Igice ca 7/7 kugitabu canditswe na Rugigana

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 16

  • @OdaNzeyimana-z4x
    @OdaNzeyimana-z4x 3 дні тому +1

    Ngo abasoda baribagumutse ahandi ngo abamwegereye nibobamutanze mwebwe ntabwenge mugira nimureke Imana yitwe Imana

  • @raphaelmasabo4776
    @raphaelmasabo4776 2 дні тому

    Murakoze gutanga ikiganiro. Muramfashije gutahura ivyabaye kirya gihe. Kuba kure y' iwacu atankuru yabaye intambamyi yo kumenya neza ingene abacu bishwe. Komeza mutange plateforme yo kuganira ibitwerekeye n' ibangamiye igihugu cacu.

  • @ArthemonManariyo
    @ArthemonManariyo День тому

    Nikubera iki abantu Bose bakuze batubesha twebwe urwaruka? Ubu turamaze gutahura l'enjeux iri muvyamabi yose yabaye! Imana ibabarire abakurambere Bama bariko batubesha badusamaza.

  • @gervaishabimana1627
    @gervaishabimana1627 2 дні тому +2

    Numa😢

  • @gervaishabimana1627
    @gervaishabimana1627 2 дні тому

    Kazibe
    Urikuvuga ubusa
    Umukuru w'igihugu yatowe democratique bamunyegeze mw'ikanivo,??? bamunye

  • @barnaberihanda1990
    @barnaberihanda1990 12 годин тому

    Erega le 21 octobre yari execution d'une décision: uwotubwira ivyabaye du 15 au 20 octobre niwe yotanga umuco nyawo. La planification niyo cruciale.

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako3992 2 дні тому +1

    Toute l'armee monoethique provenance d' une meme region ont effectue une TRAHISON.

  • @SantaNiteka
    @SantaNiteka 3 дні тому

    Ikibazo c'igisoda tjrs hatali

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 2 дні тому

    Ndadaye iyo mumutwara mu Buyenzi ntiyari gupfa

  • @ferdinandngendabanka7191
    @ferdinandngendabanka7191 2 дні тому

    Ntimugatandukanye coup d'Etat ya 03/07/1993 impliquant Les plus hauts officiers proches du Pres Buyoya et Celui du 21/10/1993'avec le même commanditaire et l'implication de toute l'armée et la Gendarmerie. Preuves? L'officier (Mamert) qui a lu le communiqué du putch à la RTNB a affirmé que toute l'armée et la Gendarmerie avaient décidé de changer le régime, adopté Ngeze comme Chef d'Etat, que.... Les Gouverneurs sont remplacés par Les commandants de l'armee et Gendarmerie dans les provinces,etc. et a affirmé aux différents enqueteurs que c'est le Colonel Daradangwa don't vous connaissez le rang et Les functions dans cette armée, qui Lui avait remis et ordonné à lire le communiqué. Tous Les officiers qui ont essayé de diverger de l'Etat Major ont soit été tué ou viré ( Bugegene, Dieudonné,etc), Tous ces officers qui essayent de nier leur part dans le putch sont des menteurs et je peux le prouver.

  • @EricNiyongabo-mg7od
    @EricNiyongabo-mg7od 18 годин тому

    Quoiqu'on dise l'assassinat de Ndadaye est une malédiction pour tous ces boulots et complices.Bazopfa bayerera nta mahoro Bazopfa baronse .

  • @PascalNzeyimana-p6f
    @PascalNzeyimana-p6f 3 дні тому

    Senyamwiza yarize gucungera inzego kurya abivuzz nukwo bigenda umutegetsi halo apfa umukubita umwereka hagapfa wewe,rugigana yarabikoze?mbe yaravyizeho?abatowe gucungera inzego ico gihe batorwa gute nimwamenya uko batorwa amatohoza azoborohera atara biracabagoye

  • @DonatienSabushimike
    @DonatienSabushimike 2 дні тому

    'm''

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 2 дні тому

    Il y a eu un judas caché dans l'assassinat de Ndadaye

  • @PascalNzeyimana-p6f
    @PascalNzeyimana-p6f 3 дні тому

    Senyamwiza yarize gucungera inzego kurya abivuzz nukwo bigenda umutegetsi halo apfa umukubita umwereka hagapfa wewe,rugigana yarabikoze?mbe yaravyizeho?abatowe gucungera inzego ico gihe batorwa gute nimwamenya uko batorwa amatohoza azoborohera atara biracabagoye