Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Pacific uvuga ukuri Uhoraho Aj'Imbere yawe kandi akulinde
Wewe pacifique nta jambo ugira muburundi, ntiniryo uzokwigera ugira, kuki uri mu barongoye inyankabarundi! Kuki wihenda mukwigira imvuzi ukibaza ko ivyawe bitazwi! Ivyo uvuga biranditse abarundi baragusumvya kubimenya! Nta gishasha rero uriko uratubwira ngaha! Par contre niwitegure gusigurira abarundi uwaguhaye ububasha bwo gusaba umuryango waburaya gufata ,gufuta, guhagarika imfashanyo zagenerwa abarundi! Rero aya uvuga nayamuhe ntanico bimaze kuko ata histoire yuburundi abarundi bagusavye! Ubutungane burakurindiriye kubijanye no gusenyura intwaro yatowe nabanyagihugu. Ibi rero vyo kwigira umu historien canke utu discours tutagira umutwe namaguru ntibikuraho urubanza waciriwe!