Isanamu Gang Artists - NYINSHI (Official Video)
Вставка
- Опубліковано 22 тра 2024
- Isanamu Entertainment represents
Artists: #JQ, #SKRiM TuNeJaM, #Just Gordon, #Gaby Paira, #Beyi Elhwara, #Young GIP, #Munago, #Umwami W'Ipori
Nyinshi (many) referred to thousands of dreams that many young talented Burundians have. Their dreams can only be real when they are supported.
Audio Produced by: DollerBeats
Directed by HG
Location by HG
Executive Production: Isanamu Entertainment
Contact us: info@isanamu.com
#isanamugang #Burundi #Drill
Nimba urihano kubwa #young GIP ,nyihere like Hama tuvibinge iyimpano
Hejuru mu kirere ni ho tugendera.🔥🔥🔥
Uwo iyi drill yaryoheye ampe like imwe.❤
Rap tuyihinduye karate 😂 enjoy it fam🙌🏾🔥🔥🔥
Ku biceri sindabaha nakamanyu🔥🔥🔥🔥
Goror rap kuk you're able akokant ka Jude Bellingham nako karica😂😂
Happy paira yabamyoye
Broo wallah Urakaze saaanaa papa ❤
Nd' umufana wa b face ariko muranyemeje🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Isanamu Gang 😅❤nice work congratulations 🎈
bro ndakunda ukuntu werekana support
We're About Worldwidin' 🇧🇮Hip Hop FaMLee🚀
🎉🎉
Abemera nkanje kwiyindirmbo irenze mumpe like
Murica abantu nke.... mama
Nyishiiiiiii abantanze mwese muz mump like turengane 🤛isanamu gang hejuru ubundi nyn nimwe baraperi
Thumbs up my niggaz!!!👏🏼🔥💯...Rap nziza yaserukiwe!
Ndakwemera Sana Brother 🙏
Love from Rwanda iyi Karatee ni firee
Mukorivyo muzi oya Samayeri cank'amagendera🎉
Aba G banj ❤🇧🇮 isanam gang Big respect mubirimwo neza
JQ muri isanamu ni nka jude belingham
Muzonabicaaaa 🔥🔥🔥🔥
Geez 🔥🔥
This is Hip Hop 🚀
❤🔥🔥🔥 isanamu I love this Song 😢😢😢 please support this talent 😮
Ngoo bagira bananirane💣💯🫡
Yoo keep going uwakunze iyi song nankorere kufoto please ❤❤❤❤❤
Hejuru cane 🎉🎉 basaza umwami w,ipori rizira ikori 🎉gose cane
Umuriro twarakije kera ahubwo nukwenyegeza gusa
Munago like johnqualigraf🔥🇧🇮🔥🇧🇮
Umwami wipori ni asake w uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I can live here fo sure
Mi bwoys never mess😂
This is too much 🔥🔥🔥
Isanamu gang hejuru😮😮, ndabakej cane, courag mingi
Elhwara beyi umwana w'ingozi🔥🔥
🔥🔥🔥🔥 bro warabishoboye cane
Nivyo vyacu
uyu mujama Eli Huara ndakeney kumumenya vyimbitse 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
hip hop 🎉🎉🎉 yanyu kabisaaa murakwiye gukora mwihaniza bamwe bonona ngo nibo bami ba hip hop
Isanamu genre🔥🔥🔥munago💪💪💪💪😱
Guys murabamber✅✌️✌️
Eeee !!!ngaba abo tuba dushaja pe
Eseee buja yobatera inkunga muri abamberr peee
Naho ndi umu Rapper mba numva mundenze gusa numva nobigisha 😂😂 arik ndabemera murakaze mukora umuti every day 🔥🔥🔥
Washhhh kl Trap hejuru Burundian zamurakora vuba tutabibagira🤌
isanamu gang here we go 💥💥💥👑
ubuhinga nabwo wobeshera NYAMATE🔥🔥
Muj nez ah nisaw nd inyum yany
Munago yanyemeje kabisa gusa gengo yose irabizi kabisa
Rap nyarwanda mugiye kuyitwibagiza ✍️I love you guyz
Tunejam 💥💥💥💥🤞🏾
Planet rappers from Bujumbura burundi irabateye intege kuraj imbere niheza kbx ❤❤❤
Munago respect vrt😮
#just Gordon 🔥🔥
Monago: niwe wenyene uzonkundisha hip-hop indundi❤
gusa verse ya El huala irakaze cane ✅✅
Umwami w ipori
Iyisong nisaw gux ikibaz Nuk mwayihay iminotmikcan😢😢😢❤💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✅
😂 Ubundi Ibinivyo twashaka kwa ntare🎉
Muzonatwicaa wallah 💣💣💣🔥
Those are the Rappers🤫
Abagenzi banje
Rwanda hip hop 🙏
Isanamu gang✊✊🔥
Again I.S.A.N.A.M.U....... G.A.N.G 🇧🇮💥🤟
Ndabuze nico mvuga
Banybagije AB rapeur Bose namw biyita abami ahubw Nababi rap nik rap niy rap numuzik knd iy ninkingii
Isanamu gang on the Air🎧🎤let's support this talent 🎤🔴🎤
Hiyooo Munago wew ngo ninjiri nimama😂 Hama ngwancagaruka yimyanz 😂😂😂 hemwe bwe mukwiye kugenda kuba muri America niho mukwirany
uvuze ukuri bro,ABA bajama ba mérita kuba outside kuk talents zabo ntizibereye hano vraiment
Munago ❤
Dukeneye munago kbx isanamu murabambere kbx🎉🎉🎉😂😂❤❤
Fire kwl
🎯target niyo kuduza ibendera🇧🇮❤
Washa moto guys Buja hashe
Mn ndabakundasana nanje vuba cane ndabatamwo rwnje siko🤔😂😂👊👊👊👊👊💯💯💯💯💯💯💯
Eu gosto muito de munago😂❤️🇵🇹
munago vraiment 🔥🔥🔥
Iyi rap ni kidoma peeeee 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Guys congratulations mwanditse vrt
Gaby Païra 🎙️🔥
Ntaco norenzak kbx, respect 🙏
Eebanaaa🔥
Kwel iratwika
Burundian music hejuru cane!!
Elhwar umwan w'Ingozi❤❤
Fire 🔥 my gang is back
🎉🎉🎉🎉umudihoo
Umuziku mwiza kabisa
🔥🔥🔥🔥bazotwica ABA bajama
DRILL ⚒
✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥 JQ niwe wanje kabisa
Finalement aba rappeur barabonetse🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
Reaspect
Utarumuvumbi ushakiki muri rap🔥🔥🇧🇮🔥🔥🔥
C est bon bandanya muzoshika
Munagoalllll 👊
Drill on The Map ✊🏽🛸
Keep flyin @Isanamu Gang 🎬🚀
Rap yubumesha
Ubundi skrim abari hot na JQ🔥🔥🔥🔥
Ubu mwatwimye iminota ikwiye
wallah kararyoshe kabaye gato🔥🔥😂
Irabishe iyo ndirimbo vrm ni drill nyabaki karakaga 😢
👊👊👊👊🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🔥🔥🔥🔥
Munago akwiy kuba umwami wa Rap arapa nezaaa
Munago ❤ Ngukunda sana isanamu gang
Real Rap🔥🔥🔥 Courage
Nothing changed hip hop still the best miusee🌠🌠
BUJADRILL 🔥🔥🔥
Eheeee abasemaki ni mwoto
Amasanamu niyo Gang 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮❤️
I can see NGZ bwoy shout out to You Guys