Intahe y'umugabo yirigwa ahetse Umwana murugo//Agahinda yirigwana//Kutumvikana m'URUGO biraruhisha

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 січ 2025

КОМЕНТАРІ •

  • @generosesibomana1687
    @generosesibomana1687 4 місяці тому

    Mana igihe warema ingo wazishizemwo umugabo numugore ngobabane ucubahezagiza ibibondo. Turasenze Imana yo mwijuru ifate mpiri imigozi niminyororo yabohesheje urugo rwabo icike mwizina rya Yesu. Yesu na mpwemu yera bace biganzira imitima yabobavyeyi bubake rugume abana babo bakurire murukundo rwabavyeyi babo. Ndabisavye ndavyizeye mwizina rya yesu amen.

  • @patricknishemezwe9628
    @patricknishemezwe9628 5 місяців тому +1

    Nimba hari umu Papa yanyigishije urugo icarico ni Papa Espoir, ni icitegererezo canj, bavuz umu Papa yakunda umugore ni uyu Papa Espoir, IMANA imuhezagire vraima

  • @MwizawanoneVianney
    @MwizawanoneVianney 5 місяців тому +2

    Turashaka intahe yuwahoze ari umugore wiwe kugira twumve ukuri ❤Aho kuri.kuko dusanzwe tuziko ururimwe rumwe rukamwa ayera.gusa mumico yabarundi Kuba URI ingénieur ufise inoti.ukaba muntu upanze womengo ntibiryoshe,vyari Kuba bikwiye kwerekana ko ufise inzu yawe bwite APana gupanga.

  • @BizimanaPrudentienne
    @BizimanaPrudentienne 5 місяців тому +2

    Sha biragoye kwemera reka nirenganire Di baratumako madame nawe bamubaze .Gaël uzomutumeko tuvyumvirize kuko... Urwumwe rukamwa ifyufyu sigaho pe

  • @bakundukizejeanclaude9028
    @bakundukizejeanclaude9028 5 місяців тому +2

    Muhezagigw kuntah yany

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw 5 місяців тому +1

    Uru rugabo ntamutima rugira vrt. Uwo mwana yakuze ndamubona Dusenge yarabangaje. 😢 umugore niw yakora inshingano zose uwo naw mubagore bindaya gusa ariiyo abarizwa😢😢

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 2 місяці тому

      Ntabwo ivyuvuze bihindura guhitamwo kwanje no KUGENDERA MUBUGOMBE BW'IMANA, niyo butohura n'ubwo jewe nshaka, UKABA harico wakoze kugira ngo uyo mugore n'abana biwe babeho, UGERAGEZE kwishuza Imana niyo nkuru kuturusha! Ndugu yangu ntako ntagize narananijwe, abana n'abo nibo bacamanza!

  • @NshimirimanaJoselyne-q8k
    @NshimirimanaJoselyne-q8k 5 місяців тому

    Komera muvandimwe iman yarokoze guhidura amateka

  • @prime2072
    @prime2072 Місяць тому

    Umukubito n’uwambere kw’isi

  • @carinenahishakiye2872
    @carinenahishakiye2872 17 днів тому

    Amen!!

  • @niyongabirebydge6692
    @niyongabirebydge6692 5 місяців тому

    Juste Gael ndagushimiye iyintahe yanyigishije cane. Uyumuntu Imana ikomeze kumurinda. Nawe akazi kawe ugakora neza uri um Journalist twemera. Urampa inspiration nziza

  • @nibarutaemelyne563
    @nibarutaemelyne563 5 місяців тому

    Onesphore pôle. Ariko kuvyukuri birakenewe Ko usubirana n'uyo mukenyezi. Kubana ni kuganira kandi ni uguhariranira. Barya bana bonezerwa murikumw n'abavyeyi Bose. Murambwira abakozi b' Imana babahuze

    • @patricknishemezwe9628
      @patricknishemezwe9628 5 місяців тому

      Wew ubivuga uko kuk utazi situation yabo , bimaze imisi myinshi ntak imiryango namashengero atakoze, abana kugez Ubu ntibokwemera kubana n'a maman wabo

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      Ntako ntagize, ahubwo nibaza kutumvirije INTAHE yose!!! Ndatuje kugeza Ubu NTA mugore nkeneye. Narananijwe pe pe. Fata akanya wumvirize intaye yose witonze urakuramwo inyishu.

  • @OlivierNahimana-l2t
    @OlivierNahimana-l2t 5 місяців тому +5

    Hari aba Papa beshi babayeho mubuzima benubwo! Abandi babiciyemwo bibasigira invune idasanzwe Aho Bari hose bakomere kugera kure siko gupfa IMANA niyo nkuru.

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 5 місяців тому +41

    Monsieur wageragej kutubwira amakosa y'umugore kandi umuntu atavyitondey womengo warahohotew . Ariko hari ibintu 3 wavuze vyatumye nipfuza kumva madame wawe naw.
    1. Ngo naramukubise kabiri : iki kintu c'ukurwana murugo naho tukibanalisa ni ingeso mbi ikwiy gutuzwa. Umugore ntahanishwa inkoni
    2. Ngo yabonye message y'umukobwa yanyandikiye ngo chéri ko wampevye: yadutse akwandikira chéri ataho bivuye?
    3. Ngo namubwiye ko jew iyaba Akora nk'ivyo nkora murugo notekereza agakora ico ashatse: umengo ko harico wazana murugo Nico caguha uburenganzira bwo gukora ivyushatse. Urugo n'umwumvikano peu importe uwuzana amahera menshi cank make. Gikuru ni gusenyera k'umugozi umwe.
    Hagati Aho numvise urenganywa kenshi n'abufitiye amahera. Ça met une puce à l'oreille 🤨. En gros muntahe yawe werekanye nk'ahumengo wewe ntakosa ukora bama bakurenganya.
    Hama urugo rurababaza iyo rusambutse. Kandi ivyarwo ntibiberey kuza kukarubanda. Ariko ko washimye kubizana hano dusavye Gaël ko pour équilibrer l'information yoturonderera ton ex akamubaza son point de vue.
    Gira Aho muba mwubahwe.

    • @LanCar-um8nz
      @LanCar-um8nz 5 місяців тому

      Women being women

    • @BarengayaboPierreClaver
      @BarengayaboPierreClaver 5 місяців тому +1

      Reka twongereko akandi kabazo yavuzek adashakak hari uwomubaza ivyabaye abana bumva noneko abizanye kuri réseau sociaux abana ntibagiye kubimenya

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      Ubu abana bamaze gukwiza imyaka yo kumenya umuvyeyi bokwisunga muburere BW'ABO uwariwe, ninabo bacamanza b'ukuri, tuza rero. *IGIHE N'IKI UKURI KUKAVUGWA*

    • @kezalarose-ga5ck
      @kezalarose-ga5ck 5 місяців тому

      Muravuze nkabantu babashingantahe mwese hano.kandi impanuro mutanze barabe bazikorereko.mwubahwe namwebwe❤

    • @M-x2l-h1h
      @M-x2l-h1h 5 місяців тому

      Uvuz ukuri kwinshi

  • @celestinmaniratunga7815
    @celestinmaniratunga7815 5 місяців тому +5

    Burya urugo rwose ruca muri phase3 , (1 .nugusinzira ugahabwa umufasha vyitwako avuye murubavu rwawe ,2 . Nukumenyana canke kwikangura mwese mugatangara ndetse ukibazako wihenze , 3 .nuguhariranira mwese mukarengera ivyomupfa mukabana mumahoro urugo rugacika ijuru ritoyi ) burya rero phase 2 ingo nyishi zirasambuka kuko ivyubona bigorana kwakira bikagucanga ndetse impande zose , kurya twemerako Yesu yahinduye Amazi mabi umuvinyu uryoshe n'ukuri Yesu wenyene niwe yubaka urugo gusa .haringozisamburwa n'ubukene ,izindi zigasamburwa n'ubutunzi ,izindi incutimbi ,inzindi ibigeragezo bitandukanye ,.....ariko Imana ibishatse murabana ikabahingura mugahuza.
    Hariningo zirinda zisaza zitarenze phase2 , mukarinda musaza mukazopfa muyinyurana mwese muri Urubeya gusa atanumwe yigeze aba amakara mu rugo , mukamarana 50 ans irenga mutigeze muhuza . Urugo ni Umugisha kurya twese turondera muri business, tukiga turondera ariko guterimbere bigashikira imparurwa .

  • @BéatriceNIMPAGARITSE-o6w
    @BéatriceNIMPAGARITSE-o6w 4 місяці тому

    Ndanezerewe niyi ntahe

  • @BenitheTuyisabe
    @BenitheTuyisabe 4 місяці тому

    Ntacomentaire nahor nkunda kugira uwomugabo arayobeyr

  • @DirectorZombieTV
    @DirectorZombieTV 5 місяців тому +4

    Uyu muvyeyi ndamuzi nkiri muto akiba GTG kurya 4 rero narakunda ukuntu yitawara muri quartier Yari intore❤

  • @ChristineMANIRAMBONA-lo4zn
    @ChristineMANIRAMBONA-lo4zn 5 місяців тому +3

    Uwo muntu yubahwe. Mais ikiganiro nkico kugira bimere neza uzoce urondera umudame nawe agukundiye muganire. Ico mengo baciti wo murwanda aca ahamagara impande zose. Mais nobasabira ko malgre tout umwe wese azorengera ingorane yahuye nazo bakajahamwe kugira babandanye arera hamwe ibibondo Imana yabahezagije.

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому

      Muri ino minsi mu Burundi, ama divorces yabaye menshi, n'ugusengera gose ingo, gusengera ama mariages ... 😢 😢 😢

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      Azomuhamagare avuge nawe, nzogaruka mugice cakabiri yarakiriwe uyo mugore twahoranye

    • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
      @AlexisNdayishimiye-ni6nw 5 місяців тому

      Uyu mugabo nubwishime bwiw ntavyo yari gukora kwari ukwama mumodoka nindaya ntakindi yarirukany umuryango

  • @nininahazweclaudine9648
    @nininahazweclaudine9648 5 місяців тому +2

    Wubahwe di Frere Imana nneho irakwikundira bigaragarira mubikorwa rab iragusiga 50ans womenga uri uwa 30ans

  • @ruthnyiransanzimana8035
    @ruthnyiransanzimana8035 5 місяців тому +2

    Asha abarundi baba gore ubu haruwitwa Diane kagarama wirirwa atongoza abagabo babandi kdi afise uwe kubera uburaya bwamumugaje ihangane mugabo

  • @ndayizeyemediatrice
    @ndayizeyemediatrice 5 місяців тому

    Nkunzukuntu umeze umvugishe akantu nkwibariza kuvyingo nyinshi zisambuka

  • @SamsonTuyisabe-hy1js
    @SamsonTuyisabe-hy1js 5 місяців тому +2

    Mba mvuze none reka ndengane 👩‍🦯kuko yab'umugabo cank'umugore Bose ndabazi gus'ururimi rw'umwe rukamw'ifyufyu 🙄Abafis'ibikomere mwese mwayewe n'abo mwubakanye mukomere ham'Imana n'umucamanza idac'urwa nkunzi izobibavura narengana😔😔

    • @M-x2l-h1h
      @M-x2l-h1h 5 місяців тому

      Akarimi kumwe kama kivuga neza 😂😂

  • @EdouardineNdayizeye
    @EdouardineNdayizeye 5 місяців тому +5

    Hmmmm ntamugabo yemera amakosa mwabantumwe honyene nkiyo mesage yagufanye ngo cheri wibazako urumugabo nawe arumukobwa kugira murinde mwitana ba chr kwatakintu kiba kiri hagatiyanyu😢😢😢

    • @SM-nn5rw
      @SM-nn5rw 5 місяців тому

      Uvuze ukuri. Nta mukobwa yomwita chr ataco bahuriyeko. Ahubwo uyo mugore wiwe wosanga yabonye iyo message ariwe afise téléphone

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      Jewe ndemera amakosa nayiwe nayisjirako, umviriza ikiganiro ukirangize uzomenya KO nasaba imbabazi, tuza jewe ndi DUSENGE Onesphore ntabwo ndi copie y'uwundi mugabo.

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 5 місяців тому +1

    ndumiwe kweri

  • @M-x2l-h1h
    @M-x2l-h1h 5 місяців тому +2

    Ariko abarundi gerageza duhindure ivyiyumviro. Muri 2024 hari umugabo akivuga ngo narakubise umugore x2😢😢😢that's shame guys. Gukubita umugore subuhizi ahubo bitey isoni.

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      Irafata akanya gakwiye wumvirize iyo ntahe yose, irimwo inyishu kurubwo bwoba ufise k'umurundi akubise umugore, uramenya ICO akuramwo tu. Narabisabiye imbabazi, kuko WE ntiyigeze NARIMWE yemera ikosa canke yishirako ikosa ngwasabe imbabazi canke ngwatange imbabazi, ni jewe gusa nari uwo kwi soumetta

  • @sclolakabura6230
    @sclolakabura6230 5 місяців тому +1

    Umaze kuvuga ko wakubita umugore vyaragucanze

  • @generosesibomana1687
    @generosesibomana1687 4 місяці тому

    Imigozi ya satani

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 5 місяців тому +20

    Gaël urarondera version ya madame naw ururimi rw'umwe rukamwa ayera

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому +4

      Ivy'ingo biragoye, kubizana ku ma caméras n'ibibazo mu bindi, ivy'ingo bimenywa na benevyo ...

    • @ClaireNdayisenga
      @ClaireNdayisenga 5 місяців тому

      Ndabishigikiye

    • @SM-nn5rw
      @SM-nn5rw 5 місяців тому

      Nivyo.
      Ntakwumviriza version imwe

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому +2

      @@SM-nn5rw Vyarinze biza kuma caméras reka twumvirize versions zose, sinon ivy'ingo n'ibanga ku bisanzwe ...

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому +1

      Gaël nyene nazane uyo mugore nanje nzokore igice cakabiri yamaze kuvuga ukuri kwiwe, je note✍️

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому +1

    Uwo mugore ntabaho ye😢😢

  • @nshimirimananixon3579
    @nshimirimananixon3579 5 місяців тому

    Murakoze kudukomeza

  • @ndikumasabodiegovevo9091
    @ndikumasabodiegovevo9091 5 місяців тому +2

    Urazoraba neza haraho nabo mwita abana banyu muzohava musanga umugore yarinyabij Hanz

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 5 місяців тому +1

    uzorondere umugore nawe umubaze
    kuko nta mungabo yemera amakosa naho yoba ari kumwe numugore

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому +4

    Jewe Maze 10 naravanye nu mugabo namana ubwoba bwogukora ubundi bukwe ubwoba bunyuzuyemwo umubiri wose😢😢😢😢

    • @DianaNingabiye
      @DianaNingabiye 5 місяців тому

      Yemwe muvyey weho ndumv turimurugero rimwe nanjye maze iyomyak arik gushak kwer ntibiz mumutw

    • @AlthrayhGold-qh1ii
      @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому

      @@DianaNingabiye 🥲🥲🥲🥲🥲

    • @AlthrayhGold-qh1ii
      @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому

      @@DianaNingabiye ntivyoroshe mbananka agasuzuguro kabantu

    • @M-x2l-h1h
      @M-x2l-h1h 5 місяців тому

      Oya reka bandanya wibera wenyene ivyingo zubu nimiriro

    • @DianaNingabiye
      @DianaNingabiye 5 місяців тому

      @@M-x2l-h1h nukur uratekerez urundacya rugo umutim ugasimb yisubijye amas inyum cank ukabon nabairiy bariri ugacya wibuk KO un nubwo wory isombe zitangir amavut atawe warikuyasab sha ubawumv wuzuy mumutim pe

  • @DrTheCherifProMax
    @DrTheCherifProMax 5 місяців тому +3

    kubantu bagira comantaire zokwagiriza bamenyeko Iyo tugez kuri sujet yurugo nkiyi nikintu cokwubaha biba bisabako uvyumviriza nkinkuru yinyigisho hama ugakuramo ico wumva cagufashije ukirenganira kuko intahe zirigisha gose ziranakebura , ariko iyo wifuje kuvyinjiramo cane uba urenze akarimbi kuko bisankaho uba winjiye mukiyaga kinini utomenya nibanga ryaco urugo nugwababiri gusa nibo bamenya ukuri kuri hagati yabo nibanga ryababiri

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe 5 місяців тому +1

    Ibintu vy'ingo bizi abantu ba2 umugabo n'umugore, rero mugire comantair ngufi cane kuko ntawuzi ikosa ahoriri hagati yabo ba2

    • @DrTheCherifProMax
      @DrTheCherifProMax 5 місяців тому

      Nadia muvuz neza ... uciye umbwenge cane

    • @NishimweNadia-kt8pe
      @NishimweNadia-kt8pe 5 місяців тому

      @@DrTheCherifProMax ibintu vy'ingo ndabizi , kandi murakoze

  • @M-x2l-h1h
    @M-x2l-h1h 5 місяців тому

    Sha ndakwibuka gitega

  • @kelinandayifukamiye
    @kelinandayifukamiye 5 місяців тому +3

    Pore sana Brother Ones ndakwibuka cane nkirumwana
    Muto ndibuka muri wedding yawe ariko sinarizi ko mvahavuye vyanka we ni mutoto wetu from kinyinya

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому

    Nagira ni jewe ngowe gusa 😢😢😢😢😢 Mana we

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 5 місяців тому

    Sindi sur ko vyari vyiza kumwerekana isura uyu mu papa. Kuko bica bisa nukwararaza umugore nabana. Muga inyigisho zarinziza cane

    • @SnowSnowing-ov5px
      @SnowSnowing-ov5px 5 місяців тому

      Nubu ziguma arinziza ntagihindutse,kuko abadamu dukunda kuvuga mungo KO abagabo aribo babi abagabo beza bariho reka rero bavuge bakire.gusa Nuko atamukunda si no vyabananiye Bose kuko iyaguma arurwanira gushika ntirusambuke vyari kuba vyiza cane.ababishoboye nibo dukenera kwigirako bigisha nabandi

  • @JoyAl-s7t
    @JoyAl-s7t 5 місяців тому

    Ones ndamunzi numunyakinyinya yakuranye indero nziza

  • @tethyirakiza4048
    @tethyirakiza4048 5 місяців тому +1

    My Brother 😊God Bless You 🎉

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому +2

    Ivyi ngo bimenya babiri

  • @yesconstruction632
    @yesconstruction632 5 місяців тому +1

    Ngumwana ufasha.umwana ufasha akwita chri??kugira yubahuk kukubwiriryojambo ryonyene vyunvikana kwatanigitinyiro nkumuvyeyi amufasha imbere.ahubwo mwabay aba chris nyene😂.iyi ntahe irimwibibazo vyinshi ntavyo twomara.

  • @OdetteNduwayezu-m5k
    @OdetteNduwayezu-m5k 5 місяців тому +1

    Poresana

  • @christella5092
    @christella5092 5 місяців тому

    Pol sana papa

  • @IradukundaLionel-mj5dq
    @IradukundaLionel-mj5dq 5 місяців тому

    Jew ndumusore ivyombona ntabagore nzitera ikigihe mbona arihatal😅😂😂😂😂😂😂😂

    • @HABONIMANAAlice-ip2ox
      @HABONIMANAAlice-ip2ox 5 місяців тому

      Erega SI Bose bameze uko kuko nukureka mariage niyindi ngorane niwarwara ukagera kure mubusaza uzobura uwukoza nuwukwambika I boka

    • @IradukundaLionel-mj5dq
      @IradukundaLionel-mj5dq 5 місяців тому

      @@HABONIMANAAlice-ip2ox none kombona nkabose barira nokwiroha mubarir🤣

  • @Nziga257
    @Nziga257 5 місяців тому +1

    Jeho umugore arara arankubita murampa ibiganiro yemwe ndi nzigamasabo muri mirror murakoze

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 5 місяців тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Mpore😮😮😮😮😅😅😅😅

    • @giselendayishimiye1087
      @giselendayishimiye1087 5 місяців тому

      Mpore😂😂 nukuri sinzi ingene nsanze natwenze😢😢😊

  • @nanettentungwanayo2374
    @nanettentungwanayo2374 5 місяців тому +1

    Si vyiza kwararazanya. Amakosa ava ku mpande zose,icoba ciza ni ukubirengera.

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      N'igihe kiba kigeze k'umuntu kwatanga INTAHE y'akahise, sukwararazanya! Umwe wese ukwavyumva yokuramwo isomo canke akabinona ibisanzwe, icakora co n'uko harabfashwa n'ibikomere vyatumye uwundi akomerera mumaso yabamukomerekeje,just thé News for you Nanette

    • @patricknishemezwe9628
      @patricknishemezwe9628 5 місяців тому

      ​@onesphoredusengenu9129 , nibaze ko Nanette atoba azi imyaka iheze bibaye kugira avyite kwararazanya, igihe wamuhaye car gikwiye kugira aje hamw yiyumvire anasabe imbabazi ariko ntavyabaye, Ubu hagez k iyo ntahe itwigisha abari inyuma

  • @niyokindidieudonne8623
    @niyokindidieudonne8623 5 місяців тому

    Naho uyu muntu ntamuzi umunyamakuru arakwiye guha ikiganiro umugore wiwe nawe twumve kuko abarundi nibo bayamaze ngo ururimi rwumwe rukamwa ifyufyu😂.Narengana ariko Imana yemera izobe icabona

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 5 місяців тому

    Uwo bamucunge kbsa

  • @ntakarutimanaoscar1867
    @ntakarutimanaoscar1867 5 місяців тому +1

    Gaël niba ufata umwanya ugasoma commentaires ; nyarukira i Gitega ugire amatohoza kuri iyo famille uwo mufasha wiwe avuga ni urya mu correspondant wa radio umuco FM i Gitega ; mube mwitondera ivyo baza kubabwira guko nka jewe nzi iyo famille nguye mugahundwe

    • @umukubito257
      @umukubito257  5 місяців тому

      Amahoro woshobora kutwandikira kuri watsap 71605633

    • @onesphoredusenge9129
      @onesphoredusenge9129 5 місяців тому

      Oscar weeee murazozanane Na Gaël nawe ubwawe wiyumvire, ubwire N'umu correspondant wanyu avuge ukuri kwiwe, nanje 2eme partie nzoyivuga yavuyeyo harimwo no kwisunga commentaires ziriko ziratangwa. Bonne compréhension 🙏

  • @BasileMiburo
    @BasileMiburo 5 місяців тому +1

    Nukuri naho yigira umusenzi uwo mugabo wapi siwe sumusenzi nukuri jewe naho ntarumusenzi jewe sinoja kuvuga kuri you tube amajambo nkayo kumuntu twubakanye ndamwararaza kandi birya yavuze birahanwa namategeko murabaza abazi amategeko

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 5 місяців тому

    Rekasha birababaj nkajewe ukuntu umugabo yafata nyen hiii nihatarivyingo

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns 5 місяців тому

      Ariko non ukozuburaya watunganije urugogwawe harikibazi ikibi nukowobijamwo atacubazwa murugo ahonihuburikuronderibibazo

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns 5 місяців тому

      Iconyereka umpay kontezaw nokurigata nomubirenge

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns 5 місяців тому

      Mugajew nunvirij uyomupapa nakaroge karimwo uyomugor yariyarakuroze

  • @christella5092
    @christella5092 5 місяців тому

    Mbega umu Papa mwiza 😂😂❤❤

  • @OrcellaIsaneza
    @OrcellaIsaneza 5 місяців тому

    My uncle shn😢😢 imana ninziza

  • @ElogeNISHIMWE-yx1vg
    @ElogeNISHIMWE-yx1vg 5 місяців тому +1

    Nuwoyita umusaza Amen😅

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому

      😂 😂 😂 😂

  • @AlisAlison-p5u
    @AlisAlison-p5u 5 місяців тому

    Uzomubarize ati none mugize divorce uzogira ubundi bukwe

  • @mizerodelice
    @mizerodelice 5 місяців тому

    Coupl yanyu mwarakundana ubwamber shetani niyo yabatey

  • @jacquelinebavakure5936
    @jacquelinebavakure5936 5 місяців тому

    Ufise 50 ans urahiriwe ntusaza!

  • @informatiquedetelevision7702
    @informatiquedetelevision7702 5 місяців тому

    Papa esu...

  • @yesconstruction632
    @yesconstruction632 5 місяців тому +2

    Nuwomuntu yitwa umusaza😂.uwomusaza gael avuga imana imuhezagire cane😊 ariko rero uwomugabo arimwo gasorobo nawe.none kwandika compte kumugore gusa ww utariko ari ww uyarondera.nubugwaneza bwinshi rero ufise?kuburyo atana compte épargne wiyunvira kugira muhurirako mwese.umugore akuramahera kuri compt kenshi atakuvugishije ariko ukaguma ukora ushirako? Cnk wamwereka kwariwatoramahera yose kugira bikund ayandi uyanyitse mubintazi mugihe yanabikwagiriza?ivyobintu birimwo igifungu vyiza nuko twokwunva ururimi gwumugore ayorukamwa nagwo

  • @jeannenizigiyimana6911
    @jeannenizigiyimana6911 5 місяців тому

    Dusenge disiii

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 5 місяців тому

    🎉🎉🎉🎉

  • @manundayi2409
    @manundayi2409 5 місяців тому

    Imyaka 50ans? Jeho naguha 30ans peee

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 5 місяців тому

    Azo pime DNA 🧬 kwanza kuko niba yamaze imyaka 7 atamwana vyari vyankiyehe ubwambere?
    Rero aka DNA 🧬 Karakenewe ushobora kwizerimana ugasanga wibereyeho nka yozefu 😂😂😂

  • @christabellakaze3525
    @christabellakaze3525 5 місяців тому +4

    Ikiganiro ciza mug umeng uwo mugabo vyose abita kumugore knd nd sur k naw afise part yiw mugusenyuka kw urugo rwie
    Il est un peu arrogant birabonek ko nawe atorosh il est aussi fautif et difficile à vivre

  • @christabellakaze3525
    @christabellakaze3525 5 місяців тому

    Hhhhh Ngo umukubise aje kuvug ko inka ariy😂 yamutey umugere 🤭🤭 tu es vraiment faux très chèr monsieur

  • @blessedlady7074
    @blessedlady7074 5 місяців тому

    Impa numero yawe ndakwihere pass y’umu diaspora

    • @ChristineMANIRAMBONA-lo4zn
      @ChristineMANIRAMBONA-lo4zn 5 місяців тому +1

      Niwa muha Umudiaspora azoca aza azanye kumukiza ivyobikomere yahuye navyo. Soyez sérieux s.v.p, uwo mudiaspora harigihe nawe abafise ingorane basubiye guhura igaca iba ico bita Cao.

    • @manofgod1321
      @manofgod1321 5 місяців тому +1

      Abagore b abadiaspora n ama cheche . Benshi muribo bafise cash bibazako ari abagabo . Vyogorana kwiyadapta .

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому

      ​​​@@ChristineMANIRAMBONA-lo4znSinzi ivya remariage uko bigenda mu Burundi mu mategeko, sinzi ko binemewe mu mategeko y'Uburundi, ariko uko bigenda kose, kugira mariage ubwakabiri utarakira ibikomere vya divorce ya mariage yambere na cane cane iyo harimwo umwana canke abana, n'ibibazo mu bindi ...
      Remariage ni nka bombe atomique iyo utarakira ibikomere vya divorce ya mariage ya mbere kandi ntamuntu agukiza ibikomere wewe ubwawe utavyikijije ubifashijwe n'Imana, umuntu aza kugufasha gukira ivyo bikomere ariko siwe abigukiza, n'Imana Ibigukiza ariko uruhara runini n'urwa wewe ubawakomeretse ...

    • @AlthrayhGold-qh1ii
      @AlthrayhGold-qh1ii 5 місяців тому

      Uvuze neza pe🎉​@@sese667

    • @blessedlady7074
      @blessedlady7074 5 місяців тому

      @Kakakakmmmmbbbbb ego ni jewe ndamushaka

  • @BasileMiburo
    @BasileMiburo 5 місяців тому +1

    Nukuri naho yigira umusenzi uwo mugabo wapi siwe sumusenzi nukuri jewe naho ntarumusenzi jewe sinoja kuvuga kuri you tube amajambo nkayo kumuntu twubakanye ndamwararaza kandi birya yavuze birahanwa namategeko murabaza abazi amategeko