#WarakozeMana

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024
  • #Burundi: Mbega umuntu umwe yoshobora guhagarika igihugu wenyene? Oya umwe yotsindwa! Mu nyigisho zatanzwe na Padiri Dieudonné mu masengesho yo gushima Imana yaragarutse ku bintu nyamukuru indongozi z'igihugu zokwisunga kugira ngo gitere imbere.
    #WarakozeMana

КОМЕНТАРІ • 44

  • @Revjeanclaudentimpa
    @Revjeanclaudentimpa Рік тому +6

    Thank you father “Père”Dieudonné for your powerful message. Be blessed more than all human beings imaginations 🙏🏿

  • @foietpsychologie
    @foietpsychologie Рік тому +2

    Ng'iyo inyigisho ihagaze ku bukuru Atari kuryosharyosha...... Imana yarakoze ku ngabire Y'abasaseredoti

  • @niyoyandemyecelestincondo4839
    @niyoyandemyecelestincondo4839 Рік тому +3

    Merci beaucoup à Mashariki TV qui a fait ce reportage. Merci beaucoup à mon professeur de Communication des Organisations, Dr Dieudonné. Que le bon Dieu le guide et le garde. Un bon curé qui parle de la vérité sans faux fuyant.

    • @MwambaCal
      @MwambaCal Рік тому

      Padiri Dieudonné ntubaho! Uzi ubwenge budasanzwe, uzoze uratwigisha kenshi uzoba ugize neza

  • @THERESEINAMAHORO
    @THERESEINAMAHORO Рік тому

    Amen. Arakoze Patiri kuri iyi nyigisho nziza. Ngo shira umutima munda!!
    Umuhezagiro niwo utungisha. Ayo majambo arakomeye cane..

  • @jeanbosconduwimana4590
    @jeanbosconduwimana4590 Рік тому +1

    Amajambo y'ubuzima ku gihugu. Merci Patiri wacu❤

  • @AnastasieMugisha
    @AnastasieMugisha Рік тому +1

    Mutima Mweranda amurikire uwo wese yumvirije ayo majambo🙏💖

  • @Johnsonofficial425
    @Johnsonofficial425 Рік тому +1

    Mbega mbega patiri yigisha weee👏👏Imana imuhezagire vraiment 🙏🙏

  • @GerardNiyimbona-eu2mc
    @GerardNiyimbona-eu2mc Рік тому +1

    Urigisha pe

  • @renovatniyonsenga653
    @renovatniyonsenga653 Рік тому

    Merci beaucoup Padre Dieudonné.

  • @innocentntirampeba2251
    @innocentntirampeba2251 4 місяці тому

    Iyi message izoguma igezweho knd n'ubwo hohera igihe kingana gt nta mise à jours ikenewe

  • @gilbertniyonzima7354
    @gilbertniyonzima7354 Рік тому

    Imana ikuzigame Mukozi wayo

  • @jkjk-rn7oj
    @jkjk-rn7oj Рік тому +1

    Wubahwe caaaaaane

  • @gilbertniyonzima7354
    @gilbertniyonzima7354 Рік тому

    Amen Amenw🙏🙏🙏

  • @jambonettv9431
    @jambonettv9431 Рік тому

    Ndagushimiye cane Padi,,nukuri nitwaba twumva,ntaco utakoze kuko ukuri kwose urakuvuze.

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 Рік тому

    Incabwenge yambere dufise mu Burundi

  • @bahemajavan4716
    @bahemajavan4716 Рік тому

    TURIGISHIJWE PEEEE. MURAKOZE

  • @paternedusabe181
    @paternedusabe181 Рік тому

    IMANA ihezagire uwo mutumwa wayo

  • @VONTValfaxade
    @VONTValfaxade Рік тому

    Ndakunze philosophy yuno mu padri. Naje ndi ishanga ndumva mfitiye I Deni Uburundi. Bakwiye Ku mwongera ijambo n’uwundi musi. Urakoze.

    • @jambonettv9431
      @jambonettv9431 Рік тому

      Oya vraiment yanakoresheje nimvugo itahuritse kuri bose,,kandi umwe wese yiyumvise ivyariko arakora.

  • @fistonngabirano3896
    @fistonngabirano3896 Рік тому

    Ahwiii, ngubwo ubutumwaa, ese bwodushika mumitima, urakoze Data wo mw'ijuru kur'iyi ngabire;

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 Рік тому

    Amen

  • @JohashNifasha
    @JohashNifasha Рік тому

    Vrt ntawutoshima kIjambo ryiza avuze rikora kumutima abarundi twese

  • @janvierbamamaso6685
    @janvierbamamaso6685 Рік тому +1

    Uwo musaserdoti yari yagerageje gutanga inyigisho z'agaciro kanini kuri twese Abarundi!!!

  • @guillaumerusengo9371
    @guillaumerusengo9371 Рік тому

    La morale chretienne🙏

  • @fellowyordyrabbi
    @fellowyordyrabbi Рік тому

    Ivyo bintu vyose yavuze niwo muzi y ingorane igihugu cacu Uburundi kibandandanya cinjira: Yibagiye ubusuma mu matora! Sinibaza ko uburongozi, akarwi kamwe vyakanezereje!

  • @foietpsychologie
    @foietpsychologie Рік тому

    Muzomenya ukiri, ukiri kuzobagira abidegemvya

  • @AGAKIZABURUNDITV
    @AGAKIZABURUNDITV Рік тому

    Iyo abarundi Bose n'indi bihugu vya Africa bokwumva ibi!

  • @foietpsychologie
    @foietpsychologie Рік тому

    Twebwe ntitwashaka amahera. Dushaka amabarabara.... Ibitaro.... Amashure....

  • @DouglasNtiranyibagira
    @DouglasNtiranyibagira Місяць тому

    Wavuga ntuvura mwubahwe patiri

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 Рік тому

    😂😂😂😂hewe wari wabuvuzee yezu agufasheee .ntacushigajee

  • @ericjoecjambo1930
    @ericjoecjambo1930 Рік тому +1

    Waruvuze

  • @jambonettv9431
    @jambonettv9431 Рік тому

    😂😂😂Vyaravuzwe

  • @guillaumerusengo9371
    @guillaumerusengo9371 Рік тому

    Ntibata igihugu! Ntimugikunda kubasumba! Ntawanka kuramuka. Ninde ashaka kuburwa irengero, kugwa muri snr canke musi y'amahiri y'imbonerakure? Ntuhengame cane naho wigize intama.

  • @jhozaremiss4233
    @jhozaremiss4233 Рік тому

    urakoz

  • @ernestndayizeye3116
    @ernestndayizeye3116 Рік тому

    Vous n,avez pas acheté votre diplome en philosophie Vous l,avez eu😅😅

  • @ndayikengurukiyejanvier2868

    Wubahwe can vyukuri vyose wabivuze ntaco wasigaje iciza nuko navyumvise birakwiyeko igihugu cisununura vyukuri kuk imyaka nimyinshi atakintu kizima turagerako ngubu rundi buterembere nibakorere Hamw bumveko bakorara abarundi bose hakwikorera

  • @merchiorkarenzo4793
    @merchiorkarenzo4793 Рік тому

    Nukuri warutubwiye pe
    Yewe twisubureko twese atawuvuyemwo.
    None yemwe ninde atakozweko vyukuri???