Umukuru w'igihugu aravuye mu gacerer//Abari inyuma yibi//Ico batazi nuko//Ninde avuga ko AKENYE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 вер 2024
  • Umukuru w'igihugu avuze ku kibazo c'igitoro//Ninde avuga ko AKENYE//Ufise Umutahe//Twiyemejeko
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬

КОМЕНТАРІ • 70

  • @MichelineBucutibwImana
    @MichelineBucutibwImana 4 місяці тому +11

    Gusa Ico ndiko shimira umukuru wigihugu cUBurundi nuko yagize inguvu ubunyene igitoro kikaba kiriko cinjira muBurundi akomeze nibindi bizogenda neza❤❤❤

  • @Makakulaya
    @Makakulaya 4 місяці тому +5

    Kuva nabaho sindigera mbona umukuru w'igihugu wigikehabwenge nkuyu.ewe uburundi

    • @ProudB719
      @ProudB719 4 місяці тому +2

      Uzopfa uri inkehabwenge par contre kuko nta kwiyumvira ugira.
      Ivyo ariko aravuga iyaba twabishira mu ngiro nta myidogo y'umurengera iba iriho.
      Mu Burundi uwufise akazi ntagakora, n'uwukora ivyiwiwe nta service nziza atanga, abantu nka mwe nibo bazingamitse igihugu.
      Dukure amaboko mu mpuzu murabe ko iterambere ritabaho.
      Hari ivyo leta tuyisaba n'ivyo natwe abanyagihugu dusabwa gukora.
      Reka kuraba politike ahubwo raba iterambere ryawe. N'aho hojaho umunyabwenge wifuza uri ikijuju uzopfana ubukene kuko mu mutwe ni zero.

    • @Makakulaya
      @Makakulaya 4 місяці тому

      @@ProudB719 ivyiyumviro vya gihutu nuko biba bimeze.Abahutu nimuje kuroba kuyobora sivyanyu

    • @ProudB719
      @ProudB719 4 місяці тому +1

      Wow, nari gutangara uwabivuze, uzopfana amacakuburi,
      Abatutsi namwe ni muje kuragira.
      Inzigo n'urwanko ntaco izogushikanako. Kuko bikugira impumyi. Kanguka uve ibuzimu uj'ibuntu.

    • @Makakulaya
      @Makakulaya 4 місяці тому +1

      @@ProudB719 abahutu bagitwara ntaterambere muzogera surtout ibi binywamaraso vyaba DD

    • @ProudB719
      @ProudB719 4 місяці тому

      Erega nawe ur'umurundikazi.
      Kuba utaba mu Burundi n'aho woba ufise double nationalite ntibikuraho ivuko ryawe. Hakuraba ubwoko woraba ico woterera kugira igihugu kigere kw'iterambere.
      Ibi bihugu tubayemwonimba twabijemwo dusanga ari paradiso, nabo harigeze kubaho ibihe bigoye babayemwo avant yo Kuba uko uyu musi bameze.
      Tugifise ivyiyumviro vy'amoko nta terambere nyene rizobaho.
      None ndakubaze, mu bubirigi, nta moko ariho?
      Ngirango ivy'aho urabizi, none niyo bubakiyeko? Canke bubakiye ku muvyeyi wabo arico gihugu?
      Dukwiye kurengera ivyo vyiyumviro vya kahise kuko n'aho hot hotwara uwo wifuza kumbure muhuje ubwoko, tucubakiye ku macakubiri ntaco igihugu kizoshikako. Uko uvyibaza umututsi azoshirahe umuhutu? Canke umuhutu, azoshira he umututsi?
      Va mur'ayo macakubiri.

  • @Bambanzediomaye
    @Bambanzediomaye 4 місяці тому +5

    Kuvuga kwo wagerageza ariko gukora vyaranse. Kuvuga abakora amakosa ubazi no kubamenya kand bamwe ari nawe wabashizeho ariko ukaguma ubidogera wiriza ushoboye kubahana twe ntaco bitubwiye. N imvugo yo kudusamaza gusaa

  • @NinaZouzou-v9m
    @NinaZouzou-v9m 4 місяці тому +1

    Uziko mubyina nkabasazi😂😂😂😂

  • @Alinakeyla
    @Alinakeyla 4 місяці тому +5

    Aho kuba Leader ugatorera umuti ibibazo biduhanze uguma uyayata abenegihu batubitse uwavubi.babuz ayo bacira nayo bamira ibibazo vyabay umurengera.Imana yonyene niyo izomenya iyo IGUSHIRA yo yama iturengera.

    • @yesunimwema4497
      @yesunimwema4497 4 місяці тому

      Abobatubitse uwavube ko ufise ubushobozi president adafise none ntiwobafasha ugakura ubujajwa.

    • @Alinakeyla
      @Alinakeyla 4 місяці тому +1

      @@yesunimwema4497 ndabafashe gute kandi nanje inzara itema amara?injajwa ni wewe uza kwasama kubantu bimererew nabi.nimba ubona vyose bimez neza mugihugu nawe uri mubasuma batwicishij inzara

    • @LazareNzoyihera
      @LazareNzoyihera 4 місяці тому

      Haahaa urabura kutironderra naho bukuzanira president ushaka ntaco azogufasha utirondereye​@@Alinakeyla

    • @Alinakeyla
      @Alinakeyla 4 місяці тому

      @@LazareNzoyihera nije nzozana igitoro,amatara,amazi, isukari….. ko biri muvya ngombwa umuntu akenera ngo yiteze imbere?wosanga ndumu chauffeur?harabantu nibazako bakoreshej ubwenge batonekara.

    • @Alinakeyla
      @Alinakeyla 4 місяці тому

      @@LazareNzoyihera ivyigitoro namatara namazi nisukari ndavyimenyere?

  • @tainaruban8384
    @tainaruban8384 4 місяці тому +4

    Ariko Uburundi bugeze aho umwansi ashaka. Ariko uburundi bwakoreye iki imana ngo bube bufite abantu nkaba biyise abategetse. Imana ibij4 imbere...

    • @ClaudeBunagana
      @ClaudeBunagana 4 місяці тому

      Ese wowe irabye ubona usa gte? Aho usanga ufite isura yahengamye , kuko iyo nzigo yawe igaragaza uko usa

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 4 місяці тому

    Kbsa nanje ndabona bavyina nkabasaze.
    Neva ntabwo wakwigira kuri Tshekedi ngo agire ubwenge

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 місяці тому +4

    Nyenicubahiro,umwera uva i bukuru ugakwira igihugu cose.
    Ivyiza vyose dufise ni wewe.Ubukene bwose buva kuri wewe.
    Uko Uburundi buri kwose ,biva ku ntwaro.Iyo ntwao hariho uwuyitwara.

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 4 місяці тому

    Oh Merciful God! Daftness is real!

  • @AaronKwizera-hb8ku
    @AaronKwizera-hb8ku 4 місяці тому +1

    Najewe ubu amazutu turayahingura

  • @صالحالصوافي-غ5و
    @صالحالصوافي-غ5و 4 місяці тому +2

    Ikibazo ufise wirigwa uvuga kuma tv tutabona ibikogwa ukora reka amajambo kora.ivyakuzanye

  • @BernardNIYONKURU-u2r
    @BernardNIYONKURU-u2r 4 місяці тому

    Imana ibazigame

  • @ndayijeanclaude5094
    @ndayijeanclaude5094 4 місяці тому

    Uw'Imana ihaye yiyita umuhinga

  • @ChristopherNimubona
    @ChristopherNimubona 4 місяці тому

    Agatima arko !! Muzikurya igihugu gusa abenegihugu bishwe nimzara!!

  • @niyokwizeracyriaque9573
    @niyokwizeracyriaque9573 4 місяці тому +2

    Aya majambo yo kuducurira urayihoza mutama za utuzanira ibiganiro vyo kuduhugura!

  • @ProudB719
    @ProudB719 4 місяці тому

    Nivyo igihugu kiri mu bihe bitiroshe, ariko hamwe hamwe abanyagihugu tubifisemwo uruhara.
    Abanyepolitike baradihenda ntanarimwe ndigera mbona umurundi iyo umunyepolitike amubwiye ijambo aho yicara ngo yibaze kabiri gatatu inyungu iryo jambo rimwungukira.
    Twogerageza gushira mu ngiro imigambi imwe imwe son Excellence avuga, ndababwij'ukuri nta myidogo y'umurengera yobaho.
    Ico noherezako abarundi turi ibinebwe c'est tout.

    • @GeisveidvHejwowbhd
      @GeisveidvHejwowbhd 4 місяці тому

      Kuberiki bikworohera kuvuga ko abanyagihugu badakora kandi birirwa bararima? Barundi barakora abandi bakirirwa baragura amazu 🤦🏿‍♂️ kuberiki uri blind kubantu bafatwa bahora bafise amazu arenga 153? Ako ni akarorero kamwe muri bwinshi cane; kubona uburundi bubura ama devises suko abanyagihugu badakora; ahubwo vyerekana à quel point ubutegetsi bwacu bwiba. Ariko abantu nka mwebwe yirirwa araza kuresha ngo abarundi nibinebwe ngo ntibakora nimwe muzotuma bama baradutwara kwakundi nyne; kwikunda gusa bataraba abo batwara

  • @Nick-yg6mz
    @Nick-yg6mz 4 місяці тому

    Uwutumviyaho azoba yaraphuye amatwi. Irambire mutama wacu.

  • @ndayijeanclaude5094
    @ndayijeanclaude5094 4 місяці тому +1

    Agahwa kari ku wundi karahandurika.

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 4 місяці тому

    Muradukoreye umusi pe.inkuru zanyu zirarenze pe?

  • @azizairambona4128
    @azizairambona4128 4 місяці тому

    😮

  • @4EIIGNERR
    @4EIIGNERR 4 місяці тому

    KORESHUMWANYA

  • @sibomanaemmanuel1831
    @sibomanaemmanuel1831 4 місяці тому +1

    Hahh😅😅

  • @MugishaKenny-ec6fg
    @MugishaKenny-ec6fg 4 місяці тому

    Ugir utuzan mur politique ???

  • @eddy-michelirakoze8518
    @eddy-michelirakoze8518 4 місяці тому

    Gaël be careful!

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 4 місяці тому

      Nibiki wewe TV kwari rwiwe murayisangiye?Ashirako ivyashaka abona bimwungukira

    • @ERIC-hz1vd
      @ERIC-hz1vd 4 місяці тому +1

      Creat your own tv , and you will share what you want .
      Ariko nyamba utabishoboye tekereza uze urindira ivyo gaël ashirako

    • @eddy-michelirakoze8518
      @eddy-michelirakoze8518 4 місяці тому

      @@joyeuxniyonkuru2701 vous avez tout à fait raison „ashirako ivyo we bimwungukira „
      Dans ce cas son tv devient une machine de propagande du Gouvernement (des DD)!
      Il ya 3jrs, le responsable d‘OLICOME a organisé une conférence de presse,
      Il était où?
      Il ya 2jrs aussi le résponsable de PARCEM a animé une conference de Presse très riche,
      Il était où?
      Et tous ces conferences zabereye Buja 😉
      Alors Mr NIYONKURU,il faut trouver l’ erreur 😊
      Il faut toujours l’équilibre de l’information!
      J’aime bien ses émissions mais équilibre irakenewe!
      Merci

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma 4 місяці тому +2

    Abarundi twabaye imburabugirire abari inyuma yigihugu turamutahura president wacu nintwari turi gulurikiza impanuro ziwe kndi turi guterimbere ariko abari mugihugu mwishwe nimyidogo aho gukora umwany munini muwuta mu marigara no mubitagir umumaro izo nkuru mwumva abatera harimwubwenge bwinshi ahubwo benshi muritwe turafunze mu mutwe

    • @ndayijeanclaude5094
      @ndayijeanclaude5094 4 місяці тому

      Okey.

    • @ProudB719
      @ProudB719 4 місяці тому

      Ivy'uvuga n'ukuri. Iyaba abarundi twumva tukibaza kuvyo avuga, n'ukuri nta mukene aba ari mu Burundi. Ico bakora n'ukumu critica. Reka ndababwire ico nzi, kuri president Bagaza, abari bafise amafranga bayashize mu ma banks, barya batunzi b'i Kiriri na za Rohero, wabona baguma bameze neza bara passionye kumbe baguma bahembwa amafranga bashize mu ma compte bloques. Bahembwa chaque mois gushika a une duree indeterminee.
      Imigambi avuga umuntu yokora iyaba tumwumvira, vy'ukuri n'imigambi myiza. Kandi kubamaze guter' intambwe baramaze kubona akamaro ibamariye. Tureke kubona ibiduhanze, hamwe tubifisemwo uruhara.
      Dukwiye kuzer'inze.

  • @asiyaasiya1138
    @asiyaasiya1138 4 місяці тому +1

    😂😂😂

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 4 місяці тому

    ❤❤❤

  • @NkusiNkotanyi
    @NkusiNkotanyi 4 місяці тому +1

    Aha ariko ni muri 1960😂😂,abarundi muracyari inyuma pe

    • @axniza3216
      @axniza3216 4 місяці тому

      Reka sha kuvuga kwari Abarundi bose . Ni akagwi kari kubutegetsi kishe igihugu kuko bariba igihugu .... kandi niwe yabashizeho . Ntabafunga nukuvuga ko nabo bamushikanira ato bivye ... ntabuhinga nawe uca uvyumva. Muga ntavura idahita . Kuva uburundi bubaho ntibwari bwatwagwe n'abarongozi nkabo bazi kwonona nugusambura nivyariho

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 4 місяці тому +1

    Rofa

  • @Gisbeauty
    @Gisbeauty 4 місяці тому +2

    Gaël wiharaje gushirako discours za politique. Be carefull

    • @SilasHarayandi
      @SilasHarayandi 4 місяці тому +2

      Aratanguye kubisha ibintu cane!

    • @princeclarky5780
      @princeclarky5780 4 місяці тому +2

      Ego vraiment kuko tuzohava twibaza ko youtube yiwe yabaye nka mashariki tv canke Ikiriho tv

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 4 місяці тому

      ​@@SilasHarayandi
      Wewe burya murasangiye Chanel?
      Abarundi muratangaje sana ebana jewe mbona ari tv online nkizindi zose igikenewe ni content sasa rero iyo udashimye ikintu uca urondera ibindi canke ukikomereza 🤷🏾‍♂️🤷🏾‍♂️🤷🏾‍♂️🤷🏾‍♂️

  • @cyusaernest5931
    @cyusaernest5931 4 місяці тому +1

    Uyu mu perezida ni umuvumo ukomeye kugihugu. Umurwe urimo ubusa

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 4 місяці тому

    Muradukoreye umusi pe.inkuru zanyu zirarenze pe?

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 4 місяці тому +2

    Gaël hiyi tv yabaye RTNB

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 4 місяці тому

    Tumere nk'abandi dukora abandi banyotora? Ata butungane?

  • @ClaudeBunagana
    @ClaudeBunagana 4 місяці тому

    Komera mutama wacu

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma 4 місяці тому +2

    Mwumvire muve mubitagira umumaro murabe ko bidashonoka .Nyakubahwa Imana ikongere ubwenge nubudahangarwa muyobozi uwukwank akwandureko ubu ndi kukumva cane ndinyuma yawe vuba ndakwerek ico nagezeko muri malawi mutama

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 4 місяці тому

    Muradukoreye umusi pe.inkuru zanyu zirarenze pe?

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 місяці тому +1

    Nyenicubahiro, winsigurira gute? Ingene abantu bubaka amazu mu gisagara ca Bujumbura,hakabura n' inzira umuntu yocamwo n'amaguru kugira ngo ashike iwe?
    Wonsigurira gute ingene pampers zose bahinduriye abana bazita mu parisela y' abantu atubatswe.
    Wonsigurira gute? harya hahora isoko ,indani i ngene hanuka,hashisha,arya matwalete yaho,bariha 200fbu kandi imyango yaraboze.
    Uwovuga ingorane z' Uburundi ntiyozimara.

    • @shakinahmurenguka9824
      @shakinahmurenguka9824 4 місяці тому

      None wewe utereye iki? Nukugaya gusa?? Kura amaboko mumpuzu mukore.

    • @ProudB719
      @ProudB719 4 місяці тому

      None ko wabibonye umaze gukora iki? Ahubwo ngirango ushaka abe ariwe aza kuzikuraho.
      Igikwiye ni twebwe bo Kuja hanwe twige kugira is isuku. Iyo n'ingaruka yo gukura umuntu atazi isuku icarico.
      Ivyo uzobirabira mu mashure kuva primaire, secondaire, za campus, aho mu ma ma toilettes usanga umwanda kubibambazi, bikuruta kubibambazi, ata ibishishwa aho abonye hose.
      None uyo muntu, wibaza ko aho azoja Kuba hose hari isuku azohagira?
      Twese twige kugira isuku aho turi n'aho tugeze hose.