
❤❤❤❤😂😂😂
Terimbere barundi benewacu
Courage 🥰
Nella ndamukunda.kandi cane Ariko si cane gose kuko ntituzinanye.tubonanye vyoba cane gose mumumpere ubutumwa ko mukunda
Courage
Kabay nukuri ❤❤🎉🎉 courage.
Remmy utanyishepe ibitega butezura ibindi bimezegt uratwenzape mwubahwekl mukinanezape
Ewe Remy sha😂😂😂😂😂uratwenza pe ATI akavyimba nkigitumbura cuzuye revire
Mukama wanje. Harababa murugo kwa Danny. Remy ukina neza rôle yawe😂😂😂😂
Iyo hôtel ninziza cne kbsa Burundi bwacu Burundi buhire bwiza cane💕💕
Mbegabasha ibintu bibaye Nora avyifatamwo gute ndashako kubona Nora ukobizogenda😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂Turinyuma yanyu kbx courage 😂😂😂😂😂Remy nae man weeee urivunyimbavu kl🎉🎉🎉😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imanga hejur ❤❤❤
Rekamawenicarekl ndayirabepe gusaremmy aranyishe ngwahasahanze abonyebitoroshe akuyukuguru hakirikare
Unomusi nazendutse😊
Danny afuha kumpamvu zuko yaronse umuhabara 😂😂gusa azohava asangira umuhabara numuhungu wiwe norasque nukuri 😂😂
❤❤❤❤ courage
Papa wacu aberi kuyindi twabwe idasazwe❤❤❤❤
Mubuzima jewe ndibaza KO Dany ari indaya nta rôle nimwe ndabona adakora uburaya
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Waaaauh pls abaza nyuma mundemere utw tuboro😘😘
😮😮😮😮yoooohhh😢
🤣🤣Ewe remy nukuri urik uraryosh iy film kuyindi mpwemu😂😂nukuri iy role wayikiny neza caaan 🥰
Murakozee nyene Narageragejee❤❤Shutiii
Courageeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Naho nacerewe ndabakunda courage
❤❤❤❤❤❤❤❤❤from rwanda
Imanga séries ndabakunda❤❤❤❤❤
Ndabakunda canee ❤❤❤❤
Mbaye uwambere
Ukuntu remi akuna biranezereza😊
Ew remy sha uratwenz ng nigitumbur cahaz levur
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nukuri nta commenti ngira kuko murambabaje kuyikatira aho iryoshe nyene ewe yemwe 😂😂😂😂😂😂
Twahagezeee mwubahw caan
❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
Mana Bosco wibazako ivyugira arivyo na Aline agira? oya suko reka gufuha