M6 bcp. Yoya est tres aime car il est humble. Un tres bon chanteur et compositeur. Les paroles de ses chansons sont tres instructives. Rukundo est ma chanson preferee...elle me fait pleurer a chaque fois que je l'ecoute. Ndakunda ikirundi ciwe n'icukuri. Plz more songs... Turahuje kuri Sat-B ..kandi atihaya....
Yoya you are Frank kuva wewe ugiye na Lion story ikagenda na mkombozi bakagenda ubu mbona umengo Game mwayisigiye sat b wenyene but Uri honest kuvyukuri sat b aritanga Sana komeza umushigikira wewe ndakubona uramutahura kugira akomeze gusunika iyonzovu
TUBA DUKENEYE NKIBI NYENE NONE NKUBU UBONA WARURINDIRIYIKI KANDI NGUSABIYE UMUGISHA MUBIKORWA VYAWE BIG UP SANA HOSY
Mot de pass yawe still my favourite and my mum too😍😍 plz come back in the music industry 🥺
Yoya one of my favourite artist ! You are among the best Our country has ever produced.
Yoya garuka mumuziki warushoboye cane turakunyotewe 💓💓💓🇧🇮
Yoya Jamal still my favorite artist
Wauuu Merci Yoya kwemera kubwira aba Fany Bumuziki Ndundi ukuri kubuzima bwawe Big Up
Merci bcp Hosy, narinkumbuye kunviriza interview nziza, atakwibeshera kurimwo, y ubwenge ya Yoya. Thanks a lot.
Nice nice, his an excellent singer with good attitude. Nimfano wakuyigwa# yoyajamali
Uyoo ni generation ya emery sun shaa na rallyjoe umuziki wabo wohora urumvirizaaaa😍😍😍😍👌👌👌
J sinhor ngir commntair..mé uy mu6 ndabikoz kko yoya he still my favorite burundian artiste.. 👌👌
Hosy courage nokutuzanira yoya twari tumukumbuye cane Imana iguhezagire kuri kino kiganiro turagukunda cyane Hosy courage 💖💖💖💖
YoYa ni umu Legend kabsa!!Hosy Well Done!
Hosi Seriously u have made my night wakoze cyane kuzana umuntu wacu wakera jew nakunze music because of him wakoz cyane kumuzana
Hosy ndaguhe pole kwel,ikiganiro ndakibonye ubunyene,ibintu bikubayeko mukanyosha nabuze uko ndabigenza kuko atabushobozi mfise ndumuntu muto nababaye vrem,pole kandi
Murakoze🙏🏽 nugusenga ntihagire uwundi bizobako
@@sirenvibestv ego nukwihangana,iyisi iragoye
Hosy nibiki vyakubayeko
Merci Hosy kuzana uwo muntu wacu merci @YoyaJamal kutwibira akabanga ka créativité
Abakozi ba leta bari kune bari gutanu , still my favourite song bro
Journalist big up saaaaana for this interview, one love from South Africa
Don caiman next time is you👌👌
Merci kukiganiro gishasha hamwe no kutuzanira uyu mu brother #Yoya
👍😍😍♥️♥️♥️ #PAZZOS_BI
@@clementinealondra7017 You are welcome
Yoya 👍🇧🇮 kayitetse NDA👍
Nkunze ko wiyegereje utwanwa twaw
Sibomana
Hosy merci kubwo kutuzanira Yoya nca nibuka KO Yoya yatekereza caane no mundirimbo ziwe Yoya Jamel
Ikiganiro cambere mpejeje muri Avril na Mai 🙏😥😥😥😥
Cher de poule Wallah.
Respect kuri Yoya❤️❤️
Mrc bcp hosy j ndagukunda wallah😘😘😘😘
M6 bcp. Yoya est tres aime car il est humble. Un tres bon chanteur et compositeur. Les paroles de ses chansons sont tres instructives. Rukundo est ma chanson preferee...elle me fait pleurer a chaque fois que je l'ecoute. Ndakunda ikirundi ciwe n'icukuri. Plz more songs...
Turahuje kuri Sat-B ..kandi atihaya....
Asante sana hosy wakoze kuvugisha yoya Jamal n'a mukumbuka nyakabiga ni msani wa hakili kbsa Big UP bro
Hosy Leo umenifurahisha xan Kwa kipindi kitamu na YOYA Jamal
Pls tunakuomba ututaftie MUKOMBOZI na 19th
Ndatangaye vrema kubona Yoya. Gusa nagaruke mumuziki p turamukumbuye. Hama Hosy uroturonderere Mukombozi nawe twumve plz.
YOYA ndamukunda sana. Much Respect kuri "Wiyumva gute iyo uriko usesagura umutungo wa Leta". Hugs from Lisbon.❤✌
Ooooh my God nari nahomvy
I'm very later, yoyaaa umu star w umurundi nkund cyane
Wow,osy ndagushimiy cane kukigiro ugize kutuzanira unomuntu.turamukumbuy narabe basi asimbe
Beautiful song sibomana 😘
Yoya wari waduhevye kbs is m'y Fest goood m'y song
Wa kwetu Yoya... bagukuye hehe ? Good to see you bro... We miss you so much. Merci Siren Vibes
Yooooo nari ndagukumbuye Yoya
Well done Hosy💖💖
Yoya Garuka kuririmba turagukumbuye ,umuntu wasubiy kutwumvisha yoya turamushimiye ,yoya subira kuririmb turagukumbuye
Machallah yoya ameshi kamenge💋💋💋🥰
Nice interview 👏🏾👍🏾
Wooow Gooo Gooo
SIREN VIBES 🚨🚨🚨
Thank You for Bringing Us Yoya ❤️🇧🇮
Love From #Ncuti_Yabose 👹
Yoya uhezagigwe ahuri🙇♂️🙇♂️🙏🙏nn tuzosubira kukubona mumusic🥰🥰
Jamal ❤❤❤
Muvuze ko mahawe impano yo kwandika indirimbo gusa numva umenga harikibuze uririmba neza. ufise ijwi ryiza. courage duhe izindi
Yoya yoo ciye ndagukumura can 👍
Asante kutuzanira yoya
Umwana mwiza yiya osy Merciiiiii kumuzana yoyo
Ikindigihe muzokoreshe zoom
Yoohooo umuntu nikundira caaane yoya IMana ijikuzigama aho urihose 🇧🇮🇧🇮Kuki wampindutse arije ndarushe itike ujemumahanga unonosora amashure 7😘😘😘😘
Wow,yoya tumekumiss sana
Yoya arakumbuwe cane iburundi
Asante yoya umesema ukweli ariko turakumbuye indirimbo yawe nshansha
Yoga ndakwemey snaring ko ufise umwana angana gutyo.Ndabishimiy
Imana kuko niyo yabikoze nawe uzoy-
shimire kuko si wewe wa bikoze.
Yoya ngukunda cane. Garuka mumuziki Turakumbuye Kukumva
Mercii Hosy ,ni kintu ciza cane mwiyunviriyee umuntu twari dukumbuyeee Canée
Merci beaucoup
Big up sana Hosy unkumbuje umu star nkunda cane.komeza kuduha nabandi , Zambia turagukwirikirana cane
Very nice.
Ndamunda cane yoya Jamale🥰🥰🥰🇦🇪🇦🇪🇦🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kbx mercii sana yoya 🤝🏾
Yoya Jamal👌👌🙏
Ndakubaze yoya igituma uza mugwa nda ntuze muburundi? Wanyu love
Nakubal broo garuka muhira turagukumbuy sana
Ndagushimiye can
You are the best bro
Uwufise sonita by.. Omar ft yoya.. yoyi tagginga ngaha please
Yoya you are Frank kuva wewe ugiye na Lion story ikagenda na mkombozi bakagenda ubu mbona umengo Game mwayisigiye sat b wenyene but Uri honest kuvyukuri sat b aritanga Sana komeza umushigikira wewe ndakubona uramutahura kugira akomeze gusunika iyonzovu
Nitwa yoya Jamal nkamvukimuyinga hahezimyakirengitandatu
Shitsibujumbura njekwiga yoya Jamal garukamumuziki turagukumbuye kko warubaka imitima yabeshi ugatangimpanuro kuvyerekeye Leta yuburundi
Hosy ni wubahwe kabs big up san
Thx a lot Hosy
Yoya kabisa urafise impano yo kwandika kweli ... indirimbo zawe zifise texto nziza cane
Yoya ndagkumba atavyo kubesha peee 🥰❤❤
🔥🔥🔥🔥
Ndagukumbuye ndaguheruka murumonge urikumwe na Mkombozi kuri stegi imiss you
Nuri turaryohewe cane gusubira kubona yoya hasigaye kwazoz iburund
Urantwikiye nkunda yota jamari caane kuberindirimbo ziwe ninziza caane vrma.nazane areke kutunyoteza hubwo
Ndaryoheweeeee cane kbs,merci Siren vibes
courage Siren Vibes TV
Ndasuhuje maman wuyo mwana yitwa Natacha yooo Iteletique weeee
Indirimbo za Yoya ndazibutse ziranduhura cane. Niwe muririmvyi nkunda cane nkamukundira inyigisho atanga mu ndirimbo ziwe.
Hosy urakoze cane kabisa twari tumukumbuye pe
woooow Yoya garuka mumuziki vrma turakunyotewe
ikirundi caw n sawa utandukany na benshi bubu!ndagushimiy cane
Waouhhhh
Garuka muburundi turaguku muye ❤️
Oooh umuntu twakunda cne
Go ahead Siren Vibes na Yoya Jamal
Wee!!! Yoyaaaa
Okk
Hosy article 15 ivuga"se débrouiller"
Aba artiste bacu barasanzaye. Birababaje.
Ndaryohewe caaane kukiganiro ciza ca yoya
abantu ba manchester nitwubahwe sha biranezere kukubo yoya
Turabakunda cane
👍👍👍👍
Ni kera yoya turagukumbuye cane muri buja fleva garuka nkuko waduhonjeje nyakabiga yanje
Waaa mukaze ikintu camateka,yoya naw wubahwe
Yoga miss uuuuu!!!!!!!!
Hosy uraryoheye kuba watuzaniye yoyo jamal narimukumbuye nukur yoya anyibukije muri kenya haruwovyabayeko nukur
Kwer hosy wubahwe peeeeee yoya wiwac dis ukunt namwikundir mutima wanj niwew mbon nkatwagw ase ase umv imis ihiyind kwer garuk yoya
urakoze kabisa
Waaoh coool kabisa muri mukaziii
Bakary from Namibia respect umwana W kmutkura ndkwbka ukiri umu ptite hhhhhahhha
❤❤❤
Yoya aba Angleterre ariko ntaguma avuga icongereza arazi kwari mur interview bamubajij ikirundi abarundi interview zabo ziba ziri mixte anglais ,français,kirundi,swahili mama weee bigiy kutugora
Angire angaruke