IKINTU CA MBERE KIZIBIRA UBUSHOBOZI BW'IMANA by Chris NDIKUMANA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • ITANGAZO
    Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
    Chris Ndikumana

КОМЕНТАРІ • 787

  • @NduwayezuOdette
    @NduwayezuOdette 20 днів тому +3

    Amen imana idushoboze kubadanya urugedo kandi dafashijwe imana dagomba zamure umurimo wawe ubugobwe abarobwo bukora

  • @user-fj6ob1ly6t
    @user-fj6ob1ly6t Місяць тому +10

    Yesu wanje.mbabarira ivyaha nakoze
    .umbohore unkureko imigoz yakarande kubugingo bwnje yogupfa atacodushitseko umuryang wacu bapfa bakenyutse turasavye ubushoboz bw.IMANA bube kur twebwe dusigaye busenyure ivyakarande tuzorambe tuvyare tubarere kuk abo tuvukan baravyay ntibabareze kand natwe ntibatureze .mudusengere nanje nakiriy igitangaza.amen

  • @JustineBigirimana
    @JustineBigirimana 7 днів тому

    Amen, murakoz imana ibahezagr k,umurimo ya benshi mwam mubihor nanj nd,I Burundi ndakund ikiganir cany imana ishishikar kubonger amavuta , izina ni bigirimana justine

  • @MbonyimanaAminatha
    @MbonyimanaAminatha 3 місяці тому +18

    Amen mukozi wiman ndiho agukomeze mugikorwa yaguhaye ndetse aguh kuramba azaguh niherezo ryiza turagusabira

    • @user-qw5yn3tf6c
      @user-qw5yn3tf6c 3 місяці тому +2

      Amen amen amen IMANA Igukomeze mukozi w'lMANA

    • @user-mc3cg4di3g
      @user-mc3cg4di3g 3 місяці тому

      Amen ndakiriye kubohoka iyi Saha nsenganye namwe kur you tube nda vomissant na mpaka

    • @sifabayisabe6129
      @sifabayisabe6129 2 місяці тому

      Amen.Imana ihabwe Icubahiro

  • @KalizaSolange
    @KalizaSolange 9 днів тому

    Amen 🙏 nange nishimiye kubohorwa nayesu kuko nizereye muriwe nibindi azabikora imana ibahe umugisha

  • @user-tg6qz4ct7u
    @user-tg6qz4ct7u 5 місяців тому +5

    Mana mbohora ndaboshye mbohora ndimuybaha mana mbohora kwakire nkumwa mi numukiza mumutima wage hareruyaaaaaaaa emeni kisisi yesu aguhe umugisha

  • @MwajumaDeborah
    @MwajumaDeborah 2 місяці тому +2

    Merci pour votre enseignement que Dieu vous bénisse

  • @user-qe5tu8so9r
    @user-qe5tu8so9r 4 місяці тому +3

    Amen Yezu urakoze kutugabira inzozi zari zarazimye ndizera ko ungabiye ndakiriye iyerekwa ryanjye ryo mu nzozi yesu urakoze ndakwizera!

  • @user-bo3fu3yt7t
    @user-bo3fu3yt7t 5 місяців тому +4

    Mana yanje ntu taruke mpereza nanje ubumiza ndararugwaye chane ndi mucomani wi Bukavu mana yachu mpereza ubumiza ndararugwaye chane amen

  • @NDUWARUGIRAEdyssa
    @NDUWARUGIRAEdyssa 5 місяців тому +5

    Uhezagigwe cne mukozi w'Imana,Imana ihabwe icubahiro ko tubohotse,ko twize guca bugufi Mana bane natwe ibihe vyose uturinde icadutandukanya nawe,Amen!

  • @iteritekajoselyne8144
    @iteritekajoselyne8144 5 місяців тому +5

    Vyukuri unomusi IMANA iraduhaye ibihe vyiza ndaruhutse nukuri Chris mukozi w'IMANA nzima ukomeze guhezagirwa impande zose🙏🙏🙏

  • @FarancoiseNkurunziza
    @FarancoiseNkurunziza 3 місяці тому +6

    Imana inshimwe to rankijimje.yumveko ndayishimiye
    Mukoziwimana imana iguhe kurumba numuryango wawe

  • @JolisIrambona
    @JolisIrambona 5 місяців тому +7

    Chris Imana iguhezagire ubuzim bwanj bwarahinduts kuber Imana yabicishij mur wew

  • @JNy-rh9yg
    @JNy-rh9yg 5 місяців тому +4

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah 🙌🙌🙌 Amen Amen Amen ndafashijwe cane niyi nyigisho Ndiho aguhumugisha Chris numuryango wawe wose ❤❤❤

  • @brendashaniashaline3169
    @brendashaniashaline3169 5 місяців тому +3

    Amen .Mana Nshoboza kuko ntivyoroshe ariko bwa buntu wagirira Yesu kumusaraba aribwo nanje ungirira.🙏Amen

  • @ClaudineUwiteka-t2r
    @ClaudineUwiteka-t2r 12 днів тому

    Amen, ndakiriye kubohoka mwizina rya Yesu. Mana ndagomba iherezo ryiza , knd ndagomba uzomp urug gwiza abana banj ntibaze babe muri condition nabaye.Amen

  • @Stella-zn7rq
    @Stella-zn7rq 5 місяців тому +3

    Hallelujah thank you Jesus I praise you I receive deliverance In Jesus name thank for sanding pastor Chris NDIKUMANA in our mist 😢 continue to use him mightly and protect him in Jesus name

  • @user-og3qh3ew8i
    @user-og3qh3ew8i 10 днів тому

    Amen manayanj ndagushim kuvyowakoz nibind uzabikora mwizinaryaw ryera amene.

  • @gloriakwizera135
    @gloriakwizera135 11 днів тому

    Amen nitwa Gilbert ndashaka kubohoka imigozi yakarande Aho ndondoye hose ntibicamwo

  • @user-xn7sc3vl3v
    @user-xn7sc3vl3v Місяць тому +1

    Ndafashijweee Yesu nashimweee ibihe byose.Habwa imigisha Mukozi w'Imana Imana izaguhe iherezo ryiza.

  • @egidembogowenayo3763
    @egidembogowenayo3763 2 місяці тому +3

    Amen Bell Chris wubahwe cn knd unansengere cn ndi Egide gitega swahili nanje nfise imitwaro

  • @EmelyneNkurunziza-jz3ji
    @EmelyneNkurunziza-jz3ji 4 місяці тому +4

    Ndabohotse Mwizina Rya Yesu👏👏👏

  • @NdikumanaGervais-w1s
    @NdikumanaGervais-w1s 11 днів тому

    Yesu mbabarir ibicumur nakoz umbohor wonger unkiz amen

  • @SylvestreNduwayezu
    @SylvestreNduwayezu Місяць тому

    May Almight God bless you Pastor chris

  • @rosemutesi6626
    @rosemutesi6626 3 місяці тому

    Ninamushukuru Mungu kwa mafindisho ya Mtumishi wa Mungu Chris Mungu akuongezee nguvu za rohoni na mwilini. Umesema roho mbaya za mauwaji na uwasharati nimesikia Sala hiyo ni yangu mtoto ameshikwa gafla na roho hizo akatoweka nyumbani alikuwa ana omba Mungu sundly akatekwa now God is able to touch his soul.Amen

  • @jeaninetv
    @jeaninetv 5 місяців тому +7

    Amen ,ibidashobokera abantu bishobokera Imana,🙏

    • @user-bz8ix2wg5f
      @user-bz8ix2wg5f 5 місяців тому

      Amen

    • @UwamahoroDyvine-zs4qz
      @UwamahoroDyvine-zs4qz 3 місяці тому

      Muraho neza ndanezerewe kubwiki kiganiro nsanze nanjye narabaswe nubwibone sinakoreye lmana ukobikwiye lmana imbarire cyane ndashaka mumfashe gusenga nongere korere lmana neza kandi inkize nuyumutwe wanze gukira mwisi rya yesu kristo

  • @EvelyneUwimana-y8s
    @EvelyneUwimana-y8s 25 днів тому

    Amen.ame.👏👏👏👏👏imana.izoguhe.iherezo.ryiza.nukuli.

  • @FarancoiseNkurunziza
    @FarancoiseNkurunziza 3 місяці тому +6

    Imana inshimwe irankijije ivyumve ko ndayishimiye mukozi wimana imana ikurinde numuryango wawe

  • @BukeyeIsaac-u7g
    @BukeyeIsaac-u7g 12 днів тому

    Ooo! Jésus! Nanj mbohora yesu kuri karande!

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero3529 5 місяців тому +3

    What a beautiful spirit of prayer 🙏🙏🙏

  • @user-bo3fu3yt7t
    @user-bo3fu3yt7t 5 місяців тому +2

    Imana yimu ijoro mbarari pe ndararugwaye chane chane mpereza ubumiza muri Congo ibukavu

  • @NzosabaAlexis-ny6tu
    @NzosabaAlexis-ny6tu 3 місяці тому +1

    Amen amen!! Mubandanye MuDUSENGERE Aho Turi mumahanga muratwubaka kumutima

  • @user-sr8pc2jm3z
    @user-sr8pc2jm3z 21 день тому

    Chris ngusengera umunsi kuwundi na family nabagufasha mugikorwa cya Kanguka hezagirwa

  • @AmuriAroyizi-mw1nn
    @AmuriAroyizi-mw1nn 5 місяців тому +1

    Man nanj unkize indwara zose mfise numubiri nokumubiri ndakiriy gukira Amen knd uhezagire umukozi wimana Chris

  • @JeanmarieIninahazwe
    @JeanmarieIninahazwe 2 місяці тому

    Amen mwiz,izana rya yezu

  • @jeanninemuyabo7501
    @jeanninemuyabo7501 5 місяців тому

    Mukiza mwiza Yesu kristu ndagusabye ngo umpe guca bugufi byuzuye kandi mwami wanjye ugushaka kwawe kube kuri njye. Mwami wanjye umpe ubwenge bwawe umpe n,agakiza kawe muri byose nkore ugushaka kwawe . Amen

  • @user-sd5pm7og9c
    @user-sd5pm7og9c 5 місяців тому +4

    Ameeeeene mpwemu yera kazewikorere murijewe ugarure ivyonambuwe vyose

  • @Manirakizagilbert-t1q
    @Manirakizagilbert-t1q 12 днів тому +1

    Halleluya halleluya halleluya 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @azompozamugishamarieaudrei1107
    @azompozamugishamarieaudrei1107 2 місяці тому +2

    Ameeeen je reçois la délivrance au nom de Jésus 🙇🏾‍♂️🙇🏾‍♂️🙏🙏

  • @niyokwizerwamyriam6486
    @niyokwizerwamyriam6486 3 місяці тому

    Imana ibohore umubiri wanjye ubaswe n'uburwayi budasobanutse,Joshuwa angenderere, ndabyizeye,Mukozi w'Imana Chris Imana iguhe imigisha ikingerere amavuta.

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero3529 5 місяців тому +5

    Umukozi w’Imana arakwiye kuja muri Chorale🎶🔥umuriro afise uraryoshe cane

  • @arakwiyeallain2071
    @arakwiyeallain2071 3 місяці тому +3

    Amen Amen lmana ishimwe kuko arumukozi wumuhanga nange ntegereje gucyira uburwayi mwizina rya yesu nokugirirwa neza n lmana umukozi w lmana ikomeze imihe amanuta Amen❤❤

    • @sengiyumvaanaclet4911
      @sengiyumvaanaclet4911 2 місяці тому

      Jewe ndabohotse, gusa sinzi ucarico zriko numvise ikintu gikoretse muri jewe

  • @DarlèneIkorivyiza
    @DarlèneIkorivyiza Місяць тому +1

    Mrciiiii seigneur Jesus.

  • @SandrineIrakoze-xf5nv
    @SandrineIrakoze-xf5nv 2 місяці тому +2

    Amen Amen Amen Ndiho akomeze kuguha inkomezi👏👏👏

  • @user-zs4cx6ff8b
    @user-zs4cx6ff8b 5 місяців тому +4

    Amina amina Yesu aguhezagire mu vyawe no bawe mukozi w'Imana

  • @user-bo3fu3yt7t
    @user-bo3fu3yt7t 5 місяців тому +6

    Nshoboza ubumiza mana yachu ndi mukobwa wi mana muri Congo ibukavu

  • @MugumyabangaSolange
    @MugumyabangaSolange 8 днів тому

    Imana ni nziza Hallelujahq💃💃

  • @DianeNdayisenga-ez2wb
    @DianeNdayisenga-ez2wb 2 місяці тому +1

    Amen amen icubahiro nicumwami wacu yesu zina riruta ayandi mazina yose.💫🤲👏👏

  • @mzingbazu4045
    @mzingbazu4045 3 місяці тому

    Amen Amen Amen 🙏 Ndakiriye gukira nokubohoka mwizana rya YESU Christo.

  • @celestinndayizeye5537
    @celestinndayizeye5537 3 місяці тому

    Ameeeeen Ameeen Ameeeen ubwiza bw'Iman bukayangane Icubahiro nikibe Ic'Imana Ibehe vyose Kaze mpwemuyera ❤❤❤ Ameeen Ameeeen Akuna Mungu kama weweeee Asante

  • @IreneNdayishimiye-m5n
    @IreneNdayishimiye-m5n 28 днів тому

    Yes ndashak k woncur ukangr igkogwa caw amen

  • @KampimbareDiane-lt9dc
    @KampimbareDiane-lt9dc 5 місяців тому +1

    Amen Amen.Imana iduhe guca bugufi muri vyose.

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t Місяць тому

    Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah icubahiro nicawe Kristo ❤

  • @nintunzeferdinand9568
    @nintunzeferdinand9568 3 місяці тому +2

    Que le seigneur soit loué pour des siècles et des siècles.

  • @celestinndayizeye5537
    @celestinndayizeye5537 3 місяці тому

    Asaaaaante Yesu Tunashkulu saaan matunda yako yanatisha kama nim Asante Asante gafla tuna God is for me God is wethin me Hi leader he surrounds if be for me

  • @DinaNkeshimana
    @DinaNkeshimana 4 місяці тому +1

    Shalom uyumukozi w'Imana Imana irushirize kumwongera amavuta aranyubak cane Ameeeen

  • @user-lv6zc9cs9u
    @user-lv6zc9cs9u Місяць тому

    Gusa ndagukundacan❤❤kandimana izakumper iherezo ryizacan😂😂😂😂😂

  • @UwamahoroJojo-c5r
    @UwamahoroJojo-c5r Місяць тому +1

    Hallelujah I'mana Ibampere umugisha

  • @NdayisengaLucienne
    @NdayisengaLucienne 5 місяців тому +2

    Amen Amen shimwa Mana 🙏🏼🙏🏼 kuhinduye ubuzima bwanje Numuryango wanj🙌🙌🙌🙌

  • @JeanineHarerimana-ht5pg
    @JeanineHarerimana-ht5pg 2 місяці тому +2

    Imana iguhezagire mukozi w Imana ndabohotse kubwa amasengesho yawe .

  • @WasaCelia
    @WasaCelia 2 місяці тому

    Imana ishimwe inkuyeho zakarande inyatsi indoto zanje ziragarutse ibyifuzo byanje byose biragarutse uburwayi bwose burakize mwizina rya yesu ibohoye numuryango wanje wose mwizina rya yesu ameeeeeen halleluia

  • @BellaMoniaNsavyimana
    @BellaMoniaNsavyimana 5 місяців тому +5

    Mwami yezu warakoze kwabo bose wakijije ndagushimiye ndagukengurukiye

  • @umutesialice6556
    @umutesialice6556 5 місяців тому +8

    Amen Amen Amen

  • @eliane802
    @eliane802 5 місяців тому +3

    Ndiho aguhe kuramba kugirango intama ziwe zoye gusabagira ❤❤

  • @Jean-lucIrakoze
    @Jean-lucIrakoze 20 днів тому

    Yesu turashaka undukiriz muvyara wacu yarway ikivyimba comwijisho

  • @user-sf4hf1my3m
    @user-sf4hf1my3m 5 місяців тому +5

    Ukwo nukuri ubwibone buza kumwanya wambere mubintu vyamaze abantu b'Imana bibasubiza inyuma. Imana idutabare cane

  • @GgGg-wh3qs
    @GgGg-wh3qs 28 днів тому

    Amen 🙏 yesu ahimbanzw Cn 👏

  • @suavisnshimirimana6692
    @suavisnshimirimana6692 29 днів тому

    Yesu ndagusavye umpe umutima uciye bugufi.

  • @EspéranceMizero-f2t
    @EspéranceMizero-f2t 4 дні тому

    Urakoze yesu kwizi nyigisho

  • @JeanClaudenkurunziza-ns3kw
    @JeanClaudenkurunziza-ns3kw 13 днів тому

    Mana ndisabiye imigozi yakarande indiko icagagurike mw'izina rya yesu

  • @rizikilink9738
    @rizikilink9738 5 місяців тому +1

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah

  • @azompozamugishamarieaudrei1107
    @azompozamugishamarieaudrei1107 3 місяці тому +1

    Ameeeeeeeeeeeen 🙇🏾‍♂️🙇🏾‍♂️🙇🏾‍♂️🙏🙏🙏

  • @EvelyneNiyomukiza
    @EvelyneNiyomukiza 4 місяці тому +2

    Ntundegane nanje mukama yezu

  • @graceee3292
    @graceee3292 5 місяців тому +1

    Glory to God. I thank God for all the deliverance that happened today. I believe that in God's time, I will receive my own.
    Thank you for the word of God. Be blessed.😊

  • @IgenukwayoElisabeth
    @IgenukwayoElisabeth 3 місяці тому

    Amen Imana iguhe umugisha

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 5 місяців тому

    Aaaahuuuu ! Ndaruhutse vyukuri kubw aya masengesho n iyi nyigisho ! Ubuzima bwanje ntibusigaye nk uko bwari bumeze kuko vyuzuyemwo ubushobozi bw Imana budasanzwe!
    Imana Ikutwongerere urukundo no kwicisha bugufi muvyeyi wacu, ikiruta vyose Izoguhe iherezo ryiza, mw Izina rya Yesu, Amina

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 16 днів тому

    Imana iguhe umugisha mwinshi Pasteur

  • @laurentndayisenga4037
    @laurentndayisenga4037 5 місяців тому

    Mwami mana nanjye nizeye gukira synesite Asm hari n'ubundi burwayi ntajya mbasha gusobanura Urugo rw'amahoro yesu weeee! Ndaguhamagaye Kubana banjye hari Urwaye Amaso hari utanjya Agira Ibiro mwamimana Abana banjye Ubahe Ubwenge bazige baziyubahe Bubahe Imana Mwizina rya Yesu christo Mwami turagutegerejeeee!!!!! Mwami Irukana Inyaysi Murugo rwacu Dokore byemere Ikiruta Ibindi Mwami udushishikarize gusenga kandi uzaduhe Ubugingo Buhoraho Amen🙏

  • @CharloteVumiliya
    @CharloteVumiliya Місяць тому

    Asante Munguwetu kwakututumiya uyu kris ndikumana umuongeze mafutamengi umubarikisana nafamiliyayakeyote anatuombeyasana nahatujuwe baba umuongeze nguvunyingi natumainikuwa leoleo alinewangu anapona kupitiya iyimaombiyasaizi busiku

  • @BénisNduwimana
    @BénisNduwimana Місяць тому +1

    Yesu ashimwe

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 5 місяців тому +4

    Amen Amen Amen Mana yacu urimw'ijuru uhabwicubahio ibihe vyose nukuri

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t Місяць тому

    Imana ikomeze ikwambike imbaraga mukoziw'Imana ❤

  • @user-wd8mx7su4q
    @user-wd8mx7su4q 4 місяці тому +2

    Shimwa mana ukwiriye icubahira natwe utubohore yesu

  • @MarvineHakizimana
    @MarvineHakizimana 6 днів тому +1

    Merci seigneur

  • @kidamage176
    @kidamage176 5 місяців тому +2

    Haleluya Haleluya Haleluya from Australia 🇦🇺

  • @umugwanezahyvette505
    @umugwanezahyvette505 2 місяці тому +1

    Mana ushimwe ko ungaruriye inzozi namayerekwa ukabumpaye mwemu yera Amen

  • @user-zu2zv5iq2y
    @user-zu2zv5iq2y Місяць тому

    Imana Ibahe imigisha nukuri muratwubaka

  • @user-od1eb9zi6s
    @user-od1eb9zi6s 19 днів тому

    Yesu nashimwe ibihe vyoseeeee

  • @user-oq1iw2ky7z
    @user-oq1iw2ky7z 28 днів тому

    Amen Imana idufashe

  • @user-vv8vr9hb6n
    @user-vv8vr9hb6n 2 місяці тому

    Shalom shalom dufise umuntu arwaye cane twashaka amasengesho yaribarutse acaragwara mudufashe amasengesho kwamuganga ntangwara bamutora

  • @MaryKazarwa-tz3to
    @MaryKazarwa-tz3to 6 годин тому

    Pastor Imana ige iguha umugisha kuko nusazwe urasenga abantu bagasubizwa

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 2 місяці тому

    AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @Laurentnshimirimana-r9o
    @Laurentnshimirimana-r9o 22 дні тому

    Amena yesu komeza uduhindura

  • @emma_arianebwimana8201
    @emma_arianebwimana8201 2 місяці тому +2

    Ubushobozi bwa Yesu bunkozeho ndabohotse mwizina rya Yesuu halleluaaaaaaaaaaa wakire amashimwe Mwami wanj👏🙌

  • @CharloteVumiliya
    @CharloteVumiliya Місяць тому

    Baba unikumbuke namimi kupitiyaiyimaombiya kanguka naomba delivrance magonjwayoteya aline iondoke kwajinala Yesu

  • @irambonafelida6188
    @irambonafelida6188 5 місяців тому +8

    Ndi kuri u tube ariko nagendewe nubushobozi bwa mpwemu yera. Amen amen muhezagigwe

  • @nyaminanipascal-w6z
    @nyaminanipascal-w6z 6 днів тому

    Imana nigihe umugisha

  • @MuhamedIradukunda
    @MuhamedIradukunda 2 місяці тому +1

    Amém nanje fite imitwaro yogusengegwa ndabasabye mpwemu w.lmana abibashoboze kandi aduhe kwizera mwizina ryasu kobikoreka tubisabye mwizina ryasu Amém🙏🙏

  • @JackiMaria
    @JackiMaria 24 дні тому

    thank you jesus amen

  • @MukankunziImmaculee
    @MukankunziImmaculee Місяць тому

    Chris merci usengere abarozwe