IMANGA SERIE EPISODE 33 BITEYE AGAHINDA 💔😭 BOSCO YIRUKANYE ALINE AZANYE ABAHABARA😭😭😮💨😮💨
Вставка
- Опубліковано 23 кві 2024
- Abel nduwayo officiel ni youtube channel ibagezako filime nziza cane zisukuye,na comedie nziza cane zisukuye.ufise icubaza canke icuterera,icaricocose,canke ukeneyeko tukugirira poublicite zibikogwa vyawe ,wotwandikira kuri whatsapp yacu +25779410298, 75410298 ,61410298.murakoze
- Фільми й анімація
Abantu dufatanyije gukunda imanga musige Like ❤❤❤
❤❤🎉🎉😢😢🇸🇦🇧🇮
Harimwo inyigish kimwe gusa abagabo nkabo baragow baguma birukan nivyabzsiz kk wirukira uwugusiga ugasiga uwugusanga
Abohimbarw nkanje babony alyne asubirany n'a Abel wiw mubinyerek
Ahubwo nivyo jewe nishakira😅😅😅😅😅Aline asubirane na Abel bubak'umuryango wabo ❤❤❤
Kandi Aline na Abel ntabwo barasinyura muri commune,nokwishima basubiranye ❤❤❤❤ukuntu Abel yitonze atihutiye Kuja mubagore ndabikunda caaaneee ❤❤❤
Nukuri Aline ararush noryoherwa basubirany n'a Abel.
Nanjendabishigikiy kwel 28:00 28:00 😢😅😅😅😅😅😅😅😅😂@@ndikumanadiane7458
Abiyumviye uyo mwana wa Abel kashobora kuba camamere bampe like♥️
Niwe kbs
Asha wabirabiye Kure kweli
Nanje nabubonye kbs❤❤❤🎉🎉🎉
Wewe ngira mwarateguranye film😂 urazik nanje navyiyumviriye😂
Mbaye uwambere raba munkorere umuti ❤❤
Umunye NGOZI ❤❤
Basha imanga Seriers 😢😢😢Kuyindi Mwemu Ndabarahiye 🎉🎉🎉🎉
Mwemu gisiguriki ?😂 canke mpwemu
Ndabona Aline azotinda asubirana na Abel wiwe kabisa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nanje nkomuba 12😅😅 ndahageze.MPA utwanje 👍aha
👇👇👇👇👇👇👇
Ndabakunda,❤❤ Imanga series kuyindi mpwemu🎉🎉🎉🎉
Nanj ndifuza konger kubonana arine n'a abel
Yewegayeeee arine ibikubayeko pore gusuzugende kwa aberi ndizerako azokwakira courage mwense
Abel kurya yitonda bazamuzanira nabana batarabe 😢
Abakunzi bimanga murihe kontababona😀😀🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️✍️💯💯💯✔️✔️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💟
Waaooooo muranezerey p Nella ngukunda kubi na Dany courage mwese bakinyi beza
Ndabakunda courage murashoboye ❤❤❤❤🎉🎉
Ndakunda imanga séries ariko sanze narize😭😭😭😭mbonye ivyo Aline akorewe
Kazi safi bro
Mukina neza cneee ,courage ndabakunda cnee
❤Aline wasubiye kwa Abel ukironkera amahoro
❤❤❤ arine uranteye ikigongwe iyababikunda nakuraza iwanje
Ewe bosco shaaa ibintu biraza nabi ahurikwegeyivyiyumviro nivyibutso uzokwicara wicurikire kaderere
Ndabakunda cane muterimbere
Kumbe imanga yademye haya rekandore uko mm Nelly yirukanywe ndumva agahinda numubabaro mwinshi ababaye nkanje tumenyane❤
Ndabna Aline har'umusi azoba mu nyishu 🎉🎉🎉abeho anezerewe
Today nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤
Wosanga uriya mwana ariwiya ufashije Aline ❤❤❤❤
Ibintu ntibigiye kworoha ,maskini Aline😢😢😢😢😢, courage ❤❤
Imanga irabaye imanga Aline courage vrma birarusha kumutima
Imanga yabaye imanga kwl
Bosko umugome sana
Aho ko yvan aje mu manga ,Kercy naw tumuhabwe mu manga serie .
Mwubahweee
Yooooooo Amazina yaba Bosco nabagome😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Abagabobarabakera nukuri.aline wihangane😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Bosco uri inkoz y,ikibi kabis kwirukana Umuvyeyi nkuko😢😢😢
Vyinshi bibaye binteye amarira muhezagirwe cane gose kuvyo mubandanya mutwigisha
Turabakunda cane
Yebaaa we Bosco koyafash inzira idashik nasubirane nuwiwe bahanuzi beza mukomeze muraduhanura mutadukubis Cank mutuvune
Danny ndakwase urashobora kwangaza umuvyeyi abagabo bameze nka danny mwikebuke😢😢😢😢😢😢
Vyahez kbs gusubiran arikoo hariyoo 😢😢😢😢😢😢
Jew bosco arambabaje kweli.kwirukana umugore avuye kuvyara ntanamuhe nindaro y umusi umwe😢
Turabakunda gusa kabaye kagufi
Birababaje. Bosco uzicuza
Ndabakunda. Cane. Mwubawe. Ndabakunda. Cane. ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤.mwubawe.
Sha ubuhemu nibibi ariko ❤❤❤
Tabia mbaya Bosco
Ihangane arine cha 😂😂😂😂😂😢😢😢sikazima wavyaye neza ❤❤❤❤😂😂❤❤❤😢😢🎉🎉😢😢😢🎉🎉😮😮😊😮😅😮😮😊😮
Nanj ndahagez mubamber uyumuns abaza nyuma muravyumva namwe icogukora kl
Yemwe hagiye gusha❤❤❤! Aline mpore
Inkuru iraryoshe Gusa murateba cane luraganira ntimuheza ngiher niryo nikosa
Karabaye nonehoho😅😅😅😢😢😢😢
Abel uwomwana uzosanga atari gwawe muzoce muja gupimisha amaraso uwomugore umenga yaje akurukiranye itungo
Imanga ndayihwej izorwamw bensh rek dukomez turabuk bigend gus turab❤❤❤❤❤❤ alyne naw pôle ark ubirimw nez ❤❤❤
Mbeg akajembeget Dany urinday uwomukobw nubonak angan naneri waw
Mukomere cane ,aline arababaj cane pe.
Yoooo ewe Aline sha urahuye ningorane❤❤❤🎉🎉🎉
Urijiramwe abe😢😢😢😢😢😢😢
😔😔😔😔😭😭😭aline ihangane mwiza ntamvura idahita😔
Courage ❤❤❤❤❤❤
Reka ntore agatebe nicare ndabe imanga nzakugura icomvuz ihez
Courage mwubahwe
Turikumwe 5 kuri 5🔥🔥🔥🔥🔥
Yoo arine disiwe birababaj abeli aragutegerey
Mukomer mwes ndabakunda❤❤🎉🎉
Eeee,Bosco nawe iri gito,kanduramworikanye
Ibintu bitera biryoha🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Wamukobwe ivyukorey mugezaww ejo niwe dabiz bibwigwa beshi bikiva benevyo dabakuda can ❤❤❤❤
Abel urambe uduha film ziryoshe cane Hama courage urashoboye
Gacerewa ndahageze imanga yaryoshe vyikirenga Alin gusubirana na Abel umugabo wiwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Shaa iyi film niyibihe vyose
Justin ndamukunda akina neza can yitonze abel😂😂❤❤❤❤❤
Yoooo mana weee Aline arambabaje abagore duhura ningorane nyishi kweri😢😢
Bibandany bibavyiza mwubahwe ndabkund
Courage
Yooooh birambabaj kl danny urikibi nukur umuvyey avuyekwibaruk nuburuh nikinik ukamwirukan nkimbwakl gs birambabaj so courrag mwes
Gusa Bosco arya ibyuki gusa ndak !eka uli Nice vraiment !😃😃❤️❤️
Muri 1h nkaba ndahashitse courage nda❤❤❤ Abaza nyuma Yanje muri rwarukundo mumpe twatuntu
Yooôoo mpor aline.abel naw cubwenge ukerebuk bazokuzanir nibihuna.bosco urumuja pe.mbewibagiy wamukobw waw???
Uko mbakunda birandenga❤❤❤mbifurije kuroranigwa mubanyu nomuvyanyu❤❤
Biracanganye cha 😂😂😂😂😢😢😢😅😅😮😮😅😅😮😅
Sh natinkumbu camamare wanje vrt ❤❤❤
Ndabakundacane❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Ndabakunda the ❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage abel ❤❤❤❤nono unkuraho pe
Camamare narindamwikumburiy sh😂😂 ❤😂
Wa 25🎉🎉🎉🎉🎉
Iyondebye neza nsanga kubwubugome Agirira Aline azicuza birenze
Courage 🎉🎉🎉🎉
Uraberewe mabuja
Nkanje ndabakunda kbs❤❤❤
Nidaya cha😢😢😢baya cha
Burya iyi film basha nukuri mwe namwe murabonako itesa🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Yooo Bosco kuel urakoze nabi cneeee
Abel uraziwe pe uyo mwana bakubyira uzomanze kumupimisha d n kuko yobakubesha
Aline araharuhiye vyiza yokwibanira na Abel vyoba vyiza cane
Arik Bosco ur umuhemu, Bury urazi umuvyeyi icarico??? Ark uzovyicuza
Ngumwamikazi yavuze😅😅😅 ewe basha
Arareze mukurodera amafaranga😢😢😢😮😮😮
Wooooooo nahageze
Kuvyukur bitey agahind ngirang uyomwamikaz wiw yazany ningumb gukorer uwab ikib nkic
Bosco yagize umutima wigikoko pe
weeee shine🎉🎉🎉🎉
Hi
Ndababaye kubwarin
Courage kbx