Ivy'ibiturire n'intwaro ibereye bimeze gute mu Burundi ?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 жов 2024
  • #indundinews :#Faustin_Ndikumana aramutswa #parcem ibi nivyo ahanura Leta y'Uburundi kugir a isohoke mu kinogo c'ubutunzi igihugu kirimwo

КОМЕНТАРІ • 28

  • @sebatahadieudonne4993
    @sebatahadieudonne4993 4 місяці тому +5

    That's wise,icogukora kirahari kandi kidakozwe,tuzoguma turinyuma,kuko Uburundi nibwatwese.

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 4 місяці тому +1

    Ndibuka umutama yigez kuvuga turikumw nabandi bana avuga ati:" ntimubona uku kuntu abarundi bahenzwe bica benewabo ngo bashaka intwaro y'abahutu, babanj gusenyura ibihari bagatesha agaciro n'ivyubatswe,... Muz murab niyo bobaha ikigihugu bazogisambura baconone ndets nabo nabagiy inyuma bicuz bifuz ivya kera ko vyogaruka bitagishoboka"
    Ivyo yavuz nivyo turiko turabona ubu yaba ndakugarika cank ndayishimiye bavuga ko kera vyari vyiza "
    Na bado very soon muzobona la valeur du pouvoir de l'Uprona,....!

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 4 місяці тому +2

    Aho Igihugu kigeze hakenewe leta fatakibanza iyihari ni zero sinon turagihunga

  • @yolo._96
    @yolo._96 4 місяці тому +1

    Neva si nyishu ni isanganya ryaguyemwo igihugu.Izo ngendo zidakenewe ni zimwe za neva nawa mukecuru wiwe.Brb ubu ikukira brb,ibura rya ma devises biva kuri president kuko niwe ayanyaga

  • @HavyarimanaElyze
    @HavyarimanaElyze 4 місяці тому +1

    Non nyakwubahwa mwigisha mwiza ko numva ivyo vyose ubi zi nkuwoguhamahirw ukaba kinzigenza wobikora nkuko uri kubikubwira cank ww ujejwe guhanura gusa???

  • @charlessadoc2203
    @charlessadoc2203 4 місяці тому

    Never yaje kurongora igihugu ntamigambi afite (road map)
    Amajambo meshi gusa atagira ibikorwa
    Nkabarongoye uburundi abeshi ninyeshamba zitize zitazi ico iterambere rivuze bakagovye gukurwamwo hagashirwamwo incabwege
    Ntabwo abagwiza tunga bashobora kuza igitoro namazi meza vyarabuze
    Nkubu narindiko ndubaka company yamamoto none nahomvye kubera ibitoro vyabuze urumva numugambi wa transport ntushobora gukoreka waja kugura igitoro hanze yuburundi ngo ukoze fraud ivyo nibiki?

  • @ErnestNiyongendako
    @ErnestNiyongendako 4 місяці тому

    Uburundi burafise incabwenge urumva nkivyo faustin azasigura mutama wubahwe

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 4 місяці тому +1

    Abarundi twaragowe pe twagonze nikamyo itagira document kuva cn.dd efdd ije kuturongora!

  • @AshrafKevin
    @AshrafKevin 4 місяці тому +1

    Nyene avugukuri mugabo akaboko kabarundi ninduru ntagihugu cabajama ikijama cica akazi nibarabe ibifashuburundi apana akarwi kamwe aba ambassadors Bobo ni statut

  • @barnabesaruvyiro7437
    @barnabesaruvyiro7437 4 місяці тому

    Faustin, l’affaire de 2015 ne te concerne pas vraiment. C’est une affaire entre deux pays. Si le Bdi fait sa part, il n’est pas dit que le Rda fera la sienne. D’ailleurs, c’est le Rda qui est l’obstacle. L’affaire de 2015, c’est un coup d’Etat. Les putschistes doivent être punis. Dire qu’il faut abandonner l’affaire des putschistes, c’est la même chose que de dire qu’il faut abandonner les génocidaires de 1972 et des autres périodes. Comment abandonner les putschistes du Rwanda alors que d’autres sont en prison. Bientôt tu nous diras qu’il faut abandonner l’affaire Ntaryamira tué au Rwanda ou Ndadaye tué au Bdi. Demande plutôt un appareil judiciaire fonctionnel et impartial.

    • @carrelmazameza2962
      @carrelmazameza2962 4 місяці тому

      Mon frère igihugu gikeneye uburongozi bwiza ivyo vyoza vyiyongera !!!

  • @PhocasNdikubwayo
    @PhocasNdikubwayo 4 місяці тому

    utazakamuhatse ireba imboro yase igicure mugabo

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 4 місяці тому +1

    Mon frr ako ka vyimba kari mugahanga uzogende hanze bakabage ntika zokuzanire Cancer

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 4 місяці тому

    Ce Monsieur 🎩

  • @Sirila18
    @Sirila18 4 місяці тому

    Izo nkwavu ejo bundi hari uwanditse commentaire ku kiganiro cari cakozwe na chaine UMUKUBITO ku mworozi w inkwavu , abaza iyo boshorera inkwavu ,nta nyishu yigeze aronka kandi babigize umugambi w igihugu. Nyene chaine UMUKUBITO , mubarize isoko ry inkwavu hama wishure commentaire yiwe.

  • @ndatimanaalfred
    @ndatimanaalfred 4 місяці тому +1

    Grand frere kubivuga ntibigoye nkokubigira Kandi ahurumva ko uwokiguha wogitwara neza huuu eeee karahanyuze!

    • @barnabesaruvyiro7437
      @barnabesaruvyiro7437 4 місяці тому

      Les Burundais sont difficiles. Ce que Faustin dit c’est la pure logique. La meilleure façon de faire ce qu’il dit c’est de donner à Faustin la responsabilité de faire ce qu’il dit dans le gvt Neva. Il serait le mieux indiqué pour le faire. A l’heure actuelle, la population a besoin de quelqu’un qui peut résoudre son problème.

    • @carrelmazameza2962
      @carrelmazameza2962 4 місяці тому

      Ariko aratanga avis yiwe Kandi ivy'avuga nukuri abarundi harageze kotureka kugenda nk'impumyi si non tuzokomeza dutemba atagihindutse.!.?

  • @prospergirukwishaka3906
    @prospergirukwishaka3906 4 місяці тому

    Wavuga ntuvura

  • @richardnzosaba657
    @richardnzosaba657 4 місяці тому +2

    Uravuga ntuvura

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 4 місяці тому +1

    Wa wundi ngo nta Pres dufs

  • @ukuntusataniarigukora.8482
    @ukuntusataniarigukora.8482 4 місяці тому

    Abategetsi bigihugu badahindutse ntaho bizoshoboka. Ntamugwiza tunga azova hanze ngwaje ngaho kuko abahaje kenshi barananiwe bazagukorera mubindi bihugu kandi abadoboye nibavanwemwo kuko nugusubiza igihugu inyuma.

  • @ukuntusataniarigukora.8482
    @ukuntusataniarigukora.8482 4 місяці тому

    Inama ihari hafatwa ingingo zibohera amaboko inyuma benegihugu.
    Ntamusi hirwa nibande bariko biba igihugu mubakure akarorero raba Magufuli watanzania uzorabe ko bitashoboka ariko ivyo ntimubiraba.

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 4 місяці тому

    Mana udutabare turahangiwe muri Edeni

  • @YvanblackOfficial
    @YvanblackOfficial 4 місяці тому

    Ingorane uburundi bwarakasiriwe

  • @justincodyy6058
    @justincodyy6058 4 місяці тому

    2027 president

  • @langsonnjobvu7424
    @langsonnjobvu7424 4 місяці тому

    Babwire