Mutima biramutekurukanye|Umuhinga ahingungwa n’uwundi|
Вставка
- Опубліковано 19 бер 2023
- Iyandikishe muri Hogi academy mwige
✅ Programmation web et mobile
✅ Motion and Graphic Design
Kaze muvome ubumenyi bugezweho muri ino myaka. Ubumenyi 🧠 bubaha amahirwe mashasha ku kazi 🎒
Ivyirwa biratangura kuri uyu 📅 03/03/2023, muri 📍 Business House, niveau 2, ahahora hakorera ishirahamwe Econet Wireless, hagati y'ama mangazini T-2000 na Budget.
Mushaka kwiyandikisha 🖊️, twandikire canke muduterefone kuri 📲WhatsApp ku nimero 69265616 canke mucishe amaso kuri 🌐 hogi.edu.bi
#indundi_comedy #mutima_le_comedien #indundi_tv - Розваги
Mutima azonsaza vy'ukuri 😁😁. Ubugari ubushayish kugira baguh irindi fu😂😂. Hējuru cāne 🥳
Mbavuzanj🤣🤣🤣 ariko nda❤️❤️ nubwo muriko mutwima kuryoherwa gs ugabanye inda ndende
Ewe mutima umunywa wawe ugukozeho😂😂❤❤❤
Hi tubarinyuma turabasavy muribwabumwe komwotubahafi kuri chano yacu
Kandi nzakuburya abona nyabutindi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥🔥🔥😍😍😍😍😍
Hi turikumwe namwe
Hi mumez nez turikumwe namwe
Mutima uracumb neza kweli ufata umudahara neza🤣🤣
Weeeeee mutima uratumvunagura imbavu kwel😂😂😂😂😂😂🔥🔥🔥
Mutima aratwika nkeuwara😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂we mutima gabanya degre yukudutwenza urateb ukarenza
Aramwemeje kabisa nta mikino!
Yooooh!!!!!!
Mutima we urarenze pe
Mutima u are talented mn sivyo gushakisha kuer
Nayankwavu president yaguha ndayibonye😂😂😂😂
Ubwo bugari bwa Mutima buciye bumotera
Hahahaha nihatari kweri Ubu nugukora nka Mutima ntabundibuhinga
Mutima ja kurya ibigembegembe.
Arko Mutima vrm
Ewe 🇧🇮uratunze abanyempano kbx
Ege kweri
Ndasanzaye nezaneza 🤣🤣🤣🤣😭🤣🤣🤣
😅😅😅😅we mutima nukuri terimbere muga turakwinginze ntukaze uratwibagira aha kur indundi tv turagukumbura🤣
Ingari ta Dudu😁😂😂😂🙉irashay😂🙈
Ewe Mutima unanimaliza kbx
Kumbe yakwumva?? Courage mubikora neza
Kbx muna niweka saw❤❤❤
Uranyishe peeee!!
Mbona uzi kugasonga pe
Wari umaze imisi watunyoteje team mutima mwubahwee
Urahinyutse mutima ngo buragushayany ariW ubugiz umusurur
Haaaaaa iyandudu
Murakoze kutwibuka twaritubakbuye 😘😘🥰
Umusururu wallah😀😀😅😅😅😅mutima ugarutse utwika ububhoho,,,,kumbe yakumva nya mugesera😆😆😆😆😆
😂😂😂 bwogeye gushaya😂😂
😂😂😂😂😂We mutima nukuri urumwicamyi 😅😅😅Ndamanyutse
Ngo kumbe yanyumva nyamugesera🤭
Komera Mutima
😂😂😂😂 muratwez p
😂😂😂😂😂😂
Mutima we mutima umusururu nukur kwamungu😂😂😂😂
Eweee mutima shn ngo nikabengwa😂😂😂😂
Ewengariyadudu
😅😅😅😅😅😅😮
Mutima hejuru cane
Muranyish pe
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hogi ayo mahera ni menshi kumuntu yiga kabiri mundwi
😂😂😂😂Mutima 🙏🙏🙏🇿🇦🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦🇧🇮
😅😅😅😅😅😅😅😅😅 urakoze kunkorera umusi mutima😅😅😅
Courage
Weeeeeee Mutim shaaaaaaaa😅😅😅😅😂
My Team hejuru
Mutima baguhe akagari kiwawe 😂
Mutima gusa bisaba muze muduha videos zisukuye
Mutima yubahw sn wallah
damanyust
Imbavu zanj
Yesuw😂😂😂💪👌
Bucitse umusururu nkeeeeeuh butegerezwa kugwira😂😂✌️
😁😁😁😁
Uri rofa cane mutima 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Bisaba videos zifise clips zisa neza.
Ahandiho group yaw niyambere.
Haujui kusonga bro
Mutima mboniz gucumba muga iryoshati wambay riranyica
😂😂😂😂
😅😅😅
Ahahaha buragwira komeza ubusukemwo amazi bube umusururu
Ingari ya dudu irashaye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Kowikanira mugucumba
Ewe mutima😂😂😂😂😂
😂😂❤️❤️
😂😂😂
😂😂😂😂😊
❤❤😂😂😂
😂😂😂❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nn ubwo bugari bucumbirwa hasi umwanya unganuko😂😂mwarakibaye😂😂
Harabant mupfuy muzombabaz
Ndamenetse 😂😂👆👆
Mutima 😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😀😀
Hahahhh
😂😂😂😂😂😂😂
Welcm again mutima in works🎉😊
Mutim wubahw
Mutima yagarutse kndi 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Mutima penda sana we❤❤😂😂😂
Mpava ntahaga😂😂😂🙌
Yemwe Mutima aranezeza niukuri
Wa 4 wiwanyu mukanyosha
😀😀😀😀
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😆😆😆😆😆
Nuko me. Urivunzi😝🤔🧐
Hahaaaa 😂😂😂😂😂😂
Ewemutima sha imbavu zanj😂😂😂😂
Camera man arakwie kurab neza ntibibon neza Gus turabakunda ndibereya aha Malawi
Ururimirica mugabo🤣🤣🤣
Mutima😂😂😂imbavu zanj wegaguy
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥💥💥💥💥🧡🧡🧡🧡💛
Mutima 🙏🙏🙏
Nisaw broo ntiwaruheruts kwl 🇧🇮🇧🇮
🤣🤣🤣👏👏
Hhh