Les paroles de cette romance vont droit au coeur. Elles s'adressent tendrement aux âmes des personnes qui s'aiment sincèrement. Nos remerciements à son auteur qui a su exprimer ces sentiments dans cette poésie bien inspirée !
nubwo, ntari umurundi iyi ndirimbo inyibutsa mon enfance (le meilleur moment de ma vie) mu Ngagara no kuri école Libre. Umunsi mwongeye kugira abalilivyi ba bahanga nkabo muzadusinyale pour que mes enfants sachent la définition du mot artitse de genie.
Iyi myaka ubuzima bwari buryoshe abantu bose wabonaga bangana natwukize cyane, tugura umukate wa 10, isukari yo ku biyiko, amavuta yo ku gakoroboyi. Karyohere aba nya Buyenzi, Bwiza, Jabe, Nyakabiga n´abanyarwanda bakuriye i Burundi.
Je crois que cette chanson est parmi les plus profondes jamais chantées dans notre langue. Umuntu yogira lyrics yarwo yoyidushirirako uoba akoze cane. Izina naryo umengo yitwa Appolinaire si je ne m'abuse.
Il y a des années, le Burundi comptait des hommes et alors des vrais. None ntaburyo bwo gushingishiriza urubanza ivyo bisuma, imihimbiri n'ingegera zigana indirimbo zitari izabo? Aidez leurs familles s'il vous plait! Car cela se fait sous d'autre cieux.
@kabadugaritse Reka sha u Burundi bgacu ntakigenda, umengo nta droit za aba artists zibaho, urevye ukuntu indirimbo zaririmbge nabo bo hambere abandi bantu birigwa bazisubiramo bazonona. Uca umengo abo baziririmvye kera ntakamaro bari badufitiye.
Les paroles de cette romance vont droit au coeur. Elles s'adressent tendrement aux âmes des personnes qui s'aiment sincèrement. Nos remerciements à son auteur qui a su exprimer ces sentiments dans cette poésie bien inspirée !
Nkamubona nzorugoborora sinzogenda ntavuze,nzosemerera nambaze sindira busema.....ikirundi kiraryoshe pe!
Ce tube m'impressionne par ses mots et sa musique. Je crois qu'il occupe la première place dans la musique burundaise
@muvunyi, t'es pas le seul a vivre des nostalgies. ca me rappelle du temps
de ma jeunesse a kinanira et lycee de kiremba. Du beau vieux temps!
Yooooo,uyo muvandimwe yararirimba neza cane.sinibaza ko abaririmvyi bubu ko baririmbana ubwenge n' ubwitonzi nkuyo muvandimwe wacu.
Merci pour ses chansons, kuri twebwe twabaye i Bdi ni souvenirs tutazibagirwa kubera les bons artistes bdais de l'epoque
ngo bazatsiritana sha ! j'aime ces classiques
Uyu muririmvyi yari igikenya.Iyi poeme atangurirako iramara rwose. Yari umunyabwenge cane. Mbega burya ntabantu bazi amateka y'aba baririmvyi bakaza barayatugezako. Nk'amazina yabo, aho bavuka, aho bize, nimba bakiriho canke batakiriho. Nimba hari aba bakomokako canke imiryango yabo. Ababizi bakatubwira ingene bashengeye, ect. Muri make, ibijanye n'ubuzima bwavo muri rusangi.
Yitwa Jean Berchmas Hakizimana,yavukiye i Gitega mu Magarama,akaba yaritavy'Imana dans les années 90! Nta vyinshi nzi kuri we !
Vraiment..... Uburundi bwaho hambere bwararirimba
Très belle chanson qui me rappelle le beau vieux temps ,l'l'époque de l'l'insouciance!
Ntituzohengeshanya kubatega ugutwi.
Quelle belle mélodie!!!!. Il s'apelle Jean Berchmans. Son Nom m'échappe.
Buri gihe iyo ndiko ndumviriza ino ndirimo nca ngira akabonge mu mutima. Uyu muntu aririmbana ubgitonzi. Ndifuza kubona umuntu nk'uyu amaso mu yandi. Abantu bubgenge bose bariko baraduherana. Ewe Burundi warahomvye...
nubwo, ntari umurundi iyi ndirimbo inyibutsa mon enfance (le meilleur moment de ma vie) mu Ngagara no kuri école Libre.
Umunsi mwongeye kugira abalilivyi ba bahanga nkabo muzadusinyale pour que mes enfants sachent la définition du mot artitse de genie.
Bwira abo batazi Uburundi, abo bo hakurya ya kanyaru ko Uburundi ari igihugu
Iyi myaka ubuzima bwari buryoshe abantu bose wabonaga bangana natwukize cyane, tugura umukate wa 10, isukari yo ku biyiko, amavuta yo ku gakoroboyi. Karyohere aba nya Buyenzi, Bwiza, Jabe, Nyakabiga n´abanyarwanda bakuriye i Burundi.
Toute une poesie??? oooh tres tendre
Muraturuhura ukuntu mwaririmbana amajambo y'inkoramutima yuzuye ukuri kwinshi.
chanson traditionnelle mais avec gout du present
Indirimbo zarizi kabisa
wooow this is very awesome
indirimbo z'umwimerere. muraraba mutere ikirenge muciwe. thanks a lot.
uyu mugabo ndamwibutse thanks for posting this, ndavyibuka umunsi yapfa bamucishije kuri RTNB . Uyu muntu yashizeko indirimbo ziwe grand merci hagize uwomenya izina jyiwe yonyibutsa merci
Barakamfitiye
YITWA CANJO AMISI
Je crois que cette chanson est parmi les plus profondes jamais chantées dans notre langue. Umuntu yogira lyrics yarwo yoyidushirirako uoba akoze cane.
Izina naryo umengo yitwa Appolinaire si je ne m'abuse.
Hakizimana jean berchmas
Ooooooooohhhhhhh Ooooooohhhhh iriba ryurukundo kweri j'adore
❤❤❤
Nisw
wondefull melody , like instrumental arrangement , singer's voice as well.
Il y a des années, le Burundi comptait des hommes et alors des vrais. None ntaburyo bwo gushingishiriza urubanza ivyo bisuma, imihimbiri n'ingegera zigana indirimbo zitari izabo?
Aidez leurs familles s'il vous plait! Car cela se fait sous d'autre cieux.
Ego!Wremeje benshi.
Akaririmbo keza
C'est super !Merci pour cette vidéo ubishoboye uzodushirireko indirimbo y'uwo mugabo yitwa "Umusalaba w'urukundo"
Burundi Osc nice music to us but now you can not found any elder artist in our country.
You can imagine why burundian artist does not have lot music on UA-cam.
ndumtanzania mgabo ntaronse akaririmbo kikirundi nkaka sindyama.dodoma makao makuu tz
ndasavye uwironka ubudyo bwi nomero yuwu muririmvi andungikire.agashimwe kalikumsozi
Maybe his name is evode sinankwa or bahaga prosper nkeka ari umwo muri abo 2 ariko evode cane cane
very nice song
ego wa mugabo we wari wiyumviriye.Ndaguhaye 5! Abarundi mukomere, muririmba neza.
Indirimbo za kerazarahezagiwe
niyongere prime
Merci, j'adore.
Minann jeche
INDIRIMBO NIZO.TURABIBUKA NTITUZOBIBAGIRA
Kwiriba ryurukundo disi
Hy
Ninde yonyibutsa izina jyuyu muririmvyi? Burundian we can
Jean Berchmans Hakizimana accompagné par l'orchestre Amabano. Dcd vers 1990.
aahg the orginal sounds much better
Let
Cyalibwa Mahuno
@kabadugaritse
Reka sha u Burundi bgacu ntakigenda, umengo nta droit za aba artists zibaho, urevye ukuntu indirimbo zaririmbge nabo bo hambere abandi bantu birigwa bazisubiramo bazonona. Uca umengo abo baziririmvye kera ntakamaro bari badufitiye.
Nagahinda mugenzi ntakindi bakora atari kuzonona, barangwa nurwamo mukwiyita abahanga mukuririmba ariko ntibegereza na gato aba baririmyi bacu bakera banditse amateka
Nivyo kabisa abiki gihe bazimbirako bakavuruga ngo bararirimvye.
Ariko ndababaze ,abaririmvyi biki gihe indirimbo zabo muzumva gute??? Zimeze gute?
😢