Hi my Girl Naomi, it was nice to hear from you. I am a Muslim, but your message was very touched my heart. Keep going on you are in the right path. Almighty protect you. Am Omar Muktar
Waooh I'm happy for you Naomi so welcome back we're waiting you it's not easy to see people like you child of president tolk about think of God so God protect you to Long life
Naomi thanks so much am happy because of what you've said,Kandi ikindi Uwihoreye ahonga bike niwitekerereze lmana ibandanye ibazigama nimye Burundi bwejo.
Jew ndemera neza ko Umuryango wa Nkurunziza ko wabayemwo umu mama Asenga kandi Mukuri no mumana.ariko ikibazo ngira ikibi Nkurunziza yakora yabasha ku managing umuryango kuburyo umera neza gutya ?courage bane k'ubuntu nka maman wabo.
Naomi, I am very thankful for you. God bless you very much. English is fine. We ask the people of Burundi to learn English very well. I am a Burundian. English is fine. Noami, we are very happy for you.
Do what you want dear as long you are in a good line you are with God People they can talk whatever they want don't mind you are still young focus of God and God loves you.
There is too much destruction in this world. that devil's attacking young generation I'm a mother .I know how the devil is attacking you young people focusing in God❤
Like, Comment and Share maze dukomeze kubana ❤🙏
Nukuri mutama yarumugabo Imana imuhuburuhukiro bwiza yaradukoreye neza,kandi jewe ndavyahibintu bigeze Ubu iyaba yarakihari ntibiba bigeze Aho mbona Ubu bigeze,yarintwari,yarumuhizi w'inkomezi yarafise mpwemu Yera,nukuri Yari Imboneza yamaho muvyukuri nkuko Yari yaravyivugiye
I wish you a long life Sister Naomie🙌God bless you!!!
Waaah IMANA ikomeze icamwa ca sogokuru na mama Buntu. Ur mur bak bavuka mu miryang myiza
Bakitwar nkuko.
Uko nukur hariho uburezi nimpano Mururugo rwabo bantu Imana yarabahezagiye!
Hi my Girl Naomi, it was nice to hear from you.
I am a Muslim, but your message was very touched my heart. Keep going on you are in the right path. Almighty protect you. Am Omar Muktar
Mwigeme wacu mwiza ,uvuga icongereza cinshi cane kuburyo tutumva neza iciyumviro nyamukuru.Nimba uhespemwo ikirundi vuga ici nimba ari icongereza vuga ico ,ni impanuro ya kivyyi
Ikibazo ucanga ururimi sivyiza ikirundi nikirundi icongereza nukonyene
Yes Naomie I 'm so happy for you to hear your comeback.i support you so much because you give a good idea
God bless you Amen
Urakoze cane Mukozi w'imana muremyi w'ijuru n'isi Naomie kudusangiza ijambo ry'imana Bibiriya yera. kaze kandi Naomie Mukozi w'imana twari tugukumbuye cane nukuri mugihugu c'UBurundi naho wari mugacerere . wabivuze ko wari mumahanga yakure ariko wagarutse kandi iwacu Mugihugu c'UBurundi ciza cane kirimwo ivyiza vyimana Muremyi w'ijuru n'isi . Nukuri imana igukomeze cane ukovyahora mukuyikorera . yari Floribert Nshimirimana Église du réveil pour le salut quartier Bururi 4 ème avenue numéro 3 Zone kinama commune ntahangwa province Bujumbura Mairie Pays BURUNDI. Amahoro abane namwe cane Naomie Mukozi w'imana ibihe bitashira kuva kwisi no mw'ijuru .❤❤
Nimba uriko witoza abahungu bo mukinama wandike igitabo nkiki😂😂😂
@@SandraIranzigamye😂😂😂😂 Mureke shaaa 😂😂😂😂
Nkukunze ntagutereta sha gusa kuvugisha ukuri ntibyica umutumirano urimwiza disi
Gusa aba bana bararezwe nukuri. Gusa urwongereza ni rwinshi gerageza uzurakoresha ikirundi cinshi nka Dorcas❤❤
Keep advising people spread love and peace. God bless
🦋 turabakunda cn sister wacu wirambire cn numuryango waw 👍👍👍🙏🙏🇧🇮
Eeeh uuum donc eeh so Shaa sister wp reka kurandira
Waooh I'm happy for you Naomi so welcome back we're waiting you it's not easy to see people like you child of president tolk about think of God so God protect you to Long life
Naomi thanks so much am happy because of what you've said,Kandi ikindi Uwihoreye ahonga bike niwitekerereze lmana ibandanye ibazigama nimye Burundi bwejo.
Jew ndemera neza ko Umuryango wa Nkurunziza ko wabayemwo umu mama Asenga kandi Mukuri no mumana.ariko ikibazo ngira ikibi Nkurunziza yakora yabasha ku managing umuryango kuburyo umera neza gutya ?courage bane k'ubuntu nka maman wabo.
Songa mbele mukobwa wa YESU KRISTO, impano ufise MPWEMU YERA Akomeze Ayivomera mw,izina rya YESU KRISTO
Very nice Naomie for showing up that Burundians are a part of East of Africa❤❤❤
Congratulations sis Naomie!! You are better educated!! May the Almight God be with your soul!! Best wishes!!!
Do what is better voor you yang girl because there is nothing you are doing. You have take the right way. God is greatful greatful all the time 💯💯💯💯
Imana niguhezagire kibondo abobakubwira uko nabagomba kugutwara munzirambi itandukanye nabo kuko isi iragwaye
Dukeneye urwaruka ruvuga ivy Imana nkawe kibondo. God bless you
Imana ibandanye kugushoboza inabandanye kukurinda imitego ya satani.
🎉🎉🎉Waaaa
Beautiful girl you look great may God bless you.
Nampe nimero icotwiyagira
This is powerful
Turamuramukiije hano Malawi umwiza wacu❤
Naomi, I am very thankful for you. God bless you very much. English is fine. We ask the people of Burundi to learn English very well. I am a Burundian. English is fine. Noami, we are very happy for you.
Do what you want dear as long you are in a good line you are with God People they can talk whatever they want don't mind you are still young focus of God and God loves you.
Ndagukunze cane Naomi kuruwo mugani wamapera ntahuyemwo vyishi cane.uhoraho akongere amavuta ukomeze mu Mana
Mbegumukobwa mwizawee❤❤❤
Kirundi svp naomie
Be blessed to you a lot
Ndagukunda can ❤❤
Mumategeko utumva ururimi neza,uca ukoresha ururimi wumva neza canke ukarondera umusimuzi kuko ivyo urikuvuga ntibiriko birumvirizwa numuryango wawe gusa,kandi turazi ko iwacu bumva ikirundi cane aho rero benshi mu gihugu ntibumva ivyuvuga,ninkokukubona isura gusa
Tank s.may
Sister
Warahezagiwe mukobwa windero
Very nice ❤
❤
Conguturation naomi
Nkurunziza yari inkozi y'ikibi umwicanyi.gusa yasize umuryango mwiza kubera abana bafise nyina muzima w'indero nabo bafise indero
Urafise ivyemeza!?
Ijambo Ry'Imana Riratubuza gucira Imanza Abandi🙏
Abana ba nakurunziza ni beza kurushya ba nsayishimiye peeee
Nkurunziza afite abana beza
Abantu bose ni beza!🙏❤️🇧🇮
Usa na ppa nyakwugendera😢
Nagirumugisha yarahezagiwe
None gasha cherie wanje,
Kuvuga nkoho utari free?
Nukureba ukungene ucangamuka GA nshuti,
Sivyo
Arikwabantu mwabaye gute vrt?ahokumva ijambo ryukuri mwumva ivyo mushaka.nkivyo bitutsi mumututse bivuye kuki ?Imana ibaharire ntimuzivyo muvuga
🙏
Icongereza yize caramwishe
2,5/5 kubera ivyo vyogucanga ururimi
Uzarebere ku bandi bana babayobozi,bagukure ku murongo
Wauuh Naomie shahu izina Niryo Muntu a la fillette🎉
There is too much destruction in this world. that devil's attacking young generation I'm a mother .I know how the devil is attacking you young people focusing in God❤
You're welcome.bak.deyr
Sister l like how you are!!!
Naomi uhezagigwecane uzube'nkamamawawe mukuduhembuza ubutumwabwiza
Kubwaje tubaho ubuzima butandukanye wewe ndagutahura+umuryango uvukamwo nturekuriwe kujamuvyarivyovyose twe tubijamwo kuko haraho biguhumura amaso aho ukura isabune urunganwe2024...biragusaba kujamuvyarivyovyose biguha umukati ariko ukirinda ikintu kibi wokorera mugenzawe gusa
Naomi turagukunda cane
Zana oe ivyo vyama vyawe tuvyamure
Ibihe vyamwa!?
Ikirundi biramugora kukivuga Disi
❤❤❤❤
None vyukuri nta kirundi uzi kuvuga uvuka kumwumba?😢😢😢
Ni kwa sekuru uyu avuka Kiriri pe
From.ngozi❤❤❤🎉🎉🎉
Nta English Uzi vuga ikirundi wa mushenziwe
Wariye!?
Sha iyoninzara irikukuvugisha jya kunwa amazi birashira
Wafunguye kweri ???
Kurw urwamo aho ,uburofa muzana aha iminwa ibeya yuburofa😊😅😢
Wariye ga ntuze weya!?🤔
Wariye ga ntuze weya!?🤔
Kumenga ubivuganye agashavu🤣🤣🤣
Thank you so much.give a Life a mining is my responsability
Halellua Halellua
uzogihembegwa
Yewe,ntakigenda ubu se avuz'iki kwatavuga ikigendererwa nagende numwirasi,vuga neza mururimi rumwe Uzi neza
Ni ikihe woba wumvise yavuze utatahuye!?
Umvishaza
❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Hama kuba mutakunda gusohokaka nivyiza ariko mumenyeko hariho ABA jeune beshi birigwa muvyumba bariko bikinisha mubandanye kubasengera cane gose
Kwikinisha ni bimwe bita mu gifaransa : Masturbation ?
Ego ni ivyo nyene!🙈
@@FulgenceMikaOfficial Merci
Uzopfana nkizokomantere kuruwomwana yooo uraruche pe
@NzubahimanaSherra none nkaho ico navuze kibi nikihe cherra cotuma untuka kweri
Oya kuramwo ico congereza ni cinshi cane
😢
bandarya icigikogwa ci Mana
❤❤❤🎉🎉
Hello Baby girl
You are so cut
Naomi 🎉🎉🎉❤❤❤ we have same names can give me your address because you are my role model
🌹🌹🙏🙏🙏🙌🇧🇮🙇♀️
Abarundi ntacyongereza muzi pe
Uzi bangahe se??? Mwige kuba positive ntimugapfe kuza guhurutura comment sidafite icyo zafasha umuntu
Nothing.adres.
Genda baguhe uburere...ntanicyo wize nta nubwo Uzi kwisobanura.
Ariko ico wita uburezi kuri wewe ni iki!?
Urirofa tututu
Abarundi ga Mana uwaturoze ntiyakaravye🤣🤣🤣😷 none nkubu uwo mwanya akugiziki KO kwumviriza ivya vuga ariwe wavyihitiyemwo
Well said sister!
I'm journalist on afrimax english give me contact for Naomi
DM ME🙏
Live our girl alone
❤❤❤❤🎉🎉
❤❤❤