INAMA NKENGUZAMATEKA|Mushikiranganji w'Uburimyi dusigurire neza kuko ntituvyumva igituma bimeze uku

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 9

  • @ElacliteBIHABWUMUSAVYI
    @ElacliteBIHABWUMUSAVYI 2 дні тому

    Uburimyi ni umushinge w iterambere kuri twese iyi nama nkenguzamateka ndayikengurukiye ukuntu itwitwararika twebwe abenegihugu❤

  • @Bibonimanagilbert461
    @Bibonimanagilbert461 3 дні тому +3

    Ndakengurukira abubahwa twatoye kubibazo bashikiriza. Ariko rero, bogerageza bakavuga Kirundi kuko abarundi benshi ntibumva igifaransa. Murakoze.

  • @hassanjonas1491
    @hassanjonas1491 3 дні тому +1

    C'est super chouette

  • @hakizimanalucien9497
    @hakizimanalucien9497 2 дні тому

    Dodiko ati nariko ndatarira 😂😂😂

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 2 дні тому +1

    Kubera iki mutobwira ba Gouverneurs na les directeurs BPAE ngo bagire le suivi immédiat avec effet de sanction

  • @melchiadendiho9330
    @melchiadendiho9330 2 дні тому

    Bibuke na local farm mu rugombo

  • @HabonimanaTherence
    @HabonimanaTherence 2 дні тому

    Muze muvuga mu Kirundi,niba atarugushakako umunyagihugu atinze atamenya ivy'igihugu ciwe!Mise en état yamyumva,uraziko aribyo babashiraho

  • @emilenduwayo217
    @emilenduwayo217 2 дні тому

    Nibaza ko agira Le droit d'exploitation gusa. Propriété barazi ko Atari rwabo. Mutation ya droit d'exploitation numva atakibazo iteye. None harya muri SRDI uwaharonse ni à vie ? Abavuka ubu rero nta droit yo kuhakorera bogira? Iki kibazo ni ico kwitondera cane. Raba harya hantu hatunga bamw abandi baharaba n'isumu. A suivre avec delicatesse.