#Ismael
Вставка
- Опубліковано 23 лис 2024
- Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: www.facebook.c....
Twitter: / ihurirot. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
UA-cam: www.youtube.co....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************
Ndagukunda mon pote ismail gasore uransekeje cane ngurukwavu rwawe ruravuga go ahead my super comedian❤abndi baribesha peee
Gasoji ter'intambwe ubikora neza vraiment
Birabereye Gasore uraseca cane 🇹🇿🇹🇿👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙💙
Love from GOGO LOVE OFFICIAL to BURUNDI
Nukuri mugabo birasenkeje unkuntu urukwavu rurimbere kurushya Inka pe😊
Gasoore wew very good ❤ kagame avuga gt 😂😂😂😂😂❤❤❤ subiriramwo akokantu ❤❤❤😊
Birahimbaye disi gasore wibereho utababaye maze
Gasore weee uranyishe
Gasore wanjee nawe!!!!!!
Ewe gasore sha
Best comedian in Burundi ❤
😂😂😂😀😁😂🤣😃😄😅😉😉😊😋😎😍😘😗😙😚☺🙂🤗🤩🤔😐🤨😑😶🙄😏❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂❤❤tres bien sana merci too much excellent❤❤❤❤❤😂❤❤😂
Gasore wubahwe ukoze amageka p
Gasore weeee
Gasore uzonyica 😂🤣🤣 ehe nguru ndaruzanye we nkomersmashi🤣🤣🤣
Ibikora neza
Ndamenetse nukuri
Umu MC yakwakiriye nabi cane
Courager
Gasore urantwengeje ndakumbagaye
😮😮
Muhu nyamara nkimpanuro zagusa burya gushika kurino saha wosubira Kuba uwo wigeze Kuba ukiri mw Ihuriro tv wogaruka ukabandanya Bisanga man nkakera wokundwa cane. Zari impanuro
Icombonye nuko Ismail atasubiye gufata micro nukubiko kwiburyo kuko yarahejeje kuramutsa papa burundi 😂😂😂 yagize ati umugisha wanje sindawusiga kuri micro 😂😂😂😂
Umukuru w'igihugu si NYAKUBAHWA ni NYENICUBAHIRO muze muraha akazi aba MC mwamaze kubigisha😢😢
Nn nkaho itandukaniro ririhe
Yaragarutse mwihuriro kumbe?
Gasogi
Mbavu zangu we😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤
wakigoryi we nkwiyamye kuri kagame wacu
Nikigoryi kirimwo cyishakira indamu arwayemumutwe.swi
Muburundi nta Comedy ihari uyuwe nashake ajekurima 😅😅
nc
Sanitizer hafi aho😂😂
Gasor uranyishepe😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤
Gasore nukuri ukuntu antwengeje gabasha nihatr🤣🤣🤣
Irintwari
Gasore wubahwecane😂 ukozamateka kwibuka uwaguhayumutahe winkwavu
Ntanisoni
😂😂😂😂😂😂😂Gasore uranyishe giramahoro
Urumuti wamenyo😂😂😂
🤍🤍🤍🤍🤍🤍🤍🤍
😂😂😂😂😂😂😂uranyishe kl nta comédie yawe yaheruka kunsetsa iyurukwavu ruransekeje pe
❤❤❤😂😂😅😅😅
❤️❤️🤣🤣🇧🇮
Walker Shirley Anderson Cynthia Williams Betty
😂😂ndamanyutse nukur
😂😂😂😂😂😂gasor uranyish nukul 😂😂😂
Km❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂❤
😂😂😂😂😂😂❤
❤❤😂
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
Mbegaweee 😥
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Gasore 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
0/10. Suko HE Paul Kagame avuga.
Iyi niggga ntabwo itwenza ……..
Urumuti wamenyo😂😂😂
😂😂😂😂