Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
WE are in 2024🎉 who is still listening this beautiful song ❤
Intwariyacyu❤❤uracaririmba none umucyo wikirundi tubwire iyindirimbo irimo amagambo yokwinovora❤
Umurundikazi hejuru cane👌💪💪💪💪💪❤🇧🇮💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼
Bravo muvyeyi iyi ndirimbo ziza cyane
Legendary ting🔥👌
❤❤
Uyumugabo bdamukunda❤cyane umucyo wikirundi wacyu ntavako izindirimbo ziruhurabantu mujyihe turi kurima
Ngira ikibazo iyo nuguruye ino ndirimbo. Replay nka 12. Bref isaha yose irashobora guhera ndiko numviriza iyi ndirimbo..Coup de chapeau. 🇧🇮
Uburundi bwarahezagiwe kuba bugufise muvyeyi,uri intwari kuri jewe,Imana n'iguhe kuramba!vous êtes une réelle et grande inspiration!
Muriyi ndirimbo harimwo abarundikazi bari modernisées bafise ama tatuwaje 😅😅bararenze ❤
😍😍😍😍Mbega umuziki mwiza😍😍😍
Ozzy jewe numvirije umuziki kugezaho merereza kbs mbega mbega akanovera weeeee. Ndumvise ivyo bita music kbs 💕💕
Love from rwanda,abarundi ndabakunda pe,
Twarabwirwa none turiboneye.Umuziki w'i Burundi👌
Mutama nukomere kwibanga uririmbana ubwitonzi ni ndero kabisa iyo turonga ngamwe bazi kuririmba ubundi bwogumana indero yabwo
Mzee wangu itorere intebe y'icubahiro uwundi umwe nkawe ntawe kabisa
Wow, congratulations Africanova Kujana n'ibihe uzuzisubiremwo zose.
Iyo mavuze music numva benibi kbs. Indirimbo wumv ukamerereza mrc muvyeyi 💁🖐️
The way he is respectful to himself,Nova 🌟🌟🌟🌟🌟
❤you right a cool song and relaxing
❤❤ aho umuvyeyi arihose yubahwe yongere ahezagirwe❤❤
nace Daddy
Umusaza yubahwe, abikora neza.
Wow,umurundikazi yubahwe 🇧🇮🙌
Imana iguhezagire cane.Uri muba patriotes bake dufise.
Uyu niwe mu legend dusigaranye yatwigije amajambo meza mugahogo k'abarundi
Aho hambere kabisa mwirambire musaza
Whaou 😍😍 Agashitsi kakera kabandanya kuvumbika Umuriro!! Wubahwe cane #Legend
This is the real mirror of burundian tradition.May the Lord blees you Nova!
Imana ibane nawa ku ndirimbo zirimwo impanuro, n ubuhinga, nakajwi keza nkunda
This legend should do a collaboration with Makanyaga from Rwanda
Mwubahwe mbadubaI indirimbonziza cane itwibutsavyinshi twebwe turihanze yigihugu
Nostalgie....we have missed you Nova
Twaritugukumbuye cyane msaza urakoze cyane kubwiyindirimbo nziza cyane komeza uduhe bishya turagukunda cyane papa wacyu
The legend is back🥳🥳🥳💃💃, Murakoze Africanova 👍
You are going with the flow,i appreciate it for really
Murakoz cane kufuha.ama version avuga neza kandi afise amasanalu asa neza
Yessss…. Akakera kama gafise akanovera kisangije. Merci Africanova
Ivyiza vy'iwacu🇧🇮
Good job musaza ni wubahwe 🙏
Greatest of all the time The Nova, real burundian music
Uyu mutama anyibutsa ko nataye uruzogi i burundi , uturirimbo twiwe naturirimba niga kuvuga . God bless you .
Ururirimbo remix rwiza cane! Keep going up!
very nice
Sokuru wanje ndagufana ibihe vyose nzobaho
Vyoba vyiza cane muzisubiyemwo zose kuko izo nizo ndirimbo zakanovera
We are with you .
Waouw 😍😍😍😍Respect to the living legend #AFICANOVATwari dukumbuy kwumva ijwi ryaw
Umuziki usukuyeArrangement iri kugwego rwohejuruRespect Nova 😍❤💚🇧🇮
wari watevye gusohora aga clip..twari tukanyotewe
The Legend is come back 👏🏿👏🏿
merci mutama, quelles jolies souvenirs
Much love from mabayi cibitoke
Umuziki w'Ukuri w'Uburundi🇧🇮. umuziki Murundi🇧🇮, umudiho murundi❤
Nice barundi bacu
Mwubahwe 🙏🙏🙏🙏Kugahogo kanyu Mwari mwaricaye
Komera mutama Burundian Music👌
❤❤❤🎉🎉🎉 Good song
The definition of Burundian 🇧🇮 music ♥️♥️🙏
Mbega byiza weNdi unyarwanda
Saw saw nico nyen yehova yamuremeye
Ndibaza igituma abaririmvyi bubu batarabira akarorero kuri mwebwe ba sogokuru mu muziki, ugasanga bari kuririmba bafwangagura ibitagira akamaro.
🎉🎉🎉 '❤❤ndayi kinda cane
This is Burundian culture🇧🇮 Respect to you
Indirimbo nziza cane nsanzwe nkunda.
Thnk u Legend kutwibutsa kano ga song🔥🔥🔥
Hit song vraiment mwubahwe
Uwumutama arakwiy kudusubiriramwo indirimbo ziwe zose akazishira kur UA-cam
Subiramwo zose indirimbo zaw turazikunda kuva mubuto bwacu
Nibaza ko uyu yategerezwa kwitwa ikirangirire kandi I Gihugu kikabimuhera agateka akwiye mwizina ryabo bakoranye nka mutama yisaziye Le Grand Canjo hamisi.
Beautiful song in our country Burundi
From Qatar with Love….💕
Qatar mwicisha ABANTU muli football.
This is the real Burundian Muzika🤩👌🇧🇮
Yeeeeees ubu ni saw na arrangement ni bn. En tout cas vrm c'est trop adorable
Respect au grand chanteur
Impano irivugira.Wubahwe papa
It' s Amazing to hear the legends,
@AfricaNova,.. Ntaco mwoba mupfana na Gaston Sindimwo?😅
Wow amazing akanovera kiburundi 🥰🥰🥰
Ni wubahwe muta 🙌💪🏼💪🏼
The living legend. Wirambire
Nice 👌 burundi 🇧🇮💞 love 💪
Ndagomba kubo na wishura comentaire mutama 😍😍😍
Commentaires zanyu ni nziza cane, zintera intege, murakoze cane kuba mugikunda umuziki wisunze akaranga kacu.
@@rugerinyange egome cane. Jewe mbere nsaba ko Mwokora umuziki naho hoba album..Ndizera ko atakizoyibuza kuba iyambere ....Erega mutama urashaje dusigire impano..Umuziki wisunze akaranga ntuzosubira kuboneka ukundi mwebwe bakurambere mutatubaye hafi. Imiziki yubu nukudutuka gusa...I'm proud of you kuva mvuka.
Ebana mkubwa hano urampay umwaka kabisa, ni nkubu ugaca wiyumvira na “Wiyizire ma” Nayo nyene ukayidusubiriramwo nayo ikajana nigihe wozoba ukoze cane Nukuri 🙏
Ubundi iyindirimbo yarikwiye vues niburiburi 3Million za barundi kuko niyacu ijana kwijana
Kabisa akiwacu kubahwe mbakunda cane
Indirimbo ivugije neza cane muga amasanamu niyo abuze ama idee.Channel na Orga ivyo bi tatuwaje sivy'abarundikazi.Yarakwiye gushiramwo amasanamu y'abarundi
Ku bwawe Olga n'a Chanel s'abarundikazi? intashima.com
@@rugerinyange 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
neza cane goseeeeee 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
Love oldschool
Mutama wacu burundi ❤❤❤❤
Finalement nsanze ntazi ikirundi niba ntahuye ivyo aririmvye ni nka 30% 😓
Uwumutama wacu ntiyririmba ahubwo ararenze
Wonderful 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 💕❤️💕❤️💕
Mutama niyubahwe
Woow Neza cane 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Atwibutsa inkuru zakahise akomer kumuheto
quand jpense que ca avait disparu ce style de musique
Bien bien bien papa
Song yakaranga
big fizzo wabonye umuziki apana izo.nkato zanyu murimba umva umusaza
Birabujijwe gutukanira ngaha kuri chaîne yanje.
@Sadiki Nganji ukwo kwifatira mu gahanga abandi baririmvyi muzoze mubikorera ahandi, apana kuri chaîne yanje. Opinions nkizo ntizikenewe ngaha.
Yubahwe mutama naciy'ubwenge numva indirimbo ziwe
We support the art
WE are in 2024🎉 who is still listening this beautiful song ❤
Intwariyacyu❤❤uracaririmba none umucyo wikirundi tubwire iyindirimbo irimo amagambo yokwinovora❤
Umurundikazi hejuru cane👌💪💪💪💪💪❤🇧🇮💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼
Bravo muvyeyi iyi ndirimbo ziza cyane
Legendary ting🔥👌
❤❤
Uyumugabo bdamukunda❤cyane umucyo wikirundi wacyu ntavako izindirimbo ziruhurabantu mujyihe turi kurima
Ngira ikibazo iyo nuguruye ino ndirimbo. Replay nka 12. Bref isaha yose irashobora guhera ndiko numviriza iyi ndirimbo..
Coup de chapeau. 🇧🇮
Uburundi bwarahezagiwe kuba bugufise muvyeyi,uri intwari kuri jewe,Imana n'iguhe kuramba!vous êtes une réelle et grande inspiration!
Muriyi ndirimbo harimwo abarundikazi bari modernisées bafise ama tatuwaje 😅😅bararenze ❤
😍😍😍😍Mbega umuziki mwiza😍😍😍
Ozzy jewe numvirije umuziki kugezaho merereza kbs mbega mbega akanovera weeeee. Ndumvise ivyo bita music kbs 💕💕
Love from rwanda,abarundi ndabakunda pe,
Twarabwirwa none turiboneye.
Umuziki w'i Burundi👌
Mutama nukomere kwibanga uririmbana ubwitonzi ni ndero kabisa iyo turonga ngamwe bazi kuririmba ubundi bwogumana indero yabwo
Mzee wangu itorere intebe y'icubahiro uwundi umwe nkawe ntawe kabisa
Wow, congratulations Africanova Kujana n'ibihe uzuzisubiremwo zose.
Iyo mavuze music numva benibi kbs. Indirimbo wumv ukamerereza mrc muvyeyi 💁🖐️
The way he is respectful to himself,Nova 🌟🌟🌟🌟🌟
❤you right a cool song and relaxing
❤❤ aho umuvyeyi arihose yubahwe yongere ahezagirwe❤❤
nace Daddy
Umusaza yubahwe, abikora neza.
Wow,umurundikazi yubahwe 🇧🇮🙌
Imana iguhezagire cane.Uri muba patriotes bake dufise.
Uyu niwe mu legend dusigaranye yatwigije amajambo meza mugahogo k'abarundi
Aho hambere kabisa mwirambire musaza
Whaou 😍😍
Agashitsi kakera kabandanya kuvumbika Umuriro!!
Wubahwe cane #Legend
This is the real mirror of burundian tradition.May the Lord blees you Nova!
Imana ibane nawa ku ndirimbo zirimwo impanuro, n ubuhinga, nakajwi keza nkunda
This legend should do a collaboration with Makanyaga from Rwanda
Mwubahwe mbadubaI indirimbonziza cane itwibutsavyinshi twebwe turihanze yigihugu
Nostalgie....we have missed you Nova
Twaritugukumbuye cyane msaza urakoze cyane kubwiyindirimbo nziza cyane komeza uduhe bishya turagukunda cyane papa wacyu
The legend is back🥳🥳🥳💃💃, Murakoze Africanova 👍
You are going with the flow,i appreciate it for really
Murakoz cane kufuha.ama version avuga neza kandi afise amasanalu asa neza
Yessss…. Akakera kama gafise akanovera kisangije. Merci Africanova
Ivyiza vy'iwacu🇧🇮
Good job musaza ni wubahwe 🙏
Greatest of all the time The Nova, real burundian music
Uyu mutama anyibutsa ko nataye uruzogi i burundi , uturirimbo twiwe naturirimba niga kuvuga . God bless you .
Ururirimbo remix rwiza cane! Keep going up!
very nice
Sokuru wanje ndagufana ibihe vyose nzobaho
Vyoba vyiza cane muzisubiyemwo zose kuko izo nizo ndirimbo zakanovera
We are with you .
Waouw 😍😍😍😍
Respect to the living legend #AFICANOVA
Twari dukumbuy kwumva ijwi ryaw
Umuziki usukuye
Arrangement iri kugwego rwohejuru
Respect Nova 😍❤💚🇧🇮
wari watevye gusohora aga clip..twari tukanyotewe
The Legend is come back 👏🏿👏🏿
merci mutama, quelles jolies souvenirs
Much love from mabayi cibitoke
Umuziki w'Ukuri w'Uburundi🇧🇮. umuziki Murundi🇧🇮, umudiho murundi❤
Nice barundi bacu
Mwubahwe 🙏🙏🙏🙏
Kugahogo kanyu
Mwari mwaricaye
Komera mutama Burundian Music👌
❤❤❤🎉🎉🎉
Good song
The definition of Burundian 🇧🇮 music ♥️♥️🙏
Mbega byiza we
Ndi unyarwanda
Saw saw nico nyen yehova yamuremeye
Ndibaza igituma abaririmvyi bubu batarabira akarorero kuri mwebwe ba sogokuru mu muziki, ugasanga bari kuririmba bafwangagura ibitagira akamaro.
🎉🎉🎉 '❤❤ndayi kinda cane
This is Burundian culture🇧🇮 Respect to you
Indirimbo nziza cane nsanzwe nkunda.
Thnk u Legend kutwibutsa kano ga song🔥🔥🔥
Hit song vraiment mwubahwe
Uwumutama arakwiy kudusubiriramwo indirimbo ziwe zose akazishira kur UA-cam
Subiramwo zose indirimbo zaw turazikunda kuva mubuto bwacu
Nibaza ko uyu yategerezwa kwitwa ikirangirire kandi I Gihugu kikabimuhera agateka akwiye mwizina ryabo bakoranye nka mutama yisaziye Le Grand Canjo hamisi.
Beautiful song in our country Burundi
From Qatar with Love….💕
Qatar mwicisha ABANTU muli football.
This is the real Burundian Muzika🤩👌🇧🇮
Yeeeeees ubu ni saw na arrangement ni bn. En tout cas vrm c'est trop adorable
Respect au grand chanteur
Impano irivugira.Wubahwe papa
It' s Amazing to hear the legends,
@AfricaNova,.. Ntaco mwoba mupfana na Gaston Sindimwo?😅
Wow amazing akanovera kiburundi 🥰🥰🥰
Ni wubahwe muta 🙌💪🏼💪🏼
The living legend. Wirambire
Nice 👌 burundi 🇧🇮💞 love 💪
Ndagomba kubo na wishura comentaire mutama 😍😍😍
Commentaires zanyu ni nziza cane, zintera intege, murakoze cane kuba mugikunda umuziki wisunze akaranga kacu.
@@rugerinyange egome cane.
Jewe mbere nsaba ko
Mwokora umuziki naho hoba album..
Ndizera ko atakizoyibuza kuba iyambere ....
Erega mutama urashaje dusigire impano..
Umuziki wisunze akaranga ntuzosubira kuboneka ukundi mwebwe bakurambere mutatubaye hafi.
Imiziki yubu nukudutuka gusa...
I'm proud of you kuva mvuka.