Hello mr le journaliste Jewe ndaguhe iciyunviro murashiramwo english cane kuko la communauté anglophone iri vaste dans le monde . Gukwiza 50k biroroshe
Much love from Ethiopia. Imivugire ya President ni sawa mugabo ijwi nukwongera akarinononsora neza ntivyinjira neza. Courage Ie comedien. Ubirimwo neza
🤣🤣🤣😂😂 Kabsa Familiar Kumpe like Mbaye uwambere from 🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Big up bro urarenze kwiryojwi wasubiyemwo neva courg
Numuntu azi comedi kabisa ndamwemera komeza imbere niheza abavyemera gonga link
Mbayuwambere nimukubite like ngaho tuhaturire hashe mundeke nine....l
My favorite Comedian💯💯
Hello mr le journaliste Jewe ndaguhe iciyunviro murashiramwo english cane kuko la communauté anglophone iri vaste dans le monde . Gukwiza 50k biroroshe
Ijwi rya mutama Neva ryarabataye k'uw'amazi. Subire muri laboratoire yo kwigana amajwi. Konereza aho.
Gooda my favourites❤❤
Kumusubiramwo Nyakubahwa nturabitora ! Zuragerageza Uzoteba ubitora !Courage mugabo
Juste Gaël the black man ildephonse
Big up to your step guys
Amajambo ya Nyenicubahiro wayatoye ariko ijwi genda wamerioler ntiriraza neza
Love from Elysian
Urashoboy ndakwemer mub comédiens bo muburundi uri number one
Uyu nanje ndamwemera,gusa kigingi aza imbere,uyu arakurikira,agakutikirwa na mutima.
🙏🏻🙏🏻🤙🏻
CEO w umukubito na Ildephonse Big up saaana
Umukubito Kenya turagukurikira kwel Hama umutumire uri courage muterimbere kurimwense
Love from Iratiro Magazine
🤣🤣 Love This Gun
Pisschologue.. Pisscholate
Bravo kuri Neva🎩👏🏾
sha injwi ryamutama wapi kwe ntiryamukundiye
🤣🤣🤣🤣Ahubwo nawe nsanze utumviriza kenshi President wawe shaa nubwo woba wanka ILDEPHONSE aho ntitwoharira ko iryojwi atari irya NEVA ...ahubwo uwumutype bakwiye kumurondera bamuhe agashimwe kuko ntasanzwe vrmt nsanze abarundi bafise ingabire ziteye ubwoba
@@simpleshagabintunimana8049 kbs
@@simpleshagabintunimana8049 mani iryaba siya mutama imvugo yagerageje ariko baze nifuti
Much love from Ethiopia. Imivugire ya President ni sawa mugabo ijwi nukwongera akarinononsora neza ntivyinjira neza. Courage Ie comedien. Ubirimwo neza
Intoki, umutwe n'umunwa yabishoboye neza💖
Ijwi ntirishoka kuko Ijwi naturel rya Ildephonse ritari kuri note de son 1 ni rya Neva.
Kugira wigane Ijwi, ukeneye Kuba ufise Ijwi riri mu mugwi wa majwi asa nuwo wigana.
Turagukeje abo muri Suède. Komeza utere imbere.
Ijwi rya Neva wapi nurishoboye
😂😂😂😂😂atishashi yarambo icukoze uratwezwe courage
Arareenze kbs Ataaamaana ntagishoboka . Nyiricyubahiro nkurunziza rugira ataramuhamagara
I like to much
Neva aragoye gusubiramwo nico kintu nabony
Hahahahah, neva kweeri
Kwigana Neva vyakubereye Neva Nyene ijwi rya mutama Neva ryagutaye k'uw'amazi. Amajambo ya Sebarndi niyo, ni okay ariko ijwi ufise 1/10. Ico ciyumviro ca Sebarundi ni impeccable ndacemera. Vyose ni mu mutwe. Birashoboka
✌️👍🇧🇮
yayay naj ngiye gukina comedie uba ahantu nkaho?
Monsieur Ildephonse, ubaye uwa mbere numvise avuze gurtyo. Abandi bose bavugako ama "views" 100.000 agendana na prix y' amafranga yayo. None ivyo utubwiye ni ukuri koko?
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Ijwi ryagutaye k'uwamazi
Lovely Guys
❤❤❤❤
Hhhhh ewe Il défonce warasaze
Ngo ?il défonce ?
@@bedbuntu1171 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
gerageza uzobimenya nturamumenya neza kumubiramwo bandanya tiz
Thx
Iryo ntaryachoboye
Kabisa,ryamutaye,irya nyakwigendera niryo yashoboye bien.
Ijwi rya Neva ewana neva kweri siryo
Basi ca kuri social blade kugira uze urakurikira solde yawe ya burimusi hamwe na évolution de tendance selon le volume de ton activité
Oya kuryasokuru niryo yarashoboye
Mbe nawe yokurikiranwa namategeko nkuko bavyiyumviye kwa bainturo??
Uyu mu type ni sawa.
Ndakunze intwengo zanyu
Uko na bidi juste
Ukor nez tera imber cut
Urarenze mani je umengo noguma nkumviriza
Still can't understand interview iheze mutavuze youtube channel yiwe for promotion. Let's style up.....
Ilidephonce comedian
nimuterimbere mwese
Hahaaaaaa ucar uwamber
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🔥🔥❤️
Arakaz
@@@
Komera uraturyohera
Vyiza cane
Ndashaka ildefonse kotwoganira azompamagare num yanje ni 68770951
😂
Hhhhh
🤣🤣🤣🤣
Ntabwo wamwiganye vyakunaniy
🤣🤣🤣
🤣🤣🤣
Vyiza cane