Inyigisho zashikirijwe na Patiri NIYIBIZI Dieudonné ku musi wa 3 w'amasengesho yo gushimira Imana

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 12

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 Рік тому +2

    Mana yanje we mfasha nanje ndekure imigozi yose ndiko ndenenako itaboheye kuri wewe umpe kukwizigira nokukwizera rero Mwami ndakurekuriye kuko kunesha arukwawe Amen

  • @innocentndayambaje8523
    @innocentndayambaje8523 2 роки тому +1

    Urakoze padi inyigisho yanyu iratsitse pe . Irahambaye . Imana igukomereze ubuzima ningabire zawe.

  • @marcienrusuriye4282
    @marcienrusuriye4282 2 роки тому

    Imana ishimwe cane Patiri yasiiguye amajambo ahambaye cane, akebura twese ko tushire ivyizigiro vyacu ku Mana , sinibwira ko aba politician tuvyunva kumwe, ariko niko bimeze Imana iraba mumutima ,wuwo wese ayemera, aha niho kwemera Imana bisigura, wavyunvikanishije rwose bona nubwo tudasangiye idini Twashimiye Imana kubwiryo jambo ryukuri kandi ryubuzima . Imana yagukoreshejengo ukuri kuvugwe kukebure kandi kudushishikarize kwitega amakiriro ku Mana yacu, sindiko ndaguhayagiza , namba , Reka duhayagize uwaguhaye iryo Jambo wagaburiye twese abari mugihugu natwe tuba hanze yigihugu nabikurikiranye cane , sikenshi tubona abaherezi basigura nkuko ndetse nababakurira bitwa abasenyeri. reo si wewe ni Mutima mweranda yagukoresheje . Imana ihabwe icubahiro

  • @ntahombayenestory4451
    @ntahombayenestory4451 2 роки тому

    Ndanzerewe cane kumva nyakubahwa 1er minister avuga ubutumwa Bwiza.Imana Imwongere imigisha kandi aho yakuye asubireyo .God bless you His Excellency Bunyoni

  • @claudeNdagijimana-h3k
    @claudeNdagijimana-h3k 18 днів тому

    Mukama iramfasha kurekura imigozi kugirango ububasha bwaw bwiganzir Kaz tube hafi

  • @radjirama5140
    @radjirama5140 2 роки тому +1

    Imana iguhezagire caaaane mukoziwimana

  • @kananisarafe8582
    @kananisarafe8582 2 роки тому

    Amen.

  • @jhozaremiss4233
    @jhozaremiss4233 2 роки тому

    Amen Amen 🙏