U Burundi bwa Ndayishimiye mu mazi abira, ahenshi rurakinga babiri

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 тра 2024
  • Subscribe: ua-cam.com/users/IgiheTV?sub_c...
    Facebook: / igihe
    DailyMotion: www.dailymotion.com/igihetele...
    Twitter: / igihe
    Instagram: / igiheofficial
    Flickr: www.flickr.com/photos/igihepi...
    Website: igihe.com/
    #IGIHE #Rwanda

КОМЕНТАРІ • 187

  • @VioletteManirakiza-jf2rk
    @VioletteManirakiza-jf2rk Місяць тому +1

    Twirindiriye imana ivyuburundi vyo twarahevye😢😢😢

  • @carinekamugunga7590
    @carinekamugunga7590 Місяць тому +3

    Uyu munyamakuru azi kubaza neza ibibazo n'ubwenge. Nshimishijwe no kubona umurundi avuga ikirundi gusa!

  • @AccruVertu
    @AccruVertu Місяць тому +4

    Ubutegetsibwose bwabayeho muburundi kugeza none ubutegetsi bwandayishimiye nibwo bubi cyane kuko ndayishimiye niwe uzarimbura Burundi igihugu cuburundi

  • @user-kk7nf8wc8g
    @user-kk7nf8wc8g Місяць тому +1

    Erega iyuvuga utunga urutoke uwundi zine uba uzirebeshyako, ivangura rero ntawurisumbya kagame , ntawurisumbya abatutsi, ubuse Congo muri kwica impunzi sabatutsi Bari kwica impunzi

  • @Dddma455
    @Dddma455 Місяць тому +3

    Ibintu ngaha biroroshe. Twarugaye. Reka tugumane. indagala. Imikeke imbuto. Amamesa. ikahwa. ichai. Etc... Twahora tubaha. Namwe mugumane. ipili pili (urusenda) (akabanga) kanyu mwahora mutuzanira. Nubundi twari tukifitiye.

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 Місяць тому +2

    Mwebwe namba atabibazo mufise mwoshima IMANA aho gutwenga abandi sivyiza kuko ntimuzi ivyejo namwe mworira ababaye ubu bagatwenga.

    • @Tusifusimeon
      @Tusifusimeon Місяць тому +1

      None ushaka ko ibibazo by'uburundi bigirwa ibanga nicyo kigaragaza bababajwe nabyo😂😂???

  • @NduwimanaSelemani-ie5vk
    @NduwimanaSelemani-ie5vk Місяць тому

    Mugiranire, urukundomwese, abarwanda, nabarundi murakozecane turibamwe.

  • @buravan1512
    @buravan1512 Місяць тому +4

    *None mu RWANDA hari UBUKIRE? Ikimuga cyasetse urujyo.😂*
    -Mureke kwivanga mu bibazo by'Abaturanyi.

  • @Dddma455
    @Dddma455 Місяць тому +2

    Uburundi nubgabarundi bose. Subgandayishimiye. NuRwanda surwa Paul Kagame Nurwabanyarwanda hindura tile muri ibijuju. Ubgo nubuswa.

  • @innocentnzabakirana7487
    @innocentnzabakirana7487 Місяць тому +5

    Ni hose kuko na hano iwacu benshi turaburara bukongera bugacya

    • @ndabiruzijeanclaude45
      @ndabiruzijeanclaude45 Місяць тому +6

      Umuntu uburara c akoresha smart phone akanabona na Internet?

    • @sehene9324
      @sehene9324 Місяць тому +1

      ​@@ndabiruzijeanclaude45Iyo wahaze ugasuragura wibwira ko n'abandi bariye??? Inzara iri mu Rwanda iruta iri mu Burundi..

    • @j.c.maxima816
      @j.c.maxima816 Місяць тому

      Mu Burundi nta n'igitoro gihari! Ntivyoroshe!

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Місяць тому +2

      @@sehene9324ntabwo Waraye Kandi I burundi ntaho Uzi uguye mwishamba ….

    • @JoshuaSama-ut1re
      @JoshuaSama-ut1re Місяць тому

      @@sehene9324 nine ninde urigutura ubutindi bwawe njye kuba waburaye bindebaho iki kuki ? Kuki untukira kuba nariye ? 😂😂😂

  • @theoh.8932
    @theoh.8932 Місяць тому +4

    Ndahayo we, banza wite ku by'iwanyu mu Rwanda . Rekana n'iby'i Burundi

    • @annymukabalisa8245
      @annymukabalisa8245 Місяць тому

      Unva nkawe nonese ubwo nkawe ufite ubwegye umunyamakuru ishingano ze avuga byose byaba Burundi urwanda nahandi hose sasa niba ubukene cagwa ibyo président wanyu akora biteye isoni bikaba bikubabaje kotubimenya dusazwe tubizi none rero rwara cagwa ukore ikyo ushaka 😅😅😅 ntabwenge ufite wowe

    • @theoh.8932
      @theoh.8932 Місяць тому

      @@annymukabalisa8245 Abarundi ko barya kabiri ku munsi hari uba avuye guhaha mu rwanda ?

  • @ndagijimanainnocent8554
    @ndagijimanainnocent8554 Місяць тому +1

    Burya hariho ikintu usnga abanyafrika tutaratahura neza. Abakoloni baraje baraducamwo ibice.twisanga uko tumeze ubu.ariko mbona ababanyi bacu mwiyemera cane. ntabantu bize mufise kuburyo bwoko présidént agira umuhanuzi wumunyamerika?natabantu bari kuja murico kibanza babanyarwanda akaba aribo batwara igihugu hako mugiha abanyamahanga? Sékou Touré ati nous préférons vivre la pauvreté que la richesse dans l'esclavage. Basi ntakibazo nakimwe mufise muburyo mwumvise ivyumubanyi wanyu mwovyina gose?things fall apart chinua Achebe

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV Місяць тому +6

    Ntaco mwabeshemwo ..j ndi Bujumbura

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому +4

    Abanyarwanda murayavuga kuvaho twugariye imipaka tukarungika intwazangabo muri congo abanyarwanda bayice batangura kuvuga uburundi nabi

    • @user-kp8vf6js3s
      @user-kp8vf6js3s Місяць тому +1

      Mugabe aho hose uvuze (kwugara umupaka be no kurungika abasoda Kongo), twobigereranya n'umukinyi atsinda mw'izamu ryiwe.
      Kuko mu kugara umupaka, abarundi barishirijeho gutoba isooko y'amafr mvamakungu. Hama ku kijanye no muri Kongo, n'ubu turiko twumva amakuru adahumuriza y'abafatiwe ku rugamba mbere n'abahaguye.
      Murakoze bavukanyi.

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Місяць тому

      Kandi wumva mwarabahamijr😂😂😂

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому

      @@user-kp8vf6js3s hhh ntasoko twatovye kuko kenshi harabarumdi mwamenyeye kwidoga nokurya mudakoze nogucafuza igihugu Cabo nimba naw urimwo ntaciza uzigera ubona

    • @dworld250
      @dworld250 Місяць тому

      Rwanda will survive

    • @user-jl9nn5dw9x
      @user-jl9nn5dw9x Місяць тому +1

      Nibindi murabivuga Mbe mwebwe mwarasaze canke mufisamavyi mumutwe none kobafatiyibihano uburundi twavqyiki ntibagarutse kuvyikurako bonyene ahubwowew urasara ufise ibiseru umubiri wose

  • @sacha-liciosa632
    @sacha-liciosa632 Місяць тому +5

    Nta baturage b'ibicucu ndabona nk'abanyarwanda. Ibifobagane gusa... Ubu mu rwanda nta bibazo mufite?

    • @rukundoolivier6933
      @rukundoolivier6933 Місяць тому +1

      Toka kure murundi 😂😂

    • @UWINGABIYENALGUIS
      @UWINGABIYENALGUIS Місяць тому +1

      ntagihugu kitagira ibibazo ariko .bibazo uburundi bufite wagirango niho ibibazo bicurirwa . reka gutuka abanyarwanda kuko sitwe twababujije isukari ni bitoro. kuba abantu bavuga ibiriho ntago biguha uburenganzira bwogutukana

    • @Ntwara123
      @Ntwara123 Місяць тому +1

      Ese ivyo avuga arabesha?

    • @ntahompagazeemmanuel8502
      @ntahompagazeemmanuel8502 Місяць тому

      Ibibazo birasumbana wa muginga we!

    • @BeatriceBizimana-tu7wp
      @BeatriceBizimana-tu7wp Місяць тому +1

      ​@@UWINGABIYENALGUISibibazo birasumbana pee ivyo nivyo n'ubwo uburundi bufise ibibazo ntiharagera aho turya amara y'inko😢😢😢

  • @Fachibeton
    @Fachibeton Місяць тому +1

    muri ubugoryi bibiri byahuye mwebwe igihe kucyi mutatubwira ibya kagame 😂 umwicanyi ruharwa

  • @claudemutore7904
    @claudemutore7904 Місяць тому

    😮😮😢😢😢✊

  • @nizigamaeric3824
    @nizigamaeric3824 Місяць тому +1

    Ntivyoroshe

  • @jeanclaudengirishya7189
    @jeanclaudengirishya7189 Місяць тому +1

    wa mugani ibya Barundi ko aribyabo twe biratumarira iki?Moubarek barwane nibyabo

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x Місяць тому +1

    None ndabaza urwanda rurarusha congo guterimbere canke murarusha tanzaniya guterimbere mwibaze igituma uburundi rutagaye umupaka watanzaniya canke wa congo hama bagashima kwugara uwurwanda kandi noho boyugara uwomupaka wurwanda ntabidandazwa uburundi bwacisha murwanda ndazi ko babicisha tanzaniya na congo none ayo majamboyose muvuga yabuburundi bucisha ibidandazwa bwavyo murwanda hoho mwavuga vyinshi ndabatwenze ahubwo rwanda Muracafise vyinshi vyogukora mutarageraho tembera urabibihugu biteyimbere ahumwanahembwa uwudafisakazi agahembwa umutamakazi agahembwa niho muzoca muza muvuge atitwarateyimbere muracafise politic yokuzanabimukira murwanda kugira muronkamahera yababeshaho none wumva mwanzik

  • @stallonemigaboyimana5056
    @stallonemigaboyimana5056 Місяць тому +3

    Wagiye kubivugira i wanyu ukagira nibyo ukemura konta mugabo yigera akemueira ibibazo mu mvugo gusa.

  • @nzigiyimanaemmanuel7776
    @nzigiyimanaemmanuel7776 29 днів тому

    urasobanutse urasesengura nkumuhanga uwakigaha ukakiyobora kbsa

  • @makuzwecanisius5043
    @makuzwecanisius5043 Місяць тому

    Yooo! Uwo mwana arasigura neza cane

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Місяць тому

    Uburundi nta mukuru w igihugu bugira. Reka amahanga yirwengere

  • @kwitondaalphonse4892
    @kwitondaalphonse4892 Місяць тому +1

    Jyutumbira ibyiwacu msz ureke igihugu cyabandi , kuko ntabwo ariho muri

    • @aaronbe9966
      @aaronbe9966 Місяць тому +1

      Ibibera mu bihugu byabaturanyi birakureba

    • @annymukabalisa8245
      @annymukabalisa8245 Місяць тому

      Nimwimanike niba birababaje sibyo tumenye ukuri kwiburundi twebwe tutari tubizi ok😅😅😅

  • @jeanclaudengirishya7189
    @jeanclaudengirishya7189 Місяць тому +1

    Ndayishimiye ari kurwana muri Congo biracika ngo niwe ukubita m23 gusa

  • @cidemike6264
    @cidemike6264 Місяць тому +1

    Iyo bwa Evaristo akenewe gufugwa kubera ububeshi

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Місяць тому +1

    U Burundi tugeze muri 0 en faillitte totale ubwaje ngaha muri comments buzi ukuri kwataco mwabeshe nuko ari imbonerakure bakorofye mumutwe ngi barwanira ubwoko 😂

    • @user-zd9ck8km5i
      @user-zd9ck8km5i Місяць тому

      Uvuze ukuri cndd yarabakorofye mumutwe kuburyo batabona situation igihugu kigezemo, ahubwo birirwa batukana ngo babavuze nabi

  • @katirangadeo9467
    @katirangadeo9467 Місяць тому +10

    U Burundi nicyo gihugu gikenye cyane kw isi kubera ubuyobozi bubi

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому

      Ubuyobozi bubi ushingiye kuki? Gikennye gute ?

    • @sehene9324
      @sehene9324 Місяць тому

      U Rwanda rurakize cyangwa rufite ubuyobozi bwiza?😂😂😂😂 Uratwenza...

    • @nbafanstheallstar9670
      @nbafanstheallstar9670 Місяць тому

      @@ndagijimanasam2772 ntamaso ugira woe?

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 Місяць тому +1

    Nikuki muvuga ngo itsembarsemba ry'abatutsi ryabaye muRwanda ko vyibabera isomo.
    Mwirengagije ko abo ba Neva nyene bari bahungiye muRwanda muri za 1993 basize bakoze genocide?
    Mwirengagije ivyo bakoze muri 1972? Mwirengagine ko ba Neva bize muRwanda rwa Habyarimana? Abo ba polisi bavuze ngi " bobo bari bagerageje" abivuga yicyza igituma n'uBurundi batabishika ye aho muRwanda rwageze kuva muri za 1959!!!
    Uyo muyobozi ntawuhari muri ikigihe muri ubwo Burundi muvuga.
    Raba ivyo baja kwigisha hanze muri Drc: kwigisha gutemagura abaTutsi baba Congomani.
    Reverien urakoze, kumwe nuwo yagutumiye.

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 Місяць тому

    Abari mumaki abira n'abari kwiba hakurya kandi babuca biruka bidatevye

  • @cidemike6264
    @cidemike6264 Місяць тому

    Izo bwa FDD umunsi zavuye kubutegetsi uburundi Tuza tamba tutarike

  • @cyprienhategekimana9839
    @cyprienhategekimana9839 Місяць тому

    😊😊😊😅

  • @carinemuhebuza4524
    @carinemuhebuza4524 Місяць тому

    Abarundi ariko mubashakaho iki?

  • @cyprienhategekimana9839
    @cyprienhategekimana9839 Місяць тому

    😊😊😊😅😊😊😊

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Місяць тому

    Reverien usigaye uvuga ikinyarwanda

  • @Sangano_Igor
    @Sangano_Igor Місяць тому +1

    U Rwanda rwa sobuja Kagame inzara ibageze he?

  • @katirangadeo9467
    @katirangadeo9467 Місяць тому +5

    Gen Neva bakwiye kumuvana ku butegetsi ku buryo bushoboka bwose agasimburwa n uwo mw ishyaka rya Uprona ufite ingamba zigaragara zo gutezimbere igihugu

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому

      Nonese mwishyaka ryiwe rya CNDD ntawabonekamo ufite ibitekerezo byoguteza Uburundi imbere nkuko ubivuga

    • @j.c.maxima816
      @j.c.maxima816 Місяць тому

      Ishyaka ryarananiwe, bakagombye kugerageza indi option! Bagakora alternance nko muri Usa, aba démocrates bananiwe basimburwa n'aba républicains! 😅😅

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому +1

      @@j.c.maxima816 OK igitekerezo kiza so aho nimuri America 🇺🇸 ntabwo ari muri Africa 🌍 tubwire muri Africa 🌍 ahobyabaye basi kotubona hari aba presidents bamara imyaka 40 years ba m7 bamaze 38years abandi barikumara 30years none Neva ntaramara 5years ngobamusimbure bamusimbure se kuberiki nawe namare 30years nkabandi nkuko nabo nabigenza wenda Uburundi buzaba bumaze guterimbere nkabandi bateje ibihugu byabo imbere

    • @BeatriceBizimana-tu7wp
      @BeatriceBizimana-tu7wp Місяць тому +2

      Mbega uwanyu amaze imyaka 30 kubutegetsi ko atawuramukuraho musigaye murya inyama z'imbwa😂
      Muzi kuvuga ayabandi gusa

    • @j.c.maxima816
      @j.c.maxima816 Місяць тому

      Inyama z'imbwa?!🤣 Wabaye wari uzi ukuntu muri China ari menu présidentiel! 😇😇 Aba baturanyi tuvuga se ko babuze n'amashami y'ibiti cg imizi bakokora?! 🤣🤣 Naho ibyo guhindura, mu Rda nta mpamvu car on ne change pas l'équipe qui gagne ! Ni kimwe no muri China cg Russia! Ariko mu Burundi ho hakenewe guhindura kubera équipe iri mu kibuga ubona nta résultat ! 😘😘😘😘

  • @Caroline.1727
    @Caroline.1727 Місяць тому

    Abaturage baragowe jabisa kuyoborwa na ba president nkaba peeeee uyu we nibkndi bindi ,afitiye urwanda amashari

  • @shyaka-xu5cv
    @shyaka-xu5cv Місяць тому

    Nge ndafise

  • @bazamugangaofficial9447
    @bazamugangaofficial9447 Місяць тому

    Nyuma yo kureba iki kiganiro uburundi mbunaye imbabazi kubintu bibiri
    1)sinumvaga impamvu bafunzeimipaka , nukwanga ko abarundi bashirira mu rwanda ahunga ibyo bibazo abayobozi bagasigarana ikimwaro .
    2)sinumvaga impamvu bohereje abasirikale muri Congo kujya gutera inkunga ubwicanyi none menye ko arinugushakayo udufaranga ngo barebe uko bakwirwanaho nubwo Bari kudushaka mu nzira mbi.

  • @VianneyMukamurakoze
    @VianneyMukamurakoze Місяць тому

    Nukur nkajew ndarushe cn

  • @IrambonaImmaculee
    @IrambonaImmaculee 19 днів тому

    Mubura Kugaanira kubutegetsi BWA poul kagame wanyu mukajabuka rusizi mukaja muburundi bandanye mwibuka abanyu bishwe nubwo butegetsi bubi bwanyu nimwaheza muzoje kururondeza abanyu mwasutse muri M23 ndabona arivyo vyanyu 😂😂😂

  • @JeanPierreNzeyimana-xh2mh
    @JeanPierreNzeyimana-xh2mh Місяць тому

    Babuze icupa bazoca baja kunywa urumogi.

  • @user-sx4hv5kk2v
    @user-sx4hv5kk2v Місяць тому

    Avuz nez

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Місяць тому

    Wavuze igitoro nizoga nisukari gusa!! Kutavuze amazi namashanyarazi yabuze aboneka rimwe ku ndwi benshi muma quartier !! I dollar yo yokuja kurangura kuyabona numuti nibibazo kabisa 🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️

  • @user-lh9sd9cd7g
    @user-lh9sd9cd7g Місяць тому +1

    Na s'abonner yanyu effacer, mwebwe ndumva murahaze kl

  • @mboningabajeanbosco444
    @mboningabajeanbosco444 Місяць тому +1

    Erega RUTNDURA , SHINGIRO BOSE NI abambari ba Thsisekedi na NDAYISHIMIYE kdi FACHI na NEVA bibitseho ideologie genocidaire
    kandi munibuke ko General autoploclamme NEVA we ubwe yakoze genocide igihe bicaga abatutsi mu Rwanda muri Mata 1994 kuko hari umunyamakuru numvise avuga ko yakoreshaga ubuhiri

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому

      Ariko nkawe mbonigaba ubyuvuga ububishyiramo ubushishozi nubwenge cg umfa guhurutura uruka mubantu gusa nkiyo ushinja president wikindigihugu Genocide ubawumva ufitubwenge esubwo wabuzi ishyano ubushaka gukururira igihugu nabagituye murirusange wambwawe?abakoze Genocide tutsi icecekere abanyarwanda turabazi nurubyiruko rwa MRND bitaga interahamwe rero wibigereka kubarundi Genocide tutsi yakorewe abanyarwanda bomubwoko bwabatutsi ikorwa nitsinda ryurubyiruko rwabahutu biyise interahamwe se tooo

  • @user-di7mo7gl2i
    @user-di7mo7gl2i Місяць тому

    Tshisekedi imunyi wiwe azamuha ibombe b’ubutaka muri DRC !

  • @Jmhakiza
    @Jmhakiza Місяць тому

    Kubona UBURUNDI bwugara umupaka vyarashavuje Paul KAGAME yenda kwiyahura 😂😂😂

    • @alaindismas5782
      @alaindismas5782 Місяць тому

      Ubwenge bwanyu buke nitekerereze ya fake no guhubuka nibyo bizatuma muhora munsi y'umurongo utukura.

  • @Alex-cb4rt
    @Alex-cb4rt Місяць тому +2

    Mbe hari umurundi atishimye? Nje ndasefi

    • @user-ry5pm9ni1b
      @user-ry5pm9ni1b Місяць тому +1

      Baza harumurundi wishimye ? Nawe urazi ukuri nuko ubwonko bwawe Babwogeje ngo urwanira ubwoko inzara itwishe

  • @eng.mamertnikobamye9881
    @eng.mamertnikobamye9881 Місяць тому

    Ukabona umugabo mugenzawe ababaye kwivya ntuzomuseke nawe ejo nawamenya.kuvuga burya ingorane zuwundi biroroha ,mutureke ningorane zacu.

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 Місяць тому

    None umu journaliste yahunze avuye mu Burundi bananiwe Coup d'Etat mwashaka avuge gute??

    • @shootadaking1405
      @shootadaking1405 Місяць тому +1

      None iyari,n'ivyiyunviro vyiwe bihuriye he?Ivyavuga ni facts Mr Kiryo,none ntibigeze habi?Nk'umu intellectuel nzi vraiment,tu ne devrais pas plûtot démonté ces idées par des idées?au lieu de te rapetisser kuriyi explication yonyen comme quoi arikubera yahunze?none ga muta,hari essence?hari amatara?hari amazi ahari?hari devise?erega kuvyemera niyo ntango y'ugukira.hama abantu bagatangura gukosora.Sinon,kuvyirengagiza nkuku kwaw ugahitamo kwemera kurambarara kubintu bibi nikwo kuremba cane. On a besoin de changement mon frère.kandi ndazi ko nawe ubibona.Twese hamw turashoboye ariko au moins,admettons ce qui ne vas pas!

  • @allez5225
    @allez5225 Місяць тому

    Gufunga umupaka nukugirango abenegihugu bicwe ninzara

  • @Johnjohn-dt2tn
    @Johnjohn-dt2tn Місяць тому

    Uyu mushinga ntahe avuze uku

  • @antsaeric
    @antsaeric Місяць тому

    Mwabibwamwe nimuzube

    • @chales08
      @chales08 Місяць тому

      Uragaswera nyoko, umusweze imvuzo mubantu!!!

  • @NgaboJeanvier-iw4yu
    @NgaboJeanvier-iw4yu Місяць тому +1

    niba uburundi hakinga babili murwanda ho hakinga bane inzara iri nubucyene biri abahantu hose murwanda kagame niwe urya wenyine abandi turashonje ntabwo uburundi bwamera nkurwanda kuko iburundi haba ibiribwa byishi cyanee
    kandi abaturage barijyenga cyane si nkahano FPR irimo ikata imishahara ngo guha kagame ya amatora.

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 Місяць тому

    Abatutsi na cane cane bo mu rwanda ntakindi mwovug1

  • @Dddma455
    @Dddma455 Місяць тому +1

    Umunyamakuru Koffi yaburiwe irengero dushakire umurambo wiwe basi tuwushingure. Ruriye Koffi na kizito numusizi bahati. Namwe rutabibagiye😂😂😂😂😂

    • @motherofthegreatlakes6297
      @motherofthegreatlakes6297 Місяць тому

      Nawe urucira mukaso rugatwara nyoko. Tubwire abacu baremga imilioni Aho mwabashize. Nimba mwarabariye muzobaruka. Amaraso ya Abeli yasheshwe na Gahini akoresheje imihoro aracataka kandi Uwiteka ntarenganya. Urwo rwanko mubona mumitima yabana bantu ni uburozi. Murabics bagikanura. Muhinduke namwe mubonye amahoro

    • @motherofthegreatlakes6297
      @motherofthegreatlakes6297 Місяць тому

      Nawe urucira mukaso rugatwara nyoko. Tubwire abacu baremga imilioni Aho mwabashize. Nimba mwarabariye muzobaruka. Amaraso ya Abeli yasheshwe na Gahini akoresheje imihoro aracataka kandi Uwiteka ntarenganya. Urwo rwanko mubona mumitima yabana bantu ni uburozi. Murabics bagikanura. Muhinduke namwe mubonye amahoro

  • @gakokoko
    @gakokoko Місяць тому

    Iwacu itangazamakuru dufite ni iry imikino n imyidagaduro gusa.abandi mushatse mwa mwamanika micro ibaze nkiyi Content vraiment

    • @user-ry5pm9ni1b
      @user-ry5pm9ni1b Місяць тому +1

      Igiziki? Twebwe iraturyoheye kuko ivyo bavuze nukuri nitwe abarundi tubizi koretse imbonerakure abasigaye ntawushigikiye Neva !! Yaba CNL cnk uprona

  • @MuhindaJoshua-qx7wr
    @MuhindaJoshua-qx7wr Місяць тому

    Hhhh abarundi bafunze imipaka none inzara irabamaze

    • @BeatriceBizimana-tu7wp
      @BeatriceBizimana-tu7wp Місяць тому

      Uwakubesha! Ntanzara iratugeza aho turya inyama z'imbwa n'amara yinkoko nkamwe

    • @MuhindaJoshua-qx7wr
      @MuhindaJoshua-qx7wr Місяць тому

      @@BeatriceBizimana-tu7wp hhhh warya amara yinkoko utariye inkoko se birashoboka 😜😂 ubwose urumva duhuriye he na NEVA wabuze uko agira akabazanamo umushinga wa masazi😜😂
      Mugihe inaha iwacu Ari girinka munyarwanda iwanyu nigira isazi murundi🙆🤣 ntukagereranye ishu nindege rwose😜
      Ubu umurundi yirirwa yanitse agahanga ngo arigutega isazi yokurya nayo yayibuze 🤔🙆🤣😂😂😂

    • @BeatriceBizimana-tu7wp
      @BeatriceBizimana-tu7wp Місяць тому

      @@MuhindaJoshua-qx7wr stress ibamerey nabi musigaye mwumva ibihushane hhhh isazi tuzigaburira amafi ntavyo womenya kuko ntamafi mufise

    • @MuhindaJoshua-qx7wr
      @MuhindaJoshua-qx7wr Місяць тому

      @@BeatriceBizimana-tu7wp hhhhh amafi dusagura nayo tugemura amahanga ngo namafi tugira😜😂😂😂
      Komeza uge utega Amasazi ahubwo ngo niyo Vision Neva abafitiye ya 2040 ngo ntamurundi utazaba wihaza mumasazi🙆😂
      Yashatse nokuzana gira urukwavu mubundi igihugu cyibura ubushobozi ahita abihindura abigira giramasazi murundi🤣
      Mugihe murwanda 2010 aribwo polike ya girinka munyarwanda aribwo yabaye successful🤌😜
      Ahubwo ntuzi ibyuvuga wowe🤣😂😂😂

  • @pommenuh5413
    @pommenuh5413 Місяць тому

    None mwebwe nkabanyagwanda mubabajwe Niki kandi muvuga ko mufite ubuyobozi bwiza?

    • @buravan1512
      @buravan1512 Місяць тому

      *Ntacyo Abanyagihugu dupfa, ikibazo n'Inkotanyi zishaka gutwika Uburundi.*
      -Ese waba uziko bashaka gukora désordres iBURUNDI kugirango bakore COUP D'ÉTAT?
      -Murabe maso.

  • @BeatriceUwimana-zo9dt
    @BeatriceUwimana-zo9dt Місяць тому

    Abatutsi muri babi cane mugomba kumara ababantu ubu nukubarya mukava kwikarata yisi murabe abantu mumaze kwica muri kongo ko mutabivuga kandi mwabasanze iwabo

  • @Dddma455
    @Dddma455 Місяць тому

    Nimugume murwanda hoho hameze neza twebge muburundi mutureke. Ariko icakora kuva twinjiye muri congo twarabishe mumitwe. 😂😂😂😂😂😂 inkona ntiyaruzwa😂😂😂

    • @clemmudage9417
      @clemmudage9417 Місяць тому

      None abari mu Rwanda babaye iki? wowe urumujura nka neva ariko abandi barundi ubucyene burabishe na tanganyika yabasanze mumazu .mwirirwa mwirata ngo tuza kurya imicyecye yanyu .kuri tanganyika none petrol yarabuze ningaruka zo gufunga umupaka kuko petrol yavaga Kenya na uganda ikinjira mu Rwanda direct I Burundi niyompamvu muri gucyena cyane president wigihubusti wumugome . Na M23 yabamazeho absna babarundi bagiye gufya batazi icyo barwanira .

    • @Dddma455
      @Dddma455 Місяць тому

      @@clemmudage9417 twebge Abarundi intambara yamagambo ntayo tuzi tuzi iya face to face. Tuzobura Ibitoro aruko Tanzania🇹🇿 yakibuze. Aruko congo yakibuze. Aruko Zambia🇿🇲 yakibuze. Ariko mwebge mufise inzira imwe nkiyifuku Gatuna. Yonyene igihe Uganda yugara umupaka yomutabona uburundi ikiro ca kawunga cari gisigaye kigugwa 300,000/amafranga yurwanda 🤣🤣🤣 urusenda (akabanga ) nimukagumane ntako dushaka. Nayo muri congo tuzonyukuranirayo gushika mwemeye ko turya dukaravye. ivyo tugwanira nivyo namwe mugwanira.

  • @moontv2959
    @moontv2959 Місяць тому +1

    Kuba infashanyo zatangwa zarahagaze Hanyuma igihugu kigaca gisubirinyuma,vyerekanako atacozarizimaze.Uburundi buriko buriyubaka,bwikurako ubukoroni

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 Місяць тому

    Sha u Burundi ntakintu bakibeteyeho pe!
    Nta sukari,nta kayeri ko kunywa ,nta essanced ,nta ciments ubundi bafunguraga imipaka yabo ngo tujye kurebayo iki????

  • @user-th2ib8zl6d
    @user-th2ib8zl6d Місяць тому

    Jewenabibonyekare ncandavayo ntamugabo
    Wubwengenkajeweyotwagwanikijuju nkanev

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому

      Ubu muburundi bwose niwowe mugabo uhasigaye ushishoza kuburyo abahasigaye bose aribicucu ?millions zabagabo batuye muburundi ubu niwowe munyabwenge tubyemere gutyo ubivuze ariko nkiyo supremacy uyivanahe wakagabowe

    • @kingkamaro9442
      @kingkamaro9442 Місяць тому

      ​@@ndagijimanasam2772
      Wewe uri umurundi?

    • @BeatriceBizimana-tu7wp
      @BeatriceBizimana-tu7wp Місяць тому

      Inyandiko yawe yonyene irerekana ko uri ikijuju kirenze ibindi

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому

      @@BeatriceBizimana-tu7wp igicucu niwowe wataye igihugu cyawe ukaba wirirwa ubwerabwera mugihugu cyabandi wakabaye waragumye hamwe ukakirwanira ugatsinda cg ugapfa ariko utiriwe wangara wanjijiwe cg ugasanga abandi mushyamba

  • @pokemon-Go22
    @pokemon-Go22 Місяць тому +8

    *Ni ikihe gihugu abaturage basigaye barya imbwa?* - Urwanda
    Ni ikihe gihugu cyanyuma mu bifite abaturage batishimye mu isi- Urwanda
    Ni ikihe gihugu gifite abasirikare bifata ku ngufu?- Urwanda
    Ni ikihe gihugu gifite ingirwa president icuruza abimukira- Urwanda
    Ni ikihe gihugu kivugwamo abayobozi batanga ruswa y'igitsina ku banyamahanga - Urwanda
    Mujye muvuga ibyo kwa Rwabujindiri Kagame niho hakorerwa amabi yose kuko i burundi icyo mushaka yo ni ukudurumbanya.

    • @rukundoolivier6933
      @rukundoolivier6933 Місяць тому +2

      😂😂😂 urakoze kwandika ubusa

    • @rukundoolivier6933
      @rukundoolivier6933 Місяць тому

      Abanyarwanda turishimye di dukomeje gutera imbere mutureba 😂 rwanda nziza 🇷🇼 ❤️

    • @desouzawilly8343
      @desouzawilly8343 Місяць тому

      Talking nonsense shame on you

    • @uwanyirigirasolange6721
      @uwanyirigirasolange6721 Місяць тому

      Abashinwa se ko bazirya ubona babaye iki

    • @Ntwara123
      @Ntwara123 Місяць тому

      Hhhhh igihugu kirya imbwa ni chine, uzabaze nta na hamwe uzumva gufata ku ngufu ku basirikare ba RDF nta evidence wabona.

  • @hakizimanasalvator1899
    @hakizimanasalvator1899 Місяць тому +1

    Muragowe mwebwe mwigira Abanyarwanda kdi muri Abarundi.ariko Uwo mukorera ntimumuzi neza.
    Arabashuka

  • @NgaboJeanvier-iw4yu
    @NgaboJeanvier-iw4yu Місяць тому +2

    ariko nari nagizengo uyu ni umuvugizi wuburundi kumbi ni mujeri nibabandi kagame yashutse ngo batwike inzu batuyemo ngo azabubakira amataje none basaziye mahama camp😜😜😛😛sha ntabutegetsi muzongera kubona iburundi muribeshya murakagwa kugasi.

  • @Dddma455
    @Dddma455 Місяць тому +1

    Muburundi turisawa mwebge nimugume mubuhungiro kandi mugume muri opposition.

  • @ndagijimanasam2772
    @ndagijimanasam2772 Місяць тому +3

    Ariko muratubwira iby Uburundi twebwe abanyarwanda ibibazo byiburundi biturebaho iki?

    • @alexisniyo6812
      @alexisniyo6812 Місяць тому

      Nese niwowe ugena ibyo igihe kidutangariza. Niba ushaka kwigumira mu bijiji ibyo birakureba byigumanire.

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Місяць тому +1

      @@alexisniyo6812 Nonese ubuhanga bukomoka kukuvuga igihugu kitaricyacu nubuhe?ubwobuhanga buvuga ibyabandi dusize ibyacu byandagaye bijagata nubuhe?ibibazo byabarundi ntibitureba kuko twifitiye ibyacu bitatworoheye nibyo dukwiye kuganiraho tukamenya nuko tubikemura noguhangana nabyo

    • @Hardy406
      @Hardy406 Місяць тому

      ​@@ndagijimanasam2772gabanya ubujiji mwana wanjy...! Nonese social media zivuze kuvuga ibyiwabo gusa...?

    • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
      @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Місяць тому

      Iyaba twaritubanye neza icyi cyiganiro nticyarigukorwa

    • @Charles-uf7iq
      @Charles-uf7iq Місяць тому

      😂😂😂 kubwawe igihe yakwivugira amakuru yUrwanda gusa?nimba atayushaka hari abayakeneye!😅😅

  • @user-kk7nf8wc8g
    @user-kk7nf8wc8g Місяць тому

    Ntabufasha ndukeneye murwanda.

  • @IshKevin-nc9mm
    @IshKevin-nc9mm Місяць тому +1

    Murwanda rukinga bangahe ?

    • @Ntwara123
      @Ntwara123 Місяць тому

      Tubwire umubare

    • @ntahompagazeemmanuel8502
      @ntahompagazeemmanuel8502 Місяць тому

      Imu Rwanda nta kibazo dufite Sha ,ibijumba n'ibishyimbo,ibigori,umuceri turabifite ku bwinshi wa murezi we!

  • @Charles-uf7iq
    @Charles-uf7iq Місяць тому

    Ntako ntagihugu kidafis ibibazo ariko Uburundi ni danger kabisaaaa

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому

    Abarundi tubayeho neza kiretse abatutsi bahugiye murwanda nibo riniga kubera babona tubayeho neza

    • @Ntwara123
      @Ntwara123 Місяць тому

      Hhhhh none c ni n'abo bakora urutonde rw'ubihugu bikennye

    • @ntahompagazeemmanuel8502
      @ntahompagazeemmanuel8502 Місяць тому

      HHhH! Mubayeho neza mutagira n'agasukari kokunywa? ,nta gitoro kihaba,nta na kayeri karabuze 😂😂😂

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому

      @@ntahompagazeemmanuel8502 mubituma umurundi abaho neza igitoro isukari nizoga za brarudi ntibirimwo kuko dufise imfungurwa zikwiye imana yaraheza uburundi Burimbuka uyumwaka hoho umwimbu wabaye ryanawe izoga amasaka nibitoke birahari turenga urukanwa tukarenza rukabona ikiyaga Tanganyika cokuruhukirako turafise ntakintu imana itahaye uburundi nimba ubwanka wihangane

  • @bigshaq1177
    @bigshaq1177 Місяць тому

    Haha ariko rwose muri byendagusetsa. Muzi kubona agatotsi mw'ijisho ry'undi mwirengagije umugogo uri mu ryanyu. Uzi gukora inkuru nkiyi uyandikira muri gereza ya Kaga.....😂😂😂