DOUBLE JAY na KIRIKOU bahaye ubutumwa bukomeye FIZZO//Kuvuga ko tudashima//Gukorana na BRUCE MELODIE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 179

  • @NduwimanaEric-tu5dv
    @NduwimanaEric-tu5dv Рік тому +2

    Ubwambere reka mvuge nti félicitation kubasore bacu. Nongera nshimira fizo ,kuk numuvyeyi mwiza nawen naho ba simbizi bavuga ayabo nyen ariko ntiyigez avuga abasore biw nabi.Hama courage kuri double Jay na kuri kou. Bakoze icumuntu wese yiphuz guter'imbere yokora. Yeah.

  • @nsengiyumvaenock609
    @nsengiyumvaenock609 Рік тому +1

    Basaza dauble jay& kiliku ndebemera kuko ntabwo mwishyira heju

  • @iranzizouzouzuriathiranzi8588
    @iranzizouzouzuriathiranzi8588 Рік тому +97

    Abakunda Double Jay na kiliku Akili mumpe like hashe🔥🔥🔥

  • @picho8156
    @picho8156 Рік тому +27

    I love kirikou ukuntu wubaha big fizo nigeze no kubona interviews ba double jay baje kugutora igihe wari warasubiye iwanyu,bakubajije kuri fizo uvuga ko udashaka amatiku atuma uvuga nabi fizo.ko udashaka numunyamakuru uzajya akubaza ibituma uvuga nabi fizo.big up bro uzagera kure kubwo kubaha

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Рік тому +9

    Kirikou disi afise umutima wogushima Imana izoze ibiguher umugisha

  • @nkerimanaremyheritier4688
    @nkerimanaremyheritier4688 Рік тому +12

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼. Kirikou & Double jay muzagaruke turabaku ❤️❤️❤️❤️

  • @niyoonesime8546
    @niyoonesime8546 Рік тому +8

    wakoz sana #Gaël mais la prochaine fois uzoze ushirako link ya song yaba artistes wakiriye kugir views ziduge.
    Merci bcp👍👍👍

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Рік тому +14

    Inzoga n'ibebi ni 🔥🔥🔥 Going viral

  • @matatadav291
    @matatadav291 Рік тому +34

    Love from 🇷🇼 nkunda ukuntu muri cool man mu Rwanda turabakunda sanaaaaa

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Рік тому +14

    Aba petit vraiment bari so intelligent @Bilima boys 🙌🙌🙌🙌✌️✌️✌️keep going guys,you are doing better,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @danieljames8878
    @danieljames8878 Рік тому +16

    Komera 💓 🇿🇲🇧🇮💓 tubakunda uwundi abakunda nkanj ampe link

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 Рік тому +10

    Double Jay na Kilikou bariPapa bakiMama nibiswi vyinobera🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥

  • @joeybiz2098
    @joeybiz2098 Рік тому +9

    Love u guyz #kirikou akili & # double jay 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @ismahtv299
    @ismahtv299 Рік тому +21

    🇷🇼 &🇧🇮 let’s fly together.

  • @kabakaisaiah8705
    @kabakaisaiah8705 Рік тому +4

    One love Rwanda and Burundi 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @destineeingabir1372
    @destineeingabir1372 Рік тому +3

    Bilimani boys imbere 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤❤

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Рік тому +10

    Ndabakunda cne Double Jey and Kiriku wa ni ❤️

  • @aliceemerimana5592
    @aliceemerimana5592 Рік тому

    Imana ije mubikorwa vyanyu nshigikiye cane umuziki wabarundi et surtou bilimanboys drapau 🇧🇮 hejuru

  • @joachimtuyubahe
    @joachimtuyubahe Рік тому +19

    Courage gael u're different with others bamenyeshamakuru youtubeur mugukora ibiganiro u got experience stay hungry and always be kind my bro🏅👑🔥

    • @aimesam5947
      @aimesam5947 Рік тому +3

      hh ngo stay hungry 🤣

    • @inganjijoe6252
      @inganjijoe6252 Рік тому +2

      @@aimesam5947 je numiwe

    • @heischintro
      @heischintro Рік тому +1

      Mwubahw 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @ndimubandipierre283
    @ndimubandipierre283 Рік тому +2

    Ntamutim mini mufise Imana nibaje imbere

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup Рік тому +6

    Abasaza 💥💥✔

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 Рік тому +9

    Bilimani boys hejuruu Canée turabemera 🔥🔥
    Kirikou menya kuza urahora mu gihe ikibazo atari cawe,ugum uciramwo double Jay keshii bro

  • @Clovis888
    @Clovis888 Рік тому +11

    These boys they're away too brilliantly🎅 ni-base-mibira💪💯

  • @inganjijoe6252
    @inganjijoe6252 Рік тому +12

    These guys respond in a genius way

  • @yvesnduwayezu
    @yvesnduwayezu Рік тому +4

    Kutibagira uwagufashije budya biha icizere uwundi ashaka kugufasha
    Big fizzo turamukunda ariko arike kubambika ibara vrt ham courage Murakaze naho batavyemera

    • @adriang.
      @adriang. Рік тому

      Ariko Fizzo ntaho yabavuze

    • @nimubonaeric3981
      @nimubonaeric3981 Рік тому

      Kirikou har'akajambo
      AGAKORYO
      Kanjegeje,yokonsigurira?
      Hhhhhhhh

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Рік тому +8

    Komera @Juste Gaël big up bro ,u doing better 🙌🙌🙌🤝👏👏,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @dallas4703
    @dallas4703 Рік тому +12

    Love from 🇷🇼

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 Рік тому +2

    Jipo cupa!!! Ntama jipo ngaho ndakesera

  • @clovisnininahazwe2478
    @clovisnininahazwe2478 Рік тому

    Kiliku ndagushiye cane urazikwishura nimukomeze guterambere abafana dukunde ivyiwacu vyotubera vyiza kandibigatuma dutera imbere abarundi dukunde ivyiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪

  • @safiakaneza3962
    @safiakaneza3962 Рік тому +4

    Akajumbu karaboneka ubu turashaka umuceri 😂😂 j’adore et j’adhère… Imana ihezagire Uburundi

  • @scode1327
    @scode1327 Рік тому +10

    Zu Pinninga link y'imdirimbo z'abatumire!
    Good job

    • @arnaudnduwayezu7065
      @arnaudnduwayezu7065 Рік тому

      Ikind naco apan gutumir umuntu hango agufatir micro so buza ushirak link vrt muri bwabumwe one💝💗

  • @sosopro9859
    @sosopro9859 Рік тому +6

    Kubaha nivyiza kandi niryo tanguriro ryubwenge 🙏

  • @kidaosh1105
    @kidaosh1105 Рік тому +11

    Big up sn juste gael kutugzako Abo basore

  • @AaAa-wj4np
    @AaAa-wj4np Рік тому +2

    Love form 🇧🇮🇸🇦💕💓💗💖🇧🇮🇸🇦💕💓

  • @floflokanya3512
    @floflokanya3512 Рік тому +12

    Take the subscribe Gael . This is really a nice interview! Karikou na Double Jay baciy ubwenge cane

  • @fernandnihorimbere9181
    @fernandnihorimbere9181 Рік тому +4

    Ndabubahaa caaaane 💯 mwese n'a juste atavuyemwo

  • @thierymbonirematitu5801
    @thierymbonirematitu5801 Рік тому +2

    Gushobora udashobozwa
    MWIKOMERAMASHI KBX👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏

  • @ismahtv299
    @ismahtv299 Рік тому +3

    Man aba bajama bari hit hano kgl bro

  • @channelhabonimana5502
    @channelhabonimana5502 Рік тому

    Ndabakunda cn kk iyo murikumw biranryoher cn dufatan munda nukur knd big fizzo numw mubaririmvyi twubah cn akora neza

  • @halekuni5111
    @halekuni5111 Рік тому

    Bravo Gaël ukora neza umuhushuro

  • @loislouiseniyakire1803
    @loislouiseniyakire1803 Рік тому +2

    Yoooo Kirikou uvug neza cane

  • @ryanscott4157
    @ryanscott4157 Рік тому +1

    Icyombasaba muzakomeze mukundane cyane

  • @mugabomoise3962
    @mugabomoise3962 Рік тому

    Cyakoze nnh big man ibintu umaze kubitera kurundi rwego

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому +2

    Abahungu bacu b'Uburundi Double Jay na Kirikou Akili mukomere mutere muja imbere basaza.Kandi mukoreshe naza Spotify muze murinjiza aka noti gakwiye.

  • @chadryarcel
    @chadryarcel Рік тому +3

    We juste gaël next time utumiye aba star gerageza utwereke n'ibirato bampaye tubone aga style bien erega nabonyene baba babikeneye sn kutubona ama styles yabo erega arabazimba

  • @Bazi1973
    @Bazi1973 Рік тому +2

    Uyumuhungu wigitega ntasiba atahaturiye nkeu 🔥🔥👊

  • @kevineinarukundo7229
    @kevineinarukundo7229 Рік тому

    Ndakunda ababantu

  • @NKURUNZIZAERNEST-td8rl
    @NKURUNZIZAERNEST-td8rl Рік тому

    ndabakunda cane,
    NB:kubera east Africa dukoresha ikiswahili,ikirundi ntibakimenya

  • @irakozelina2447
    @irakozelina2447 Рік тому +5

    Mbaye1

  • @AugustinBimenyimana-n1r
    @AugustinBimenyimana-n1r Рік тому

    Ndabakunda cane

  • @yvonavry2482
    @yvonavry2482 Рік тому +1

    Nawe uriko urabaza ikibazo uguma uvuga uyo melody umengo ni p.diddy uvuze

  • @keillamiley6682
    @keillamiley6682 Рік тому +1

    Byotubabaza guhemuka bg up😍😍

  • @kadogojohn1430
    @kadogojohn1430 Рік тому +1

    Nivyiza cane bro

  • @willyngabirano9329
    @willyngabirano9329 Рік тому +1

    Ndakund ibikorwa vyaw bro😍ubaz nibint natw tub dushak kub twobaz aba star ✌

  • @miraclentisinzira7975
    @miraclentisinzira7975 Рік тому +3

    Aba petit baje bashushe pee raba izi views ziki kiganiro 11k mur 12heures gsa courage Bana bigihuhu

  • @audifaxniyuhire7508
    @audifaxniyuhire7508 Рік тому +3

    Hello ndakunda uburundi ndakunda abaririmvyi bacu mwaduserukiye nezA cane

  • @niyigenaemmanuel1339
    @niyigenaemmanuel1339 Рік тому +3

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼turabemera cyane👊👊

  • @nibigirahassina9308
    @nibigirahassina9308 Рік тому

    I!m here gitega jazz ngozi jazz

  • @guydavidmbonihankuye6589
    @guydavidmbonihankuye6589 Рік тому +2

    Courage bro wang Umukubito

  • @amosnewtonnguilla5621
    @amosnewtonnguilla5621 Рік тому +2

    Courage bana bigihugu🥰

  • @clovismunyakazi2583
    @clovismunyakazi2583 Рік тому

    Good

  • @jeanpaulrwambali4888
    @jeanpaulrwambali4888 Рік тому

    Kiliku & 2J Sha Ntabwo munzi kabisa ariko munyitege ninza Next yeah hazashya,ndabakunda Brother’s & Suwejo!!nzabakorera ibintu kabisa promise

  • @AliceUwitobze-zn5oo
    @AliceUwitobze-zn5oo Рік тому

    Tuko pamoja mz❤❤❤❤❤❤

  • @fgcj8005
    @fgcj8005 Рік тому +2

    Nimwiranbire ndabakunda ❤️❤️

  • @ndihokubwayorichard7100
    @ndihokubwayorichard7100 Рік тому

    Aho niho ihakiri yanyu ipengamiy mb kuva Aho twabafashirij impera baduha sukutudufata nabi

  • @NdayishimiyeEric-y8z
    @NdayishimiyeEric-y8z 3 місяці тому

    Turabemera❤❤❤❤❤

  • @tuyisebgejuvenal
    @tuyisebgejuvenal Рік тому +1

    Unva mwebwe korepe kimwe nimba hari abaririnvyi bakunzwe nabari inyuma yigihungu ni kiriku dauble jay mwebwe zemuririmba tubaha ama vies mega nizagusa nagafaranga kabakahari inongaha

  • @boscondayizeye2804
    @boscondayizeye2804 Рік тому

    NC

  • @able904ceiling
    @able904ceiling Рік тому +5

    Double jay ndagukundira ukuntu wicisha bugufi mukwishura

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 Рік тому +2

    Ikibazo toujours les #DJs & #JOURNALIST

  • @arnadkwizera484
    @arnadkwizera484 Рік тому

    Love you so much

  • @mikebuntu6019
    @mikebuntu6019 Рік тому

    Billiiimaaaniiii boy🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @harerimanaolivier9674
    @harerimanaolivier9674 Рік тому +1

    From Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @juddygael1569
    @juddygael1569 Рік тому +1

    Biliman boy❤👏

  • @jdjwhwbhwjw7231
    @jdjwhwbhwjw7231 Рік тому

    Ndabikundira imana ibajimbere

  • @kabbigombe3951
    @kabbigombe3951 Рік тому

    Nc

  • @nahishakiyewilliam6225
    @nahishakiyewilliam6225 Рік тому +2

    Aba batype bavuga neza, uretse ya ngegera ngo Ninka A.KA #ALVIN SMITH

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 Рік тому

    Bij ku mpwemu zidasanzwe💥💥💣

  • @aubinnik9496
    @aubinnik9496 Рік тому +3

    Big up san kunyish nziz🙌🙌🤦🤣🤣

  • @loyaltymedia7158
    @loyaltymedia7158 Рік тому

    Njyewe ndi umunyarwanda ark maze igihe kinini nzi aba basore kandi mbakunda hari nabarundi natanze kubamenya rero music ndundi njye ndumufana sana

  • @kbwoyofficial1
    @kbwoyofficial1 Рік тому

    Mu Rwanda ntaco botumarira mumuziki kuko umuziki wabo uzwi mu Burundi honyene kora collaboration naba Tanzanie Nigeria south africa nibo bafise kumenyekanisha kurwego rwisi kuvugako mu Rwanda batazi abarundi nubwenge buke mukoresheje kuva 1980 barazi ibihangange vyabarundi kugeza niyisaha

  • @anicetniyabera5884
    @anicetniyabera5884 Рік тому +2

    Mutere intambwe muri bwabumwe nyene 🙏🙏🙏

  • @nihorimbereglorianina8151
    @nihorimbereglorianina8151 Рік тому

    juste uzokoreshe udu pira twandisteko #Impwemu idasanzwe🌛

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Рік тому +1

    Gaél nub nturabirek kudashira link yabo munsi koko?? Uko nukwikund gusa?

  • @samuelnsengiyumva2487
    @samuelnsengiyumva2487 Рік тому +1

    Mwubahwe

  • @grizlee3223
    @grizlee3223 Рік тому +1

    Juste gura micfon zikwiye Bro twege nkabakunzi bibiganiro vyawe tubona umengo ntibisa neza ukokuntu muhana micro #bilimanboy👊👊

  • @djrosshopeland
    @djrosshopeland Рік тому +4

    Nahageze bro

  • @sojaboy5441
    @sojaboy5441 Рік тому

    🔥🔥🔥

  • @godefroidniyonzima9224
    @godefroidniyonzima9224 Рік тому +1

    Kandi muvyatumye nja Allemagne nabo babigizemwo uruhara nicogituma ( amashirahamwe yoshigikira abaririmvyi biwacu imbere yuko boyaha abohanze kuko yamahera boronka boyakoreshereza iwacu )

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Рік тому

    Mwubahwe kbs naweyeeee 🥰🥰🥰🔥🔥🔥✌

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo Рік тому +3

    Bro hanura Kirikou aze araha umwanya ukwiye Double avuge. Areke kuza aramuciririramwo. Kandi nimpanuro merci

  • @youngkiller4920
    @youngkiller4920 Рік тому +4

    Iki kiganiro kimez neza muri rusangi, ariko nse nuwukosora #Kirikou gato, sio kwa ubaya brother ariko za uramenya umwanya wawe mugihe uri Muri interview runaka....biba vyiza gusumba kuko wow niwow, Double Jay ni Double Jay. Reka nawe aze aravuga aheza kuko ntaba ariko yiyumvira nkawe muruyo mwanya.

  • @donjusteniyo7736
    @donjusteniyo7736 Рік тому +4

    Kirikou il faut kureka gutanguranwa nuguhana parole

  • @ferdinandnsabiyumva2938
    @ferdinandnsabiyumva2938 Рік тому

    Bahungu ndumufana wanyu ariko iyi ndirimbo yanyu ngo Inzoga nibebi wapi kabisa.kubwanj mbere Quality niyo iza imbere irasumba iyi mwakoranya na Bruce Melody.knd iyaba ndi mwebwe ko nari ndamutse ndonka amahirwe yo kuririmbana numuririmvyi akomey nka Bruce melody ash twar gukubita ikintu kimez neza gusumba iyi kabisa .

  • @christianniyongere
    @christianniyongere Рік тому +1

    Keep it up 🔥🚀🇧🇮

  • @muhawenimanaemmanuel-gb9vv
    @muhawenimanaemmanuel-gb9vv Рік тому +1

    RWANDA WE I LOVE YOU

  • @belysekajambere9576
    @belysekajambere9576 Рік тому

    Nanje ndamukunda fzo

  • @Waclos
    @Waclos Рік тому +1

    Take 5👊

  • @gedoboris1841
    @gedoboris1841 Рік тому +1

    Juste Gaël ubaze ibibazo biri kumpwemu zidasanzwe 👍🔥 big up bro

  • @alexikagoma5135
    @alexikagoma5135 Рік тому +3

    Sha Big fizzo ndamukunda sana ntaco atakoreye umuziki ndundi nabarundi hama abo bapetit bapunguze kugara