Kirikou amasozi aramurenze|ntimunteranye na Fizzo|aranse gusubira I Bujumbura|Double Jay aratakamvye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 367

  • @Belle9ice
    @Belle9ice 3 роки тому +71

    Je pleure comme un enfant 😭😭😭God bless yu guys 🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼

  • @niyikigongwefabrice5388
    @niyikigongwefabrice5388 Рік тому +3

    Mwakoz igikogw ciza kbx kirikou très intelligent 🧠 vraiment god bless you ndarize kumajamb ashikirij n ayimkoramutima courage mwana

  • @VenerandaNyiramurisi-lp2su
    @VenerandaNyiramurisi-lp2su Рік тому +1

    Warakozecyane mubyeyi mwiza

  • @SafaliRome-h4v
    @SafaliRome-h4v Рік тому +2

    Hamandabashimiye cane kubamwamugarakanye mumusiki ndundi murakoze

  • @afri_life1996
    @afri_life1996 3 роки тому +11

    😭😭😭 mbegumwana!! Très intelligent kbisàaa ndamukund cane

  • @nduwimanajfrancoise956
    @nduwimanajfrancoise956 Рік тому +2

    Mwese muri intwari. Mubandanye kwerekana urukundo niho igihugu cacu kizotera imbere.

  • @ksidointernational
    @ksidointernational 3 роки тому +9

    Mana bikore ubuzima bwa benshi buhinduke! Kimwe nabonye Kirikou abantu baragukunda! Uzogere kuuuuuuure utigeze wibaza ko wonagera🙏🏼
    Thank you all my brethren! Mwakoze cane!

  • @bobomusica605
    @bobomusica605 3 роки тому +5

    En regardant cette vidéo ndarize vrmt 😭😭😭
    Kirikou keep up my young brother
    I like your sound bro❤️❤️❤️

  • @musanabaganwabelso2901
    @musanabaganwabelso2901 3 роки тому +7

    Umwana avugana ubwenge n'ubwitonz kirikou wararezwe my brother kabisa

    • @bigdaddyjumong461
      @bigdaddyjumong461 3 роки тому +3

      Koko yararezwe.#bigfizzo kumwita Akili ntiyihenze💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 роки тому +10

    Kirikou Akili uzobumugabo👌👌
    Imana igushigikire🙏🙏
    Ndagushimiye gusa ukuntu utishuye cane kuvya BANTU BWOYI
    Akes na Landry mugezaho kuza musopa umuntu amajambo yokumuteranya nuwatumye amenyekana

  • @adelinemurwaneza1820
    @adelinemurwaneza1820 3 роки тому +11

    Amasozi yumunezero aranyishe😭😭😭😭😭❤️❤️❤️gays ndabakunze mwese mwagiye murici gikorwa

  • @celestinmununi9371
    @celestinmununi9371 3 роки тому +6

    Notre artiste est très intelligent,,il répond intelligemment,il vise son objectif nous demandons au gouvernement de soutenir ce garçon pour ses bons projets,mubihugu biteye imbere umuntu nkuwo ama leta aramwiyegereza dusabe ministère ya jeune,solidarité zimufash kabisa

  • @laurencehabonimana8563
    @laurencehabonimana8563 3 роки тому +3

    Waaaoo kirikou Burundi bwejo!uzi kuvuga udahurudutse

  • @chrismuryango6140
    @chrismuryango6140 3 роки тому +33

    C'est tres decevant ukuntu landry et akes baguma bashaka kubaza des kstions zo gushaka guteranya kirikou et fizzo.ce petit est tres intelligent et extremement poli.courage et felicitation a hosy uburyo utari nkabandi bashaka just show mubintu nkibi

  • @Marry-r7w
    @Marry-r7w 3 роки тому +11

    😭😭😭Abarundi dukundane Wallahi 💔💔🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮😭😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲Kenya 🇰🇪 uganda na Tz 🇹🇿 arakundwa peeee 😭😭😭🇧🇮🇴🇲🇰🇪🇹🇿

  • @buryohelabouche8777
    @buryohelabouche8777 3 роки тому +2

    Please me also I beg kirikou to go back and continue his music apres l'echec la vie continue

  • @nadegeuw.5703
    @nadegeuw.5703 3 роки тому +2

    Ihangane Kiriku ubuzima nukwo. Wahuye na panya yapoli. Iyakariye ntigaheba bakujanye aho utatohoje. Yarakwihenzeko. Ingozi ntitugenda akagirire. Imana izogufasha ushike kure.

  • @YvesGirukwishaka-ge4qt
    @YvesGirukwishaka-ge4qt Рік тому +3

    Ndakunze ikibazo cya Hosy kuguma rugur wiyumvira yuk bazoguma babah nkuko ubibon kubon utaye akazi kaguhemb neza knd bakabah cnk hoho urabona yuk utazoba ubiciye ubuzima bwabo

  • @kercybty
    @kercybty 3 роки тому +3

    Petie yangu Kiriku. Maisha ni MUNGU tu anapaga. Kesho ni MUNGU tu anaijuwa. Naweye Kiriku kesho yako ni MUNGU anaijuwa. Washa maisha ya hendeleye. MUNGU Mukubwa iko. GOD bless Burundi and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿

  • @bimenyimanalewis2594
    @bimenyimanalewis2594 2 роки тому +2

    Kirikou uri mubaririmvyi batatu murico gihugu c'Uburundi nkurikirana ijoro n'umurango,!!Kura ujimbere my young bro

  • @abeljonathanirakoze1404
    @abeljonathanirakoze1404 3 роки тому +1

    Imana ibahezagire kugikogwa cuza mwakoze iyo mpano ntiyopfa ubusa

  • @binamarashid1301
    @binamarashid1301 3 роки тому +5

    Uyo mwana afite uburere imana ikomeze imurinde in sha Allah

  • @bbsmoke5836
    @bbsmoke5836 3 роки тому +3

    Hosy na numuvumbuz turabakund cane kugikorwa ciza mwamamwakoz 👍👍👍👍👍👍👍

  • @pamellansengiyumva
    @pamellansengiyumva 3 роки тому +6

    Kirikou ufis indero nyinshi,vrmt bravo

  • @florencenininahazwe5533
    @florencenininahazwe5533 3 роки тому +2

    Basha ndariz kabis naheruk kurira kera kilikou arafise ubweng yisangij Imana iz ibandany imuturindira aba boss ntimwikaush kk uyumwana azotez imbere igihug ham merci hosy kk muratugezah amakur atuma tub dukeney merci bcp

  • @afri_life1996
    @afri_life1996 3 роки тому +9

    Uyu mwana nuwo gufashwa kabisa ari très intelligent

  • @hawababy4777
    @hawababy4777 3 роки тому +8

    kirikou manuka urondere ubuzima ufashe batoyi bawe.wewe nikijana lazma upambane bro.Imana izogufasha knd turagukunda😍

  • @belyseiriho4762
    @belyseiriho4762 3 роки тому +2

    C’est la première fois numvise ibitekerezo vya kirikou,ubwenge afis burarenze,ukuntu yishura aboneka ari mature,iconkunz murivyose nuko wumva wokwigura abo muvukana,kirikou inzira bicomwo ntayombona ariko mbona neza kuzoba umuntu akomeye kuko ibitekerezo vyawe vyerekana kazoza kawe,ikindi nshimye indero ufise,j’ai aimé quand il dit sinabayeho kugira mbeho ariko nabayeho kugira abandi babeho kuko mbayeho,keep up lil bro imber niheza 😘😘

  • @munyakuricharles
    @munyakuricharles 4 місяці тому

    Man, kirikou, ni hakili kweli, ufite ubwenge bushingiye kumateka wabayemwo sha!! Respect kbs ndagukunda cyane, gusa ntusa nubuzima wabayemo. Diamant burya itoragurwa mu mwanda, Never give up bro🫡🫡

  • @noriaigiraneza8390
    @noriaigiraneza8390 3 роки тому +4

    Kilikou be strong mwana w'Igihugu umvira abagukurira bakwifuriza ineza imbere n'ihezaa kndi uzogera Kure wirinde abaguca intege

  • @kaburaberchimas6515
    @kaburaberchimas6515 3 роки тому +2

    Nukur iki kiganiro kirandijij!!Kirikou inyuma yokuba ufs talent yokuririmba uciy ubwenge saaaanaaa!!kunyishu yikibazo cokur Mr champagne kirampabuy kweli

  • @deojoseph5839
    @deojoseph5839 2 роки тому +2

    Warakoze kumusubiza kukazi Asanteni Sana🙏🙏🙏❤️

  • @francinehakizimana1896
    @francinehakizimana1896 2 роки тому

    Kirikou, Imana iguhe gushika kure kuko ufis indoto nziza kubaho kugira ubesheho abandi.Sibose bafis uwo mutima.Terimbere

  • @TitiCoolOficial
    @TitiCoolOficial Рік тому +1

    Kilikou umunyabwenge cane!!le respect à toi!!

  • @christiannkurunziza8523
    @christiannkurunziza8523 3 роки тому +9

    Thanks guys for what you've done and continue doing for Kirikou... you're blessed people...only GOD will thank you enough... Kirikou be courage...mubuzima y a des bas et des hauts mais la vie doit continuer...

  • @nininahazweeliepires8844
    @nininahazweeliepires8844 3 роки тому +1

    Nukur numv ndamukunze can kilikou afis indero nyinshi Imana imukomez

  • @bigirindavyidesire1426
    @bigirindavyidesire1426 2 роки тому

    Bsr kirikou turamukunda mbega nyuma yugusubira buja mumuziki ntandirimbo irasohoka mwodufasha mukatubwira kandi ndashimiy abamushitseko bose kugira asubir mumuziki

  • @JimmyBlaise5
    @JimmyBlaise5 3 роки тому +2

    Mwakoze cane Hosy Imana ibibahere umugisha, mwaakoze cane hanyuma muze murahanurana abavumbuzi bafise amaTVonline kubibazo babaza

  • @fredlephenix4219
    @fredlephenix4219 3 роки тому +6

    De tout coeur avec vous,ce gars est talentueux,Humble, sage et intelligent...azi icashaka, afise ivyo yifuza gushikako mubuzima bwiwe, support Him, Hosy et le team yose mwokoze igikorwa ciza.God Bless youu

  • @gerardinekamikazi7174
    @gerardinekamikazi7174 3 роки тому +2

    Mwagizeneza kuduga kumuzana Nawe yagizeneza kwemera kumanuka kiliku Imana ikomeze ikworohereze Murivyose kandi courage kwishure❤️

  • @raisantoine5238
    @raisantoine5238 3 роки тому +8

    Kirikou, tu es d'une sagesse inestimable, courage mon frère, la vie te réserve rien que de bonne chose. Courage à toi aussi pour ton professionnalisme. Landry, tu parles trop et c'est pas comme ça qu'on cherche à aider une personne. Merci

  • @mugishajamvier
    @mugishajamvier Рік тому

    Muri cool 😎 mujyemujyira umutima nkuwa kirikou

  • @mamy-samanthaingabire4399
    @mamy-samanthaingabire4399 3 роки тому +16

    mais il est hyper intelligent le gars , il sait ce qu'il veut et ou il veut aller , franchement bamureke akore ico ashaka kandi bamufashe gukora ico ashaka , au lieu yo ku mu forca à tout prix kumugarukana kuririmba , force à lui

  • @bellarmeeuma1653
    @bellarmeeuma1653 3 роки тому +1

    Ikosa si Kirikou mais nuwo amukurira yamusutse kandi honnêtement vyarankomerekeje, Hama Kirikou courage

  • @s_dou.x
    @s_dou.x 3 роки тому +5

    Narize nkumwana during this interview 😭😭😭😭🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽bashaaa ndaryoheweeeee kubwa Kirikou🙏🏾🙏🏾🙏🏾😊😊😊 Siren vibes,Double jay, Papa Oscar, nabandii merciii kugikorwa mwakoz hosy personally thank uuu so much girl❤️ stay blessed🙌🏽🙌🏽

    • @picho8156
      @picho8156 Рік тому

      Sha nanjye agahinda kanyishe

  • @zfjxgxgwx7446
    @zfjxgxgwx7446 3 роки тому +1

    Wallah murandijije vrma.dada wa kirikou ihangane mwana kwisi haringazi zibabaza caane ariko humura lmana irababona ntimwabayeho kumpanuka buryiyabashize kwisi ibafitiye na kazoza keza.gusa birateye agahinda kabisa

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e 3 роки тому +2

    Merci merci merci ndaryohewe Niki kiganiro cane,L'amour doit toujours vaincre

  • @iradukundayvonne6532
    @iradukundayvonne6532 3 роки тому +3

    Brother Kirikou don't give UP please

  • @musanabaganwabelso2901
    @musanabaganwabelso2901 3 роки тому +4

    Wawoooh ndaryohew kirikou Kubona wumvise impanuro 😘😘

  • @adiellejoellesimbizi3566
    @adiellejoellesimbizi3566 3 роки тому +4

    Kirikou afise talent ikomeye and I have a dream that he will be an important person, Imana ikuj imbere ikuyobore igushikane kuco yakugeneye

  • @xamzeahmed3674
    @xamzeahmed3674 3 роки тому +1

    Merci bcq kumuntu yazanye iki kintu gaha jewe ndakiguyeko uko iyi histoire irababaje cane kandi iranigisha ncane kumenya abarundi bomumusique uko mumeze nigene mufasha ariko nkuwo mu jaurnarnarist kora akazi kawe ureke kukovenka abantu kuko aha ntiturabana wewe korakazi kawe hanyuma abantu nitwe tumenye ico tufata

  • @habonimanafridolin7882
    @habonimanafridolin7882 2 роки тому +1

    Kiriku akiri bravo kwinyishu wishuye

  • @imeldenduwimana8195
    @imeldenduwimana8195 3 роки тому

    Kiri jew nzogusengera Imana igukomerez uwomugambii.nanj ndifuza kuzotunga. Abana. Bo mwibarabara

  • @lamartineakeza887
    @lamartineakeza887 3 роки тому +1

    Ndushirijeko ku gukunda wishura neza knd Imana izo guhezagira murivyo ushima turi nyuma yawe! Hama gato kuri Landry ni kubaza ibibazo vyiza numva ubaza ukuntu usubiza inyuma umuntu!!!! Uzobaho cane

  • @uwimanachristella490
    @uwimanachristella490 3 роки тому +2

    Yooooo kiriku wiwacu igumy ugaruke😭😭😭😭😭😭 basha ntimumusige nukuri kiriku igumye maze je ndarize

  • @NsabimanaOscar-o2p
    @NsabimanaOscar-o2p 4 місяці тому

    ndagukunda cyane kirikou akilli ndakwigirako vyichiiij

  • @ndegezndechez1734
    @ndegezndechez1734 3 роки тому +1

    Kiriku humura imbere ni heza. Imigambi ufise ni myiza. Imana ikujimbere

  • @fabricemaluanenzohabonayo5321
    @fabricemaluanenzohabonayo5321 3 роки тому +2

    Hosy vraiment big up pour moi car j'avais beaucoup des questions de son environnement mais je commence à tirer un petit conclusion. Hama oeuvre mwakoze ni nziza cane nkagusaba uwayiyumviriye ahabwe icubahiro. Uwumva yumvise utumvise nawe yihangane.
    None Kirikou ashobora kuba yarafashe iyo ngingo avec ses propres décision ubu jewe ico nomusaba kurya yavuze ko ashobora kwitanga kugira abandi babeho nafute amajambo yose yagiye arumva hama aze aganire kakoza kabo we yihaye gufasha.
    Hama Landry vraiment ibintu nkivyo muzohore mumujana mwamuteguye canke mwateguye uwuza kubaza ari pose
    Merciii kunyihanganira musoma vyose God blessed u

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 3 роки тому +6

    Ndaryohew kuba mwagiye kumugarukana 🙏🙏🙏

  • @emmanuelbigirimana6090
    @emmanuelbigirimana6090 3 роки тому +5

    Cette émission est très émouvantes sincèrement je suis très touché parce qu'avant tout je suis acteur cinéaste si je regarde la façon dont nous les artistes dans notre diversité aussi varié que nous entreprenons nous rencontrons assez de difficultés qui nous découragent à progresser sur ce je lance cet appel au gouvernement de créer des entreprises qui seront protégés par l'Etat au niveau de la loi de cette façon les artistes pouvaient vivre de leur talent et ces entreprises parce qu'ils sont protégés ils pourront gagner aussi et finalement le monde artistique pourra progresser énormément

  • @habonimanajeanine9403
    @habonimanajeanine9403 2 роки тому

    Ndabakunz mwes mwitanz.mukaj kumugarur nivyiz can nukur mumu.fate.mumugong.kukw.arashoboy .turamukund😳😳😳😳🇧🇮🇧🇮👏👏

  • @jacquesmugisha83
    @jacquesmugisha83 3 роки тому +2

    Imana ibaheza gire mwes merci beaucoup

  • @johajohar7777
    @johajohar7777 3 роки тому +7

    😭😭😭ntaconfise novuga kwel usivy amarira andenzemwo 😭mwakoze cane kumugeraho

  • @jaypablo
    @jaypablo 3 роки тому +6

    Coup de chapeau à vous : Oscar,Peniel pro,Akes Don, Double jay,Ozy,Abel,Landry ,...
    May God bless you more for your help 🙏
    Kirikou ndaryohewe cane !!

  • @todaytv3704
    @todaytv3704 3 роки тому +2

    Bibaye ngombwa hotunganywa nigiteramwo uburyo buvuyemwo akabuhabwa. Big up

  • @oliviernishimwe
    @oliviernishimwe 3 роки тому +2

    Hosi bivanye n'imvuga avuga yotuma Kiriku atamanuka i Bujumbura.ntaremesha.Landry yabajije neza cane yamuremesheje

  • @NtakarutimanaFabien-ii3hm
    @NtakarutimanaFabien-ii3hm Рік тому

    Komera Kirikou lmana iragukunda

  • @ahimunatube7497
    @ahimunatube7497 3 роки тому +5

    Mbeg umwana wumutima!!! Dufise abantu nkawe 100 mugihugu coca Kiba paradiso

  • @sibomanainnocent8450
    @sibomanainnocent8450 3 роки тому +2

    Kunyishu kiliku yishura nihonkibona neza ko ari Kiliku Akili😀😀😁😁❤

  • @bobobit0763
    @bobobit0763 3 роки тому +1

    Sha umwana afise ivyiyumviro nkuw nuw gutera integ kuk ndumv inyungu azobikuramwo, azogira ico ayakoza ciza kibeshaho abndi

  • @orlankevyirambona4720
    @orlankevyirambona4720 3 роки тому +2

    Kirikou is talented , twese tubura icodukora kinini twobiboraa kbs

  • @NadiaUwineza-n8i
    @NadiaUwineza-n8i 10 місяців тому

    Ndagukunda can imana inzikugenze kure nuburund unzokugeze kure❤❤❤

  • @YamuremyeComedien
    @YamuremyeComedien Рік тому

    Yamuremye comédie aragutahij kbx

  • @jamessele3645
    @jamessele3645 3 роки тому +8

    Hosy Imana iguhezagir mwe na landry

  • @lylyjaydia3714
    @lylyjaydia3714 3 роки тому +4

    Hosy felcitation. Mamy izoguhe umugbo amfise umutim nkawr

  • @ramadhanminani314
    @ramadhanminani314 3 роки тому +2

    Vrmt kiriku unaakili nyingi Sana najuwa watu wakuona wew hufayi awajuwi ukweli ulipo nakipi haswa kinaco fanya wew ucukuwe uwamuzi uyo nilicokipenda unamsimamo naunandoto yako unayotaka kufikiya nauhakika ukubaki msaada wahao wanao kubali kukusaidia Kisha pambana mwana kila. Siku mchimba kaburi mpaka auone mwanandani pambana Naimani utafika mwana usikatiki nguvu naimani Sana nawew tuko nawe natutaku support

  • @willykarloniyoyitungira5052
    @willykarloniyoyitungira5052 3 роки тому +5

    Big bro Akili, please don't give up

  • @djalidathecraziestmusicjok3162
    @djalidathecraziestmusicjok3162 3 роки тому +1

    Mwubahwe caaaane,Akili l union fait la force mu gihe Imana igihari igufiseko umugambi. Jew ndahari full time kabisa

    • @munezerohappyfanny5550
      @munezerohappyfanny5550 3 роки тому

      Ndashimiye umuryango nkuwo ukuntu mwitanaho nukuntu Double Jay yabayumugenzi winzira guhemuka Kir kou abagenzi nkabo kuboneka ninkinzahabu rengera ivyabaye Kubwa Double jay

  • @aishamanishimwe7686
    @aishamanishimwe7686 3 роки тому +19

    Inyishu za kirikou zaraciye kw'ishure ry'ubuzima 🔥🔥

  • @giftstartv6394
    @giftstartv6394 3 роки тому +3

    i,m verry happy to see again kilikou akili in BUJUMBURA town welcome

  • @renensengiyumva6769
    @renensengiyumva6769 3 роки тому +3

    Wao you Did the best thing vrt sinari nabony finally ko yemey ko musubirana inyuma

  • @mutsinzieric5445
    @mutsinzieric5445 2 роки тому +2

    I love this young boy kirikou

  • @nadegeuw.5703
    @nadegeuw.5703 3 роки тому +1

    N'ukuri mwagize neza Imana ibibahezagirire🇸🇪

  • @HermesBreezy
    @HermesBreezy Рік тому

    Oooohh my goodness nukuri ndariz

  • @franckjo2221
    @franckjo2221 3 роки тому +4

    Turasavye number ya kirikou muyidufashe please abashaka kumufasha ukungene twomuronka🙏

  • @ericsingirankabo1372
    @ericsingirankabo1372 2 роки тому +2

    Thank you so much to you guys for this great work!!! Ndakunze Iyi interview cane.Mbega abantu beza. Imana ize ibahe umugisha bashaa

  • @nadinnmugisha5168
    @nadinnmugisha5168 3 роки тому +2

    Vyukuri kiriku yaratojwe indero imana igushitse kundoto zawe urandijije bro 😭😭😭

  • @ClintonOkenye-c1x
    @ClintonOkenye-c1x 10 місяців тому

    Br ntamuntu numwe ajigera akuvuga neza mubuzima wewe Fanya bindi bro❤❤❤

  • @pasacalinemuryango2762
    @pasacalinemuryango2762 3 роки тому +1

    Hamwe ngiye ataco mvuze noba ndumwansi witerambere ry'uburundi na kirikuou ndashimiye cane mwebwe mwamushitseko kirikou ndashimye caaaaaaaaaaane kirikou kunyishu yatanze nziza cane numva ndamukunze de plus sinumva uko nobisigura ariko muncamake ndamukunze kirikou imana ikujimbere muvyawe nomubawe kirikou atagukekeranya imana irikumwe nawe vrt

  • @omarnkeshimana5007
    @omarnkeshimana5007 3 роки тому +1

    Sister na Wewe ukomeze ico gikorwa uzobihemberwa nImana birampimbaye

  • @Kondeboytz-o
    @Kondeboytz-o Місяць тому +1

    Nukonyene kak kilikou

  • @bachunsabimana5848
    @bachunsabimana5848 3 роки тому +1

    Hosy umeze Nezar.Ubaza neza ndiko ndaba ingene abandi bamwebamwe bariko barondera kumusopa amajambo yo Ku muteranya.

  • @habonimanajeanine9403
    @habonimanajeanine9403 2 роки тому +1

    Pôle.san nimukundan iman izabajimber😭😭😭😭😭😭🇧🇮🇧🇮

  • @MusauzaKenny-zd5nr
    @MusauzaKenny-zd5nr Рік тому +1

    Ndagufana my friend

  • @nifanana1847
    @nifanana1847 3 роки тому +2

    Ndishimye cane gose kibona Kirikou yemeye gusubira ibujumbura 🤣💃💃

    • @nifanana1847
      @nifanana1847 3 роки тому

      Nkashimira gose namwe mwese mwitanze mukamugarukana nabitanze kuzoguma bamufasha Imana izobibahembere 🙏mwarahezagiw

  • @YvesGirukwishaka-ge4qt
    @YvesGirukwishaka-ge4qt Рік тому +1

    Stay strong ma brother Kirikou 🎉

  • @bukururichard
    @bukururichard Рік тому +2

    Thenks

  • @emmanuelhavyarimana7185
    @emmanuelhavyarimana7185 3 роки тому +1

    Imana irakubona izoguha ico wipfuza

  • @BennyIradukunda
    @BennyIradukunda Рік тому +1

    Yazz hejuru eizy

  • @latifaniyonkuru
    @latifaniyonkuru 2 роки тому +2

    You did a great job guys! Congratulations