Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uwo avuze ko biri kw'isi yose nivyo. Harico avuze kandi nanje nagira nongere kw'ikintu : l'Etat est une puissance kugira ntirisubise iyo puissance rikwikwiye guhagarara nk'iryambere(bababwire ubutumwa bwiza kuko ninaco bashinzwe bababwire bâti: *Twumvire mwebwe canke twumvire Ilana*, bemere no gupfa)
Monsieur athanase ndagushimiye cane mugenzi, ishengero numutima wumuntu,nayo ishengero numurwi wabantu,hama rero umuntu ariko ashwiragiza ubusho lmana yamuhaye kuragira azobibazwa
nugusenga ntibyoroshe izireta zafashe umugambi mubi wogusambura ivugabutumwa nyabutumwa cyere reta ntizinjira mumashenjyero none reta zigomba kwinjiza abapasitori bumugambwe mugusambura ishenjyero ngonuguhigamo amahera.
Tekana ishengero rifis nyeneryo. Ibi n' ibihe bishasha tugezemwo bizorengana. Abazi Imana yabo bazokomera...
Mwebwe ivyo muvuga nibiki
gusa izireta zuburundi nizugwanda zahagurukiye gusambura ubutumwa ngonamahera barondora mumashenjyero izireta zirabangamiye abanyagihugu mbe abanyagihugu bazoruhuka jyari? Kwama retazitesha umutwe abanyagihugu noguteza ubujyagari, ubuho bashitse nomumashenjero, harajyezeko nabenegihugu bogumukana zareta.
ntamoko agihari ahubwo nubuhimbiri bwabatejyetsi kubwinyungu zabo, abapasitori barabo mumyaka yaheze ibibisuma byirigwa byiza amahera namashikanwa adafise insiguro, indanini izobaroha mukuzimu.
Ishengero n'iki? Ishengero si arya ma salle binjiramwo Ishengero IMANA izi n'umutima w'umuntu wese yihannye neza soma 1Korinto6:19;1korinto3:16-17 ;18;19utemera Ivyo ntarakizwa