Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Amir pro ico uvuze nico 100℅ udahemutse ubufise garantie y'İmana ko vyose ibigukorera respect
Nkunze uburyo ariko Aravuga Ubushobozi bw'Imana🥰💞Tera Imbere kabisa🥰Ni Imana Yakandi Karyo pee
Hosy merci beaucoup kutuzanira Mc Ami pro ndakunda ijwi ryiwe kandi Imana ikomeze kukgirira nezaaa big up
Ami pro terimbere nukuri Imana igume igutwenza❤
Good Guy, merci pour le mot" discipline"= kwubaha umwanya,kudahemuka,gucabugufi... merci pour ces leçons 🎉
Imana imbere 🎉🎉🎉
I liked this dude’s humbleness and meekness.
Hosy wangu unapendeza USA neza uravyibushe birakubereye❤.Hama Amipro ngonyarucari azovamwo ihanga knd inkengegwa izovamwo ikintu kizima nkunze ukuntu ushira Imana Imbere nayo ikakwemeza😂😂😂biraryosh Kristo agira neza uragahezagigwa
Amipro mc wahatalii❤🎉 jew ndumu fan wiwe🤞
Tunezerererwe umugisha w'abandi... courage muta
Imana yakandi karyo vrt AmiPro ubandanye uzunguruka isi maze
Umutumire nkunda cane MC ami pro
Imana ikora kumwanya wayo kandi igira nezaaa
Nakubali ami pro👏🏿👏🏿
Wuuaaa congratulation Amipro, utere imbere nkumuzinga.
Ufise impano nziza yoguca bugufi❤
Uratesa Hosy usa neza uravyibushe waouw❤
Himbaza Umukama sha 🙏
Brother Ami big up xanaaa❤❤🎉🎉
Amipro you love so mache
Big Shal'up for u #Ami_pro_ the_Mc📢📢🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✅
Sha ami pro jewe ndagukunda kuva kera nukuri rero kubona uriko itera imbere biraryohera gose terimbere ushike kure
Hosy urikibajou ndagukunda❤
Amipro ndamwemera fo🌹🌹✊
Famille willy et stella yambii cane ndabakumbuye❤
Très sage et intelligent Amipro
Amipro congratulations brother
Urimana yakandiii karyo nkunze ukuntu vyose abonako vyabayemwo Imana,ashira Imana imbere
😂😂waou azotera imbere cane kuko Resultats nizi Imana ,Ashize Imana Imbere azoshika kure cane
Hosy hejuru cane tukurinyuma
Hosy urakunzwe❤❤❤🎉
Hosy, nawe ngwino buraya , tugutembereze...tu auras plus de network...
500euros ni 4 millions burundais😮😮😮
Kbx
Atoroka aja hehe!!! Haze hagire uwutoroka Ubu azogarukanwa aboshe amaboko. Barya bamutumiye nyene nibo bamwironderera mpaka bamufashe
Mubaboha baba basize babivye mwamihimbir mwe ningene uwukandagije ikirenge hiyo mumwigenzako ngaho hari itongo mupfa
Ntanumw yomuboha kuko chacun à le droit de demander son asile , asile c est personnel nabo bantu bose yayisavy ntanumw yomutahishaa
Brother ❤️
Nic
Ngo woguma i Burayi😅i Bujumbu(ra)naho hararyoshe,buke
Ami pro mubuzima indero nubwizigirwa nivyo vyambere, uzame uca bugufi
Terimber mutama😎
Nahezagigwe amipro arabikwiy kuko aritanga kuba aritist imanikomeze ibibamo😊
Bamwita l’international😂
Canada nanjo bay bro uz wemer bakuvug arik ntuz ugaruk
Courage bro,muga wavuz contradiction,ngo ntukeney kumenyekana w uraba ko wahembw gusa mais ngo uwugutumiy tu exige kuja kuri affiche?!uzokosor next Time et still kukivi Mwen wacu
Amen Amen 😊😊😊😊
Fire
Mc mukazi kose🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Amen
Respect 🫵🔥💪
Muri Canada azoba ari kumwe nabahe baririvyi? Mbega bazoza Montréal ?Muzotumenyeshe kare twipange!
❤❤
Kuri aéroport ni check-in (enregistrement des passagers avant vol) pas checking
euuh strict da!
Kbx 🎉🎉
C pas grave kubera si langue maternelle yiwe
Ntakosa ririmwo, a checking c'est correct pour un voyageur sans connaissance technique. Wati kwibaza iki kintu avant yo kwandika ivyo birofaa
@@Bandura23 none agize nabi kumukosora? Abarundi turatwenza pe!

Muri Canada azoba ari kumwe nabahe baririvyi? Mbega bazoza Montréal ?
Muzotumenyeshe kare twipange!