INTAHE😭:NAGIZE UMUBABARO UTEYE UBWOBA/ NABAYEHO NDIRA NUMANIWE By Diane

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 лип 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

КОМЕНТАРІ • 16

  • @merveillejeannettewitonze6752
    @merveillejeannettewitonze6752 2 дні тому +1

    Nanje narwaye nk'ukwezi ntoye mitende ngo nje kw'ishule nashitse ambwira ngo nje gusorom'ibijumbu, 😭😭😭😭 nararwara malaria kubera inzara , Basha inzara yarandiye narashonje ariko Ubu ndarya nkahaga

  • @NsabiyumvaNephtalie
    @NsabiyumvaNephtalie 10 днів тому +2

    Imana yaragukijije ibihererwe icubahiro

  • @DianeBizimana
    @DianeBizimana 2 дні тому +1

    Egooo Sha mazina yanje,kubaha muri yesu biraryoshe cane.imana iguhe gukomera.

  • @jeanclaudenduwayo4085
    @jeanclaudenduwayo4085 10 днів тому +1

    Imana yarakoze yakurinze vyinshi

  • @ibuyerizimatv
    @ibuyerizimatv 11 днів тому +1

    YESU KRISTO Abongerere imigisha 🙏

  • @user-vv4ij6ul2k
    @user-vv4ij6ul2k 10 днів тому +1

    Hezagirwa muvyeyi wanj uraturemeshej

  • @KamarizaClaudine-g9g
    @KamarizaClaudine-g9g 2 дні тому +1

    Caane Imana ituba hafi imisi yose .Nukwizera Imana yaba mubiryosh cank mubigoy.Imana igihezagir Muvyeyi

  • @merveillejeannettewitonze6752
    @merveillejeannettewitonze6752 2 дні тому +1

    Biranse ko mara iyi ntahe kuyumviriza😭 jewe nataha mbona imiceri isanzaye Ku meza abana ba mu kadata bariye nkaca ndadutoragura , nasanga batarafungura naho bakarira mucumba, bantu b'Imana narashonje nan'uyu Musi inzara nagize muri nyabihe ntiramva mumitsi 😭😭 n'ubu mboneka nk'umwana yarushe, kandi ndagerageza kwiha ICO nkeneye Kuko aamahera ndayaronka ariko vyaranse, munsenger'Imana Sinze ndibuka inzara nashonje hamwe n'inkoni nakubiswe nca ndara ntasinziriye, ndabinginze

    • @iribaryiza1
      @iribaryiza1  2 дні тому

      Yoooh ,Mpore maman🫂🫂🫂. Basi Nawe uzoduhe intahe+25761053102 tuyisangize abandi

  • @DedithNimbona
    @DedithNimbona 11 днів тому +1

    Intah ni nziza Can,Ariko icambere mukwiy gushimikirako nukutumenyesha ingen umuntu yakiriy agakiza akava mu vyaha akabon kubandanya ibindi.

    • @beatricenkurunziza3136
      @beatricenkurunziza3136 5 днів тому

      Inzara nagasuzuguro birababaza ivyIMANA turabura uko tubivuga iyo twarengewe ntumucire urubanza ngo yari guhera aha canke ahandi

    • @tuyizere_gad.5
      @tuyizere_gad.5 5 днів тому

      Imana ihabwe ICYUBAHIRO 🙋🙋🙋🧎🧎🧎🙌🙌🙌

  • @merveillejeannettewitonze6752
    @merveillejeannettewitonze6752 2 дні тому +1

    Nanje narwaye nk'ukwezi ntoye mitende ngo nje kw'ishule nashitse ambwira ngo nje gusorom'ibijumbu, 😭😭😭😭 nararwara malaria kubera inzara , Basha inzara yarandiye narashonje ariko Ubu ndarya nkahaga

    • @iribaryiza1
      @iribaryiza1  2 дні тому

      Yoooh Imana Niyo kwizerwa nukuri