Alvella MUHIMBARE tuguteye intege Imana ihabwe icubahira kubw,iyo mpano yo kuririmba burya turahezagirwa mu butumwa utanga.hama ngo ni from Ruyigi kinyinya ni vyiza kk n,umucunguza yavukiye ahaciriritse arko muja mubona ivyo yakoze.iciza kiva hose big up my sister kubwa ndiho.Umukama agukomeze
Dukwize 100k sub❤️
Tayari mu kanya ❤️🤝👏👏👏🎙
Nduhe nume yuyo musore acapa tumushorere
Tukurinyuma
Zakwiy Mann
Big up my daughter ,my queen , sinumva uburyo noshimira Imana yakumpaye nkimfura yanje kukugira numugisha .Imana yakumpaye ibandanye kukunzigamira izokugeze kure cane aho yakwifurije kugera .Icitwa kibi cose kikube kure ❤❤❤❤
Courrage Alvella muhimbare ndakwipfurije kugera kure caaneee🎉🎉🎉❤❤❤
Alvella courage sana Imana ikomeze guhezagira intambwe kuyindi ntavyomfise nzoguha arikonzogusengera Imana igukomeze
Ndagukunda alvella indirimbo zawe zirampimbaraa courage
Courage Alvella mubikogwa vyawe Tera imbere nkumuzinga najewe ndakunda ibikogwa vyawe vyose yaba film canke indirimbo ndagufana ndi Edmonton big up
Alvella MUHIMBARE tuguteye intege Imana ihabwe icubahira kubw,iyo mpano yo kuririmba burya turahezagirwa mu butumwa utanga.hama ngo ni from Ruyigi kinyinya ni vyiza kk n,umucunguza yavukiye ahaciriritse arko muja mubona ivyo yakoze.iciza kiva hose big up my sister kubwa ndiho.Umukama agukomeze
Poland ni Pologne mucongereza Alvella wee! Wihuse kuvuga ko kitabahooo. Ariko nisawa bitumye ukimenya ndakwifurije kuvugayo ubutumwa mw'i konseri
Ego. Aruvera cha❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Alvella t'es si intelligente
Nukurii yishurana ubwenge❤
Komeza mutere imbere muhezagirwe muri vyosee🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Shine girl🎉🎉❤❤courage Alvella Muhimbare uri Muhimbare nyene uratesa
Alvel Urafise ibanga ryimana ndagushimiye ukuntu uhagaciro mpwemu yera utaravye uko abandi bakora ivyo wiga bifata umwanya muto arik icompwemu yera aguha nicibihe vyose courage
Alvera jewe nahora ndagukunda ntaramenya kuruwo muRuyigi ubu ngiye kurenza guko nanje ndinvukira yaho
Ndakwifurije gutera imbere Imana Ikuyobore muvyo ukora vyose
Hezagirwa
Born to shine ❤
Terintambwe mwiza Imana igukomeze
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Alvela Muhimbare hejuru cane
Humble girl,keep on❤
Courage Alvera,intambwe kuyindi mwana.Ariko undirimbo zawe,ijwi ryawe bintera kugira chaire de poules
Hama alvella urashoboye rero ico nagusaba uzakore iyindi ndirimbo nkakurya wakoze ndakwibutse mwana wanje bizaruma uzamuka birenze kukwo birimuvyazamuye israil mbonyi courage vrt
Courage alvella ukorera lmana nivyiza ❤❤❤
Courage mukobwa mwiza❤❤
Alvella all best artist❤❤❤❤
Ibikogwa vyawe vyibahww kandi Imana usenga ninziza cane niho kwizegwa
Alvella warahezagiwe
Courage alvella turagukunda terintabw urikumw nimana
Bandany uhezagirwa muhimbare ugere kundoto zawe Imana imberer
Alvella ndagukunda nukuri❤❤❤❤
Imana ikwonger imigisha wa munyakinyinya wacu buhinga.
to all my congratulations kur Alvella wacu kure cane ni ho tukwifuriza kand courage mukobwa wa kristo
Ndimurukundo n'a muhimbare ndakwemera cane
Congratulations to you my daughter God bless you 💐💐💐💐💐
Alvella Imana ibandanye iguhezagira
Atabwishime burimwo ndemera ibikorwa vya alvella atagahemo.courage mushiki wacu
Ndagukunda shaka umwana wanje uzomwigisha kuririmba ukamubera umuvyeyi
Courge mukobwa wa data❤❤❤
Ya misi irandenga kabisa Imana iguhezagire
Alvella vrm courage turagukund
Land turagukund can
Amena❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Lndry nae ueotwic kbx ngo abapoil batize mumwonga gxa thnx kuturamutsa😂😂😂😂😂😅
Ruyigi et kyza Hejuru cane
Ndagukunda cyaneeee cetou
Ariko uririba neza aruvera❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ndakwibutsee,Indirimbo ya mbere impezagira💃💃💃💃
Courage mukobw wayesu imana igukomeze
Waooo🎉🎉🎉🎉❤
Alvella sha impano yawe nziza irakubereye sha nuturyohere niyomyaka
Araririmba nez naj narakunz idya ndirimbo yaririmbiye mubarik barabimba inkono Arik Arab kwivyaririmba avyemanga nez mumutima
Numva ndamukunze Alvela 🎉🎉🎉❤❤❤
Niba ukunda Alvella shirak like ngah
Alvella ukomez gukunda imana ikugez Kure cane mwiza ico gikogwa satani arakigwanya cane imana ize Ibane nawe nct yanj ndagkunda cane❤❤
Courage muteremujimbere turabakunda Canée indirimbo zanyu turahezagirwa❤
Respect broo umutananirwa uretse wigirishije
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉muhimbare
Alvella nda❤ uraraba nanje uforome
Hezagirwa mukobwa wa Yesuuu ndagukunda caneee❤
Arvela komera.cane.rwose.imana,iguhezagire
Thanks alvella kubikorwa vyiz vyaw
Go forward Alvella
Imana igukomeze mukobwa mwiza❤
Mpwemuyeraa azokuzigamez mukobw wayesu ntibize bihereraha mwisii ❤
Waaooooo❤🎉
Courage❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ndagukund p❤❤❤
Waaaaooooo
Courage sana
Ndagukunda ❤❤❤❤
Ego❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Landry aba poils intasho zawe turazakiranye igishika hama Alvella wacu turamwikundira Imana Ishishikare kumwagurira imbibe
Alvella ❤❤❤
Congratulation Landry promoter 100k abonné🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Alvera ndaguteyintege
Alvella Yesu akwongere amavuta
Alvella keep on
Alveolar courage
Thank you Alivera uririmba neza
😂😂😂uranyishe arvella kuvuga mundimi Imana ikora ukwishatse ariko ingabire iruta zose ni Urukundo
Hejuru can
❤❤❤❤❤❤❤Ndagukunda mukobwa wa Yesu
courage ma soeur
Imana
Ikujimbere
Ndakwikundir Alvella Imana ikunzigamira
Courage 💪💪💪
Alvella courage Hama numva tuvukahamwe
🎉🎉🎉❤
❤❤❤❤Love you #Alivera
Yoooo ❤❤❤❤❤❤❤
Imana igufashe uze wame mubuntu bwayo
Nkunda ukunt uvuga ubutumw yes aguhezagire Kandi uzuronke ijuruuu
❤
❤❤❤
Courage Alvella
Courage uririmba neza.
😊❤❤❤
Nanj Nashaka kuganir na Alvella bikunz mump num ziwe
Ndaguceje
Aruvera
Mukomere cane bantu biwacu Ruyigi kinyinya Nihafi niwacu ahomvuka I Gisuru
Uhezagigw cn Alvella
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤🎉🎉