Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

AMUTUKIYE KURI TELEPHONE😁B Face ABARUNDI ababwiye ikimubabaza kurusha byose|Abanyarwanda nimudufashe

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 лип 2022
  • Niba wifuza kuvugana na ISIMBI TV, kuduha ubuhamya bw'ubuzima bwawe cyangwa inkuru idasanzwe, duhamagare kuri +250784838126
    #IsimbiTV_0784838126

КОМЕНТАРІ • 482

  • @ISIMBITV
    @ISIMBITV  2 роки тому +117

    KANDA HANO UREBE INDIRIMBO YA B FACE FT PFLA: ua-cam.com/video/6inMHNABc8I/v-deo.html

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 2 роки тому +104

    Love from UMUPFAKAZI series 🇧🇮

  • @unclejay9534
    @unclejay9534 2 роки тому +2

    B-Face niwe mu star wa mbere mu Burundi dufise yiyubashe yamabara neza kandi yize. Abasigaye mu mwigireho vyinshi bizobafasha

  • @murekeyisoniemelyne4393
    @murekeyisoniemelyne4393 2 роки тому +36

    B face ni Legend ku muziki wa 🇧🇮 ngewe ndamufana cyane we na Olegue ,❣️ love from Rwanda 🇷🇼

  • @pacifiqueirankunda1128
    @pacifiqueirankunda1128 2 роки тому +11

    B face dumba niko ameze ntatukana ngo nishari oya abarikwikinira love 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @malicksag466
    @malicksag466 2 роки тому +28

    Abarundi mwese tugire uku🇧🇮🙋

  • @ArcadeHazobazimana-mf5dr
    @ArcadeHazobazimana-mf5dr Рік тому +2

    B face on the flo kbx big up san stamina irakaze kuk umutindi wikinyima abeshyera uwo bari kumwe nindirimbo irik iravuzwa cane ngah mugihugu can Zambia🇿🇲🇿🇲🇿🇲 tumwipfuriza namahigwe yo kugaruka guteramisha concert

  • @jejekiki9599
    @jejekiki9599 2 роки тому +17

    Uyu mujama azi kuganira sana.
    i burundi mumufate neza ni umu rapper wa danger👌👌

  • @belindabg9634
    @belindabg9634 2 роки тому +31

    B face on the floor in kigali. Love from USA 🇺🇸 $,Burundi 🇧🇮 & Rwanda 🇷🇼 🙏🏿🙏🏿🙏🏿❤️❤️❤️

    • @burundiprokwizera354
      @burundiprokwizera354 2 роки тому +1

      ✌🏿✌🏿✌🏿✌🏿✌🏿✌🏿✌🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿

  • @sonerimanaeddy4753
    @sonerimanaeddy4753 2 роки тому +14

    B-FACE niyubahwe ❤️❤️❤️❤️🇧🇮 from Zambia 🇿🇲

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 роки тому +21

    Sabin,Chitta,Yago,Fatakumavuta,Dumba mwubahwe cane love you more from Burundi.❤❤❤Hejuru cane

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 2 роки тому +6

    Twamubonye umwan wacu dukunda Sabin🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘😘😃😃😃🥰🥰🥰❤💞💕🇸🇦🇸🇦🇸🇦Avuga ikirundi kwel Vuga ikirundi kk turabarundi🤗🤗🤗🥰🤗🥰🥰🤗❤💕❤💕❤💕❤❤🇸🇦❤🇸🇦❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 2 роки тому +2

    Social media n’abahanzi vyo muburundi kugira bitwike cyane nibige ikintu co kubaha uburongozi bw’igihugu then ibintu bizobabera vyiza cane. Politique bayirekere abanyapolitique, bo bakore umwuga wabo w’ubuhanzi , mu Rwanda 🇷🇼 sindumva gose umumenyesha makuru, atuka uburongozi, but muburundi, umusani asohora indirimbo imwe, iyakabiri ibariyogutuka uburongozi bw’igihugu. Ntaho bizobahira rero,
    B face from Kayanza 👍💪💪✅

  • @Elanga3621
    @Elanga3621 2 роки тому +14

    Bface mu Rwanda turakwemera urakaze mn👌🙌

  • @dusengeremy
    @dusengeremy 2 роки тому +1

    B Face big up cn har ikindi gituma umuziki wuburundi utaduga cne n'amaradio menshi ya bujumbura ntasamiranir cn muri interieur uc usang tugum twumv izo murwanda gusa

  • @divixephraim8144
    @divixephraim8144 2 роки тому +7

    I love you b face jyewe umuhanzi nemera wowe muburundi I swear

  • @felixnduwimana7340
    @felixnduwimana7340 2 роки тому +12

    B face turamufana, big up to him.
    One love

  • @murekeyisoniemelyne4393
    @murekeyisoniemelyne4393 2 роки тому +20

    Iyi niga izi kuganira kbs aba agukubita ibikuta Urakaye ntiwamukoresha ikiganiro 🤣🤣🤣🤣

  • @beckydianandoricimpa3598
    @beckydianandoricimpa3598 2 роки тому +20

    On the flow😊😊our best rapper 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 King 🥇🏆

  • @AlineK-bt5yq
    @AlineK-bt5yq 2 роки тому +4

    Yoooo,waje iwacu kumbi??sinari nabimenye nukuntu nkunda ibikuta byawe muri za interviews,urasetsa nkabikunda cyaneeee,kaze murugo iwacu turagukunda cyaneeee

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 2 роки тому +7

    ABARUNDI DUKUNDE IVYIWACU PLZ DUSHIGIKIRE BURYA TWEBWE TURARENZE PEEE URETSEKO TUDASHIGIKIRANA

  • @niyibarutaphilbert3748
    @niyibarutaphilbert3748 2 роки тому +2

    Essance ni 3250 fbu bro gusa canabuze njew yankamiyeko kugira ndonke uwumpa iciwe namuhay 7000fbu kuri litre

  • @KESH250
    @KESH250 2 роки тому +5

    Cyazee B Face.. Nisi Kbx😂🙌🏾🙌🏾🙌🏾
    Asubiza Ibisubizo Ukumva Biraryoshye💯

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 2 роки тому +2

    B Face ndakwemeye ukoresha stratégie ikomeye vrm abaswa bibaza ngo uriko uratukana mais wariko urafuza rappeur Rwanda n Burundi vrm

  • @larissaniceirankunda9118
    @larissaniceirankunda9118 2 роки тому +16

    Thank you Sabin for your support 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @beatricenezerwa3809
    @beatricenezerwa3809 2 роки тому +9

    B-Face ntucike intege komerezaho urumuntu wacu turagukurikira music yawe ninziza cane

  • @Stunna4Hoey
    @Stunna4Hoey 2 роки тому +7

    Yollaa,2010 ntabwo wari kuronka power play kuko 19th Bitch and Dj Prince 36, Over do Team and Agati k'Imana ibyo bihe bari abami ba Buja kdi turakumbuy vibes yico gihee, mais hallaa Bless up to U B.Face komeza uturyohera Man

  • @Gentil20
    @Gentil20 2 роки тому +3

    B Face on the flow mtoto wa kayanza big up mwana w'uburundi nice to represent the Country 🇧🇮🇧🇮 Sabin Big up I love U and and your emissions. Bdi & Rda

  • @jeanhavyarimana3338
    @jeanhavyarimana3338 2 роки тому +9

    Love from Burundi tubakunda kanini🦅🦅🦅🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @startv257.
    @startv257. 2 роки тому +19

    Kabisa Rap YUDA Best Burundian Rapper Artist Burundi🇧🇮 and Rwanda👑👑👑👑

  • @kanyamibwaofficial8675
    @kanyamibwaofficial8675 2 роки тому +18

    B face 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼hands up am from zambia🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲

    • @ymx_IBN
      @ymx_IBN 2 роки тому

      Ryubeshy wabanje nokubeshy izin ryaw

  • @TMV2722
    @TMV2722 2 роки тому +1

    Papa wanjye ndakwemera abanyarwanda natwe turakwemera uraririmba wallah

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 2 роки тому +4

    icamamare mu rwanda nomuburundi big up sana b face

  • @CedricOGK
    @CedricOGK 2 роки тому +3

    Ariko disi abarundi Bavuga neza mana weee😩🤩🤩

  • @gygygyslaine4712
    @gygygyslaine4712 2 роки тому +17

    On the flow😍😍Rap Yuda🇧🇮🇧🇮🏆🥇

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 2 роки тому +11

    Yaman Yaman✌🏾Rwarwana ♥️ Yuda wubahwe 😍😘, ndagufana shann🌚nkundinyishu zawe urareuunzeMan👏🏿👏🏿👊🏿

  • @allvideo1280
    @allvideo1280 2 роки тому +9

    Thank you sabin 👍👍👍and big up b face 🇧🇮🇧🇮🔥🔥

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 2 роки тому +10

    Ariko Sabin kuki abashyitsi bawe b'abagabo utajya ubazimana? Dore nkubu BFace iminwa yiwe yumaganye kuberako nta juice wamuhaye! Abagabo b'ibikara bakunda inkumi bihebuje!

  • @banderenbakojeanbaptiste5974
    @banderenbakojeanbaptiste5974 2 роки тому +2

    B face.kalibu kur isimbi tv
    Nkumu caméraman urazi kwiraba ukuntu isimbi cank chit Bafta isanamu Nikon bakoresha ikiganiro wigishe abiwacu va Isaac Siren nabandi bigireho ikiganiro umutumigwa niwafata ijqmbo journaliste agiramajambo make ntagragara kandi ikiganiro kigira intumbero . Bikubite agashi baraye isanamu ir stable namba blague bah bagabznya vyorohereza uwuraba ikiganiro merciiiiiii

  • @aimevedaste2960
    @aimevedaste2960 2 роки тому +6

    B face Zambia 🇿🇲 indirimbo ziwe barazikina Cyn ntiyomba number one

  • @desireofficial2789
    @desireofficial2789 2 роки тому +1

    Uburundi nibwo bushigikiye entertainment yurwanda brothers sisters Banyarwanda dushigikirane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @vegasofficial95
    @vegasofficial95 2 роки тому +1

    Dushaka umuzigo wa B-face na Riderman

  • @rebaofficiel8811
    @rebaofficiel8811 2 роки тому +7

    B face ibintu ariko arakubwira Sabin nivyo nta nguvu dufise kuri social media rero ikibazo bo kubera bakomeye kur social media ubishaka canke utabishaka ugomba kuyumva rero abo bana ugomba kubumva ubishaka utabishaka

  • @tiumuganwakazi7166
    @tiumuganwakazi7166 2 роки тому +2

    BUTANYERERA oyeeeeee..... Komera komera my G

  • @dasdasd4509
    @dasdasd4509 2 роки тому +2

    Kbx abanyarwanda barakund'ivyabo nanje ndabibemerera

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 2 роки тому +5

    Love from 🇧🇮🇺🇸 Best Rapper alive in Burundi 🇧🇮 is B face on the Flo!👑👑👑👑🇧🇮

  • @spesnzorijana4651
    @spesnzorijana4651 2 роки тому +3

    Sabin urakoze kutuzanira umurundi wacu. Ugire umugisha

  • @anitha7666
    @anitha7666 2 роки тому +10

    Cyakoze bro wubahwe nukuri urashoboye from American 🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸

  • @theemeelyone469
    @theemeelyone469 2 роки тому +6

    Kure cane b face wanje 🔥🔥🔥🔥🔥niwake kintabwe kuyindi tukuri inyuma my crsh wanje ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸

  • @fafanifa4509
    @fafanifa4509 2 роки тому +12

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru cane, courage B-Face

  • @sfkl8257
    @sfkl8257 2 роки тому +4

    Mwigereye murwanda na Monaward ndabakunda bantu bacu from Burundi end saudia🥰😍🥰

  • @manundayi2409
    @manundayi2409 2 роки тому +6

    Thx Sabin wetu we love you from Burundi

  • @princedavidndikumana6406
    @princedavidndikumana6406 2 роки тому +6

    B face big up na Sabin big up 🇧🇮🇬🇦we’re one ☝🏼✌🏾

    • @claudesinayobye6000
      @claudesinayobye6000 2 роки тому

      Iryo drapo ntabwo ariryu Rwanda mujye mwubaha ibendera ryigihugu

  • @habonimanafridolin7882
    @habonimanafridolin7882 2 роки тому +3

    👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️B face turagu fana big up bro from🇧🇮🇧🇮🇧🇮Murimbwabumwe nu Rwanda, ✌️

  • @ngirumpatsejean6504
    @ngirumpatsejean6504 2 роки тому +2

    Sha uyu mu jama ndamukunz kbsa afite ukuri kwinshi

  • @honorenihorimbere792
    @honorenihorimbere792 2 роки тому +8

    First comment from Burundi. We love this big burundian rapper

  • @gerardbucibaruta4170
    @gerardbucibaruta4170 2 роки тому +3

    Essence ni 3250fbu B face ntavyo yitaho usanga afise abamurihira facture ya essence

  • @thierryirakinga1463
    @thierryirakinga1463 2 роки тому +9

    Sabin big shout out to you man 🇧🇮🇷🇼🤝 ivyuvuze vyose nukuri kwuzuye

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 2 роки тому +6

    Burundi twageze kwa sabin like ngaha💙💙💙 abarundi tumenyane ngaha ddumba araduhindutse abarundi muze muze tumumukureko🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😂😂😂😂

    • @murekeyisoniemelyne4393
      @murekeyisoniemelyne4393 2 роки тому +1

      Sha ntabwo wamwumvise neza D.Dumba abakunda kubi ahora anavugako muririmba kuruta abanyarwanda

    • @quennevadina1949
      @quennevadina1949 2 роки тому +2

      @@murekeyisoniemelyne4393 sha ddumba natwe tumukunda kubi ako mvuze ntabwo arakantu kumutima mubi nakaryosha gusa love ddumba💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @murekeyisoniemelyne4393
      @murekeyisoniemelyne4393 2 роки тому

      @@quennevadina1949 Dumba Niko aganira

    • @quennevadina1949
      @quennevadina1949 2 роки тому

      @@murekeyisoniemelyne4393 ndamuzi muri interview ziwe cnke live insta ziwe ndamukunda cne💙💙💙🇧🇮

  • @cycyncuti3696
    @cycyncuti3696 2 роки тому +7

    Sabin nukur mugerageze mwiteho umuziki wacu !

  • @Titi-rq5rw
    @Titi-rq5rw 2 роки тому +13

    Abarundi baracana intege urashobora kwumva indirimbo irenze ukaca usanga ntirenza 30k views kuri UA-cam

  • @ndayizeyejeanbosco853
    @ndayizeyejeanbosco853 2 роки тому +1

    Umusa uro umuhanga kbx
    Kdi Courage!
    Boniface Ndamukunda cyane pe! Buri Playlist nkoze ntihaburamo: LA difference,. Insolites,. Akari k'umutima,. Ingoma z'iwacu, Kimwe ku lundi,....

  • @mamarichard9568
    @mamarichard9568 2 роки тому +2

    Badufashe vrt kuko dufis abasani benshi ivyitegererezo sna 🙏🇧🇮🇧🇮🇷🇼

  • @chadythegenius
    @chadythegenius 2 роки тому

    sabin ikikiganiro na b face ni cyiza kabisa kiratunezeye uzongere umuzane,much love from burundi

  • @godwin4040
    @godwin4040 2 роки тому +3

    On the flow turamwemera sanaa uyu mujama ndamukunda ni President wa hip up Buja D,One nae niwe hit maker OG dfite

  • @umuhozashakira6837
    @umuhozashakira6837 2 роки тому +4

    Love from 🇧🇪, rwanda 🇷🇼, burundi 🇧🇮

  • @IDV630
    @IDV630 2 роки тому +1

    Nibyo rwose u Burundi bagerageze bakunde ibyabo

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 2 роки тому +1

    Amahoro uwiwacu
    Nakunze ikiganiro canyu
    Monsieur UMURUNGI S. ndabashimiye kuba mwakiriye umwana w'iwacu

  • @niterekawillywilson324
    @niterekawillywilson324 2 роки тому +1

    Big up b face. Ahubwo rab'udukorer umuti kandi.ngah mur zambia stamina irabica bigacika

  • @masterg3d955
    @masterg3d955 2 роки тому +8

    Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru canee

  • @Haz_rwanda
    @Haz_rwanda 2 роки тому +1

    Nukuri abanyarwanda mureke dushyigikire b face kweli kuko uyu mujama numuhanga pe

  • @donavinemanirambona8439
    @donavinemanirambona8439 2 роки тому +1

    Muvyukuri iyitaza kwa yago na sabin sinarikuzokubona kandi ndimushikawe wumurundi cano bturaba iburundi ' kwa osy ntahakubony ntuba uricamamare mube mutangibiganiro tubamenye sawa reka nkandeh

  • @rugambaissa9199
    @rugambaissa9199 2 роки тому +2

    La différence b face love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @aaronmunezero36
    @aaronmunezero36 2 роки тому +7

    Sabin ahuye numusore wacu ntabwo ari bumucike tsuu

  • @claudehappy5131
    @claudehappy5131 2 роки тому +1

    B_face nagabanye igiswahiri cyishi mundirimboye ndabwo abariku ririmbira abatanzaniya cyane naririmbe icyirundi cyishu kurusha ikirundi cyishi kuko ntawuzakunda ibyiwanyu namwe mutabikunze mubanze mukunde umuco nururimi rwanyu nicyombona urugero ndamu nyarwanda mushya uhera kundimi zamahanda abanza akaririmba ikinyarwanda indimiza mahanda baziririmba baragashashe

  • @bashiraaboubacar4374
    @bashiraaboubacar4374 2 роки тому +2

    B face nimvuga kuri Kandi niwe mu rappeur aciye ubwenge muraka karere

  • @nigawe5755
    @nigawe5755 2 роки тому +4

    B face batakubesha kampala nihondi havuzwa Melody wenyene na meddy

  • @kattofahion4209
    @kattofahion4209 2 роки тому +1

    B face mbe komuvuga abana bafise impano muburundi mwe na Isimbi ariko ntumva murikuvuga Wiz designer mwe na Isimbi ? Urya mwana vrt sinzi igituma avurwa gake kandi afise impano irenze cank muba bumwibagire cank nurwanko mumwanka je gushika nubu sintahura vrt 🤔🤔 isimbi ja UA-cam undebere song ziwe nawe urabona umwana yuko areunze ndaz commentaire yanjy iraz kubageraho be up love from Burundi 🇧🇮

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 2 роки тому +3

    BFace umusore wacu. Butanyerera yubahwe. Big up bro.

  • @nidotv5291
    @nidotv5291 2 роки тому +5

    B.face courage mwana wiwacu, turikumwe.Sabin urakunzwe i Burundi

  • @thierryniyomwungere5817
    @thierryniyomwungere5817 2 роки тому +1

    Je ndaryoherwa iyo umuntu wiwacu Matongo ariko aratera imbere. Big up dear bro.

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 2 роки тому +1

    Harahiye koko burundi nurwanda turumwe tuhagende sabin wewe rero turemerana sana klibu iburundi bro.hama b face big up bro jewe ndagufana bakureke urumuririnvyi nta limite ibaho

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 2 роки тому +4

    Burundi represent washa fire 🔥 🔥 🔥 🔥
    🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮

  • @emanuelnduwimana3105
    @emanuelnduwimana3105 Рік тому +1

    Mulashoboye yago komeza ukoler abanyafricanane CNE Burundi et Rwanda🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼

  • @maeli6300
    @maeli6300 2 роки тому +15

    Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 2 роки тому +1

    Sabe wubahwe turagukund B. Face rap yud rap goliat big up

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 2 роки тому +1

    B f nakubali baba uzo kuvuga nabi akwandureko

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 2 роки тому +1

    Ntabwabeshe ubu na KENNY IMANA YIMIHANDA muburundi 🇧🇮 ARI HIT🙈🤦‍♂️

  • @issandayishimiye6247
    @issandayishimiye6247 2 роки тому +1

    Love from Burundi 🇧🇮

  • @chrisoreste8335
    @chrisoreste8335 2 роки тому +2

    Landry promoter bamaze kumu kubita yaciye abiheba😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi 2 роки тому +4

    Yaaaagaaaaa rap yuda 👌🏾🔥🔥🔥🔥yahashitse ntamikino live from 🇧🇮🇧🇮

  • @cissembonera6255
    @cissembonera6255 2 роки тому +1

    saben reka kubeshya umuziki wurwanda naho mugihugu iwanyu ugarukira reka kubeshya abarundi

  • @emeryininahazwe3666
    @emeryininahazwe3666 2 роки тому +2

    Ikindi kibazo ino Burundi ntama radio nama télévision dufise bikwiye kabisa

  • @InGodwetrust0991
    @InGodwetrust0991 2 роки тому +1

    B face umwami rapper mu Rwanda no mu BURUNDI

  • @didamseto8280
    @didamseto8280 2 роки тому +2

    b face is good artist!!nakubari bro love from kusaka🇿🇲

  • @cadeauelvisigiraneza8806
    @cadeauelvisigiraneza8806 2 роки тому +10

    B face on the floor 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @migeredenis3337
    @migeredenis3337 2 роки тому +3

    B face man turakwemera man abanyarwanda tushire hamwe imiziki yacu itere imbere

  • @kentacherissakenese4146
    @kentacherissakenese4146 2 роки тому +9

    B face on the flow 🙌💃 hejur cn p 🔥🔥

  • @malicksag466
    @malicksag466 2 роки тому +14

    Rap yuda, goliath,commando,....🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮❤️

  • @kanezaalice7369
    @kanezaalice7369 2 роки тому +2

    Ingorane abarundi dufise dukunda ivyagusa