Hi Hosy,dav,brzy🙋🏻♀️...just ak rmark kuri hosy gusa...cest mieux k uba neutr en tan k journalist...burya na fernando kgra areagiss krya nukuraba la coz.....hari naho wosanga kadi kay ariw yandits indirimbo en se basant sur l histoire coupl fernando(fernando ko yoba yarabwiy histoir kady hma kady arahza aracomposa indirimbo suivan l histoir ya coupl yabo); cank usang fernando yarayndits we nyn😂😅essai d etre neutr...wumviriz coT yuwund ...na kady *yoba* afis ikosa hamw yoba avuga k yandits indirimb knd ar fernando yatanze idee uyund aracomposa (ah bovga k bafashanije😅)....hma j sinumv k yaburiy indero kadi kay(nimba reellment atariw yayandits cest normal kavuga kurya fernando)...ahbw fernando yaburiye indero abamuhaye akazi(yaraje kuryohera public mukuririmba, pas gushetana)😮
@@Wanene1153 ivyo sindavyanse pee...umuvyyi arubahwa..meme iyo akoshje harho moyen y kumubwir k yakoshje vyisoney...ntvyo guhangana nabavyyi mais aussi bakoshj uraraba uko umubwir k yakoshjj...hma sinavuz k frnando atakosa afis...ahbw nukuraba igtuma areagissa kurya akibagira icamuzanye kuri stage
Davina enjoy maisha shaa,il existe des Papa irréprochable gusa Imana irakundana cane gose kuburyo idata Umuntu,big up kuba Papa beza qui supporte tout kuburyo bakunda umuntu uko bamusanze nivyo bamusanganye , Davina na one way songa mbere muzoshika kure🎉
Igihe juste gael yakora mwe nico kiganiro na ibreezy nta côté yigeze ahengamiramwo nico gituma ari très professionnel. Ibreezy ariko avuga ivyo vyose kumbe akubita umugore?😂😂
Ni mureke kumuhenda wangu Umuziki w'i Burundi nta birenze wogushikanako kuburyo utangura gusuzugura abantu nka kurya! En plus de ça umuvyeyi angana nuwawe uzi amaze kugira ico yagufashije! Fernando turamukunda ariko indero irakenewe nukuriii🙌🙌
Irakoze we, bavuga ngo *toute la vérité n'est pas bonne à dire*. Rro Produce arashobora kuba yish akazi kiwe. Erega ntiyari muri sentare. Ikindi Fernando ntakintu kibi yavuze. Uretseko indirimbo iteye imbere hiyo iwacu yama ifise abayirwanya
Umviriza indirimbo ya I Breezy One Way👇🏽🔥🔥
ua-cam.com/video/WNad2fVgCVM/v-deo.htmlsi=Ua-3aqm7SBOXj3pQ
Hi Hosy,dav,brzy🙋🏻♀️...just ak rmark kuri hosy gusa...cest mieux k uba neutr en tan k journalist...burya na fernando kgra areagiss krya nukuraba la coz.....hari naho wosanga kadi kay ariw yandits indirimbo en se basant sur l histoire coupl fernando(fernando ko yoba yarabwiy histoir kady hma kady arahza aracomposa indirimbo suivan l histoir ya coupl yabo); cank usang fernando yarayndits we nyn😂😅essai d etre neutr...wumviriz coT yuwund ...na kady *yoba* afis ikosa hamw yoba avuga k yandits indirimb knd ar fernando yatanze idee uyund aracomposa (ah bovga k bafashanije😅)....hma j sinumv k yaburiy indero kadi kay(nimba reellment atariw yayandits cest normal kavuga kurya fernando)...ahbw fernando yaburiye indero abamuhaye akazi(yaraje kuryohera public mukuririmba, pas gushetana)😮
Ah bon, reka njeyo❤❤❤
@halchoo5183 peut importe umuvyeyi ahari hose arubahwa iyo warezwe neza kirazira nukuri nimb nawe aruko wisengere cane
@@Wanene1153 ivyo sindavyanse pee...umuvyyi arubahwa..meme iyo akoshje harho moyen y kumubwir k yakoshje vyisoney...ntvyo guhangana nabavyyi mais aussi bakoshj uraraba uko umubwir k yakoshjj...hma sinavuz k frnando atakosa afis...ahbw nukuraba igtuma areagissa kurya akibagira icamuzanye kuri stage
@@halchoo5183elle ne fait que donner des conseils.
abemeranya nanje ko iyi couple itessan🥰❣💯 bampe LIKES
Davina enjoy maisha shaa,il existe des Papa irréprochable gusa Imana irakundana cane gose kuburyo idata Umuntu,big up kuba Papa beza qui supporte tout kuburyo bakunda umuntu uko bamusanze nivyo bamusanganye , Davina na one way songa mbere muzoshika kure🎉
Turamukunda Dj Fernando ariko indero irakenewe sans blague! Ntakangwe n'aga hit gato aronse ngo yigire igitangaza! #kazima Imana inkunda: *Uwo Ikunda Imuha abantu* ntakiteranye n'abantu
Ooh wow chère Davina ndakuze the way tu viens de louer ton mari "i Malaïka Imana yaturungikiye🥰".
Que votre amour demeure éternellement
Papa Angel na maman Angel nciye ndamukumbura davina ndaguheruk umusi uvyara mubitaro.
Iyi couple ya Breezy na Davina imbere role model since today
Ils trop beau 😍😍😍😭
Davina Yaratomboye afse umugbo Ari so Mature🔥
One way asa na madame wiwe,ikiganiro kiraryoshe
I breezy ar sérieux vrt avug make mazima big up sn bruh
Awww 😍 ukunt bahamagarana reo bir trop chuuu ❤
Hosy courage ku biganiro uduha nukuri biradufasha turakuramw inyigisho mwiza wanj❤
Ikiganiro ciza,komera @Hosy Irakoze 🙌🏾,twari tuyikumbuye couple kabisa et surtout @Davinna yari yaratakaye 😅,Love from Sweden 🇸🇪
Hosy ....urasa neza koko na new look❤❤
Ikiganiro ciza gose ❤❤❤
Ndakunze ukuntu I Breeze yimerey
Tantine #Hosy iyo coiffe iratesan❤❤❤❤, merci kuzana iyo couple. Davina yarabuze pe
Hosy you look so good,Hama merci kuzana Davina nari naramukumbuy ndabura iyo nomuronderera
Couple nkunda❤❤❤
OneWay nanj namumenye kumukubito namwumva mundirimbo gusa
Imana ibagirire neza❤
Ooooh waouhhhhh
Hosy ndashaka contact za I breezy
Berew caaan Hosy❤❤❤
Merci kubatumire bumusi twari tubakumbuye
Ndabakundaaa
Toka mwese muri aba haters ba dj fernando toka kure mwama ninjamwe
Hosyy ndakeneye I brzzy plzzz
Ikiganiro koryoshe cane .ma cherie Hosy uraberewe sana .mumutwe haratesa
I breezy hejuru canee
Ikiganiro cari kiryoshe 🎉🎉🎉
I breezy ✌️
Oyaa Dj Fernando ntandero agira bana nahinduke iyo nyifato sinziza
Hosy uraberewe cane niyo Coiffe kbs,hama iyo couple ndayikunze cane nabantu bitonda barakundana nibeza numu Bébé wabo nimwiza.Hama Hosy ndagushimiye kubiganiro ukoresha vyakamaro
I breezy nareke kwufatanya nabagizi banabi😂. Gahunda yokuzimya mr ayee🎉🎉🎉 iragoye nkogutsinda poutine😮😮
Ikiganiro ciza cane iyi couple bari serious cane 🎉
Ikiganino Kiri mubiganiro vyambere bitesa mumaze gukor👌👍
Vanangaho izonsaku😮😮
❤❤🎉😊
Hosy 🎉 iyo look iratesaa caaane
Ndagukunda Hosy ,nugusaba mariage ?
Mwemwagize ikiganiro nimwirambire turabakunda
Alvin Smith n'imbwa kubona umwana wiwe agaburirwa nuwundi mugabo birateye isoni yopfuma atora umwana wiwe aho nyina amugejeje nawe akarera
Hosy ivyoo wagiz nibik??
Muzobatumire bose ,,,bavugane apana guhengamira kur cote imwe ikintu Kiba gifise ico kivako
I breezy na divination ndabakund can lmana uzobubakire
Ese ko numva amabanga yurugo yose muyashize hanze
Ciourage Davina , hari abagabo b imbwa ngaho i Bujumbura
Cameraman vrt bufata plan imwe itesa like unzoom and zoom ntibitesa remember ufse camera imw
Hewe kumb alvin nuko ndumiw 😢
Kazima imana inkunda❤❤❤❤❤
Hosy iyutazana breezy na davina,nohavuye ndacu ammande ya amsetel 50
Noe ko muguma mubimwemeza mugih we abihakana twemera ivyo nyeneyo yavuze
Alvin mumutaye kukarubanda ntavyo narinzi
Rindira Alvin Azé nawe abijemwo
Hemw gezaho. Fernando yaravuzw suffisamment move on please!
Oya reka ivyobintu utiyubash ntawukwubaha non uryamudamu niw yamwubash
Kadie turamushigikiye caaaane.
Wewe urumumarayika
None ko na Breezy atemanga ko yigishijwe production na Dj Hot Mix.
Nawe tuvyite iki?.Ubuhemu nka Fernando atemanze ko yandikiwe
Warabimubajije arabihakana? Kibi niguhakana ukuri ntac breezy yahakanye ivy ntibijanye
@hosy t'es trop belle iyi vidéo ndiko ndaba wewe gusa😂😂ukunu @nour nawe aguma akwegereza😂 anyways @davina Nari ndamukumbuye😍
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
🤣🤣🤣 sha rubanda murasukana
Hosy dushirireho link ya l breezy tumushigikire nawe
Egooo
Harakantu kumugabo twisigariza 😅😂😂😂
Chaîne yinzigo nishari chaîne yurusaku🗣️🗣️🗣️
🙏🙏🙏🙏🙏🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Hanura hanura
Mwari mugerageje kumushira hasi ubu star ntibwamaho nkuko mubivuze namwe muzarangira
Narinkumbuy davina sana
Uwo mu petit ndandero afise nasabe imbabazi urya muvyeyi kandi n'umuziki wiwe ugiye kuzima burundi,baca umugani mukirundi ngo *uvumwa nabenshi ugatota*
Iy couple iratesa Imana ikomez ibaz imbere
Caaaane nibeza, barabereye kuraba,alvin Smith yarahonvye,Davina yubake rugume yararonse nezaaa
I breezy na Davina baratesa shn😍😍😍😍😍🥵
Osy ivyo bintu bihagarare ntamugabo afukamira mugore
Igihe juste gael yakora mwe nico kiganiro na ibreezy nta côté yigeze ahengamiramwo nico gituma ari très professionnel. Ibreezy ariko avuga ivyo vyose kumbe akubita umugore?😂😂
Ivy babivuz?
@@GiritekaJolieEgome cane . Ninaco nasigaranye mumutwe 😊 Yaramukubise kugera aho Davina ava umwuna!
Breezy, uje kumviriza indirimbo ya Kelly Brown Amateka yabo. Avuga ko ukubise umugore wawe uba ukubise mama wawe. Rekana nivyo bintu nibibi cane. Mbega wewe iyo ukoze ikosa ninde agukubita? Ikiganiro cari kiryoshe mugabo jewe caciye kimbihira mpejeje kuva ako kantu!
Umwany wanj numviriza insaku zanyu😂
Nanje ndatay umwanya ino chaîne niyinsaku finely
Muveko😂😂😂😂
Jewe nibaza ko bahamagaye Imbwa Alvin Smith yokwitaba muzambere😅
@alvin smith official 😂😂😂😂
Uyu mu producteur ndamukundira displine
Ntacomudakora mukumumenyekanisha uriya mumabuja😂😂😂. Fernando bizobagora kumuzimya. Nukuri osy murabana babi
Kubivug koyamwandikiye nukur ntivyaribibi arik ikintukibi urakoz nukoyamujany imber yabantu
Urwo rukobwa rufise amajambo menshi rwaramuhenze uwo musore yitekerereje😂
😂😂😂😂
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏😳😳🤔🤔🤔🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇮🇶🇮🇶
I Breezy na Davina🤌❤️
J mbona uwo mu produca yabigize big deal nanwe amazi birahera aratwemeza kady yandik iyindi ndirimbo ham ashiremo amajwi yiwe twumve twarabamenye Imana kazima imukunda
Fernando mu mukure munsaku zanyu
One way insaku ntizibera abagabo ntasoni 🙄🙄🙄
Insaku avuze nizahe??? Indirimbo niwe wayikoze ngo twumveko ariwe utavuze urusaku?
@@maeli6300kuyikora ntibisigura kuzi uwayanditse indirimbo bayizana muri studio bahejej kenshi kuyandika
Urumva mwicaranye ngo muvuge Fernando🤷🤷ariko murakunda agapfa shaaaaaaaaa,
Niwe wenyene wumvise burya?
@@sirenvibestv partie Nini mwamuvuze mumugira ikiganiro ,twabonye komumwaka reo mwakoze😅😅😅
Hosy nukur wakoresheje amarangamutima
@@fulgencenkurunziza9772 nta marangamutima araho sha havuzwe ibizwi neza
@@sirenvibestv oyaaà Kadie Kay twumvise kwarumugenzi Wawe ,reo abakobwa turashigikirana turabizi Jewe ndagukunda ndakunda nibiganiro vyawe ariko Fernando mwamwinjiriye sna
Mbe icogihungu kiguma kiza kuma réseau social ??nibiki ?? Jewe nakirambiwe nukuntu kiguma kuvuga kuvyerekeye Fernando😮 erega kumusevya ntibizotuma tutamufana kuko ABA fana ntidukarwa na blablabla😂😂😂😂kuko Imana iramukunda❤ DJ Fernando 4life❤
None yagusanze munzu iwawe??? Ushaka akore ivyushaka?? Ukwirikirira ibiganiro vyiwe iki???
Banze wiyubahe d'abord urab amajambo uvuga urets gushafuza abandi naw uricafuj
Ico gihungu naje kirashisha urazi ingn kiguma kivuga fernando urya turamwemera
Kadie Key yaragiherey kugira kiguma kivuga nabi Dj Fernando. Uwo ntamugabo arimwo!
Qui t as forcé kurab iki kiganiro??
Irréprochable*irresponsable plutôt
Ngo ntamdero agira😂 ahubwo nimwe mutayifise. Ayo majambo yose nayiki? mwari kuryoherwa iyo abafana bamwanka akazima. Iyo ni favoritisme, ufise media urya nawe numugenzi wawe urumva ucumuvugira. Anyways, ndumufana wawe tu❤
Jahiyo bamureka kushigikira. Amafuti name ntandero mugira mumushigikira KK yarakozikosa
@@angeiratniwe utagira indero ntaco muzomugira
@@user-ry5pm9ni1b nubundi ntacobamugize ariko kuvuga ivyowumvise yivugiye ubwiwe nivyovyamwerekanye ubutandero.
Nukuriiiiii😂😂😂😂
Ivya Fernando mwabigize big deal nimba mwibaza azoca azima ntibikunda ntimuzozimya ivyo mutakije.Fernando hejuru cane sha!!!
Ahubwo yarabahahamuye! Ngr barabuze ibindi bavuga atari Dj Fernando. Nibatekane
Ni mureke kumuhenda wangu
Umuziki w'i Burundi nta birenze wogushikanako kuburyo utangura gusuzugura abantu nka kurya! En plus de ça umuvyeyi angana nuwawe uzi amaze kugira ico yagufashije!
Fernando turamukunda ariko indero irakenewe nukuriii🙌🙌
Ahubwo naw ururofa nani none ukuri ntikuvurwe erega ntawumwanka ahubwo ukur kuravurwa kandi ivyobavuga nivyo abobasani bacu nibaze bagira indero
Ni chaîne yinsaku
@@user-wg3xl4fm2t ntakindi bafis bavuga...ikintu kinshisha nuko ubujambo bwabo budahera baguma babugarukana
I breezy ubundi war kuvuga ivyushaka luri fernando ariko ahantu naboney ku ru muntu mubi ukuntu wagiy gu comparant barya bahungu ushaka kutwereka mwiza na mubi bruh fata fuck
Kazima Imana imukunda murimenya muriko ngaho muvuga ibiki yabaye ikirimbiro Fernando 😢😢
Toka twese turamuķunda Dr FF main nigitandero
Umviriza kora zone nta one way irimwooo reroo I breezy nawe mumucunge ntiyigire uwuvuga make
Nn iri hehe ko yabuze na 1M?
Oe nkumwana wnj vyar bikenew k aja mur émission???😢😢😢😢😢
Ibaze birababaje
Umwana wawe n’uwuhe?
Aho wosanga ari ya rofa Alvin atitaho uwo yavyaye atabimutumye Imbwa gusuu😊
@@alanblessed1744oya c'est pas ça
@@cocoirankunda1884 ubifash o sérieux🙄🙄I was just kidding sinon nibisanzw
Hosy gabanya inzigo mureke umwana wabandi aheme,aho mwebwe ntamakosa murigera mukora mukayahakana????Vyari vyaraheze none murabitanguje,umwana yankwa niwe akura,Kadie Kay yabahaye agafadika
Man nawe ntubuze amakaosa wakoze mutama nawe twomenya tukagufata nkuwagotse rero ntuze uraza uvuga ivyabandi ngaho, izo nyifato zanyu sizo nimba mwashaka kumuhanura mwaramuterefonye muramubwira ati Dj Fernando wagize ibitabereye? Ivyo mwama muzana ngaho ngo murahanura bamubanza mwegere umuntu mumuhanure kuko agahuzu gacapfuye kamesurirwa mumuryango. Ibiganiro vyogusubiza abantu inyuma ntaco bizobafasha ahubwo nimufatane munda nuwukoze ibitabereye mumuhanure kumbure atumva habe ariho muzobitugaragariza. Ataruko urwo nurusaku.
Abantu Bari civilisé ni wew ? 😂😂😂 akanyakanyosha karaho😂😂😂
Kub civilisé ntibivana nah uvuka vyose ni mumutwe
Irakoze we, bavuga ngo *toute la vérité n'est pas bonne à dire*. Rro Produce arashobora kuba yish akazi kiwe. Erega ntiyari muri sentare. Ikindi Fernando ntakintu kibi yavuze. Uretseko indirimbo iteye imbere hiyo iwacu yama ifise abayirwanya
Sinarinziko abagabo basakuza kweri
Iptu wew urakajajwa, ni nde yakubwiye ko arumuvyeyi wiwe ? Umuvyeyi agenda kukwararaza muma media niwe muvyeyi ? Wew nahora ndagukunda ariko urakabwa kandi fernando azoterimber uzovyicuza j’espere kwatazopfa akibabariye kandi agarutse gukorera iwawe !!
,
Ndakunda abana babarundi ukuntu muri trop sentimental ngo abavyeyi ,umuvyeyi Ubu ni nyina ya muvyaye niwe gusa atomwifuriza ikibi abandi Bose ni abagenzi ,le collègue Kuko Nawe kadie kay ntiyera KO yemeye gukorana na génération batangana nareke ishari akore apambane.cadeau ntibayivuga igihe bidakenewe