I support hosy. Imbere yo kwubaka, tubanze twimenye, tumenye uko tumeze, ivyo dukunda nivyo twanka. Hama rero twinjiye murukundo, tube intentionel, twiteho kurabako uwo turikumwe atokubera ikibazo canke ngo umubere ikibazo bivanye nakwakundi umeze canke uko nawe ameze. Kenshi l'idée de marriage iraduhuma amaso , ntitwiteho kurabako vraiment turi compatible nabo dukundana. Hama kubijanye na Dot, please nibakwe selon na capacité yabo. Ufise menshi why not?but atayo ufise, tanga ayo mukwiranye. Kandi sinibazako har umugabo azogufata nabi yitwaje amahera yagukoye. aba asanzwe afise kamere mbi yo gushira basi abandi , donc akaba aronse ico afatirako. Sinon umugabo w'intwari mushwanye ntazokwega ivyo yagukoreye vyose muri argument. Lastly, please twese turondera ubuzima, turondere amahera as much as we can. Franchement, having your own money keeps you away from some embarrassment . Umugabo ntazogutukira dot si il sait que toi même, iyo wama wemerewe gukwa wari belle et bien capable yo kumukwa😂😂😂😂. Otherwise, We love you big. thank you for bringing up such interesting topics.Cheers😘😘
Nkunda ingene muvugisha ukuri ❤ Shahu umugabo atunze amahera gusa nta Mana afise muri we aba ari umukene cane 😊
Muraryoheye❤❤ trop sujet iranyigishije sana
Hellooo nitwa Chany turabakurikirana goseeeee muri Kuwait muraba chuuuuu guys ❤ndabikundira
Hello les belles dames❤
Muratubariza ico Mme Nikita yibaza kuba fans biwe😑
😂😂😂narindabakumbuye❤basha sujet nziza itesa burya umuhungu agukoye nagashimwe knd bababakwiye kutwubah ntiboronk ayo batugura😂😂.hama Hosy ndagushigikiye ntakwikoza umuhungu akenye nububono😂😂kuko nicokimwe abakene kure😂😂
Sujet nziza gosee❤❤
Hello Bagore beeza❤, sujet intéressant,vyiza nyene mwoba mufise mwese niho atagasuzuguro kabamwo
Muri asia turabakurikirana😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Muraryoheye vraiment
Mbega mwemurakomeye gamwabakooooo😂😂😂😂
None hosy mubona gute ababakwirikiran ibihug barimwo? Mubiboner kuma numer bakoresh? Nkubu abarundi beshi basigay bakoresh ama numéro yiburundi kandi atariho bari. Murantunge ntavyo niyiziy
Dacia vuga jambo saana bsi turyoherwe kuberiki wakibagiye
N'ikibazo ingo zubu zubakiye muri vynsh hosy ndamutahura can n'abariyo 90% baripfuza gusohoka😅bibuts ama millioni y'abandi bagandaguy baca bihangana ni shidaaa
I support hosy. Imbere yo kwubaka, tubanze twimenye, tumenye uko tumeze, ivyo dukunda nivyo twanka. Hama rero twinjiye murukundo, tube intentionel, twiteho kurabako uwo turikumwe atokubera ikibazo canke ngo umubere ikibazo bivanye nakwakundi umeze canke uko nawe ameze. Kenshi l'idée de marriage iraduhuma amaso , ntitwiteho kurabako vraiment turi compatible nabo dukundana. Hama kubijanye na Dot, please nibakwe selon na capacité yabo. Ufise menshi why not?but atayo ufise, tanga ayo mukwiranye. Kandi sinibazako har umugabo azogufata nabi yitwaje amahera yagukoye. aba asanzwe afise kamere mbi yo gushira basi abandi , donc akaba aronse ico afatirako. Sinon umugabo w'intwari mushwanye ntazokwega ivyo yagukoreye vyose muri argument. Lastly, please twese turondera ubuzima, turondere amahera as much as we can. Franchement, having your own money keeps you away from some embarrassment . Umugabo ntazogutukira dot si il sait que toi même, iyo wama wemerewe gukwa wari belle et bien capable yo kumukwa😂😂😂😂. Otherwise, We love you big. thank you for bringing up such interesting topics.Cheers😘😘
Mbega Nikita ntarav mukiriri ereg turamukumbuy😍😍
Amahoro ntatangwa nabantu amahoro atangwa nImana ntuzubure kurongogwa Hosy umugabo ntiyoguha umwanya ariko ukagumana amahoro yaw umugabo ivyo yokora vyose ntivyotuma ubura amahoro amajambo yokubwira yose ngonuko yagukoye ntiyotuma ubura amahoro atavugishije bamahoro uceceke ntugire yamanyama wavuga hama ukabifadikanya nokumusengera vyose bikagenda neza😊so muvyumveko mbakunda
None murazi abomubona batakibakurikirana benshi bahereye muri tiktok 😅 Saudia oman benshi ubasanga muri tiktok 😅😅
Dot ntabwo ari prix d'achat(PA),umukobwa si
marchandises,umwe wese ayatanga bivanye nuburyo bwiwe mugihe umuhungu abona ko gutanga menshi ataco vyohungabanya kuri kazoza k'urugo rwabo yoyatanga ariko kizire kwemeza abantu hama bizorangir umwana wabandi yishwe ninzara murugo.ariko kandi abahungu ntibihatir gutanga menshi kugira bazoj gufata nabi abana babandi ngo nuko babakoye
Hosy abakobwa bameze nka nde?😂😂❤❤❤❤
Hosy unomusi wimakiye neza usa neza par rapport yimisi iheze.ikiganiro canyu kiranduhura.kirimwo akayaga. v
Kwl mwebwe ivyomuvuga nukuri kwuzuy
Abantu banjeux ndabakunda ukwo ariko nikita inkumbu zadusaranyeeee
Hosy yatanguye kuba ikijuju
sha uratubesheye ncuti yanje urazi ingene uk 🇬🇧 tungukunda kandi turabakurikira cane gose pe
❤❤❤❤❤❤❤❤
Ese Nikita azomva mubwiba ryari muraraba ntazomveyo asubirayo 🤦
😂😂😂😂😂 kandi sha 😂😂😂😂
Ngo youtube mu Burundi ntihemba? c'est vrai ?
❤❤❤❤
Aba Suisses turabakunfda vrmt.
❤❤❤❤❤👍🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦😂😂😂😂😂😂💋💋
😂😂kuriyi ncuro watumiy ikirara,igisasu, uravye Nabi kiraguturikana
Nikita yagiy hh
Congé de maternité
❤🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤💋💋🌹
Satani nimubi amahera menshi aratera ingorane mungo kenshi kurara urira utabuze icurya nicowambara wopfuma ugira duke ukabufise amahoro mumutima
N'abahungu bakunda abakobwa bafise amafaranga