Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Burundi mwubahwe hejuru👍👍👍
ndabakunda 🔥🔥🔥🔥
Murakoze caane .frome France
Big up!!!!!!✌️✌️✌️✌️ Vrm murashoboye
Ildephonse kwijwi dyawe respect
Ildephonse avuze ikuri ntabeshe kweli kubijanye naba kongomani mumuziki wabo keep it up kweli 😂🇧🇮🎸🎤🎸🤣🤣🥰🥰
Waaaaooooo🔥🔥🔥
Ok ok mukomere 😍😍🔥🙏🇧🇮sawa
Bien sana
Indir y maw kabis,muz mutwibukriza kwel
Stand up comedy mutima arayihoza.
🤣🤣😂🤣😂mutima uranyish ngo yambay aga kofero kabana 🤣😂😂
Hhhhh bubahwe kabx🔥🔥🔥🤞🏿🥰💯
Alphonse Lukundula papa d'Olivia, oyoki yango!! Sadam Hussein, .... by Koffi Olomidi
Muragerageza kbx
😀😀😀😀🇧🇮🇧🇮big up sana my brothers
Mwubahwe
hhhh😂🤣 love from rwanda
Vyiza cane,
Swata uyumunsi mutima
Nice 👍
#Damaska_promoter🇧🇮✍️
live Comédie Mutima azoyihoze abandanye na UA-cam
N'ukuri uravye n'a ba Mamane n'uku bakora. Guponda si vyiza. Faut encourager. Le rôle ni gutwenza ntabindi
🔥🔥🔥🔥🔥
Ubu rero aba Diaspora bo mubihugu vya Afrika si aba Diaspora? Mukure kugayan basha
Mwubahwe basaza bacu terintambwe mwese murashoboye
Les jumeaux Music club
😀😀🌷♥️
Les jumeaux Vrm murashoboye!!!!!!!!!!!
Mutima uraryosha ikirori ariko mukirundi gusa ibifaransa uravyihoza wivugire ikirundi cacu gusa
Un français comique ncuti
None vyukuri iyi ni comedie? Icare hasi mwandike mukore repetions muje imbere y'abantu mufise ivyo muvuga atari uko mubandanye twadu sketch, stand up comedy si iya bose.