Mr Yoya yishurana Ubwenge n'Ubwitonzi bwinshi cane, Uzodusubiriremwo indirimbo yawe yambere "Muramumbwirira" is awesome. Much love and respect bro stay positive.Big up to afrimax TV. Uyumwaka dufise ak......😅👌 luv dat.
A chaque fois que je t'ecoute je suis toujours impressionnee par tes reponses sages. Bravo Yoya tu es un exemple pour toute une generation. Je manquerai pas a te dire que t'as une superbe voix et que tes chansons me donnent de la chair de poule. Bravo and keep it up... still waiting for new songs by the way.... GOd bless you more and more.
I’m a taxi driver and make $5,000 a month muri US. kazi ni kazi tu ndazi na ministre wo mu Rwanda doesn’t make that much there. So let’s respect each other’s jobs as long as you put food on the table.
We love you brother... A bavuga ngo tuja kumesa... Nabatarigera basohoka igihugu kumbure.. None gute ka.. Kumesa no koza ivyombo... Bitwayiki? As long as you get a salary 😏
Ariko abanyafurika mwabaye gute? Akazi ni akazi igikuru nico ukuramo, jewe nkora akazi ko koza ivyombo, nkoza na WC Mugabo umushahara mpembwa umu Medical Doctor wo mu Rwanda ayakorera amezi 2, none ubwo tuze kwiga medecine cyangwa dukomeze dukorope? Kazi ni kazi my fellow diaspora
Munyentwari barista Eric muvandi nzigutandukanya umu nurse n’umu medical doctor ubwo rero ivyo mvuga ndabizi, kuko ukuli kwa system z’ibihugu vyiwacu nibihugu vy’abazungu kurazwi.
Mr Yoya yishurana Ubwenge n'Ubwitonzi bwinshi cane, Uzodusubiriremwo indirimbo yawe yambere "Muramumbwirira" is awesome. Much love and respect bro stay positive.Big up to afrimax TV. Uyumwaka dufise ak......😅👌 luv dat.
Ndakunda indirimbo za Yoya ashiramwo ubwitonzi bwinshi courage Yo
Ya, ni umuco ndundi😊
aho yoya ndagukunda cane ndakunda imiziki yawe urumurundi wumunyabwenge , ntuye Suede niwagirigiteramo uradutumira canke se uze hano uturirimbire tukurihe . haaa . ndagukunda cane uririmbana ubwenge bwuwize pe pe
Numushingantahe
He's called yoya jamal..the wisest among burundian singers...we're proud of him..much love from🇧🇮🇧🇮
@@ImfuraKenny same as you i watched this video...ce ki est je crois le but de venir sur youtube😁😁😁😁
Yoya you’re very handsome!!!uririmbye Rumba neza nibagirwa ko utari Umu congolais ! Very very smart ❤️❤️❤️
A chaque fois que je t'ecoute je suis toujours impressionnee par tes reponses sages. Bravo Yoya tu es un exemple pour toute une generation. Je manquerai pas a te dire que t'as une superbe voix et que tes chansons me donnent de la chair de poule. Bravo and keep it up... still waiting for new songs by the way.... GOd bless you more and more.
He's great I love your song rukundo❤❤❤❤
Yoya avugana ubwitonzi nubwenge !! Ndamwemera caane! Imana imuje imbere!!
Uyu mu type yigishije abasore birwanda uko basubiza nuko bifata before the camera. Well done Burundi
Nones akazi sakazi nimba bamuhemba nibisanzwe yoya uko vizuri Allah akupe mwisho mwema
17:46 wow, ufise indero ndundi kabisa, you are a Gentleman. You've just excused yourself for a little hic.😊👍
I love his songs , has a sweet voice😍😍from 🇧🇮 answers very smart 🤙🏾
Amazing guy...mwenye busara sana hata kusikiliza na kukutazama huchoshi, wanainjoi sana aliyekuzaa na wanaokuona kila siku.
Yoooooo , tu nous manques bcp Yoya . Much love from your mother land Burundi
ah ah ah uyu mwaka dufise akazi kenshi cyane afrimax yahuye n'umuntu ufise ubwenge kandi ari sage
bihorere Brother; bazovuga nibaruha bazumirwa!!!..icecekere nkunze humbleness yawe; seriousness yawe; kandi ufite namahoro muri wowe; Ibyo Imana Ikuziho Bitandukanye nibyabantu tukuziho; ikindi akazi kose nakazi uzakore uko ushoboye kandi uwakuzanye kwisi azagushyigikira ......humura humura humura kandi wizere Imana ; Izakuzamura kandi izagushyigikira ..Amen
Yoya💪💪💪ncuti ,kazi ni kazi,twese turabikora ntugaya akazi ahubwo uzagaye umushahara.tres comprehensible
Umuvyeyi yakureze ndamushimiye yaraguhay indero runtu Jamal
Yoya Jamal ndagufana uririmba neza ufite ikinyabupfura uriyoroshya merci kbsa courage
Courage rwose igikuru ni ukubaho neza akazi kose wakora,ikindi iburayi si ugupfa kwinjira muri studio,kuko hano haba amategeko y'ibintu byose,biragoye rero ku bintu byose,amategeko y'umurimo arakurikizwa.
Yoya Jamal numu artiste akongera akaba compositeur akomeye cane,indirimbo yandikits cank yasohoye kenshi zaba zifise amajambo meza yubwenge aryoheye ugutwi.
Yoya yandikiye indirimbo nyishi abaririvyi batandukanye mu burundi bagiye bararirimba(Exp:Lolilo,T.Max......)kandi indirimbo zabo yagiye arandikira cank izo wenyene yasohoye zarakunzwecane.Respect bro urashoboye
Uri mwiza imbere n'inyuma disi ufite ikinyabupfura bambe bitumye ngukunda pe I'm your fan from now big up bro
how about from then? hhhh
From tz🇹🇿 Namukubari kinyama uyo jamaa ni msanii anae jielewa sana ipo siku nitafanya nae kazi
Manshaallah yoya warabaye mwiza iburayi hubahwe
Mbega igisore Ci Burundi kiri swagg
I’m a taxi driver and make $5,000 a month muri US. kazi ni kazi tu ndazi na ministre wo mu Rwanda doesn’t make that much there. So let’s respect each other’s jobs as long as you put food on the table.
Yoya Nciye Ndakwibuka Demi Finale Primusic 2014 Gitega, Sha Turagukumbuye Caane, Kandi Turagukunda
Yoyaaa🗣💫✨
Mwene ibitekerezo vyiza
#RSPCT
Yoya n'umuhanzi dukunda cane Turanamwishimira kuko aririmba neza kandi akoresha ubwenge
Bac-T Ubu ho uranyemeje pe!Yoya kweli miss you si much!
Respect to our YOYA.
Turarindiriy iyindi ndirimbo nshasha Mu Burundi turamukumbuy naz asubire akore Music hano i Burundi mugihugu c'amavukiro
Umuhanzi mwiza cane twemera iburundi ahubwo nyen turamukumbuye cane
Yoya for sure turagukumbuye 😢😢 why don't You come back k Uburundi bugukumbuye?
Yoya komera sana....bak t ww big up sana....
Erga Bact koza ivyombo iburayi nakazi kariha wangu kubaka Etaje muri Africa ntibiteyisoni kuko nakazi keza cane.
Mr yoya, turakwemera sana, gusa sibintu vyiza gushkira mukindi gihugu aho gushkira muhira Burundi
Komera igihangange cacu yoya jamal ndakubona kuri 8ème av nyakabiga kbx mwakoze sana bn
Wow!yoya turagukumbuye i buja
Love from #Runtowndjs 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ikigaragara urumwana mwiza cyane pe
Mubwire ko nda mukunda gose .mva I BURUNDI ❤💙💜
Yoya miss u kabx😥😥♥️♥️from🇧🇮🇧🇮🇧🇮
yoya nanje ndemejwe!we p6
Il parle simplement et prudemment le type, ndamukunze pe
Yoya karibu turagukumbuye I Burundi " nitwa yoya Jamali nkabamvuka imuyinga etc
Umuhungu yitonda caaane🙏🙏🙏 Imana ikuje imbere
Wow! Courage bro
Best wishes.
Waouh nari nkumbuy umuhungu wacu Yoyo is the best Star Forever
Kazi ni kazi💪💪💪💪
Mu bahungu bose maze kubona, yoya ni mwiza pe!J'espère que afise n'imibereho myiza.
Yoya merci kukokuntu utuje, knd nivyiza cn Hama abavuga KO wirukanyw ubihorere.gusa tukwifurije kugira urugo kuko navyo bizotuma ubuwundi muntu yubashw. Courage muhungu wacu.
I don't know but I think I like Yoya, nkibona k ariwe nahise nkanda like ntaranumviriza interview yiwe. Love from 🇧🇮🇨🇳。
Urumwana mwiza uririmba neza
@@welcometomimiworld497 how?
@@ThaBest-Optatus search his music
We love you brother... A bavuga ngo tuja kumesa... Nabatarigera basohoka igihugu kumbure.. None gute ka.. Kumesa no koza ivyombo... Bitwayiki? As long as you get a salary 😏
Ndakwemer mutam yoya from Muyinga🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yoya n'umuntu wanje nikundira nkumbuye uti big up sana
Jamar Yoya ndagunda ndakwemera trop, nkumbuye karaoke yawe bro. Much respect
Yoya nti yiyemera . Yoya Avugisha ukuri ! I love you sa much!
Big up Mwana w'i Burundi!
Ufise akaranga k uburudi kabisa courage akazi nakazi iyugakoze ukishimiye
Umuntu woza amasahani nongufura buraya asumba kure ukoramu office rwanda hano akazi nakazi in Sweden
hariya umbwiye umuko ubaka uri umufundi araguseka cyane
Hhhhhhhh umufundic usibye kubeshya ayo ahembwa yamuguririmodoka yamuhaza,usibye kuyatsinda mukabari nkurugero afata 5000fr kumunsi wose uwoza amasahanimuburayi afata $100 kumunsi yaseka ahereyehe ahubwo yarira umufundi hano American umuyede afata$17 per day umufundi $24 per day kuba 9h ubone guteta Sha.
Sorry ayakora per hour
Noneho kumunsi umufundi afata$216 mumanyarwanda 172.800fr kumunsi maze ubone kugereranya imodoka nicugudu.
arabasumba rwose!!gusa bano bantu mutari mwagera muri pays européen bajye baceceka ntimuzi uko amategeko ya europe siyo ya afrique.fichez lui la paix
urakumbuwee mur game.."Barabesha ft sat b"..turashaka collabo ya mw na Meddy plz..avec lui vous m'inspirez bcp.
Yoya is amazing he is so humble kandi akazi ukora hanze it's ok bapfa kuba baguhemba neza
Asubiza neza cya ne nubwitonzi kd ukurikwe gutumye mukunda byahatari big up bro
uno musaaza iburundi turamukunda cyaane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 keep it up
Respect my bro yoya i miss you bro🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yoya urashoboka, ufite ijwi ryiza cyane
We miss you inBurundi bro🇧🇮🇧🇮
Ariko abanyafurika mwabaye gute? Akazi ni akazi igikuru nico ukuramo, jewe nkora akazi ko koza ivyombo, nkoza na WC Mugabo umushahara mpembwa umu Medical Doctor wo mu Rwanda ayakorera amezi 2, none ubwo tuze kwiga medecine cyangwa dukomeze dukorope? Kazi ni kazi my fellow diaspora
Courage kazi ni kazi singobwa kuza kwiga medicine kandi ufite akazi kaguhemba neza
Riziki Emelyne uyumuhungu Afitindero Imana Imuhumugisha
Munyentwari barista Eric birashoboka cane
Munyentwari barista Eric muvandi nzigutandukanya umu nurse n’umu medical doctor ubwo rero ivyo mvuga ndabizi, kuko ukuli kwa system z’ibihugu vyiwacu nibihugu vy’abazungu kurazwi.
robert ndizihiwe nukuli Yoya yararezwe indero ndundi nta kwiyemera kumurimo,
Yoya nakukubali Sana dotto from Zanzibar Tz
YOYA you are the ONE
Yoya turagukunda cane vraiment
Très intelligent
ndagukunda yoya imana ikuzigame
Nukuri rwose iyondirimbo👌sijya nunva ko ishaje
Aramaze ibyo akora byose ! Ark kuki abantu nukuri twita ku bitatureba !
Yoya much respect
💕💕💕😍😍❤️😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 my baby welcome back
Loving this man you so simple and honest
Uvuga ukuri ndagukunze 🇺🇸
Yoya Yoya.. so nice to see ur face again, we've missed you
keep it +257👍
goreth gogo '
Courage kaka yoya love san unajua na wewe.
Karibu san Burundi na rwanda ni moja
This guy is cool 👌🏼
Ndagukunda cane mwana wacu yoya
Yoya garuk muri music ukore ama hit warabikor neza
This interview was awesome
Unajibu vizuli sana Jamal uko safi kabsa
love from Burundi 🇧🇮🇧 🇮urishura neza kabisa
Yoya I like your hair ...rwose ubwiye utuntu ushiramo byandyohera sana!!!merci
Cyriaque Sibomana ni amarende afite
Wapi....I know..Nino haribyo bakora gusa nkeneye kubimenya kuko nanjye haribyo nkoresha gusa mbona ibi ari byiza kurusha!
@@cyriaquesibomana923 uzaze ndabigushiriremwo mwana
Mpore mugenzi amahanga aragoye ivyakazi navyo umwuga mubi nubwicanyi nayo gukoresha amahoro canke ubwenge ntaribi ivyuburundi navyo kubirandirako nikibazo mpore imana niyo ufise ijambo ryanyuma kubuzima bwumuntu 🙏🙏🙏
Courage muvandimwe hezagirwa
Bien sana mze
Turagukumbuye cane yoya
Urumurundi utishima uvugisha ukuri turagukunda ahuri hose Imana igukomeza 😍😍😍
Yoyo big up
nubwambere numvise interview emotions zikandusha imbaraga nkarira. ..wowe niwitonda uzagera kure cyaneeee..ahubwo uzanyibuke ndakwinginze....gusa pay attention; pray muntege nkeya zawe; wubahe umubiri wawe ; ubundi uririmbe ibyushaka .....ubundi uzanyibuka ko nakubwiye ibi".
Waooo vyiza bro uruman mwiz
Yoya ararenze ndamwise Clever boy
Big up sana mr yoya
Yoya mwishuran ubweng n ubwitonzi,kmerez ngaho.
Fraicheur nizo se🔥
True. AmG de black is intelligent
Hari inyishu nakunze yishuye ko atari vyiza kugereranya umūntu nuyundi kuko buri muntu afise uburyo bwiwe akora mwo ibīntu kandi bikagenda neza.
Kwl shaa
Twaramukumbuye yoya nagire azisohore izo ndirimbo
Yoya mu Burundi turagukumbuy cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Love you bac T kuberukuntumuzanyenarindikonumvindirimboyiwe yoyanahomuvugango kidumu ngoniwe wambere arikontakurusha uzimpamvumvuzuko indirimbozawezibaziri mukirundikadacanze kandi amajambo arumvikananezacane mubuzimabwanjenkunda gospl arikonizaweharigihe