Fernando t'es doué Kandi urafise support yanje n'abanyagitega benshi. Hama kuri irya song twese turiyumvamwo d'une façon ou d'une autre.turakuzi bro na nyakwigendera Papa Zack yaratureze
The way broski speaking he’s too cold 🥶 big up kbx. Jew nkumufana wae kuva usa 🇺🇸 kumerezako. Kazıma Imana Idukunda 🥰. Kandi namwebwe BUJA FM Mwamuzanye mukoremere cne guys
@@rablaasdq2341 hahhahaaha Pardon ? Ishari ryiki ? Uranzi umuntu wese afise impano yiwe hama kudahanugwa nokwishijikira mumafuti nivyabarundi bose uwugize arahanura ngo ishari. Je suis tres bien où je suis pas ds. Outre pays umwe wese avyuka agira ivyashaka. Nimba ufise unyoko eh nta un petit con comme Fernando yomubwira kurya Hama ngo uhore. But buvana namashure mwize nivyo mubamwo trop con trop bête bayiiiii shaaaa
Ahubwo nuko usanzwe ufise une idée bien arrêtée dans ta tête. Ingorane ya kadie Kay na DJ Fernando ni privé et ça doit rester dans le privé...Kadie Kay a perdu aussi toute crédibilité mugihe nawe yaja mu ma médias..elle serait restée dans l' ombre bakabihereza hiyo ...on a vu dans sa voix une sorte de règlement de compte, de vengeance etc. Elle n a pas eu un comportement d une mère à l encontre de son fils ..donc pour moi elle a aussi merdé...tout n'est que défense des intérêts....nibicare babiheze
Ami pro niww gusa nemera mugukoresha ibiganirooo❤ Dj Fernando ntiyopfa kuvuga ibintu gutyo atababayeeee kndi yavuz ati ndumuntu nanj ndashavura😢
😂😂😂😂😂kazim agum aterimber
Hhhhhh dj fernando numugabo kbx yishura nkumuntu wumugabo sinkabwabwana tumenyereye big up xana my brooh kazima imana igukunda❤❤❤❤❤❤
Dj wishura neza cane vrt félicitations
We Fernando,kor'ivyunguka wirind insaku.i like the way you respond ❤❤. from Zambia
Ukobiri kos imana izabimberey yaw igih cos Grand frr god bless you nzoguma ndagushigikira everytime
Bandanya udutamwo ama hit petit amajambo yoyo azokwamaho
Kazima imana inkunda Dj Fernando courage iyo song no so vrmt❤❤❤❤❤
Fernando ❤❤❤uri kwisi amajamb ntabura
Quelle est belle émission ❤❤toute l'équipe hit connection mwavyifashemwo nezaa canee.Fernando keep it up 🎉🎉jewe naho nzosigra ndumweee😅😅😅
Les stars d'aujourd'hui vraiment barakwiye kurondera abasaza bakabacira umugani ntayiruka itabunda
Uyu mu gee araciy ubwenge sana mu kwishura kweli. Big up Fernando
Fefe burya utanguye kugira abansi I uriko uratera imbere wongera ukura bro ntungire ubwoba ahubwo ongeramwo agasukari gafate neza twiryoheregwe numuziki numwana w Imana urabona ivyo bamukoze kandi yakora ivyiza gusa
Fernando bimamatwi bro turakwikundir man❤❤❤❤❤
Kazima imana igukunda fernando
Nukuri Fernando uravuze ijambo ryiza.uti ntaco novuga tutari kumwe nabumvako dufitaniye ibibazo kuko rwoba arurusaku.umva wubahwe❤️vrt icuvuze Nico corwanya urusaku.nabo baraza mubonane live
Uvuz ukuri bashak uterimber arik ntubasumvye😢😢😢
Fernando t'es doué Kandi urafise support yanje n'abanyagitega benshi.
Hama kuri irya song twese turiyumvamwo d'une façon ou d'une autre.turakuzi bro na nyakwigendera Papa Zack yaratureze
WE love u sn shn uvuze vyo 🥰♥️Fernando
Tuba twahageze kumviriza urusaku💃💃
Harikintu kizimana numvise Mr ayee avuze nciye numva ndamukunze cne! Amafranga urazi kuyapangira kbx courage cne Mr ayeee❤
Mwamubajije ibibazo vyizaa gooseee😌😌 Big up
kandi nawe yavyishuye neza
Niyirambire Dj Fernando💪💪💪♥️
Ibindi bavuga n ivyabo kazima Imana imukunda
Fernando big up sana nturaban nab w ikorer akaz kaw ntabind
Abavuz ngo nugir ubwenge nibo natabufis kuko déjà ukuntu wishura vyonyen vyerekanak ufis ubweng big up bro jew ndumufana bigezeh kur bellissima nubw mbandik mfungura ndahagarika
Kazima je ndagufana😂simpaka utahurwe na boss bro courage we erekana ibikorwa❤
"" Kazima IMANA igukunda"" Vraiment uvuze ukuri pe nimwicarane nkabantu muyage nurya muvyeyi hama bive munzira.
Komera sha Dj Fernando urumuntu wumugabo pe, wishura neza cane.
Hama umunsi muzobatumako nta media dukeneye ahubwo dukeneye baze batwereka bahuje gusa, kuko nigihe bahura sihotwarituri.
Gabanya iyo music man! "Background" iratuma umutumirwa tutamutahura neza! Thank you ❤❤
None DJ Fernando yokomera gute ataraca mu bikomeye??Ahubwo agire courage sana
Urashoboy Fernando kora ama hit bro nijavyi nyinshi tuzih umwanya turagukunda bro ntute icizere tukurinyuma .
Wishura neza cnn ww uzoger kure nah bakurwany ukw nukr
Uzogera kure Fernando❤
Asha wubahwe kandi cane. Wishuye nk'umuntu akuze.🙌 courage cane gose urekane nabataye umunwa bavuga ibidakenewe
Wishuranaa ubwenge bwishii snaa bless up ✌🏿🤍
Dj fernando umvuga ukur
Courage Sana Dj Fernando Mr Aye Abantu Sibo Mana
Nimba vyarashits ugatwarwa nishavu nibisanzwe kuko na Yesu yarashavuriy abariko badandaza muru Sengero.hama nibarek kugucir urubanza cane.gusa uwo musore nubwo bamwe bamuvuz nabi nukumwitondera kuko aciy ubwenge ni bakame kabsa.ndakwifurij gukomeza ibikorwa vyiza mwana
😢kwl Sha dj Fernando,,,bipfuz k uterimber ariko ntubasumvy mber bikababera akarusho uguma ubasega::::::"" niy mpamvu umuntu wenyen kwino si ntawund agusabira kumusumvya amahera uretse umuvyeyi wawe ukuvyara😎🤏😎🤏""""
Hit connection tubasab mubatumekooo Bose nukr
Ntacafise avuga Fernando .gusa ico numvise uwo musore afise akagama ntashaka kwemera ko yadeconye uko vyari kwose afis icavuga sirya Facon yokubivugira kuri Stage ariko ari reserva gusa
Ahubwo nina kazeze. Apologize and move on.
sinovuga vyishi ari man urakunzwe mw'ibanga ntangere. kandi keep moving forward urarwenze mwa!!
nagire courage kbx fernando ndumva numuntu wintwari kuba atagaya akazi agakora nama plafaux imana izoguma ihezagira numugabo akunda akazi
Irambire caney brother songe nzurir kazima imana inkunda❤❤❤❤❤🎉🎉
The way broski speaking he’s too cold 🥶 big up kbx. Jew nkumufana wae kuva usa 🇺🇸 kumerezako. Kazıma Imana Idukunda 🥰. Kandi namwebwe BUJA FM Mwamuzanye mukoremere cne guys
Courage Ami pro musigaye muz kubza mwubahwe🎉🎉
uwo numu jii turamwemera foo
Courage muta wacu
Courage Fernando insaku uzime amatwi wibandanirize ibikogwa
Sha waradeconye sana vyiza woca bugufi mukavugana nurya mumama kady ntiwari kumumaramaza kurya nkumuntu angana kurya akuze,urya numuvyeyi en plus ukaba waramwizeye akagukorera urubanza rwa dot,ukubahuka ukamumaramaza kurya sha Uri ingrat,uzomusabe ikigongwe warihenze urya ninkumuvyeyi wawe
Fernando kazima IMANA igukunda ❤❤❤🎉ibindi ntibituraba,
Ubivuze neza bazobashire hamwee baduh,umucooo kl Hama Buja-FM mwubahwe kl muduha ibiri hit
Smart boy..🤝well said
Nimuduhe show😂 dushak ayomakuru❤🎉
Fernando très intelligent 🔴🔴🔴
Kwl
Nkunz ukuntu wishuy vt hm harikintu cunguk avuz ndumufan wiw kand nd mastiquer (peintre)azaramp akaziii
Uwo muntu avuga ngo"amazambo"niw angumij ngaha😂😂😂
Nkaha usanga arijw navyumvis jenyen
Nanj navyumvise
Kazima Imana inkunda ❤🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉🎉 Fernand
dogo kubaha nokwibuka uwagufashij, ntukangw na hit pti frerooo, uzoheza nkabandi
Wacomye cnk uvugivyutazi😅😅😅
Ahimvye itabi atarakora hit ntiyarabayeho? Mbe ntiwumvis kwafise nakandi kazi akora naho mwomugira nabi akazima ubuzima buzobandanya ubwo nubu gugu bubuzuye bwonye mwasanze umuziki ariwo ushobora gutuma umuntu aterimber wonyen? Kira noneho uwu mu pet azonabica ntahaja ategerezwa kugum aturyohera
Uwo arazi ivyarimo wangu tw naw ng twandik commentaire gusa
Urashobora kuba untwengeje mpaka
Courage DJ Fernando
Kwel sh Dj fernando
😀😀agafanta ewe Fernand shn 🎉 keep shinning Gtg Boy
Urimbwaaaaa zibaaaaaa
Ziba nawe imbwa ni ww tetwa iryonishari
@@rablaasdq2341 hahhahaaha Pardon ? Ishari ryiki ? Uranzi umuntu wese afise impano yiwe hama kudahanugwa nokwishijikira mumafuti nivyabarundi bose uwugize arahanura ngo ishari. Je suis tres bien où je suis pas ds. Outre pays umwe wese avyuka agira ivyashaka. Nimba ufise unyoko eh nta un petit con comme Fernando yomubwira kurya Hama ngo uhore. But buvana namashure mwize nivyo mubamwo trop con trop bête bayiiiii shaaaa
Nawe mbona usa nimbwaaa kweli mumajambo make murasa
@@nadinensabimana9182 eweeeeeee warukwiwe kwitwa Sambeshetaniiiii hama iryo shaaanooo muriko murashigikira hamwe yarikuba yaburiye indero nyokoooo uko ntiwaba uraha uriko urasamaaaa idiote
Uvuga neza bro kazima Imana igukunda nanj nyen ndumu fan wawe pe🥰
DJ Fernando wishuy bn 🎉
Kazima imana iguk❤amajambo uzornda uheza ubuzima bwawe uyumva,nakant gato gsa kabaye kugr baronk ah bkura umuntu 😊
Courage Mr ayee
Reka sha kudekona
Courage grd frère dj fernando
Dij ferenando jewe niwej kadikey yagombumubere umucher ariko caraswase 🎉kuko abashugamami barakunda abakiribato bikaba biruko ntuzusarish murabisubiramwo inyumayakamera
Ferenando ürihangana kabisa jewe nduwunva ndunva icihichij kirihonyen
Jewe nitwa Franck,nkora akazi ka sécurité
Courage ba brother's Dj Israël et Amipro.
Kora ibikorwa nabo barwize amajambo
Papa wanje amipro ndakubaha cane kukugene wicisha bugufi imbere yuwo uruta Nabari musi yawe ukugene wubaha imana nivyigiciro kinini kandi nivyo binatumye ushika aho ugeze ubu ubishimirwe caane mugenzi hanyuma dj fernando nawe sindamwagirije kwariwe ari mumakosa ariko nayesu yaremeye arabambwa kubwacu kugira adukize nawe kugira abungabunge aho akura agafu ndavuga impano yiwe ntizime niyemere asabe imbabazi kuvyabona bibi yakoze cangwa yavuze ntazoca Acika ikivume nkuko yabivuze no mundirimbo ngo sakazima imana imukunda kwicisha bugufi cangwa kubesherwa ntibivuna ariko akibandaniriza urugendo nibintu bisanzwe nijambo ry,Imana riravuga ati hahirwa ababesherwa kuko aribo bazagira gute ? Mwishure namwe sawa ico niciyumviro canje mumbabarire caane
Shaaa umwunvirije uyo muririnvyi yashatse gukwepa ibintu vyose ,Hama nabizane kuri media babivugireho uwukuri uzokwunvikana
Yabikwefye
Uri umuhinga wumvirije
Yabikwefy caane😂😂😂
Courage mon frère fernand🔥🔥o
Umva Dj fernando menya ko abantu tutazohinduka komera go a head sikizi IMANA iri kur control🙏🙏
Très bien Dj Fernando urabaruse kabisa!
Hit connexion vous êtes tous des professionnel❤
Ntabifu ihari ndiko ndumviriza ni shobize kwer barize kwer
Nukwihangana
Wapi vraiment! Ivyo uvugiye kw'iradiyo na televiziyo ntibiba ari urusaku.
Nawe nyene aratahura ko Kabayoboke adashobora kuja guterana amajambo numwana angana nuwo yavyaye. Sinon aba yarabikoze umusi amuburira indero kuri stage. Rero Fernando aretse kuvuga kuberako adafise ico avuga. Vraiment Kadie Kay agiye kwagiranya nuwo mwana kw'iradiyo nanje nomugaya.
Urumvako na Mama Youpi baheruka kuvugana ari muri Congo. Kandi ico gihe bari bariko bakora amashusho ya Mon Logo. Bisigurako bapfuye irya ndirimbo. Kuko igihe aheruka aho yavugako hari iyindi iri munzira izokurikira Belisima bafashijwe na Kadie Kay. Birumvikanako na mon logo yashaka kuyigira iyiwe Kadie Kay akaguma dans l'ombre nk'umukosozi.
Jewe nta kindi ndamubonyeko atari arrogance!
Ahubwo nuko usanzwe ufise une idée bien arrêtée dans ta tête. Ingorane ya kadie Kay na DJ Fernando ni privé et ça doit rester dans le privé...Kadie Kay a perdu aussi toute crédibilité mugihe nawe yaja mu ma médias..elle serait restée dans l' ombre bakabihereza hiyo ...on a vu dans sa voix une sorte de règlement de compte, de vengeance etc.
Elle n a pas eu un comportement d une mère à l encontre de son fils ..donc pour moi elle a aussi merdé...tout n'est que défense des intérêts....nibicare babiheze
@@nadiafidelitekaneza1501 je ne suis pas fanatique kandi nta numwe tuzinanye muribo. Émotions zirashobora gutuma umuntu arwanya ukuri. Urafise impamvu uvuze ukwo kandi ntidutegerezwa kwiyumvira kumwe. Ntituri amarobots.
Fernando ntaco afise avuga kirenze ivyo yavugiye kuri stage. Yarafise ipfunwe ryuko yagira aririmbe indirimbo yamugize uwari uyu musi umwanditsi wayo ari imbere yiwe aca aracraqua. Ni complexe d’infériorité na sentiment d’ingratitude vyamuteye kudécona kuri stage
inspiration yayikuye iwanje.
Ntakint kimbabaza nibitutsi Fernando bariko bamutuka kuri fb,sha bro wihangane cne amajambo ntakakubuze gukora,abafana duta umunwa tutazi umuzi wavyo,muzovyimarira sha kndi courage
🎉🎉🎉🎉🎉terimbere kibndooo
Rekana nabgutakariza umwanya egera melanini abandi ubihoze ukorakazi kawe turagukunda cane terimbere ❤❤🎉
Rema hariho abagukunda batazigera baguhemukira ntawankwa na bose ntibibaho
Uriko umubesha! Urabaze Drama T icarico Biff Ndugu yangu!!
@@inkerebutsitv ubonye arigiki ndamubeshe ngaho ?
Turakwemera sh❤❤❤❤❤❤❤
Courage sha Dj fernando ahubw murarab mubiherez hiyo mwabitanguriy ncuti twe ntaco biturabako
Courage sana!
Nibahamagare Bose ivyo avuze nivyo😂😂😂
Fernando akubita Hit igakwira rwanda yose. abandi ntibarenga ca Colline. nibamuveko arabarenze vraiment
Car we love u❤❤❤
Naba Contre succes bariya Fernando , we love you ❤❤❤❤❤,I love even the way you respond bro
Mwipfurize iterambere
Abantu basiba kurima ntibasiba kuvuga rero komeza Ukore kandintucik intege Abafana bawe turibenshi kandi turagukunda❤❤
Respect my gee
❤❤❤❤ ndakwikundir br kor
Nimubatumeko baz Bose vyob vyiz
Iyo nkintwari ntishobora kwishura ikintu atacizeko rekana nuwo mugoresha ashaka hit gus
Rekana nuyo mupeti
Mubisazwe ukondavyunva umuhungu nuryamumama bakwiye kubahuza bakabiganira nukuri arashavuye kandi abarundi twarahindutse amakenga arakiza jew ntakosha mbona kuri fernando
Uko nukugara waramushimiy hano kur stage uvuga ibindi hhhh man ntuz kwitwara kinyamwuga
Karibu i wacu i Muyinga
Itukeney amaher ivyomipfa bij kuruhand mugakor ivyunguk