Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Débat très intéressant pour la vie de notre pays
Muri professional kabisa
Nanje nimunshire murutonde Nifhuza guterera
Sawa
1:05:11 😂
Izuba rizoteba ryake Zirisha mukike ziraririye mpanda ;
Mbe ga Rugurika, ca gihugu mwirirwa murahagiza ngo carateye imbere mw'ibi n'ibi mbe hoho iyo reporter sans frontier yoba igishira mukihe kibanza? Mureke kwama mukoma induru ngo u Burundi u Burundi, turafise iyo tuva niyo dushitse, kandi n'imbere si habi gose. Ubwo apprenons a être positif, et apprecier aho dushitse. Kuko turazi neza ko intambuko atari ntoya
Sorry nsinkuzi ariko urahengama cane wosanga URI muri beshi bazingamitse igihugu ,utariwe naho urumwungu was rwa ruyuzi ndaha mu gihugu vyose birabonekako imitima yatuntujwe ntibikorwa bikorwa naba tegetsi
@ByiringiroClovis Hewe Clovis, ni vyiza kuvuga utinyegeje, aho ndashima kandi ndumva neza iciyumviro cawe, ariko iyo ufatira kuciyumviro natanze, ntuze kurondera jewe n'uwondi. Kuko ushikiriye, wosanga no mumuryango wanje nta muntu n'umwe tugira mubijanye na politique. Ariko nk'umurundi asanzwe, ndafise droit yo kuvuga ico niyumvira, ntawe ndengeye akarimbi, canke ndamucafirize ubusa. Twige kwama tuvuga ivyubaka. Niho tuzoshobora no gukosora ayo makosa yose akorwa. Komera cane gose
@@ernestmbanzendore1219 urantunga @ernest , imbabazi nyishi nsinashaka kwinjira mu muryango wawe,nafatiye kuvyo mwanditse ngo, cagihugu yirirwa avuga, ariko nokwibutsako wize gutambuka aruko ubibinanye abandi iyusanga bavura nawe wari kwavura,kanatsinda iyushaka kwiga neza wigira kubandi ibibazo ni shure ,ariko ibindi uvyigira kubandi ,erega nsabasi bigihugu nuko tudashaka kumva ,wogira abategetsi nibindi bake gukora Atari ugutezimbere abanyagihugu ,hubwo nutwo bansanze2005 baratwishe ndazi uza guava umbwira ko NDI umu Tutsi nabonye Ari yo muca mwitwaza ,ariko burya turayivye ubwenge mubikora turaba
Akajambo “ komera “ gakoreshwa n’INTERAHAMWE🥱
@@user-ce6pz9uw7d ufisikibzo mu mutwe wawe wuzuyamazi nahonyene yibiziba nimba Atari Ayo muri wese ntasoni kuvuga ñkuko hoyaba ufise ubwenge ntubuzuko
Débat très intéressant pour la vie de notre pays
Muri professional kabisa
Nanje nimunshire murutonde
Nifhuza guterera