D one namumenye kubera b face yapostinze i ll be waiting That’s be face ndamwemera ikindi Tuva muntara imwe so bigger up my brothers 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 if u visit as here we will share something
Landry ndamukunda Ariko gusa ivyo ntago Ari vyiza! D one warabimukoze koko?😭😭😭🙏🙏🙏 yabikoze na Lino G Hama kubera aba Rappeurs batarya umunwa aca aramuvuga mundirimbo none unomusi ni manageur wiwe 🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥🙌🙌🙌Kandi yari yamwirengagije nukuri! Gusa aba youtubeur ivyobintu mubireke nukuri! ISI ntisakaye nawe wanyagigwa! Landry nukuri aba underground muze mubaha umwanya nukuri bumvikane ngo kuko izo zibika zari amagi man!!! Landry numufana Wa Sat B 100%!!! Gusa iki kiganiro kiraryoshe Kandi ndashimye cane ukuntu B face yugurutse akavuga ivyabaye kuri we ma Monna. Turabakunda cane Kandi ntitwigera tunanigwa! Abana biwacu mu Kayanza barashoboye.🙏🙏🙏 nimutere imbere!👊👊👊👊
ua-cam.com/video/-ldMXmxda7g/v-deo.htmlsi=-a2J0HY0PLMPupgY 👉🏽👉🏽 Muhira by B Face ft D one☝️ 🔥🔥🔥
Umutananirwa burya izo mpanuro b face na d one baguhaye uzozigender kuko nyne nawe urafise ah wavuye RER ntuze usubir kwirengagiza umunt numw kuko Ejo uzomukenera narengana🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Za uhanura abo ba petiii shn Bface🔥🔥🔥🔥🔥🔥kugara siyo frshi kuba andaground
B-face na D-one nawapenda sana nikiwa Kenya nyinyi endelea kupush mziki wa Burundi ady uskike Inje ya inch kupitia kwa kiswahili n English❤
Landry mpera amashurwe 🎉🎉abo batama banje pls ndisabiye xo like this round❤❤
D one namumenye kubera b face yapostinze i ll be waiting
That’s be face ndamwemera ikindi Tuva muntara imwe so bigger up my brothers 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 if u visit as here we will share something
🇨🇦🇨🇦🇧🇮Igifi kinini baraguheye impanuro zikwiye kandi uzozigendereko kandi D one waramubabaje cene kandi ivyavuga nukuri 100%
B ❤❤❤❤ d❤❤❤❤ wallah ndabakunda can
Vrt merci bcp Landry kuba wazanye b face na d one nabantu nkunda gose cane
Iki kiganiro kirimwo vibes nyishi cane big up sana Umutananirwa
one love ❤❤❤
Iyi miziki sivyo vmt
b face umugab adatiny kuvugishukuri💪💪💪💪
D one waramufash nabi ariko ubu ni legend bikuber isomo Umutananigwa ,stay humble urugndo rurcari rurrur
Landry wakoze kuzana B face na D One ✌️💯
B face on the flow aka hip hop keeper 🔥🔥🔥🙌🙌🙌
Uyu landry niko amezi kuko nanj ndafise indirimbo zirenga imwe naramurondeye message ntasoma phone ntiyitaba gusa ndazi ko igihe kimwe naw azinyirukako
Ihangane bro, igihe kizogera akarorero raba YM Muzik ntibabona inzira ark ubu ni OG
B❤❤🔥
❤❤❤❤
Landry ndamukunda Ariko gusa ivyo ntago Ari vyiza! D one warabimukoze koko?😭😭😭🙏🙏🙏 yabikoze na Lino G Hama kubera aba Rappeurs batarya umunwa aca aramuvuga mundirimbo none unomusi ni manageur wiwe 🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥🙌🙌🙌Kandi yari yamwirengagije nukuri! Gusa aba youtubeur ivyobintu mubireke nukuri! ISI ntisakaye nawe wanyagigwa! Landry nukuri aba underground muze mubaha umwanya nukuri bumvikane ngo kuko izo zibika zari amagi man!!! Landry numufana Wa Sat B 100%!!! Gusa iki kiganiro kiraryoshe Kandi ndashimye cane ukuntu B face yugurutse akavuga ivyabaye kuri we ma Monna. Turabakunda cane Kandi ntitwigera tunanigwa! Abana biwacu mu Kayanza barashoboye.🙏🙏🙏 nimutere imbere!👊👊👊👊
Ukokaziki mushimwo karajenana😭
Urakoz uzogakuremwo next time Landry iyo si vlog
Igifi kinini
mwakoze ikiganiro kiryoshe kwumviriza vrt .1h yose ntasimbishije kwl
🎉🎉🎉🎉😊
D One ntazi kuvuga wallah😂😂
Thx bro ubikor nez
Colorado Avalanche
Mwese nyene mufasha uwizamuye muga nimurindire tuzokwipambaniraaa tu😮
Noe kumngo ubivugany inzigo😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂Landry iman irakubon wallah hari abant batibagir 😅😅
Bakubwije ukuri knd ubibakundire kuko baragukunda sibose baronka abantu nkabo
Aba bagabo barashoboye babikora neza cane, ahubwo sinzi igutuma D-one batamutumira mubiteramo vyohanze pe.
U one be ngo wamumenye ngwaruko akuririmvye urumva ntibakubesheye hindura
Birayroshe murikumw
mbega ayo marori adashobora guhindura!!
Abo bahungu utarazamuka ntibakurab ariko uvumwa nabeshi ugatohatu
Noé kuberiki ukora ikiganiro akokaririmbo ukagashiramwo wp uzahindure ugakuremwo karajenana kwli giruhindure
Yeeehh bro ntabishs ur kwakira wlh