Hosy na Gretha BARASHWANYE🤔/Girlfriend yarapfuye🤦🏽‍♀️/Twishuye ibibazo benshi bibaza

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 34

  • @arlenemugisha5926
    @arlenemugisha5926 4 години тому +5

    Joyeux anniversaire Gretha , we love you more

  • @arlenemugisha5926
    @arlenemugisha5926 4 години тому +4

    Hosy na Gretha courage ❤❤ turabakunda cane mukomeze kuduha ibiganiro biradufasha cane

  • @murekeyisoniemelyne4393
    @murekeyisoniemelyne4393 3 години тому +3

    Better late than never 😢Happy belated birthday Gratta 🎂🥂🤍 Amen to all your secrets prayers 🙏🏽 love from Rwanda 🇷🇼 Love you sana sana ❤️❤️❤️

  • @Marie-AngeNyinawibibondo-y3w
    @Marie-AngeNyinawibibondo-y3w 2 години тому +1

    Ndabakunda 💞 longue et heureuse vie à Gretta 🎉

  • @chancelleuwibanga1244
    @chancelleuwibanga1244 3 години тому +6

    Wanavyibush disi gretta😍😍😍

  • @SangoRutungaboro
    @SangoRutungaboro 4 години тому +1

    Yooo Imana ibababe hafi aba chou❤❤❤❤turabakunda cane ntimuzotane ndabasavye, niyo akazi kohera muzogume muri abagenzi, turabakunda cherie❤❤❤

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 4 години тому +3

    Gusa murakora vmt kndi courage nanj nkivyo sinobishobora

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 3 години тому +1

    Ndabakunda caaane 🎉🎉🎉❤❤❤

  • @NiyonkuruConsolatte
    @NiyonkuruConsolatte 4 години тому +1

    Abachou narindabakumbuye ❤❤❤❤❤💋💋💋🙏🙏🙏🌹🌹🌹

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 56 хвилин тому

    Greta wacu bamureke uwo mu Patriote w'Uburundi nibamureke yadutegure na old event sha adukoraniriza abaririmvyi bose bo mu Burundi ba karahanyuze nyomba unakosha uramaze kuko urumuntu.Happy Birth day to you Gretta wacu we love Abarundi turagukunda bakureke

  • @SandrineDusabe-d9l
    @SandrineDusabe-d9l 4 години тому +1

    Hosy ❤❤❤❤❤❤❤ wikomerere ugere kure🎉

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Годину тому

    Abantu bama bavuze yemwe kndi ntibazoreka so nimubareke bavuge namw mwikorere akaziii...j vs aime❤❤❤❤❤❤

  • @berniceiradukunda8648
    @berniceiradukunda8648 2 години тому

    Chapeau à vous Medames❤🎉

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm 57 хвилин тому

    Courage à vous les filles ❤❤

  • @leecharon
    @leecharon 2 години тому

    Well put together kweri 😂 babaze nimba bobikora sha 😅

  • @nadinedushimirimana-q2u
    @nadinedushimirimana-q2u Годину тому

    Ako kantu kabanyakarama niko kanyishe😂ntidukinishwa😂courage ba mamans beza❤

  • @mugishajoyeuse6538
    @mugishajoyeuse6538 52 хвилини тому

    Ndabikundira!gretha Nar ndamukumbuy!courage basha murekane n'abavuga

  • @yvonneharerimana4394
    @yvonneharerimana4394 2 години тому

    Ndabakunda kubera mutanyegeza imyaka yanyu....ntimuri babandi bayinyegeza komera cane sha hosy na gretta

  • @alaineIngabire-gq2li
    @alaineIngabire-gq2li 4 години тому

    Iyi titre nukuri irahanze vyari bimbabaje

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh 4 години тому

    Turabukunda from Canada

  • @njejimanajean3728
    @njejimanajean3728 2 години тому

    Murakoze kuri PRANK ya titre😂😂

  • @IninahazweSteve-w6h
    @IninahazweSteve-w6h 4 години тому

    Hosy❤

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 години тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 54 хвилини тому

    Hozy nawe turagukunda mukobwa wacu mukobwa w'Igihugu.

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 4 години тому

    Ababavuga nimubihoze mwikorere

  • @NizigiyimanaeloiEloi
    @NizigiyimanaeloiEloi Годину тому

    Narindabakumbuy

  • @GloriaArakaza-u5y
    @GloriaArakaza-u5y Годину тому +1

    Hosy usigay ufs iminkanyari mumaso uraza urisiga anti rides

  • @clovisMUZANEZA-tn8nw
    @clovisMUZANEZA-tn8nw Годину тому

    Et si tu invites Greta et Rasco

  • @Musindi736
    @Musindi736 4 години тому

    Ndiko nkunda amasanamu muduha vrt

  • @ThamarNdacayisaba
    @ThamarNdacayisaba 4 години тому

    Hosy bt umpe nimero yawe wobukoze cn

  • @arlenemugisha5926
    @arlenemugisha5926 4 години тому +2

    Hosy na Gretha courage ❤❤ turabakunda cane mukomeze kuduha ibiganiro biradufasha cane

  • @uwizeyeestella9445
    @uwizeyeestella9445 2 години тому

    ❤❤❤❤❤❤

  • @bizindavyilelu5428
    @bizindavyilelu5428 4 години тому

    ❤❤❤❤